Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye abahanuzi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru (...)
Umukuru w’igihugu yagenye abahanuzi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu
jeudi 14 Nzero 2016
Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagenye bamwe mu bategetsi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu.
Mw’itegeko nomero 100/21 ryo kuwa 11 Nzero 2016,uwa mbere umukuru w’igihugu yagenye ni Pierre Nizigiyimana na Gabriel Kabura,bagenywe kuba abahanuzi mu bibazo vy’ubutunzi mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu.
Abandi bagenywe ni Malachie Rashid Niragira, Clement Kivumvuri na Medard Mbazabahizi bagenywe kuba abahanuzi mu bibazo vy’amategeko n’intwaro.
Uwa nyuma yagenywe ni Emmanueline Nzohabonayo yagenywe kuba icegera c’umuyobozi ajejwe igisata kigenzura uko uburyo bukoreshwa n’intwaro mu biro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu.
IGIHE
Messages
14 Nzero 2016, 12:05, par Niyonkuru Asman
Barakoresha Umutima Rugabo Ntibumvir Basesa Nkuyoz
14 Nzero 2016, 13:47, par Frank
Uburundi ni igihugu gishobora gukora mubihe bigoye. Abahutu nabatutsi nabatwa bakoreye hamwe uburundi bwova muvyago. Ibagira manda yagatutu mwibuke iterambere iyomanda izohera ibasize mumahoro.
14 Nzero 2016, 14:00, par Célestin Nduwimana
abo bagenywe harimwo abava mumizero,uprona?nibangahe bo mumizero?
14 Nzero 2016, 15:54, par Munyaneza norbert
Imana ibahezagire . Dusemga dukora . Abavuganabo tubimamatwi .
Uburundi mpayenemerako imana mushobora vyose itugumizako ijisho ry’ikigongwe nimpuhwe ndiko niyumvira cane kuvya ptk . Yemwe ........icombonagusa abarundi bara maze gutandukanya urwatsi nururo.
14 Nzero 2016, 15:56, par Munyaneza norbert
Imana ibahezagire . Dusemga dukora . Abavuganabo tubimamatwi .
Uburundi mpayenemerako imana mushobora vyose itugumizako ijisho ry’ikigongwe nimpuhwe ndiko niyumvira cane kuvya ptk . Yemwe ........icombonagusa abarundi bara maze gutandukanya urwatsi nururo.
14 Nzero 2016, 15:56, par Munyaneza norbert
komera.
14 Nzero 2016, 16:36, par INTAGOHEKA
KOMEZ IBIKOGWA ABANYAKIBIRI BAKOMEZE KWIRUKA.NONE NYANGOMA NAWE YAGENYENDE?
14 Nzero 2016, 21:18, par habimana
erega no mukirundo turashoboye baze baradushiramwo.
abandi nabo tubipfurije kuroranirwa mumabanga bajejwe
15 Nzero 2016, 08:51, par citizenship of Russes
nyakubahwa Pierre nkurunza:" umuswi winkoko urashobora gukurana nigikoko gikarira imiswi. citwa. agaca": kandi umuswi ntuba wakuze kubera impuhwe zagaca":
komeza amasengesho nokwisonzesha Imana iriko irishura akarorero:
nonentubonako abakugwanya batanguye gusubiranamwo bashwana?
nonentubonako. abashinze imigwi. yivyihebe bakugwanya batanguye kubihakana kugutinya imitahe mpuzamakungu?
nyakubahwamukuru wigihugu cuburundi. gerageza wige ikibazo cukunwanisha abarundi bataye umurongo wongere urabe ukuntu wokwongera kugirira ikigongwe abandi. bafungwa. barekugwe wongere urabe nukuntu amashirahamwe amwe amwe yotangura gukora utibagiye. nogutahukana impunzi.
hanyuma usengere cane abakugwanya kuko ntibaramenya uwariwe barikugwanya kandi ntanubwo bazi. reta barikugwanya iyariyo nikiyishigikiye icarico
sengerakandi ibibihungu ntahangagwakwisi bigushikiye natwe abarundi 80% turi inyuma yawe
NB: ibihugu vyinshi. vya. Asia birakunda uburundi rero urakwiye. gukomeza ubucutinabo europ na america ukahihoza. murakoze!
15 Nzero 2016, 13:24, par Vensa
Natange Amahoro Uyoperezinda ,arekekugena Amabanga ,bacaumuganingo ,sakwanka Akuragivya Munaniye,,?
20 Nzero 2016, 15:57, par Bizimana
Komera kumuheto uhindure ibintu turagushigikiye
31 Nzero 2016, 20:22, par Gikomero Vianney Hakizimana
Komeranyakubahwa Imuginatukirinyuma Ariko Muzodutemberere Tubereke Ugotubakunda Munyamakarabo .Imana Irakunda Uburundi Natwe Abarundi
2 Ruhuhuma 2016, 18:39, par NTAKIRUTIMANA ELIAS
NYAKUBWAHWA UMUKURU WIGIHUGU C.UBURUNDI HANGAMA GUMA KUMUHETO TURAGUSHIGIKIYE MUGABO ICO TWOGUSABA URAKWIYE KUGABANYA IBICIRO COMMUNE KIREMBA UKAYIHA AMA PANO SORAIRE KUGIRA NATWE TURONKE UMURIRO TUBONE KWITEZIMBERE NAYABAKUGWANYA NTIBAZI UKUNTU TUGUKUNDA SHIRIRA ZIRYE ZOSE.
2 Ruhuhuma 2016, 19:13, par NTAKIRUTIMANA ELIAS
ndagize mwiriwe nyakubahwa umukuru w,igihugu c,uburundi nyenicubahiro peter nkurunziza nd,initeko ryo kubipfuriza ibihe vyiza.nimukomere mwirambire nkisima ya buseco.
4 Ruhuhuma 2016, 10:47, par 69137732
bigman