Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatoreye muri komine MWUMBA
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatoreye muri komine MWUMBA
mardi 21 Mukakaro 2015, par
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatoreye muri Komine MWUMBA mu ntara ya Ngozi
IGIHE
Messages
21 Mukakaro 2015, 11:29, par Barc@
ni vyiz arko naho yitor nubusa kko ntanumwe azomwemera urets abadd nayo hanz hoho aragow imfashany azozikur he?mbega ko bakoresha 5o%ava hanz mur budget azova he?
21 Mukakaro 2015, 11:38, par isi tuyicako duhit
gwasa nawe natore dukineninde ikwiye
21 Mukakaro 2015, 11:43
IMANA YOYENE
21 Mukakaro 2015, 12:00, par kalimunda
bacumugani ngo umuhutu ujya gupfa arara annya bugacya!!!!!
21 Mukakaro 2015, 12:04, par R-fro
Mutubwire Mutama Rwasa Nawe Ahejeje Gutora.Ntimuvuge Ivyuwomugwarudubi Gusa.
21 Mukakaro 2015, 12:05, par KUBWIMANA
commune BUYE??? canke MWUMBA???
21 Mukakaro 2015, 12:09, par muhuza
urakoze papa gutora ureke ivyobikere vyabatutsi bitagirubwenge naje nahejeje kukwemeza.
21 Mukakaro 2015, 12:12, par caïman
tora rwasa abe arayayata
21 Mukakaro 2015, 12:13, par J.Pierre
Amatora Nimez Abohanze Tubareke Nivyabo Dusab’imana Iduhekunvikana Kuko Benabantu Barananiwe
21 Mukakaro 2015, 12:19, par solo
Mana tabara Uburundi umwana wumuntu ntaco ashoboye because all our hope is from you God.
21 Mukakaro 2015, 12:20, par NDAYIZEYE PASCAL
NIYITORENYAKUBAHWA!ATUZANIRE AMAHORO MUGIHUGUCACU.ABA DEDE OYE IMBONERAKURE OYE RWASA HUNGATUVEMUMASO POLITIQUE YAKUNANIYE UBURUNDIBWARIKUKIYE RERO NTAKUGUMADUHANZAMASO AMAKUNGU
21 Mukakaro 2015, 12:24, par bijo
Ahubwo ntasoni ugira nitwebwe twamuhunze amajwi kuko tuzi ico yakoze
21 Mukakaro 2015, 12:27, par ZENO
NATWE,TURAKWEMEJE,MUTAMA.ABANKA,BANGARE,BAJEMWISHAMBA,TUBAZINTOKE,ABANDI,BISHIKANE,UTANGUYE,MANDA,YAMBERE,
21 Mukakaro 2015, 12:31, par teka
Murimo injiji kabisaa, ngo imfashanyo azazikurahe ko abazungu bafunze 50%!!? Ubwo utekereza ko umwana cg umugore wa NKURUNZIZA azabura uko yivuza cg yiga kubera ko inkunga abazungu bayihagariste!? Muri bab barihima kabisa!
21 Mukakaro 2015, 12:32, par privat
nKurunziza tuzogura mirere namirere nabuyoya yadutwara aducisha kubiti nokumabuye ntawagasakura nubu nibakazibe abahunze nabo nibagumeyo abarundi twaribesh urwanda nirube rurabikore ahubwo muhereyo ntimuzotahe.
21 Mukakaro 2015, 12:47, par mayiti
yatora yareka tebwi dukeneye gusa ibisigaye nivyiwe biramuraba
21 Mukakaro 2015, 12:57, par Innocent
Araraba neza ntabe nka bandi bigize intumva amatora atarimwo ntahumuriza vyoba vyiza abanje kurekura mandat 3
21 Mukakaro 2015, 12:58, par Steve
Araraba neza ntabe nka bandi bigize intumva amatora atarimwo ntahumuriza vyoba vyiza abanje kurekura mandat 3
21 Mukakaro 2015, 13:17, par None?
Nyenicubahiro papa umukuru w’igihugu tora nanje natoye mugatondo bacugurura kandi niwewe natoye.
21 Mukakaro 2015, 13:29, par Jisho Moya
Uwo Muvyeyi Natore
21 Mukakaro 2015, 13:46, par jack
ahubwo naho atotor nic kimw kuk imper nimperuk nukwicwa gusa urusasu rugomba ruvuge wa ngu
21 Mukakaro 2015, 13:59, par kiyago
birame mbone
21 Mukakaro 2015, 14:23, par inkoni
bamureke atware nabo baratwara
21 Mukakaro 2015, 14:23, par inkoni
bamureke atware nabo baratwara
21 Mukakaro 2015, 14:36, par mvugengende jean pierre
jisho mbovu!! ivugire urek kuvugira abandi.nimba ari umuvyeyi waw ntabwo ari uwa twese!! kanatsinda nto twotwarwa nurugabo rurab imirazi ngo turonk amahoro.nda yiw yamugoye!!! agiy kubona sha!! wew urek gusa
21 Mukakaro 2015, 14:58, par Gigi
Bacemwo ntibabona! Na mandat ya 4 ni wewe.
21 Mukakaro 2015, 15:02, par Fidele
Amatwi y ihene yumva yokeje
21 Mukakaro 2015, 15:05, par TINDO
KOMERA MUZE!URI INGABO!UWUZOSARA TUZOMWEREKAKO TWACIYE MURI VYISHI,KANDI URACARIWAMBERE,BAZOBAZE NZABAMPEMA WW BAHENZE.NDAGUHANURE NDAKWUBAHA;NTURYE NGURYAMIRE NGO WIBAGIRE AMAGORWA NICAYAGUTEYE.(UFISE97%)
21 Mukakaro 2015, 15:34, par Nice
Iciyumviro caKalimunda nticari gikwiye kuboneka kuko ayo majambo nta rupfasoni rurimwo
21 Mukakaro 2015, 15:55, par Elias
Mwene muvuze ivyo ntimuzi ico Imana izokora inyuma yavyose uwo rikunze ryomuguma munda.
21 Mukakaro 2015, 15:59, par theodomile
komera mutama iyinkuru niyo kand turayemeza
21 Mukakaro 2015, 16:05, par geoe,s waiy
Mwese muzobazwa ,vyinshi imber yuhoraho.
21 Mukakaro 2015, 16:12, par KIBWA
INTARABO.ISERA.IHAHA.IMBIRA.ABAWE.NKA.KADAFI.
21 Mukakaro 2015, 16:16, par Aristide
Muzehe wacu tora natwe twavuye kukwemeza maze twibere muburundi bwacu Abagumyabanga ntakugugumwa!
21 Mukakaro 2015, 16:17, par NDASHAVUYE
AHO YITOREYE URUPFU.
21 Mukakaro 2015, 16:20, par Elias
Iyo usomye Bibiliya Muri Matayo 25 havuga ko ibiri ibubafu (ibumoso) biba bivumwe none rero nariko nditegereza uko yatoye aho vyerekanywe kw’isi yose biciye kuri Al Jazila yatoje ukubafu ( ukumoso) muri make nawe ubwiwe yayavumye. Kandi ibivume bizoja mu muriro muragabe!
21 Mukakaro 2015, 16:56, par SADIK
NDISADIK NONE AMATORA ARAYASHIGIKIYE.REKA TURABE!
21 Mukakaro 2015, 17:11, par Troubass
Niremeshe Atore Numusi Umwe Gusa.Narye Ivyo Yaronse Ajane Navyo.
21 Mukakaro 2015, 17:19, par william
komera mutama
21 Mukakaro 2015, 19:10, par Swing LOV
Nagomba Ndagucire.Umugan Ntawusomera Induru Ivuga Noneho.Namakungu Ayater Ivyasti
21 Mukakaro 2015, 19:26, par Lameck
Turi mu nzira turaje.
21 Mukakaro 2015, 19:30, par Ndagijigimana Paul
none president arinda kwitora abanyagihugu ntibaba bamutoye?
21 Mukakaro 2015, 19:33, par Bararuhiga
Uyu mugabo ararinda kweri, turindire ikizova muri ayo manyanga arimwo. Etats-Unis itagushaka, Union Europenne ikakwamaganira kure, ikindi kiba gisigaye n’iki ga bagenzi uri umuperezida nka Nkurunziza w’agahugu ataco kamariye abanyagihugu bako nk’Uburundi ??? Njanye na Kagame afise ico avugirako mais Nkurunziza azitwazi iki koko? Ko abanyagihugu rucari bamuri inyuma ??? Attendons voir!
21 Mukakaro 2015, 19:33, par MURUNDIKAZI
ISHAVU RY’IMBWA RIHERERA MU MURIZO,JE M’ADRESSE A TOUS CEUX QUI INJURIENT NOTRE CHER PRESIDENT.MBE AHO MWAKAMUHIGIYE MURINDIRIYE IKI NGO MUMWICE CANKE MUMUKURE KU BUTEGETSI?ABAHUTU B’UMUTIMA TURACARIHO,TUREKANE N’IVYO BIHUTU VY’IBIPFAMUTIMA BIBIRUKA INYUMA
21 Mukakaro 2015, 19:46, par NYAMURENZA
MBE NKUYUMUNTU YINTA KIMBA ARABANZA YIYUNVIRE KOYAVUMWE ? NASHITANI
INYAMURENZA NTATOYE(100/100) INKONA NKURUZINZA.NIYIRAMBIRE NTABAKUBISE IMPAGA?
21 Mukakaro 2015, 20:23, par Gasore
JE NABUMVIRIJE NSANGA MURI UTUJUJU.NONE NKUR... NI IMANA MU BURUNDI?REKA TUZOBIRABA.
21 Mukakaro 2015, 20:49, par Sindamuka samuel
komera mutama abarundi bumutima batagushigikiye kuko barazi aho wabakuye ubu mahoro niyose komera kwibanga urashigikiwe.
21 Mukakaro 2015, 20:57
Mbeko Yatoye ,Ntabwo Yoba Yatoye Ibizomuhitaa Naho Mu Mwishimira.
21 Mukakaro 2015, 20:58, par neg
Imana Ishimwe Ko Amatora Yabaye Atangorand P.Nkurunziza Imana Ikuje Imbere
21 Mukakaro 2015, 21:00, par ntah--------------
abarundi mwese.twiyumvire iyo turko.turaja.nukuvga ko gwasa ntamuntu yomuha igihugu.kuk abarundi twaraciye ubwenge
21 Mukakaro 2015, 21:11, par BARIKWEGERA ANDRE
JEW NISIZ MUBURINZ BWUWITEK NAYAHAND HO TURAG NK’IBIRAYA
21 Mukakaro 2015, 21:32, par Kanyosha
Ariko abantubarabona, harikibtu gihejeje kwandika kidambikanya Ngo prezida yatijeje ukubafu mbega cobacaditse kitanabanje kuraba iyifoto yiwe yunamye arikwaratora, turetsivyonavyo mbentiruziko amabokoyumuntuyose Imana iyamuha iyahezagiye, mbega abakoramabi bayakoresha ukubafu!? Mwarananiwe mwakomeje kwibazakububeshi buzogira ahobubashikanye noneraba Nkurunziza aruhiye kubakubita impaga.
21 Mukakaro 2015, 21:38, par EMMANWELHAKUMUKAMA
MBEGA? AYOMATORA NKURUNZIZA MUBONA ABAHO ?NIYUMVE IMPANURO
21 Mukakaro 2015, 22:20, par VA_VA
REKA UWO MUTAMA NUMUVYEYI .BASI IMANA ICABONA .AMATORA NIMEZA CANE,....
21 Mukakaro 2015, 22:30, par joseph kaganga
atiko murakabije pe! murymva days matora ari bubahe amsgoro? abarundi ndabasabiye
21 Mukakaro 2015, 22:32, par Umurundikazi yiyemera
Mbe wew uvuze ngo nyakwubahwa papa wacu NKURUNZIZA yoba yatoy ibizomuhitana,wew ntuzopfa?Mutama wacu azobagwaza imitima mutinde musara.Mbe nka Rwasa ikijuju yama ahendwa n’abatutsi ibihe vyose ninde yomuha igihugu?Abatutsi boca bamubwira ngo yice abahutu bose agaca yemera ng yongere asinye ko igihugu kizama gitwarwa n’abatutsi agaca asinya.Ewe Rwasa urateye akagongwe
21 Mukakaro 2015, 22:34, par Umurundikazi yiyemera
Mbe wew uvuze ngo nyakwubahwa papa wacu NKURUNZIZA yoba yatoy ibizomuhitana,wew ntuzopfa?Mutama wacu azobagwaza imitima mutinde musara.Mbe nka Rwasa ikijuju yama ahendwa n’abatutsi ibihe vyose ninde yomuha igihugu?Abatutsi boca bamubwira ngo yice abahutu bose agaca yemera ng yongere asinye ko igihugu kizama gitwarwa n’abatutsi agaca asinya.Ewe Rwasa urateye akagongwe
21 Mukakaro 2015, 22:45, par EPAPHRASE
EMWE NATORE,WE AFISE UMWANYA.
22 Mukakaro 2015, 00:51, par OBEYERE
Yakubita impaga yareka,mugotora yakoresha urwo rutwe rwiwe twebwe twemera mutama NIYOMBARE.abi ngozi mutwara na MAVOKA,bujumbura na sud ni mutama NIYOMBARE.
22 Mukakaro 2015, 05:12, par NSENGIYUMVA
KOMERA MUTAMA!!
22 Mukakaro 2015, 05:38, par Domitien NDAYISABA
EBANA Felicitation kabisa.
22 Mukakaro 2015, 06:28, par emma
emma
komera nyakubahwa president uwukwanka akwandureko wakoze gutora natwe abenegihugu turinyumayawe, kandi akuzuye ntikamurikwa kandi inkona ntiyaruzwa kirazira. Bagumyabanga mwese muze twigine intsinzi yacu twibuka ni mbonerakure zacu zagandaguwe naba
22 Mukakaro 2015, 07:04, par Willy Nyamitwe
Petero nageze ngaho kwitoza manda 3 kuko sivyiza azoba ahonyanze amategeko
22 Mukakaro 2015, 09:58, par nduwimana
abiyahura biyahure twagutoye basi.
22 Mukakaro 2015, 12:07, par kabutura
Raba iryo vumbi bari gutoreramwa sha mukeneye imyumvire irushijeho nubwo mwirirwa mwibabura muracari inyuma kabisa
22 Mukakaro 2015, 12:24, par Par Exampl
Nyakubahwa Nakwemeje Pe!!Nakwemeje Ijana Kwijananarimwe Iryorimwe Rirengako Niryumwikorezi!Komera!Facebook Vyandike!!Amaradiy Bisamiriz Ama Televis Vyerekan Amakungu Ziburamatw Muvyumve!Ibinyamakur Vyandik’nuwonyene!Ahub Wubahwe!
22 Mukakaro 2015, 18:28, par Ezekieri
Komera Nyakubahwa Turagukeje Kuntsinzi Turinyuma Yawe Umugokorako Turinyuma Yawe
22 Mukakaro 2015, 19:02, par JACSON
AHO RERO NYAKWUBAHWA SE WA BARUNDI KO TUGUHAYE MANDA YA KABILI CUTANGURA AKAZI ABARUNDI BOSE TURA ZI KO URUMUKOZI KANDI UTIBAGIYE KUVUGUTIRA UMUTI ABASHAKA GUTERA INTAMBARA MUBURUNDI NA BASHAKA GUCANISHAMWO ABARUNDI UTIBAGIYE KO MUKIRUNDI BAYAMAZE NGO UMUKUBISI WIMBEBA NGO NTARABA IZIHAKA.
22 Mukakaro 2015, 19:44, par K
Wesha Kabutura nanakimwe kizosugara kitabaye nkiryovu uvuze, mbenihe shatsekuvuga?
22 Mukakaro 2015, 20:19, par NIYOBUHUNGIRO FANUEK
TURAMUSHIMIRA UKUNTU ATUBERA AKORORERO KEZA ABANYEPLITIC NTIMWIBAGIRE KWISHIKIRA KUGATUMBA KUGIRA ABENEGIHUGU BABONE KOMWIFATANIJE MUMATORA NAKARE AMAZI ARASHUHA NTIYIBAGIRA IWABO WAMBEHO
22 Mukakaro 2015, 21:14, par Ubugaboburihabwa
HAHAHA URANTWENGEJE KABUTURA WE! MBE UVUGA IVUMBI GA SHA URARIZI! IRYO NIRYO UBONYE ICOKWEREKA AMABARABARA Y’UBURUNDI NAYO UKUGENE TUNGANA UMENGO NUTWIKINGA MAN! ZA FEU ROUGES ZOZO NTANIZIRANGWA MU BURUNDI! UMUYAGANKUBA WOWO NTAWUHARANGWA BASI UBUKENE NINZARA NAVYOKUBERA UBUSUMA BWA PETER BIRANUMA! SHA PETER WEWE WIYAHUYE MAMA YANGU RORERA LE 28/08/2015 UZOKWIRABIRE AMAGUME BUCA UBONA AHO MANDAT YAWE IZOBA IGUHERANYE NARIRYA UBUBILIGI NA AMERIKA BASUBIRIYE KURAHIRA BAKARENGWA KO IYO LETA YAWE BATAZOGENDA BAYEMEYE AHO BAMENYESHEJE YUKO BOBO LETA BAZOKWEMERA ARI IYIZOVA MWABO BAZOBA BUBAHIRIZA AMASEZERANO YA ARUSHA Cà d QUE BIENTOT YA CONSEIL NATIONAL DE TRANSITION BUCA IRAMUTSWA UBURUNDI JUSTE POUR ORGANISER DES ELECTIONS LIBRES ,APPAISÉES ET TRANSARENTES. NARIRYA AMA QUARTIERS ATARI MAKE DE LA CAPITALE Y COMPRIS MÊME CES DE L’INTÉRIEUR DU PAYS BAZA BAMAZE KUKWEREKA NEZA YUKO BATAKINAKWEMERA NKUMUKURU W’UBURUNDI MUKWANKA NUKUJA MWIRYO NKINAMICO RYAWE. NGO NI AMATORA.
23 Mukakaro 2015, 09:06, par Uwiringiye
Nimureke Petero Nkurunziza Ayobore
25 Mukakaro 2015, 09:27, par Sebastien
Yatoy Bikwiy Araba Atbaiy Kwiha Ijw
9 Ruhuhuma 2016, 20:08, par ETO’O
NARAMBENKISIMA.YAKERA.BAGOMBE.BIMENE.RAMBA