Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye inama igira 42 ya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye inama igira 42 ya (...)

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yitavye inama igira 42 ya CEDEAO

mercredi 27 Ruhuhuma 2013

Petero Nkurunziza yafashe indege agana i Yamoussoukro muri Côte d’Ivoire mu nama igira 42 y’ibihugu bihurikiye mu muryango CEDEAO.

Muri iyo nama hitezwe : ukwigirahamwe ikibazo c’ingorane za politike zo muri Mali, isanurwa ry’igihugu ca Côte d’Ivoire hamwe nukongera Alassane OUATTARA ikiringo co kuyobora uwo muryango wa CEDEAO.

Muri iyo nama, umukuru w’igihugu c’Uburundi azoronka akaryo ko gushikiriza ko Uburundi bwiteguriye kurungika inteko z’igisirikare muri Mali mu ntumbero yo kugarukana amahoro muri ico gihugu.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.