Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukobwa yarishe amafaranaga arenga 800 000 Euros kubera umuhungu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umukobwa yarishe amafaranaga arenga 800 000 Euros kubera umuhungu (...)

Umukobwa yarishe amafaranaga arenga 800 000 Euros kubera umuhungu yahevye

jeudi 29 Munyonyo 2012

Muri reta zunze ubumwe za Amerika hari umukobwa yakundanye n’umuhungu hanyuma haheze iminsi barahebana. Umuhungu yari yaraguze imodoka ayandika kuri uwo mukobwa bakundana ariko bahebana atarayimuha.
Iyo modoka ica iguma ku kibuga c’indege aho uyo muhungu yakora.

Haciye iminsi, imodoka yategerezwa kuriha amafaranga arenga ibihumbi 105 vy’amadolari ni hafi ibihumbi 800 y’ama Euro kubera yatevye kuva muri ico kibanza.
Umwigeme wewe nta n’akazi yari yifitiye, mu nyuma ararahira ararengwa ko iyo modokari atari rwiwe.

Aho uwo muhungu ngo yashatse kumukorera ikibi kubera yamuhevye.

Umukobwa yaritwaye mu butungane ariko vyabaye impfagusa kuko yaruhiye kuyariha.
Mukobwa wariko wiyumvira guheba umuhungu mukundana, urabanza wiyumvire.


Alexis K.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.