Accueil > Poritike > Umukuru w’igihugu ahejeje kumenyesha ko ateye ivyatsi itembagazwa (...)
Umukuru w’igihugu ahejeje kumenyesha ko ateye ivyatsi itembagazwa ry’ubutegetsi
jeudi 14 Rusama 2015, par
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ahejeje kumenyesha abarundi namakungu ko atatembagazwa ry’ubutegetsi ryabaye mu Burundi
Mukiganiro yagiranye nabamenyeshamakuru biradio nkuru y’igihugu kumurongo wa Telefone isaha 12h30, yamenyesheje ko ateye ivyatsi ugushaka gutembagaza ubutegetsi bwitorewe nabanyagihugu,arongera akamenyesha ko muburundi amahoro asasagaye kandi ko imbibe z’uburundi zose zuguruye mbere ahamagarira nabifuza kugendera uburundi ko bobandanya ingendo zabo atakibazo kuko amahoro ari hose, yarangije ahamagarira abarundi kuguma barihamwe ntibatege amatwi uwushaka kubacanishamo.
IGIHE
Messages
14 Rusama 2015, 13:27, par BIMENYIMANA
KOMERAPETERONKURUNZIZAKUNTWAROYAWE.ABOBAKWIYAMIRIZABAMARAMARE
14 Rusama 2015, 13:29, par Mutabazi
Ivyiwe twabirambiwe pe aha ikaze abandi nawe vyamunaniy ko ashika nawe?nareke kudukinisha twebwe abanyagihugu bato bato twaramuhinyuye,Imana nitabare abarundi.
14 Rusama 2015, 13:29, par NTAHOMVUKIYE FABIEN
CANE GOSE NYAKUBAHWA UGAHUMURIZA IGIHUGU CAW ABARUNDI TWARI MUBWOBA BWISHI KURUWO MUGA GODFROIL NATESHWE ATE VYAMUNANIY IMANA IZIGAME UBURUNDI
14 Rusama 2015, 13:32, par Epimaque
ahahhaha, ko atabuga aho ari se ngo bamenye niba ari mu gihugu
14 Rusama 2015, 13:33, par dieudone2mara
bwana pita niyombare niyaza kugusaba ikigongwe kuvyo yiyumviri gukora uzokimuhe kandi nawe ubwawe uhakure isomo eeeeeeeee...
14 Rusama 2015, 13:36, par alex
nutahe rero,kwatakibazo,utorumuti wibibazo turimo.tweho dushakamahoro nyakwubahwa.
14 Rusama 2015, 13:37, par Troubass
Gabanya Ibinyoma.Abarundi Bariko Bicwa Nkibikoko Kubwawe.Gezaho Turiyamirije Ugufukafuka Kwa Radio Yuburundi.
14 Rusama 2015, 13:38, par jimi
gumakwivora turagushigikiye
14 Rusama 2015, 13:43, par LIBERE NIMUBONA
MUGIZE NEZA KUDUHUMURIZA,NONE UBU NYAKWUBAHWA YASHITSE I BUJA?
14 Rusama 2015, 13:46, par koroneri
ndakeje nyakubahwa nkurunziza urasubiye kwereka abarundi namakungu kurigihangage kuko nkuwundi vyazavyaheze
14 Rusama 2015, 13:50, par kingi
Naho widadira aho wagiye
14 Rusama 2015, 13:51, par MUKURU
EGO NIHABA HUGURUY NIVYIZA
14 Rusama 2015, 13:52, par Kwizerimana Languide
Ahubwo Naze Twebwe Abarundi Twicacuriremwo Indongozi Biciye Mumatora ,uwutahungiye Tanzania Niwe Ashaka Kudusubiza Mwihumbi Gufata Ubutegetsi S’uko Nateshwe Ate ,ko Ataja Mumatora Ngo Tumuserere Mubwiherero.Peter Niyirambire Ni umugabo Yaradukuyeko Umugozi Uraho .Twebwe Ruguru Udutwi Twama Kukaradio Tuzomwongera Uwutazi Iyo Yavuye Niwe Atomutora Ruguru N amahoro Inkiko Ziracakora Ako Kagwi Zizokereka Ico Juge Yafondewe Na nyakubahwa Ntiyicaye Turamuzi Kandi Twaramwironkeye .Arakoze Kuduhumuriza N’i Perezida Nyenicubahiro Petero Nkurunziza Nakomere Kumuheto Twaramuronse Pe.
14 Rusama 2015, 14:15, par nduwimana egide
Urabesha sha kakubanye ahubwo wosaba inpuzuzawe bakazikurungikira ugafata iyija irahe ugacibwa urubanza namamakungu kuko muburundi bohava bakubabarira .
14 Rusama 2015, 14:22, par jeanluc
Irambire nyakubahwa nyene icubahiro. Abarundi isinzi Turabashigiye. Nawe Niyombare turamufata n"amaboko"a.Ahanwe vya karorero
14 Rusama 2015, 14:27, par mutama
None ga Jewe nibaza ko Nkurunziza vya muburiye, UbU ntanakimwe afise agaba, n’ivyatsi avuga ko atera abantu ntavyo agaba, yihende arandure ivbyatsi vy’abatanzaniya, ndakurahiye, amatego agenga environnement muri Tanzaniya azomufata.
Kuneza yiwe ndamuhanuye kwirinda kurandura ivyatsi biri kugata ka tanzaniya kuko niyabikora baca bamwima "ubuhungiro"
14 Rusama 2015, 14:28, par joseph Ngozi
Mbe uyo mugabo yatay umutwe?kwavugira inyuma y igihugu ayo mahoro arayafise ari mubuhungiro? sha arasanze Rajabu .Ahubwo nasome histoire ya Ndizeye ntare V imubere inyishu.
14 Rusama 2015, 14:29, par Melc
Ndamwifurije Kuza Agashika Ku Radiyo Wenye Ubwiwe Akabibeshuza Yivuye Inyuma Kuko Abarundi Turacagufiseko Umutima Tworema N,abakeba Boheza Bagashira Ibizeze Kandi Ndashimye Ijambo Ryihumure Nkiryo Komera
14 Rusama 2015, 14:30, par arsene
Vyoba vyiza mwanditse muti: "Uwahoze ari umukuru w’igihugu" ahejeje....
None agitwarira mu mahanga?
14 Rusama 2015, 14:32, par uuuuuuu
agashinyaguro kiwe ntikazopfa gaheze,,none ko uburundi burimwo amahoro naze none aha i bujumbura nindege,,,kwaruheze inyuma urugo rwiwe,,nabe areka gufyina ibintu bikomeye,,,
14 Rusama 2015, 14:34
manuka rero muburundi tukwemere iryo nigere ryanyuma bayi
14 Rusama 2015, 14:37, par nzobambona
abobiyamiriza ubutware bwawe nyakubahwa nabazeye uburaro mukigega cigihugu baharanira inda nokugomba kurya bagaramye aho ibujumbura gusa babona kumenga harihico ubarusha nabo ntibamenye kuw’Imana ihezagiy imuhezagira bos bareba kandi igikere ciganye inka gufora amabondo cahasize agatwe twebwe muzee tuzogutora kiretse urambiwe nukwitoza kuko jew ntore ukubaho kwanje nukurya ncumukuye ndeke nuko jew prezida mugutwara kwiwe ntacampombeje na1 mvuze ivyo ntari imbonerakure sindimumugambwe ndumuntu abobiyamiriza ubutware bwawe nyakubahwa nabazeye uburaro mukigega cigihugu baharanira inda nokugomba kurya bagaramye aho ibujumbura gusa babona kumenga harihico ubarusha nabo ntibamenye kuw’Imana ihezagiy imuhezagira bos bareba kandi igikere ciganye inka gufora amabondo cahasize agatwe twebwe muzee tuzogutora kiretse urambiwe nukwitoza kuko jew ntore ukubaho kwanje nukurya ncumukuye ndeke nuko jew prezida mugutwara kwiwe ntacampombeje na1 mvuze ivyo ntari imbonerakure sindimumugambwe ndumuntu mbere muto.
14 Rusama 2015, 14:37, par Eliah
Nagende hubwo bamukanye. Kozuguruye nikuki asembereye? Yananiwe gutaha hanyuma ahindireyo abandi?
14 Rusama 2015, 14:37, par Eliah
Nagende hubwo bamukanye. Kozuguruye nikuki asembereye? Yananiwe gutaha hanyuma ahindireyo abandi?
14 Rusama 2015, 14:41, par NKUNDA UBURUNDI
KOMERA IYOMIHIMBIRI NDARINZI KO ATAMURUNDI AGIHENDWA NKUKO BAHENZE NGEZE UHEZAKUGOKA IBIGORIBIKERA
14 Rusama 2015, 14:46, par kaburungu
Genda amahoro Peter wari waratwifatiye nizo mbonerakure zawe. General Adolphe, Willy Nyamitwe, Nduwimana Edouard, pascal Nyabenda, ndakugarika, nabo bose bari bafatiye amaboko imugongo abarundi mugende amahoro imana ibakire mu bwami bwayo.
14 Rusama 2015, 14:49, par gumakwivora nkuru
ngo abashaka kubugendera nibabandanye no kuki atobaza imbere akabereka !! ninde yogendera igihugu n’umukuru waco yasubijwe inyuma agiye kuri aeroport.fata inkoho fata inkoho ariko naho nyene ukawucana tuwuzimiriza iwawe nyene ugize amahirwe ukahakura amabwena hahah yaco unanamba amaraso ya safisha wanyoye nayandi washeshe wibaza ko azijana?
14 Rusama 2015, 14:49
umugabo must Gupta arasezera ivyo yavuze nikujitetey nibimaramare uyo mwichanyi tumufatish iminwe igihugu gisubire my mahoro utwo turwi
14 Rusama 2015, 14:52, par NZOJIYOBIRI
EGO MUTAMA URAKOZE KUDUHUMURIZA VYOBA NIVYO.INGANJI YAWE NISASAGARE HOSE.
14 Rusama 2015, 14:58, par Bizimana Patrick
Nagushima cyane uje ukabivugira mugihugu cyawe
14 Rusama 2015, 15:02, par Abdul Rahman
Wang Nurek Gutetemera Kuk Bakubwiy Kuva Kera Utunva Non Nyambushakubutunzi Imyaka Cumi Utway Nturatunga? Emera Utangimihoho Kuk Wakoz Ivyiza Vyinsh Vyohava Bihinduka Ibibi Kand Abarundi Dufis Agahararo Twaraguhaz. Bawiyunvira
14 Rusama 2015, 15:02, par Joël
Ijambo Uvuze Ndaryemera,abarundi Nibatekane Ntantambara Iri Mu Burundi.
14 Rusama 2015, 15:07, par Amajyaruguru
Nkurunziza namenye ubwenge, abari kumutera ntabwo ari abarundi gusa, ni abo basanzwe barebana nabi bo karere k’ibiyaga bigari, nawe nabatere nibasubira inyuma kwitabara iby’iwe birahosha niba atabikoze ni hahandi ubutegetsi bw’iwe buratembagara rwose!
14 Rusama 2015, 15:07, par Akanakimana
None Ko president avugako imbibe zigihugu zifunguye nigiki camubujije gutaha?
Nareke guhuma amaso amakungu nay’abanyagihugubo ntibakimukeneye ntawase kumutekano utob’uhari kuko urugamba twaraye turutsinze ahubwo Tanzaniya nibikore nkuko yam’ibikora imwihere ubwenegihugu nayuburundi hoho ntitukimukeneye
14 Rusama 2015, 15:14, par vianney bukeyeneza
komera mutama nkurunziza twebwe urwaruk tukuri inyuma abo biga gutembagaz ubutegets nibabandi mwacira umugani w’ivubi n’imbwa.aho imbwa yabona inyama ikazisimbirak kubera ubukunzi bw’inda iribagira yuko yaje gusaba umugeni.nay godefroid nafatwe kumabi yakoz cank mumuzane tumwambur ayo mapete yitwaz nateshw ate amase yakera ntagihom urutaro.ndashimira abamaz kw’ishikana kandi prime ut komera uraz ico ujejwe ntukorane nizo nyankaburundi waramiz ibanga rya gisirikare.arik kubona umuntu yitwa nka godefroid yisetsa ngo akuye abantu kubtegets umushikiranganji wo kwivuna abasi nuwumutekano,nuwa Etat Major batamushigikiy yagomba ik?ubu sinko kur NDADAYE igisirikare kiracanze.
14 Rusama 2015, 15:21, par Francine
Ndabikunze cane.
ABANYAGIHUGU Bariko bonona gusa I gihugu, uko si ukwiyamamaza ni kwica, kwiba, n’un’ukwiba. Umukama azobibabaza igituma bakora Ivyo Je ndizeye Yezu Christu N’UMukama bizogenda neza vyose.
14 Rusama 2015, 15:23, par iriba
Natangure wenyene
14 Rusama 2015, 15:23, par jean luc bayis
none kuroha abandi honyorayo turabe birangire wibonera ahubwo reka tuzambike twikokore wirabire koroka dukubite c v k
14 Rusama 2015, 15:24, par RIYAZIMANA FABIEN
BWANA NKURUNZIZA NAREKE KWIDADIRA GUTWARA.UBURUNDI KUKO VYAMUNANIYE GUTWARA NTABUGABO YEREKANYE NAREKERE GEN MAJ NIYOMBARE YAMURUSHIJE UBUTWARI
14 Rusama 2015, 15:38, par Ngendakumana Soulaimani
Guma kwivora mutama abajebajeba bajebajebe natwe dusonge mbere Imana ntishobora kwihanganira Injavyi.
14 Rusama 2015, 15:59, par Bigirimana J Marie
Nagir Mbaz Non Ko Ataz Twebw Abagumyabang Twagiz Ubwob Mwotubwir Iki Cokuturemesh Kuk Mugumye Iyo Ivyo Bavuga Vyozoba Vyo?
14 Rusama 2015, 16:01, par Ikinyoma kima umusi...
None nimba amahoro n’umutekano ari vyose, ivyo navyo bituragurika n’ibiki?
14 Rusama 2015, 16:08, par ajga
kohari amahoro kuki wagumye uhunze?reka guhenda abarundi namakungu ntugaruke
14 Rusama 2015, 16:24, par John
Ariko ga Peter ubuwewe uracakomeye kweli mbegakuki ushakakuducanishamwo, hanyuma ukigira yasoni, ahubwo rindiragatoya tura kurengutsa uje gusigura ingene ucanishamwo abarundi
14 Rusama 2015, 16:31, par nwari
Haaaahiiiii jewe Baba jwe nijwi ryarye noguhaye none uriko wigumiza haze taha tukurunde amajwi hoooooo twe ;na Mutabazi!vuganabi;nuwera;nyamitwe ;nduwimana ;kaburugu;etc ntuduhemukire???haaa rara rara rara uwuzotagura intambara izoherera iwe :rara rara rara hiii hiii
14 Rusama 2015, 16:48, par kabul
Rindira gato iyo mihimbiri yigira ngo yafashe igihugu mumwanya utari mutu turapasura imitwe duheze twiyokereze inyama zabo
14 Rusama 2015, 16:56, par Akimana Alain Juslain
Non Ko Umutekan Ari Ikireng Non Ayo Maradio Bavug Ko Bariko Baraturir Ivyo Nivyo Wita Umutekano Reka Ubu Abanyagihug Batobato Twaraciy Akenge "uwutazi Ko Atatuzi Amaguru Yoyambika Ishati"
14 Rusama 2015, 16:58, par Akimana Alain Juslain
Non Ko Umutekan Ari Ikireng Non Ayo Maradio Bavug Ko Bariko Baraturir Ivyo Nivyo Wita Umutekano Reka Ubu Abanyagihug Batobato Twaraciy Akenge "uwutazi Ko Atatuzi Amaguru Yoyambika Ishati"
14 Rusama 2015, 17:00, par Akimana Alain Juslain
Non Ko Umutekan Ari Ikireng Non Ayo Maradio Bavug Ko Bariko Baraturir Ivyo Nivyo Wita Umutekano? Reka Ubu Abanyagihug Batobato Twaraciy Akenge "uwutazi Ko Atatuzi Amaguru Yoyambika Ishati"
14 Rusama 2015, 17:12, par ciao
Uwahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza , dusabe aba Tanzaniya bamubungabunge bongere bamucunge kuko urukiko mpuzamakungu ruzomukenera budatevye. Agarutse mu Burundi uwuzomubona wese amufate.
14 Rusama 2015, 17:41, par Gakiza
So SAD to hear how TAnzania is allowing Nkurunziza to use his phone to make the fight and the situation worse in Burundi.Which kind of neighbour?
There is a God, un jour ca sera leur tour...
14 Rusama 2015, 17:43, par swidiq nsabiyumva
iryo ni igere rya mwisho nagerageze turabe
14 Rusama 2015, 19:25, par Eric Niyonsenga Lily
President Turacagkunda Ark Twogusab Ko Niwab Ubona Ko Umutekano Wjw Utubahirijw ,Woba Urabangira Kugaruk Kk Wohava Ugirirwa Nab Hama Amaraso Y’abarundi Beshi Agaseseka .
14 Rusama 2015, 20:17, par sereve
None kwavuga ngo haramahoro we kwadataha murayo mahoro
14 Rusama 2015, 20:28, par orave,
none.amahoro ntiyobaho.tokisubiriramugihugu.?
14 Rusama 2015, 20:29, par orave,
none.amahoro ntiyobaho.tokisubiriramugihugu.?
14 Rusama 2015, 20:55, par Ntamikino Jur
Hah!hah!sha burya urintamutwe ibintu birikovyankirika ng’umutekano niwose?ahubwontukwije peee!!
14 Rusama 2015, 20:58, par nduwayo
uko birikose muntara hagati hari umutekano urenzeko ariko ibujumbura siheza nibageragez babitungany mukwumvikana
14 Rusama 2015, 21:23, par ketty
ngo peter yob yashitse mu burundi???
14 Rusama 2015, 21:27, par achille niyongabo
imana abategetsi basenga so manager yukuri kuko uwoja kuri tere ntiyovuga ko amahoro ahari ninzara itekeye abarundi bats rengutse my Burundi. bazorengutswa i iyarusha Atari iyarusha ni rahe vyanse ikuzimu ntazorica ndabarahiye
14 Rusama 2015, 21:32, par Désire
igitangaje nikimwe none president ko yatevyeye ivyatsi iyo nyifato ya niyombare.iyo yari bamubwiye kuza kwitoza?canke .vyiza navuge ahahagaze hakiri kare kuko akataretse kaba gasema .mu burundi.vyose vyararangiye ,
14 Rusama 2015, 21:35, par Désire
igitangaje nikimwe none president ko yatevyeye ivyatsi iyo nyifato ya niyombare’’iyo yari bamubwiye kuza kwitoza?canke .vyiza navuge ahahagaze hakiri kare kuko akataretse kaba gasema .mu burundi.vyose vyararangiye ,
14 Rusama 2015, 21:50, par vyinyako magabara
naze Abivugiremugihug tumunyong wumva uriko ugomatiki???
14 Rusama 2015, 21:58, par B.M.W.
Nimc Umutekan Urimuhira Kwa Nkurunziza Tweturaye Mugitoke.Na 4ne Ntituyitab.Rro Narek Kwicinzeher Kuk Nibiriko Birononekar Mugihug Nivyishi.P6.
14 Rusama 2015, 22:16, par Nshimirimana solange
Asha ntasoni afise abantu biriwe mumazu atanuwusohoka ngo amahoro niyose nawe nugaruke uyasasagaze
14 Rusama 2015, 22:33, par vuganeza
@nwari
Tu es un abrupti!Muriko mwigira utwo inda zikoza mw’i butura,na bado ivyo mumaze iminsi mwikoza ,ntaco mvuze!!!
15 Rusama 2015, 03:26, par najma
Vous êtes vraiment sot est ce que les gens qui meurent chaque jour à cause de vous et là vous dites qu’il y a vraiment la paix celui qui croit ce que vous dites et sot auss
15 Rusama 2015, 07:14, par Ntakamurenga Jackson
None Ko Mutagomba Kubura Ngo Muje Mu Manama Canke Mukore Ibiganiro Bizoherera He ?Humuriza Bose
15 Rusama 2015, 10:31, par kibeni budu
amahoro ariho nivyontacomuvuganabi
ahobwonimurondere abobagomba gutembagaza igihugu noe pitankurunziza ntazotogwa nabanyagihugu bamushaka abatamushaka nabobosise uwiwabo nimureke kuvamukawa chose bizotsa mumatora
15 Rusama 2015, 11:15, par Emmanuel Niyongabire
That Isn’t True In That There Are Not A Peace Look At In Countriside And Make Analyse
15 Rusama 2015, 11:18, par UMUNTU Homme
Abant bapf badapf ntaco bimutway nne ntibavuka k’ubuntu reka bapfe ku buntu ubund ho ntiyivugiy ko ari nk’ukunywa akayi! Namba mutumva.Ni mcezo wa ndani nk’uko babivga.Tweho dtegerezw guhona nyene.
15 Rusama 2015, 11:24, par Emma
J’entend Souvent Parle Que :<burundi’s Countrie Of Milk And Hunny>> Mais C’est Faux
15 Rusama 2015, 11:25, par Emma
J’entend Souvent Parle Que :<burundi’s Countrie Of Milk And Hunny>> Mais C’est Faux
15 Rusama 2015, 13:52, par ERIC JACKSON
EMWE REKATURABE IYOBIHERERA DUSABIMANA IDUHE AMAHORO OK
15 Rusama 2015, 14:19, par Aaron
Abatinya Kuja Mu Matora Batinya Gutsindwa Canke Gutsinda?Erega Vyose Birashoboka!Petero Nkurunziza Arafise Abiwe Kandi Bamuyoboka Ngira Namwe Mwiboneye Aho Ukuri Guhagaze.
15 Rusama 2015, 14:47, par Fblus
Yeemwegay nubu yagaruts uwo mugesra?? Ivyo yakoz twarabony ntakintu nakimwe yashiz imber atari kwica inzira karengane. Ariko turagowe ahubwo nugusenga..!
15 Rusama 2015, 16:12, par burundian USA resident
Nkuko vyavuzwe "uwuzotangura intambara izitangurire iwe yongere iherere iwe "ntantwaro yigikenye tugikeneye mugihugu dushigikiye inzira ya democratie
15 Rusama 2015, 16:22, par Samandari
Ikigiye Kuba mugihugu hagati ya Nkurunziza niyindi migambwe nuko nkurunziza agiye kubereka uwufise amavya maremare hagati yiwe nabo Bosse bamugwanya ni nde aho rero igihugu gizocha kiba nka Sudan yamajefo hamwe atokoresha ubwitonzi bwinshi
15 Rusama 2015, 18:26, par nsengiyumva Paul
Komera muzehe, wacu abakwanka bamaramare.
15 Rusama 2015, 19:48, par XX
mbe ivyo mutukana nta soni,nta kuganza kutava ku mana.ahubwo vuga muti Mana dushaka ubutegetsi buvuye mwijuru.nayo ahandi sivyiza gutyoza ikiremwa nkawe kuko twese dufise ishusho y,Imana.
15 Rusama 2015, 20:55, par N,onesmo
Nyakubahwa Imana Ikuje Imbere,kand Izobataliyo Muzirebe Vuba,buyoye Nawe Araho,musaga Na Sinduhije,munyakabiga,nibande?Murikino Gihugu,majenelali Bemaso,godifuruwa Uribagiye Uburundi,none Ayomaraso Usese Ubaye Iki? Imbere Y’ Imana,vitali Uri Muburund? Murwanda Namahoro,chunga Leo Venna Kesho Wewe,maandamano Kesho Tuanzie Hapo Kwako Asante,maamuzi Mazuri Kesho,
15 Rusama 2015, 22:53, par fami
komera mutama,intwari zo ntizibuze,dushimire general major prime niyongabo ndetse mutama twizerako ugiy kumushimira mukumugrada kwipeta rya lieutenant general,wongera ugrada umusirikare warurongoye abandi bar kur radio nkur yigihugu,nizind ndongozi naw uzi knd ubona,tutibagiy abarundi bumutima runtu,nuhagame mu gihugu no mu makungu,
16 Rusama 2015, 06:56, par nsengiyumva Paul
Komera muzehe, wacu abakwanka bamaramare.
16 Rusama 2015, 08:48, par Imana iracari hejuru ya vyose
Barabony ko tur ibijuju iyo coup d’Etat monté bibazako tutayibona?NIYOMBARE ar he kwatafashw nk’abandi war umugambi w’uguturira ama radio banyukur abanyagihugu atawuvuga
16 Rusama 2015, 14:27, par man
Mbega umugabo wabagabo,urabereye guhabwimpundu!ntawabayeho ntanuwuzoza ahwanye nawe!mwabagesera mwe mwarimwaramenyere kuduta mukaga mukugandagura abakuru bibihugu bitorewe nabanyegihugu?reka da nkurunziza we suko,ni cayiiii!!!komusigaye mwikovye umenga ninkware yafashwe numushibuka ?reka tubacangecange tubashire kumurongo,cambu canyu politike zitarutana iya cndd-fdd yo nagahebuza!nabandi muze mubabwire!ubu ndazi na obama agiye gusaba ubufasha bwokumucungerera ubuzima ngahiwacu,kuko ingabo zigihugu cacu ningwe!!!!tinya vako!!!
16 Rusama 2015, 17:04, par japhet
mutama turakwemera kuko uri umugabo kand turacakeney ko urongora uburundi maze tukibera mu mahoro abo nabo bazimiye bandanya kubashira ku murongo natwe abarundi tukuri inyuma kand turagushigikiye
16 Rusama 2015, 18:29, par vuganeza
@imana irac....
Ahubwo ni mwebwe mwibazako turi ibijuju,imigambi yo guhonya abahutu yabatekurukanye,twebwe ntaco tuzobagira tituremye kimwe,coup d’etat yakozwe n’abatutsi gusa!ahubwo za muramaramara muhore ntimuhave mukubita agati mu ntozi,murasara kabisa coup d’etat mwayiteguye kuva kera ntimwaguma muyirirmba hano ku ma sites mwibazako mutabwira abumva,rukindikiza ivyo yavuze kuri france 24 ngo hazoba coup d’etat,ntitwumva,ba pancrace ukuntu birigwa bikiriza bashimira abasoda bamwebamwe burya mwibazako tutabona ko hari ico bishimiye,ba sinduhije amajambo bamaze iminsi bavuga,ariko bo nibivugire ntibari i burundi,maramara neza!!!
17 Rusama 2015, 09:06, par Vital
TURAMUKEJE KANDI TURAMUSHIGIKIYE
17 Rusama 2015, 15:39, par harerimana pacifique
mwumve bahutu batutsi.jewe nama mbuga kandi mvuga ukoa ibintu ndabizi.nkuko namye mbabwira,ndumuhutu windya munyu.uyo nkurumbi mwumva,ntakabe nkurunziza,yari nkurunziza akitwizeza yuko abahutu tugiye gukira,ariko mwitegereze ukuntu yaduhemukiye izuba ryaka.jewe singomba guhisha umwotsi inzu iriko irasha,nukubivuga mvyeruye.uwo nkurumbi mubona,yuzuye amacakubiri murico gitwe ciwe.,akongera agahonya abahutu kugira aronke uburyo bwo kuguma kuriyo ntebe yicayeko,erega nimukanure mubone ukuri aho kuri ntaco muguma muri ibihwiji.azobamara yitwaza yuko ari abatutsi bagomba kubamara.ivyi bihutu vyanikira amazuru ngo barashigikiwe,nimurabe ivyabaye i muyinga muru ruvubu.ni abatutsi babikoze?ni mwibuke ivyabaye mu gatumba.ni abatutsi babikoze?abo batutsi ariko arakubita akabakubita nkuko muriko muibona,nibo bamushikanye aho ari.ariko,imana ninyakuri,twizere yuko ibona amabi ico gikoko co mwishamba kiriko kirakorq,hanyuma imudukureko.naho kuvuga yuko ari akarwi kabatutsi kabikoze,muhendwe ukuri muzoteba mukumva mwariyanduje mugusesa amaraso.ntabahende ngo mukore amaraso nkayakora,araykora wenyene yamenyereye kunywa amaraso yabahutu.
18 Rusama 2015, 09:05, par Manisha alain
Igihe coye uwukora ivyiza abantu ntibamwemera mwibuke ko na Jesus yishwe nabiwe muga ubu sikera twarakanuye amajambo ntaghenda umuntu kuko ubu umurundi wew avuga ati:"ndumuhutu ndumutwa ndumututsi" komera se barundi
2 Ruheshi 2015, 16:30, par patriote
imbere yuko ngira ico mvuze mbanje gushima ku kigoro mugira ko gushikiriza ivyiyumviro amanyagihugu batanga,ijambo numva noshikiriza bisa naho ndabibwira abene igihugu,hama nkanabamenyesha ko bakwiye kuva mu bugugu bahenzwe nabanyamahanga.amaraso igihugu kimaze guseza nabonse rimwe ni menshi,abarundi harivyo twarazwe nabasokuru bijanye no kuvugira mu migani nanje umugani wanje numva nosa naho nsangira numuntu wese uhereye kuri nyakubahwa arongoye igihugu c uburundi nuyu mbega umuyanga yanzi yashobora kuragira ubusho bw’inka,abarundi barantangaza jewe ntacantangaje nagato kubijanye nivyo umukuru wigihugu ariko arakora,icamuteye kuja mwinshamba mwese murakizi sugukunda igihugu ariko nuko yari yabonye ingene bisheumuvyeyi wiwe none nkawe namba waraciye mwishure vyukuri wokwibaza ko umuntu nkuyo ashikiriye ubutegetsi aba azanywe no kugarukira amahoro canke aba afise iyindi ntumbero,yo kugira y ihore ivyo yasonye bakorey se,ubona kubana bigihugu hari nico avuga?wewe yibaza iki nkijambo nkiryo ashikirije azi abanyagihugu baburiye ababo nivyabo,iyo nibaza kwarimwe bita strategie politiques akoresha kugira ashike kuntumbero iri mu mutima ndazi ko ashobora gusoma ubu butumwa niyo mpamvu dushoboye kwandika ngo uyu mugani aho aryama canke agirira umwanya wo kwiyumvira kubiri mugihugu,awiyumireko si wewe wenyene abarundi twese turazi abasheshe amaraso bavuga ngo ntagiti kigukora mujisho kabiri kiba gishaka kurimena,barundi barundi kazi bibahe icigwa ibi umukuru wigihugu akora bibahe kumenya icatsi mururo,mureke guhedwa ntawasheshe amaraso yoshobora kuba umuvyeyi wigihugu igarure bene wacu