Accueil > Poritike > Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ntiyitavye inama yabereye i Dar es (...)
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ntiyitavye inama yabereye i Dar es Salaam
dimanche 31 Rusama 2015, par
Mu gihe uno munsi hitezwe inama y’abakuru b’ibihugu bigize akarere ka Afrika y’Ubuseruko yatunganijwe mu gihugu ca Tanzaniya i Dar-Es-Salaam aho bitegekanijwe ko biga ku kibazo c’Uburundi na cane cane ukwitoza kwa Petero Nkurunziza mu kiringo ca gatatu, vyahavuye bimenyekana ko umukuru w’igihugu c’uburundi atitaba iyo nama.
Umuvugizi w’umukuru w’igihugu Gervais Abayeho yamenyesheje ko Umukuru w’igihugu yarungitse Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu Alain Nyamitwe kugira ngo amuserukire, arongera akamenyesha ko imvo nyamukuru yatumye adashobora kwitabira iyo nama y’abakuru b’ibihugu bigize akarere ka Afrika y’Ubuseruko, ari uko Petero Nkurunziza ari mu bikorwa vyo kwiyamamariza ikibanza c’Umukuru w’Igihugu.
.
Mwomenya ko iyo nama yitabwe n’abakuru b’ibihugu vyo mu karere k’Afrika y’Ubuseruko hamwe na bamwe mu ntumwa z’abakuru b’ibihugu.
IGIHE
Messages
31 Rusama 2015, 08:37, par Beno niy
Aradukwegeye basi,nn atinye iki?
31 Rusama 2015, 08:48, par ndarurinze
atinye iki?kuko azi ko yiyemeje kumara abarundi kugirango akwizee amasezerano yagiranye numwami wisi Satani ntashobora kujyayo kuko ntashobora kurenga kumasezerano ariko amenye ko imana ifise imbaraga kurushya Satani ivyo ariko arakora vyose yicisha abarundi kolera ,kubura imiti ya sida ,amasasu nayandi mabi menshi mumakambi atandukanye vyose bizoza kugatwe kiwe
31 Rusama 2015, 08:49, par tonto
yarabibonye ntiyusubira erega arabizi ko bamwanka
31 Rusama 2015, 09:14, par KAKA RAJA
NARINDIRE AKATARETSE KABA GASEMA
31 Rusama 2015, 09:24, par Mitwe
Ntagitanje Kuko yaramaze Kwemera Ibizoba Vyose.None Ga Mana!Ko Yanka Kuva Kuntebe,atinya Ik?Uwuzoramba Azobona.
31 Rusama 2015, 09:42, par Mkahceab
Igiti ntigigukora mujisho 2
31 Rusama 2015, 09:51, par Ferdinand
None ko yanse kwitaba iyo nama ntimubona ko adukwegeye akarambaraye ubu nibaza ko n’amakungu abonye ko dufise umuperezida w’umugarariji kandi w’intahanurwa.hahaha!!! nzaba mbona
31 Rusama 2015, 09:52, par Ntare Alain
Umukuru w’igihugu aragayana pe
31 Rusama 2015, 09:56, par NDABAGIRIRE Aimé Pacifique
Niyigumire ngaha!
31 Rusama 2015, 09:58, par Dieugo
vyose tbkesha uhoraho niw abna igkenewe.
31 Rusama 2015, 09:59, par MAHORO
uyumugabo aragayana cane burya kananirabagabo ntiyimye ariko arabesha azojirahe
31 Rusama 2015, 10:02, par vyizigiro ezéchiel
mwotubwiro invonyamukuru zatumye atitaba iyonama muzobamukoze mbegahohontangoranebizoteramugihugu?
31 Rusama 2015, 10:05, par Chris
Umuntu Iyo Bamuhanuye Akanka Uramureka Munyuma Abibonye Kwingaruka Agasigara Aricuza
31 Rusama 2015, 10:08, par kiki
erega nagend ntawank ic atabwiw,haraho wosanga vyomugirir akamaro.impanuro zirafasha.
31 Rusama 2015, 10:12, par BUKURU CELESTIN
NIPFUZA KUMENYA IMPAMVU ATAGIY.VYAVUYE GUKI?KANDI IYONAMA YARISHINGIYE KURIWE.
31 Rusama 2015, 10:14, par cyriaque
Erga ntcotuma agend kuko ariyagiriza vyinshi kubwcnyi butagira izina buguma buhitna inzira karengane,nibndi bikorwa nurwaruka rwimbonus rutazi ivyo rurimwo,ruhemuka rukarara ruriye rutaz iyo ruzoherza!!!rk tubarindre turbe.
31 Rusama 2015, 10:23, par vyizigiro ezéchiel
nagombeyitabeiyonama kukobirashoborakumuzaniraingarukambi!ndetsenokugihugu,nabarundibose.nimbayubaha imana nabarundi ndetsenigihugu yogendantangorane imaniriho,
31 Rusama 2015, 10:32, par desire
Ntagishasha these twari tuvyiteze ko atitaba kandi nibaza atagihinduka kungingo iza gufatwa kuk nkurunziza yaramaz kwerekana ah ahagaze.
31 Rusama 2015, 10:33, par RABUBONE
Ayo Yabonye Igihe Yayijamwo Nyene! Niyigumire Aho Nakare Iti Ntikigukora Mujisho Kabiri!
31 Rusama 2015, 10:39, par nitwa twarabahinyuye
nabobaminani nakibiri narunake nibakanuramasongobakeneyamagaburanyama!carafashwe ivyomugiravyose imbonerakure turabibona! nimusubizameromwisaho.muzeruguru babahutujwi dusigaye mubebadezone.
31 Rusama 2015, 11:00, par nzohabonimana
arakabona.Atitavye.Kuk.abansi.Baraka.Hiryanohino
31 Rusama 2015, 11:16, par Hanugwa Wumve
Ahubwo Nashima Kwarumugabo Iyatarungika Aimé Nyamitwe!Arahumba Ingingo Ruhasha Zirafatwa Atacamira!Uwu Mwaka Uragukorako Tu!
31 Rusama 2015, 11:54, par Mumpe
Kagame yari yashinye amenyo ngo aramugira nka ntaryamira hovyo bwenge naguhenze kibuye naguhuye
31 Rusama 2015, 12:02, par ndikumana samuel
none yatinye kobahava basubira kumukubita kudeta?arabesha ategerezwa kuva kubutegetsi.mureke twumve ibirava mubiganiro
31 Rusama 2015, 12:03, par ndikumana samuel
none yatinye kobahava basubira kumukubita kudeta?arabesha ategerezwa kuva kubutegetsi.mureke twumve ibirava mubiganiro
31 Rusama 2015, 12:03, par ndikumana samuel
none yatinye kobahava basubira kumukubita kudeta?arabesha ategerezwa kuva kubutegetsi.mureke twumve ibirava mubiganiro
31 Rusama 2015, 12:35, par karenzo pie
ntatinye kuja munama umutwe umwe ntiwigira inama
31 Rusama 2015, 12:46, par FRANCOIS
What I Have Seen Is That Nkurunziza want to prologue the death for many burundian peaple
31 Rusama 2015, 13:34
Jemausi mutinda
31 Rusama 2015, 13:39, par samuel
nukuri ndanezerewe gose kuba atagiye kuko abantu sabokwizera erega igitintikigukora mujisho 2 kandi mwomenyako arumusirikare nikomanda kandi inkona ntiyaruzwa nabagerageje kuyaruza baraciruka nkagahini abitwazanaboko yatinye kudeta nibateshwe bate kuko muburundi twarazi sezereye
31 Rusama 2015, 13:48, par KIZUNGU
KO YARUNGITSE INTUMWA NGIRA IKIBAZO KIRAKEMUKA
31 Rusama 2015, 14:17, par francine
hemwe bavuga christan butoyi peter nibaza ko ata nu muganga yoronka.burya uyo mugabo arakwije.natume avaho nyamitwe abe ariwe dukomeramashi.nubundi niwe atwara.yagize cout d.etat indirectement
31 Rusama 2015, 14:18, par fatukobiri
Ukutitaba,ibiganiro vyerekanako,akomeye cane,iciyumvirocange sabako,abakuru bomukarere k’afrika kobomukurako,amaboko hama,abarundi,bakamucira,urubanza,kuko,akakanya,samoko,ahubwo nabarunditwese turwanira semateka wigihugu cuburundi,bakuremukanywa,amoko.
31 Rusama 2015, 14:38, par Dede
Mutama Guma Kwivora Ntucike Intege Kuko Ivyimana Birya Abarambije Abarambiwe Batashe
31 Rusama 2015, 15:44, par Dieudonneniyongabo317@yahoo.com
Sha ngo kwiyamamaza yarikubanza agihitamwo igisumba ikimdi kuko abarundi turamerew nabi iyinama twarituzi kariyo iduhagahengwe sha ntamvura idahita harigihe azobura ikimufatira
31 Rusama 2015, 15:47, par NGENDA
PETER NKURUNZIZA GUMA KWIVORA,ABARUNDI BENSHI KANDI BUMUTIMA TUKURI INYUMA.KUTITABA INAMA NI IBISANZWE,L’ESSENTIEL EST QUE INTUMWA YAGEZEYO.BADANYA IMWIYAMAMAZO AMAJWI YOSE UZOYEGERANYE UREKE ABAGUMA KUJEBAJEBA.TWARASEMEREYE NGO BAGUKURE INDURU INYUMA UMENGA NTIBUMVA.
31 Rusama 2015, 16:04, par DAVID
JW NDAMUTAHURA KUKO NANJE NZI ICO NIYAGIRIZA SINARI KUJAYO. RKA TURINDIRE INAMA IHERE TWUMVE ICA PFUNDITSWE
31 Rusama 2015, 16:44, par VITAL AMZA
GUMA KWIRIBA RYAMAHORO PIERRE NIBONGERE BAPHURE KUDETA UBU NIHO YIBEREYE
31 Rusama 2015, 16:48, par Faustin
ese havuyeyo iki mwiyo nama?
31 Rusama 2015, 17:25, par miburo ismail
kuba atitavye iyonama sibibi nibiharuro yakoresheje yaseko abarundi tuguma twiyumvirako hasubira kuba ivyakudeta wakoze mutama
31 Rusama 2015, 17:40, par richard nizigiyimana
naje sinojayo bohava bansubira kuko prezida kagame arashushe mwiyi misi kandi yavyiteguriye kera,bigaragara ko nakaga cout d’etat yarimubabiteguye kuko yari yatanguye guhungisha abiwe kera abakura mu burundi
31 Rusama 2015, 18:08, par dezire
Uyumugabo wemerwa na
Yesu Nawe akiyemera,
kimwe namwe mwese,yan
ngwa nabagabo babanye
politiki nabagore nabana
babo byashoboka nabage
nzi babo ,bakabashuka. Tw
e abaturage twigenga tur
amwemera,tou2 bayobozi
bibihugu ataruburundi. ibi
rikuba kumugenzi wanyu
Nkurunziza,namwe Byaba
Baho.Ki1 Gusa ntimweme
re ko abana bafatamu
mutwe.Sewabo ,bakorama
kosa kuko bakoribyitera
bwoba wagirango nakazi
basigaye baravumbuye,
31 Rusama 2015, 19:23, par junkr
twaramuhinyuye arazi icoyiyagiriza karaciye ingani uburundi buboneke nabi kubera indandende zisakira ntizihome?arakwiye kwisubirako kuko uriye cane haragera igihe ugatura amangati!!
31 Rusama 2015, 20:14, par sinayihebura
uburundi bwiyemera ngo nabasenzi basenga banka abandi? ntibasubire kubesha ngo mana yacu ntayo banezwe
31 Rusama 2015, 20:21, par karenzo
Arabesha yatinye kobamusubira,ntabe yagenda ubuho ntiyarikurata
31 Rusama 2015, 22:14, par Itangishaka Joël
None Yase Kugenda Kubera iki?Mwotumenyesha Imvo Yatumye Atitaba Iyo Nama?
1er Ruheshi 2015, 01:08, par MADJARIWA
ntawundi azoca urubanza atari umunyagihugu kuko niw afis uruhara rwo kwubaka cank gusambura igihugu camwibarutse. ABARUNDI TWISUBIZEKO AGATEKA MUMAKUNGU!!
1er Ruheshi 2015, 02:44, par Zawadi
Kuberiki atitavye nkabandi ?
Mwotumenyesha icatumye atitaba iyonama?
None mwumva yoba agamijiki?
Intumbero nyamukuru yashatse gushikako niyihe ?
Abayara menye sheje hakirikare kwa taboneka ntibarikwirigwa bamurindiriye?
Gusa ivyoyakoze ntagarivyiza yakoze akwiye kwisubiraho?
1er Ruheshi 2015, 02:54, par vuganeza
Willy Nyamitwe na mwene wabo,muraberewe nimukomere,ariko rero ivyo bibanza murimwo mukorere abanyagihugu mwivuye inyuma nkuko mwavyerekanye kuri putsh,mwarahabereye intare,mukine politique nziza mu makungu ,mugwanire democracie twaronse ducotse,intwaro mfatakibanza jamais au grand jamais,on compte sur vous ,courage on vous soutient!!!
1er Ruheshi 2015, 03:04, par Zawadi
Kuberiki atitavye nkabandi ?
Mwotumenyesha icatumye atitaba iyonama?
None mwumva yoba agamijiki?
Intumbero nyamukuru yashatse gushikako niyihe ?
Abayara menye sheje hakirikare kwa taboneka ntibarikwirigwa bamurindiriye?
Gusa ivyoyakoze ntagarivyiza yakoze akwiye kwisubiraho?
1er Ruheshi 2015, 06:31, par Niyongabo Eddy
Maramaraneza Nkurunziza yatumyenkabandi Mbekobamuhangaranibiki Mbeharicibagira Erega Arikwivora Bantahomfatwa Mbenonemutiniryamber Umuperezida Atuma?Sha Poritikeyabinjiye Ikebuke!
1er Ruheshi 2015, 09:22, par Bikorimana J.Paul
Ntimutangazwenivyo agasuzugurokaramyeho ntakumva umupresident asuzugura abandi akonakagaye arikontajemumyiyamamazontaruhusha abifitiye kko abarundi bamwe ntibavyemera ntago vyuvikna ukuntuyosiba inamangoyagiyekwiyamamaza imposible Mumuhanemwihanukiye.
1er Ruheshi 2015, 12:42, par Burundiano
Aahaaa!!Yabonye Ko Kwiyamamaza Bisumba Iyonama Yega I Gihugu Cabarongoye?Arico Cacu Mbehoho Simbonicoyoja Kwiyamamaza Atubwira Mugihe Yankakuja Mubandi Ngo Aduserukire Vyitakariwe Se Barundi?
1er Ruheshi 2015, 13:54, par ornella
kuberiki atitavye nyakwitaba imana.arahumba aravaho kuneza canke kunabi.raba ukuntu idorari ryaduze mukanya gato amakungu asokoye!!!!
1er Ruheshi 2015, 19:29, par MUKUNZIWAMAHORO
INAMA YAHERUKA YARAKINYE AMANYANGA IRASIBA ARAMENYA KO ATWARA ABARUNDI NAWE AGATWARWA N’AMAKUNGU.INYONDWE YARUMIYE KU RUSATO RW’INKA HAMA INKA IRABARWA ,YA NYONDWE N’UBU YAPFIRIYEKO .ARABESHA IMANA KANDI AZOBONA IGIHANO CAYO.
1er Ruheshi 2015, 20:03, par mutabazi
Nkurunziza ni umugabo abarundi 99, 99/100 bemera. Abamurwanya ni ba paresseux batajya bavana impuzu mumifuko bamenyereye kurya ibyo bataruhiye cyangwa gusarura aho batabibye.
1er Ruheshi 2015, 22:28, par desire
impamvu bavugango nave
mo,nuko bamutinya barazi
ko imbere yabaturage.
afite ijambo rikomeye
kubarusha cyane kuree...
niyompamvu bahitamo gu
teza akavuyo mugihugu
inama.abahunze mutahe
mushize ubwoba abobanya
poritiki basebe nabo.
jembona wagirango gusu
zugura nibyurugomo byinc
hi nibyo batsindiye nibab
aranizeho,ibyongibyo ni
nabyo mirage bafite baz
araga urubyaro rwabo.
benabo nabanebwe ninab
yo bigisha ababatezamat
wi,ahubwo barashutswe
na satani,nubwo numva h
arimo abavuga ko bazi Im
ana,kuva batazi Yesu barashutswe,kera.
1er Ruheshi 2015, 23:04, par NIYIBIZI
Piel Nkurunziza Numugabo Nibamureke Azoza Ajamunama Atacozimaze,iyarikuvamwikintu Yarasekuyijamwo Amenyeko Abarundibarushe Bashakamahoro.
2 Ruheshi 2015, 06:36, par pappy
President ntadukunda ndabibony
2 Ruheshi 2015, 12:16, par Ntawe
Noneho Vyabuze Asigaye Ari Agatinyashengero!Abamwosha Bose Ngo Emama N,umugabo I Lahe, Azogenda Wenyene.
2 Ruheshi 2015, 15:02, par elie
Mbe kwiyamammariza ikindi kiringo nivyo vyari kuza imbere?abenegihugu nitw tuhagorew
5 Ruheshi 2015, 17:36, par Jean Claude
Ewe Burundi Uragowe! Petero Nkurunziza Arakenyeye Yizizire Uburundi Wenyene?Petero Nkurunziza Niwihanure Urekane Ni Kiringo Ca Gatatu Guko Waramaze Guta Igihugu Mumanga,barundi, Barundikazi Mugume Kumasengesho Harumunsi Imana Izotwibuka.
10 Ruheshi 2015, 12:20, par nahayo
imyiyerekano yoba sasubiye kuba unomusi?
15 Ruheshi 2015, 07:58, par Dusabe
Petero Wewe Womengo Uraroze Ivyo Wivye Mumyaka Itanu Ntibihaye?Ako Kagaye Ufise Uzoba Uribonerako,abo Nabo Bakwosha Nabo Baraguhenda,baca Umugani Ati<<inyo Yosha Amavyi Bitajana>>
16 Ruheshi 2015, 21:57, par jeje
iconomuhara prsdent wacu nuko yo kwamagenda canke yitabamanama
29 Ruheshi 2015, 13:33, par MAICO
BOFUMABAMWICA
3 Mukakaro 2016, 15:58, par Poul
ATARIMANA YIKOREYE ICAYO UBURUNDI BUZOGWA MUMANGA