Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Itegeko ryo guterera imiriyaridi 44 z’amarundi mu matora ryateweko (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Itegeko ryo guterera imiriyaridi 44 z’amarundi mu matora ryateweko (...)

Itegeko ryo guterera imiriyaridi 44 z’amarundi mu matora ryateweko umukono

mardi 26 Rusama 2015

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yarateye umukono kw’itegeko rijanye no guterera amatora ategekanijwe mu gihugu kuva kuwa 5 ruheshi,2015.Iyo ntererano ingana n’imiriyoni 25 z’amafaranga y’abanyaburaya,n’ukuvuga imiriyaridi 44 z’amarundi.

Umukuru w’igihugu yateye umukono kuri iryo tegeko no 100/160 ryo kuwa 21 rusama uyu mwaka inyuma yaho hari ibihugu bifatiye ingingo yo guhagarika infashanyo mu bijanye n’amatora mu Burundi.

Yisunze ko ari nkenerwa kandi vyihutirwa gutanga uburyo ku murwi wigenga ujejwe gutegura amatora mu Burundi CENI,umukuru w’igihugu yafashe ingingo yo gukura amafaranga mu bushikiranganji bumwe bumwe kugira afashe umurwi CENI.

Ubushikiranganji butari munsi ya 9 nibwo buzokorwako n’iyo ngingo,harimwo ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,ubwo ubutungane,ubwo uburimyi n’ubworozi,ubwo amagara y’abantu,nubwo inyigisho.

Ku ruhande rw’abaserukira ibihugu vya Buraya mu Burundi,iyo ngingo irateye amakenga kuko ije kwongereza uruhombo,kandi ibanki y’isi hamwe n’ikigega mpuzamakungu FMI bishobora kwikura ku Burundi.

Umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu avuga ko hakubona igihugu kigiye kubura indongozi kuko ata matora abaye,hopfuma haba ubukene mu bijanye n’ubutunzi.

Kubwa muganga Yohani Minani arongoye umugambwe Frodebu Nyakuri uri muyitavuga rumwe n’uwuri ku butegetsi,iyo ngingo ije kwongereza ikibi mu kindi,kuko izokura amafaranga ku bushikiranganji busanzwe bukoresha nayadakwiye.

Yohani Minani akibutsa ko hasanzwe hari igabishwa ryo guhagarika imirimo ryatanzwe n’abigisha kuko gushika nubu batararonka imishahara yabo.


Van Naris

Messages

  • ntakundi vyogenda kuko amatora ategerezwa kuba mais ubukene nabwo buzoca bwongerekana kubwari buhasanzwe

  • Ewe yemwe turagoye tugire nubusa dufise none babutware. Ntakundi reka duterere hama dupfe hasigare abo bategetsi ndabe abo bazotwara gusa Imana yibuke uburundi. Hama politique bayihebe hatume hagaruka intwaro ya cami

  • ivyuburundi biragoye none ko ayomahera azova mubushikiranganji. Nukuvuga azova ku mishahara yabakozi none abakozi baravyiyemereye bose? Aho ntizoba ari intererano rizoba arikori kuko hari abazoba bayatanze kunguvu batabishaka.

  • Ariko Pres.Nkurunziza ntazi aho ariko araganisha igihugu kabisa! Gukoresha budget ya leta uko yishakiye kuri we ntaco bimutwaye, ariko agiye kubona ico arico gutwara igihugu gifise ifaranga ritagira agaciro!! Yamara bigendemwo buhoro buhoro kuko amatora ntabwo asumba abarundi n’Uburundi, amatora ntabwo bayarya!!!!!!!!!!!!

  • Nivyo akimuhana kaza imvura ihise abanyagwanda barayamaze ni ukwiha agaciri

  • Karabay!Emw Ntibabeshe Ahagwaniy Impfizi Zibiri Ubwatsi Nibwo Buhasigara. Mb Ko Yabigiz Abibona,ko Atakoresheje Amw Yonona Le 1er Mai Be Namwe Bagura Amamoto Namakinga?

  • Ariko vraiment,ntanisoni yabivuganye?turakeneye révolution kabisa,sosumo baratembeje,tanganyika barariye,indege barariye,hasigaye aho babaga umunyagihugu bakarya,nibafate akarorero kuri Kagame amashurwe yambitswe nabo yayoboye neza,asha jewe murantega ikigihugu ndakivuyemwo nzopfa ngenda.None inzara bavanye mwishamba ntirahera?Twavuga Buyoya ubuho haje injembe

  • eheee wandi ati badukuyeko amaboko tubakureko ayandi gaston naw ati uburundi tugire twigenge nyamitw twoma dukena ariko amatora yabaye nanj nti burakeye tumaramare dusabe abotwaye akagere ndo ndongera nkiba mbe umuhanuzi wa peter muvyutunzi ntaco ashobora kubona ngo ahanure yisunz ubumenyi yarons kwishul,umunyagihu arabona ingaruka azogira ,ninde yombarira aho appuit budgetaire izova,abasokuru bati umuhanuzi mubi asa numurozi peter abamuhanura sibo baramuhenda abarundi tukarwa mumutegotuzira ukutamenya no kwikunda ariko ndabaye kubona twiga hama ntduce akenge rugabo abibaza ko batsnz rurayi ntibashire agati muryinyo buraca tuwotere hamw mbe kubonakure niki?

  • peter,urarabaneza kuko abakora imyiyerekano baracariko nonekoabahemba abasirikare nabapolisibasokoy akarenge ugaca ufata ingingo yo gukamura uduta dusigay inyana ntubona kozigiy gufa urumukamyi mubi nukudahanurwa ushats wokurameza bikigendeka kuko hagiyekukubabana gusa nuko utabibona.

  • Abarundi dujwiye kumenya Ko dukwiye kubaho nkababtu barinugihugu kikiri munzira yamajambere, akokigoro reta ikoze imiryangonyishi yabarundi nikoyakabayeho kuvakera, umva ndibazako kuvakera mwarabona abantu bambaye ipataro canke ibutura ziteyeko ibiraka (ibiremo) biryantibigira kubera babababishaka babigira kugira bashobore kuba agafeanga barose kokuvaboguze akogahuzu bagatabgurire umwana kwishure canke bagure utwobafungura. Reta rero irazi ikintu cinkoramutima mugihugu cane cane murikuguhe camatora arinayo democratie twiyemeje, kuko amatoratabaye nugihecayo nuko bacavibgera umukuruwigihugu canke inzego nzose zigize igihugu ikindijiringo camezi canke imyaka bagajoneza gutwara kandi abenegihugu batabigizemwo uruhare ngivyo ivyo reta iriko iranka ikemera gutera ibiremo kumpunzu mubushikiranganji.

  • Igihugu camunaniye gutegeka ayomahera nayo yakuyeyo at a mayo barifitiye ahubwo nibatange ayobivye nahonye sinzi KO imigambiyiwe azoyishikako?

  • Mana Kora Igikorwa Cawe,ariko Barundi Bafise Kazo Gaki?Bamwe Bafise Ivyo Bemerewe?Bace Bongera Bakureko!!!Eme Uwuramvye Arabona!Nimba Ari Igikoroni!!Kimwe Co,ishiga Rimwe Ntiryarika.Ohoo

  • Abo banyamahanga ntibabakangishe imfashanyo. None ko bananiwe gufasha i Burundi igihe abahutu bapfaga 72 cg 93. Ibyogukangisha utwo dufaranga ni polpolitique ishaje muri Africa. Abarundi mwiheshe agakiro

  • murantunge Pres. Peter nkeka .kuko akomeza atwononera economy yigihugu.iyo ntererano izove muri bo .imigambwe yindi yayiciye intege ashaka kuba ari wenyene mwihiganwa.

  • Emwe muzoba mumbwira, twamusavya koyokinjura kuneza yaravyanse. uburero azogenda yiruka ahunga aboyita kwarabamuchigikiye. police wirigwa wiruka kubari mukuri, wamenyeko utazohembwa? hindukira tumufate iyonryanrya petero. Gasore cnk Gasoni ndakuramutsa, ni Balgin.

  • Athanas Gezaho Nimba Arimwe Mwamuhaye Ubwo Burenganzira Bwokugaba Uburundi Ategegerezwa Kubunyiganza Atangorane Muriko Murahendwa Nutwo Dututsi Ubu Abahutu Twaraciye Ubwenge Sinkakera Mbere Imana Izorinda Iza Atamututsi Asubiye Kudutwara Abashigikiye Mutama Wacu N’ibihugu Vyishi Kandi Bitunze.Mbere Muzotangura Guheburira Kumatora Yubwambere Hazokene Abahunga Kubwubumaramare Kuwa5 Haratevye Mwirabire.

  • MUTAMAWACU KOMERA TWESE ABARUNDI TURINYUMAYAWE BACUMUGANI MUKIRUNDI AMAZI MASABANO NTAMARIMVYIRO IMFASHANYO ZABO TURAZIHEVYE TWIYEMEJE KWIHESHA AGACIRO HAKOTWOSUBIRA MUNTWARO MFATAKIBANZA NAHOZATUGEJEJE.

  • EWE MUBURUNDI TURACAFISE IBIJUJU VYINSHI MBE NKICO GIPFA MUTIMA KIVUGA NGO DUHENDWA NABATVSI NIGIKEHA BWENGE CUMUHUTU! MHE ISOkO NINDE YARITURIYE?SI PETER NIMBONERAKURE HAMA KUVA PETER ATANGURAGUTWARA NTIYATUMARIYE KWICUMU TWEBWE ABAHUTU TWESE TWANSE UMUGAMBI UGAYITSE WOGUHONYA BENE WACU BABATUTSI! ADUHATIRA KUBA IMBONERAKURE NGO TUZOKORE IHONYABWOKO NKARIMWE INTERAHAMWE ZAKOZE I RWANDA UBU NAHO TUMAZE KUVYANKA AGATAKO AGATUMIZAKO INTERAHAMWE NA FDLR UBU ARIZO ZIGUMA ZIRASA ABARI MUMYIYEREKAO! BENE WACU NKUNDA BABA TUTSI MUDAKANUYE PETER NA ADOLPHE BUCA BABAHONYA EX FAB ITAVUYE MUGACERERE NGO MWANKE PETER IBARA RIYOGWA KUKO AFISE UMUGAMBI WUKUMARIRA MUGASHU ABA GENERAUX BOSE BA EX FAB HAMA AGACA ATANGURA GuHONYA ABAHUTU TWESE TWANSE KUBIMBONERAKURE ADUHEJEJEJ AGACA AHONYA ABATUTSI BOSE! EX FAB MUDAHAGURUTSE NGO MUKINGIRE OPPOSITION MWAYA MAKUBA IRIMWO MUMENYE YUKO AHO BUKERA NAMWE PETER AZOBAHONYA ! KUGIRA AZOCE AGUMA KUBUTEGETSI NKABA MUBUTU NARIRYA UMUHUNGU WIWE WAMBERE YAMURUNGITSE KWIGA MURI ISCAM KUGIRA AZOHAVE AMUGIRA UMUKURU WA ÉTAT MAJOR!

  • Ewe nkurunziza nawe urahaboneye kweli!!! Je ndibuka abanyakayanza wahenze 2010 ngo batere ivyamwa vyinshi n,agashimwe urabaha ngo bakoze vyiza mugabo wararahiye kuyabaha KO uherukayo ukababwira ngo ugira uyabahe!! Ariko nyene ujane amadeni nkayo uri umuntu w,umugabo?ubunaho ngo abanyagihugu baguterere!!! Urayaroba??

  • KUMBURE NATWE AFFICHAGE DES LISTES PROVISOIRE TWOKWIBUKWA.YEMWE REKA TURINDIRE.

  • TURABA MASO, EMPIRE-HIMA IRACARI MU MIGAMBI.UWUSHAKA UMUHUTU AMUTUMA MUGENZIWE.MURABE KO ABAHUTU BATARIKO BARABA IBIKORESHO VY’ABATUTSI,MU KWIKINGA AGAHUMBEZI K’UKO UBWOKO BUTAGIFISE IKIBANZA MU BURUNDI.

  • TURABA MASO, EMPIRE-HIMA IRACARI MU MIGAMBI.UWUSHAKA UMUHUTU AMUTUMA MUGENZIWE.MURABE KO ABAHUTU BATARIKO BARABA IBIKORESHO VY’ABATUTSI,MU KWIKINGA AGAHUMBEZI K’UKO UBWOKO BUTAGIFISE IKIBANZA MU BURUNDI.

  • Jemurantwenza mbe mwabigugumwe vyabahutu mwibagiye ko icogipfamutima piter atarumutu arakarwa muwese iyombubusi

  • Jemurantwenza mbe mwabigugumwe vyabahutu mwibagiye ko icogipfamutima piter atarumutu arakarwa muwese iyombubusi

  • Jemurantwenza mbe mwabigugumwe vyabahutu mwibagiye ko icogipfamutima piter atarumutu arakarwa muwese iyombubusi

  • SINARIBWAHURE NABAHUTU BIBIJUJU NKABOMBONYE NGAHA JEWE NDI UMUHUTU MUGA NCIYE UBWENGE KUKO NIZE AMASHURE NIGISHIJWE N’ABATUTSI MBERE NAGOMBA NDABASHIMIRE UKUGENE BANCISHIJE UBWENGE KWISHURE! ARINACO CATUMYE NTIYUMVIRA NKIBIBIHUTU VYIBIJUJU VYIHENDA NGO UBURUNDI BWOBAHO ATANFASHANYO BUSEGEREREZA! MUGA NDABITAHURA IBIBIJUJU KUKU NIZAMBONERAKURE ZITAZI NUKWANDIKA NUGUSOMA!NGO MUSHIGIKIWE NIBIHUGU VYINSHI IVYAHEHE KO AMERIKA, UBUBIRIGI,SOUTH AFRIKA,UGANDA,URWANDA,TANZANIA,KENYA,UBUFARANSA,UBUSUWISI,UBUHOLANDE NIBINDI PETER VYAMAZE KUMUKURIRA INZIRA KUGISHITSI YUKO ATAZOHIRAHIRA NGO YITOZA! MURAGOWE MWAMBONERAKURE BUCA MWESE MURENGUTSWA IMBERE YUBUTUNGANE MPUZAMAKUNGU NUYO PETER WANYU KWABO BANYAGIHUGU AGUMA YICA NA ZEDE FERUZE HAMWE NA ERNESTE MANIRUMVA MUZOBAZIRA NABABIKIRA BARAHO MWAGANDAGURIYE MUKAMENGE ASHA MUHAYE MUTERA IGERE RYANYUMA BUCA MUTEMBAGAZWA NKA PEREZIDA WO MURI COTE’IVOIRE YARI YAGOMVYE KUGAYA AMAKUNGU NKA PETER YITWA LAURENT GBAGBO na PETER NIGWO RUMUROREREYE! TWEBWE ABAHUTU BUMUTIMA TUZOKWIFATANYA NABATUTSI BUMUTIMA NKUKO TWAMAZE KUBITANGURA MUKUZOTEMBAGAZA IYO NTWARO YABICANYI BIMBONERARE ZICANZE NINTERAHAMWE Na FDLR NAKARE PETER GUTWARA VYAMUTAYE KUWAMAZI MUMYAKA 10 YAMAZE ATWARA ATARUKUTWICISHA UBUKENE KUBERA OBR NUKUNIGAGURA UYO WESE YANSE KUBIMBONERAKURE NGWASESE AMARASO YINZIRAKARENGANE COKIMWE NUGUTURIRA AMASOKO UHEREYE KURYAHOZE ARI ISOKO RIKURU RYA BUJUMBURA! NTABU PEREZIDA BWAMURANZWEKO ATARI UMUDALI WUBUMENJA GUSA!EWE PETER URAGOWE GUSHIKA NAHO GABLIEL NTISEZERANA EKA NA LEONIDAS TOUT AUTRE NIBINDI BIHANGANGE BICIYE UBWENGE GUSUMVYA PETER NA ADOLPHE BOSE BIVIRA MURI IYO LETA MBERE YUKO ITANGURA KWIHA INTUMBI ITANGURA IHONYABWOKO KUYOWESE YANSE KUBIMBONERAKURE! NDASHIMIYE RWOSE BENE WACU ABAHUTU BUMUTIMA BIZE BAKAYANONONSORA BARIMWO HUSSEN RADJABU ,NTISEZERANA, HATUNGIMANA EKA NURWA MURWI WOSE WATEYE IGIKUMU CUKWIYAMIRIZA PETER MWEBWE TURIKUMWE NAMWE KANDI MWAHISEMWO NEZA KUKO MWAKARAVYE BENE UMURANGO BARORERA KUGIRA AMAKUNGU NTAZOHAVE ABAJANIRANYA NA PETER NA BUNYONI KUBAPFUNGIRA MURI CPI .

  • Muragowe mwambonerakuremwe imigambi yanyu yamaze guhinyuka Jewe ndumuhutu wimvugakuri arinaco catumye njahamwe nabenewacu babatutsi kugira twiyamiriya peter mbe aho mugomba guhenda ibijuju bitabona iyo empire tutsi yoza irenze ubwicanyi peter akorera zina murundi wese yanse kugendera mukwaha kwa peter ninde yoba atabizi muje guhenda uwutazi ingene imbonerakure zama zigandagura abahutu bose banse kuja mumugambwe wiwe kubera ubwicanyi wagirizwa!mbe mwihenda yuko ubu abahutu bubwenge tuzokwemera kugwa murudubi rwa peter kubera amabi yiwe yubwicanyi yagize murahumba ntituzovyemera azokwipfana wenyene nakarwi kiwe! Mbe ivyo muyayata ngo za empire tutsi hamwe yapfungira ubusa Nyakubahwa Domitiano na Nyakubahwa Kadege ntitwabona! Ejobundi Agapfunga Patrick Umukuru wintakangwa za Frodebu agatako agatoteza Fréderick Bamvuginyumvira! Twamaze kumuhinyura kubera intwaro yiwe irangwa nubusuma ubwicanyi nagahotoro arondera ukugene azoguma kubutegetsi nka kadafi muga mwiyi myaka arahumba nakare na Hussen Radjabu yavuye mugashu kandi turikumwe nabirya bihangange nka Gabliel Ntisezerana,Manasse, Nitunga Léonidas nabandi benshi ntankeka turamutuza narirya yanse gucinjura kuneza tuzomucisha musi yumwango kuko ngo uwigize agatebo bamuyoza ivu #STOP #nkurunziza
    #SINDUMUJAWAWE!

  • Waragwaye Nimudufyotore Ubu Turaciye Ubwenge Aho Muriyumvira Koturota Turekura Igihugu Bwiyemera Niburenge Ibujumbura Mubakizwa Buje Mubihebey’imana Murabe Mwarabonye Intwaro Gwiwe Ko Rutitaha Mushaka Ko Mwomukuraho Kungumvu Muragowe Gahinyuza Nikuwa5.Turinyuma Yawe Mutama Wacu Nyene Icubahiro.

  • Mana we dore amashuri rero ya sport pe yewe agira ayibakoreshe mugira mubeho kuri sport kurya sport ubikurahe kunywa sport kwambara sport yo fm banki mondiale ko ayo mahera bayatanze afite ibyo aje gukora nawr ayakubise mu matora ejo FMI pi iradufungiye , pi BM pi irudufungiye igikurikira ifaranga rite agaciro dutangire tugire inoto ya 100.000Fbu nko muri zaire mobutu, inoto ya 1000000, nko muri zimbabwe igitumbura ca 200900 kimwe yewe abadede turagowe pe iri n ibara peter we

  • Nibitaraza biri munzira. Ah’ibisaye vub’ amarundi yatay’agaciro. Umukat’umwe gutangura kugura miliyaridi yamarundi nko muri zimbabwe. Abarundi bagiye gupha nabi shitani yigaramiye.

  • Iri shitani ryumututsi kombona rigomba gut’abahutu mumanga ra?? Muraraba neza ataba ariko arakor’ ibyo babyarabo kagame na kaguta bifuza kugira badute muri wamutego wabo. Har’ibijuju byishi bikimufata nkumuhtu kandi mubisazwe nicibyaririne and bawuciye ngo umwana ni nyina. Bivugwa yamubyaranye na se wa museven.

  • AMAHERA YOKUGURA ANGRAIS ,AYO KWURWANYA MALARIA AYO KURWIZA UMUYAGANKUBA NOGUTEZIMBERE YA FORMANTAHE YABO ,NGOJ MUMATORA,hinge bice na kwashi malaria nubujuju ni izombonirakure zizobona ko zakurikiye ubwij ngo ni peter nyamitw we nabandi bazigira nibariko bamurondera be nabo bivukana cubwegw mwiyamirize ako karw kinkorabara sino murasira mwese

  • MUTAMANUKURI TURIKOTUZIRAWEWERABUVEKUGIHUGU SIWEWE,WENYENE UGISHAKA MBONA NIVYAMWAWADU HENZETUYOREZEWA RASEKUDUMAHERA YACU,ICAKABIRI NGUSHAKAMAHERA,YAMATORA?MUBANYAGIHUGU?TESHUTE USHAKAYANDIWIBA?ZAMURASOPA,BOMURIKOMURICIRI,BUJUMBURAWAMWICANYIWE,IMANIZOBAKUBAZA,KANDUMEMYEKO NAWEWE,AMAHEREROYAWE,ARUGUPFA

  • Ndababwire harya amakungu yugarira Uburundi intererano kugira barabe ko Peter yogaragaza urukundo afitiye abenegihugu, barazi neza ko wewe ataco bizomutwara. Ndababwire Peter arikunda wenyene ntabarundi akunda n’igihugu, reka ndabaharurire zirya miliyalidi 44 aziguranye ikiringo ciwe ca 5 ans kandi dans 5 ans ntana 1 milliard azogaruza muri salaire yiwe, bisigura ko wewe 1fbu yiwe aruta 44fbu ya leta. tutiyibagije ko na zirya 44 zitazohaza mumatora kandi tukaguma muri embargo igihugu cikicwa nubukene, tutibagiye abarundi benshi bariko barapfa bazira 3eme mandat (son salaire), urabe umuntu atinyuka agafata namahera y’ubushikirangaji bw’amagara.

  • NUKURI IMANA IGARUKIRE UBURUNDI

  • Uwo nkurunziza aranyegura, mu myaka 10 amaze ari ku butegetsi nta n’uruceri yigeze yiyumvira ngo yongere abakozi ba Leta, ariko atanguye kuvuga ngo bazoterera amatora. mbega ko dusazwe intica ntikize, bayatiriye bamwe ngo ni paracetamol, abandi ngo ni salairaire insuffisant difficilement acquise (SIDA), boterera ayo bakoyehe? ntibapime ngo bakore kugashahara ku mu fonctionnaire gasanzwe kadakwiye.

  • Uwabony’agapfa n’agakira,ngaho rero!!!!!!

  • Mumushahara wanje nimwakurako n’atanu nzoca mpamvya abandi mumyiyerekano murabona ako kagayo ka petero n’akarwi kiwe.

  • Inyishu y-ibiriko biraba mu BURUNDI ntawobitorera umuti kiretse nimba hoboneka abadocteur banonosoye POLITICOLOGIE ahaaa!

  • TURIYAMIRIJE UWO MUKONO MWIZA RYA YESU. YIBUKE IBIKORANE YAKORESHEJE NIBA VYUKURI YEMERA IMANA YO MW,IJURU NAREKE GUPFUKAMA MUNDA IGIHUGU C,UBURUNDI

  • ABATAZI RETA NABASU
    ZUGURA UBUYOBOZI,NIB
    MUBISHOBOYE MUCECEKE
    ,ABAMUKUNDA,BAGAKUN
    NIGIHUGU,TUBINEZERERWE
    TUBIBIRE YESU,ADUHEKUB
    YUMVA,NOKUBIKORA,DUHE
    UMUNYENGA,ABATAZI TU
    NABIGISHE,IKINDI,UMUNTU
    UZI,YESU KO ARIWE.MAHO
    RO,SIBYIZA KWIFATANYA
    NABOBANTU BATEWE NU
    MUBI,

  • Mbega yemw ikigongw caba dd catway n,imbwa ya he! barivy baturira i soko n,ibind n.ibindi ubuken buba umurengera ubu tugira twicw n.inzara mu nzu kubera ikiring ca 3 non ngo tumuterer abone iyind myaka yukuduhohotera?Nkuko yavyivugiy Imana niyo cabona

  • hhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhh murashekeje kabisa mufite byishi byokwigira k’ urwanda kabisa ndagira inama umukuru wigihugu cyanyu ko niba abanyagihugu mutamushaka niyegure kumahoro kuko kugundira ubutegetsi siwo muti ukemura ikibazo cyab arundi ahubwo urabatera kuryana niyo mpamvu natangiye mbaseka muzi ukuntu mu Rwanda dutekanye twahawe gira inka mu nyarwada abadafite oho baba barubakirwa nimuhindukize ubwenge mukore igifitiye igihugu cyanyu akamaro nabanyagihugu muve mubiteza umutekano muke mugihugu cyanyu

  • Peter NKURUNZIZA Nakugir’inama Yokumva Ico ABARUNDI Bagusaba.Atarivyo,Urikumuryango W’urukikorwa Lahaye Mubuholande.Wibagiwe Kwarimwe rwashiriweho?BECAREFUL

  • 1-1= ? akataretse kaba gasema! icp nzi co nta gihuguca afurika nakimwe cari bwakore iryo bara!

  • NIBARABE BIGIZE AMATORA INYUMA BUMVE IMPANURO NAYUBUNDIBWO ABARUNDI TURIGOREWE TWARI DUSAZWE DUKENYE HARAKANTU?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.