Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukobwa yiteje ibere rigira gatatu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umukobwa yiteje ibere rigira gatatu

Umukobwa yiteje ibere rigira gatatu

mercredi 24 Nyakanga 2014

Nk’uko bisanzwe bimenyerewe ko atamugore arenza amabere abiri atari igisigo, muri Reta zunzubumwe z ‘Amerika ho si uko, kuko havugwa umwana w’umwigeme yiteje ibere rigira gatatu mu gikiriza.

Jasmine Tridevil aba mu gisagara ca Floride akaba yiteje iryo bere ku ma dolare y’Amerika agera ku bihumbi 20, ni ukuvuga amafaranga y’amarundi hafi imiriyoni 32. Uwo mukobwa rero nk’uko ayamakuru tuyakesha urubuga ngurukanabumenyi akaba yaragiraniye amasezerano n’umwamuteye iryo bere rya gatatu, amasezerano yo kuzomubikira ibanga.

Ibinyamakuru bitandukanye vyo muri Reta zunzubumwe z’Amerika, bikaba biriko bimurondeza urushinge kugira bimugirishe ibiganiro bidasanzwe ku ciyumviro ciwe co kwiteza ibere rindi.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.