IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umukozi w’ishirahamwe AZAM yatowe ikiziga

Umukozi w’ishirahamwe AZAM yatowe ikiziga

vendredi 20 Munyonyo 2015, par egide

Ikiziga ca Willy, yahora akora mw’ishirahamwe AZAM, catowe kuri uwu wa gatanu, hafi y’ikibuga c’indege ca Bujumbura, muri zone Buterere.

Willy yagandaguwe n’abantu bataramenyekana, akaba yahora atwara ibiduga binini (chauffeur de camions) mw’ishirahamwe AZAM.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.