Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yashitse i Dar-Es-Salaam
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yashitse i Dar-Es-Salaam
mercredi 13 Rusama 2015, par
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye mu gatondo ko kuri uno wa gatatu inama y’abakuru b’ibihugu bigize akarere ka Afrka y’Ubuseruko yatunganijwe mu gihugu ca Tanzaniya i Dar-Es-Salaam
Aho bagiye kurabira hamwe ikibazo kiri mu Burundi kiriko gitera impari nyinshi kijanye ni kiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza
IGIHE
Messages
13 Rusama 2015, 09:29, par donatien
Mu Burundi nta Bashingantahe bakihari? igihugu cicwe n´umutu 1 ntimwopfuma mu musezerera nka BAGAZA ubuzima bwigihugu bukabandanya(nawe akaba araka indaro muri TZ
13 Rusama 2015, 09:30, par niyomutabazi beatrice
ataretse iyi mandat igomba kudukwegera akarambaray ntagaruke.bagetagexe bamwimvishe
13 Rusama 2015, 09:42, par BIZOHINDUKA
Twizere ko iyo nama iza kurangiza iki kibazo.kbw ivyo nobasaba ko boyikorana ubwitonzi ntangere kuk nibo abarundi bitezek urukiza.
13 Rusama 2015, 10:01, par uncl
nibapfe kuruta ng barahanura kko amatwi yuzuy urupfu ntiyumva.
13 Rusama 2015, 10:09, par Aline
Mana ube hafi wiheshe icubahiro
13 Rusama 2015, 10:13, par teransi
twagombakumenya ivyavuye muriyonama iriko ibera idarsalam
13 Rusama 2015, 10:31, par RAMADHAN
NDASABIRAGUSA UBURUNDI BURONKE AMAHORO ABABUTWARA BARABE INYUNGUY’IGIHUGU.BARENGERE INYUZUMWUMWE
13 Rusama 2015, 10:31, par kibondo
komera mutama turagushigikiye turi inyuma yawe twese Imana ikuje imbere rema yesu arashoboye amen
13 Rusama 2015, 10:47, par Iyumenya
Nibamubarire asokple hakiri kare ata jenocide izomuharugwako.
13 Rusama 2015, 11:06
Ww ukibandanya ushigikira Peter ntamutima ugira ukunda abarundi n Uburundi ukunda amaraso
13 Rusama 2015, 11:13, par UMUGABO
PETER WASE KUREKURA IYO MANDAT, NDASENGA IMANA IGUKORORERE MURI TANGANYIKA DE RETOUR UCE UPFA UHEREYO. AMARASO YASESETSE ARAHAGIJE UBU DUSAVYE IMANA HASESEKE AYIWAWE. TON TOUR EST A LA PORTE.
13 Rusama 2015, 11:14
emwe murarabe neza nukuri uwo muntu umwe ntagaruke yitoza mu burundi kuko inganda zatikiye kubera we uwo muntu umwe gusa. kandi amaraso yasesetse kubera iyo manda ya 3 ni menshi cane tutibagiye inzara kubera ata buzima bukiriho mu gisagara vyongera ku mitima y’abene burundi iriko irahahamuka kubera umutekano muke; n’umwana yiruka mu nzu bakamusangayo nivyuka bitewe n’igipolisi ca NKURUNZIZA
13 Rusama 2015, 11:22, par ICOTUYISAVYE
Mana y.uburundi udufashe aveyo avavanuye n.ikiringo ca gatatu co gutwara uburundi ngo turonke amahoro.
13 Rusama 2015, 11:23, par ICOTUYISAVYE
Mana y.uburundi udufashe aveyo avavanuye n.ikiringo ca gatatu co gutwara uburundi ngo turonke amahoro.
13 Rusama 2015, 11:32, par Nkurunziza
Nanyarutse gusokora canke yibonereko!
13 Rusama 2015, 11:35, par minani
Mutama wacu Président NKURUNZIZA, turagushigikiye 100%. Abo bansumirinda bagomba gusubira guta igihugu cacu mu kaga nkuko bamye babikora muri ...,1972, 1988, 1993,... nibacire birarura. Abarundi twese turabazi, kandi bamenye ko umurundi womuri iyo myaka navuze atariwe murundi w’ubu. Ntituzigera tubemerera ko, bahonyanga démocratie twaronse turushe. Peter NKURUNZIZA, komera abarundi turi inyuma yawe!!
13 Rusama 2015, 11:39, par giti
Iyo bamureka akanyagirwa nkuko ari kunyagiza abaturage b’U Burundi
13 Rusama 2015, 11:41, par teransi
twashakakumenyako inama yatanguye mutubwire ibirikobiraba
13 Rusama 2015, 11:43, par etienne niyongabo
nagenda hanyuma mamda ya 3 ayihebe kugira abarundi boye gupfa bangara nk’abana b’inyoni.
13 Rusama 2015, 11:50, par intakangwa
Nibaza ko bamugondoza akavavanura na mandat igira 3 kugira impunzi zihunguke amatora meza ahez abe.
13 Rusama 2015, 11:50, par dieudone2marangara
biragaragarako harico batinya vyukuri imyaka bamaze batwara babuze uwundi botora? abarundi tukironkera amahoro. shaaa icakora barigayishije none ntakindi gihagararo bafise uretse pita? hooooo !!
13 Rusama 2015, 11:51, par intakangwa
Nibaza ko bamugondoza akavavanura na mandat igira 3 kugira impunzi zihunguke amatora meza ahez abe.
13 Rusama 2015, 11:51, par mukunzi
Imana ibafashe bagiricyo bageraho.
13 Rusama 2015, 11:51, par intakangwa
Nibaza ko bamugondoza akavavanura na mandat igira 3 kugira impunzi zihunguke amatora meza ahez abe.
13 Rusama 2015, 12:16, par GAKOZI
uradutabara ntugaruke nkurumbi nawe
13 Rusama 2015, 12:28, par harageze
jewe atanugusukana, atanukubesha, akaramuka atahevye mandant ya 3 nca mpunga nutwanje twose. Ndizeye ko umusoda azoba amwegereye aheza agafasha uburundi akarumurabira.
13 Rusama 2015, 12:37, par audi
nyakwubahwa uradukunda heba ufate igifasha Tuve munduru
13 Rusama 2015, 12:43, par pacifigue
ewe nkurumbi wodutabara ugatembagara ugahera iyo wagiye’imana yoba ikunda abarundi
13 Rusama 2015, 12:45, par Maria Butoyi
Manda ya gatatu ntaho bihuriye n’ivya 72, 88 , 94,....,
Nimureke kutuyoborera mu ntambara y’amoko nk’abayoborera inka mu rugomero. Ntawipfuza kusubira inyuma mu ngorane z’amoko. Twarogoroye,Twarogoroye, nitwogorore dusozere ubwato imbere, abotwara Uburumdi mu bahutu si Nkurunziza gusa canke si cdd gusa. Mureke rero kutubesha mwitwaza ibitagira mvura,ndi umurundi w’umuhutukazi naho ntaba mu Burundi.
13 Rusama 2015, 12:45, par Nteziriba toto
Nibibukanye ivyo basezeraniye iyo nyene.
13 Rusama 2015, 13:15, par Amimu
Dusaba IMANA rugira vyose iyo nama ignore ico imariye uburundi amen
13 Rusama 2015, 13:15, par Modeste
Peter Niyemer’inama Bamugira Abarundi Turarushe N’ibiza Vyaburimunsi Inzara,intambara
13 Rusama 2015, 13:15, par ndayisaba leonard
Imana iriho kandi irareba!!!
13 Rusama 2015, 13:16, par gasozi
MANA y’uburundi hindura umutima wa Nkurunziza, iyo nama igire ico imariye abarundi barushe kubera imyiyerekano.
13 Rusama 2015, 13:26, par big@James
se barundi ntashobora kuba umubisha nkuko uwo yigize kwari we none dusanze atari se barundi ni ngwe yiyorobetse nonerero koyagiye ntamugabo numwe yokwitangira abarundi uyo nkurumbi agasana haruwundi tugatabagwa!
13 Rusama 2015, 13:37, par Adelin
Imana Ivugire Muri Peter Yemer Guheba 3emandat Nayahandi Turakoma Akaruru.,. Mana Vura Muri Peter Nkurunziza Amen!
13 Rusama 2015, 13:52, par kaka
Yewe minani ur’umurundi gito, ayo moko ushira imbere Imana izoyagushira imbere, aho uvuga ngo abarundi turamushigikiye ubona atariwewe wenyene ufise ivyiyumviro nkivyiwe vyo guhonyanga amabwiriza? Twe ntituri mumoko dushaka cdd ushireko uyundi wujuje ibasabwa hisunzwe amabwiriza. Canke usanga Peter ariwe muhutu wenyene cdd ifise? Uburundi ntibukeneye abarundi nkawe.
13 Rusama 2015, 13:52, par Aaron
twizr atuzanir ihumur turarush
13 Rusama 2015, 14:14, par Amen
Barangije kumukorera coup d’etat. watch BBC and Aljazila
13 Rusama 2015, 14:20, par katwa
twamuvanyeko vyaheze, mwebwe muracari mumanama
13 Rusama 2015, 14:38, par Muhima
Twizere ko adahera araswa mundenge agarutse nka mwenenyina Ntaryamira
13 Rusama 2015, 14:51, par Ndabirabe
@Minani na @Kibondo, ni vyiza gushigikira uwo mukunda Nkurunziza ariko rero ntimwomuvunja abanyagihugu booose bahungiye i Rwanda, RDC na Tanzaniya hamwe n’abariko barapfira mu Gihugu hagati kubera son maudit 3e mandat... Na Havyarimana vyaruko nyene, bavuga ko bamushigikiye 100%, mugabo sinzi niba vyari ku gatima canke atari ubwoba bwabibavugisha, mukomere!!!
13 Rusama 2015, 14:56, par ibra
Gusara si kwiruka ku mupira gusa gutwara nti kwiruka ku bibazo vya barundi tubise nidugushaka
13 Rusama 2015, 15:11, par jeam
Nabihe jvyo kwitaza i.
13 Rusama 2015, 16:04, par Nahayo
Nonehoho aremererwa kugaru
ka mu Burundi?
13 Rusama 2015, 16:05, par Nahayo
Nonehoho aremererwa kugaru
ka mu Burundi?
13 Rusama 2015, 17:23, par hakizimana
nonegaa,kovyagenzuko,twicareturyame?jewesinumvakwamahorariyose.habanamba,kukobiteyamakenga.
13 Rusama 2015, 19:33, par teransi
nkurunziagezehehemurimake?
13 Rusama 2015, 20:43, par Nshimirimana solange
Ariko ga petero nkurunziza turarushe ntitugukeneye twarushe
13 Rusama 2015, 21:39, par none inama yagenze gute? kwata resultat yayo mwaduhaye?
Elias
13 Rusama 2015, 21:39, par none inama yagenze gute? kwata resultat yayo mwaduhaye?
Elias
13 Rusama 2015, 21:39, par none inama yagenze gute? kwata resultat yayo mwaduhaye?
Elias
14 Rusama 2015, 05:34, par teransi
kotwarindiriye inyishuyivyabaye munama tukabura
14 Rusama 2015, 06:08, par fidele
what’s the right from in the meeting? tell us.
14 Rusama 2015, 06:15, par Fidèle
None nkaho mubona igihugu nicofatwa uku mbega amatora yumukuru wigihu mubona azirangugwa neza naneza? murakoze!
14 Rusama 2015, 06:20, par Jonathan Fidèle
Inama yibihugu bibanyi yoyose irabivugako iki? nibagirico baterereye muvyiyumviro kuko ntitugomba kwamira mwibi!
14 Rusama 2015, 09:38, par NGABONZIZA Leonce
Jew nashaka kumenya neza ko kugezubu umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yatashe canke atarataha mbega hoho mugisirikare icuka cifashe gute?
14 Rusama 2015, 11:06, par ibigoyemakungu
Abarundibashaka Rukokoma. muramukurahese korinaribonye muri politiki yu Rwanda
14 Rusama 2015, 12:37, par Nicintije Ernest
Amakuru Yiyi Saha
14 Rusama 2015, 12:38, par Nicintije Ernest
Amakuru Yiyi Saha
14 Rusama 2015, 12:47, par Ntahimpera jean Pierre
Icipfuzo nukodukeneye amahoro twese Muburundi No mumakungu
14 Rusama 2015, 17:55, par nayisi
wadutaye muri kano kaga urihe? abantu baguhonereko ng’uri mumanama.ingo none ko amahoro ari yose unyegeye iki?
15 Rusama 2015, 08:40, par HAGUMIMANA ROBERT KAMPALA UGANDA
why is it that african leaders once they get into power it becomes hard for them to leave?? unlike the few ONES like NELSON MANDELA
15 Rusama 2015, 08:44, par HAGUMIMANA ROBERT KAMPALA UGANDA
why is it that african leaders once they get into power it becomes hard for them to leave?? unlike the few ONES like NELSON MANDELA
15 Rusama 2015, 12:15, par NDUWIMANA JONATHAN
NONE NKURUNZIZA WE! UBWO NTIWOSONERA IMANA YO!! IBIHUSHANYE NAMATEGEKO NIVYAHA KAND IMANA IRAVYANKA KAND UBURUNDI NUBWABAGABO TESHWA UTE WUBAHE NONE NKURUNZIZA WE! UBWO NTIWOSONERA IMANA YO!! IBIHUSHANYE NAMATEGEKO NIVYAHA KAND IMANA IRAVYANKA KAND UBURUNDI NUBWABAGABO TESHWA UTE WUBAHE IMANA
15 Rusama 2015, 13:35, par BIZIMANA MÉTHODE
NIKAZE PETER