Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’umugambwe MRC Rurenzangemero yitavye Imana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Umukuru w’umugambwe MRC Rurenzangemero yitavye Imana

Umukuru w’umugambwe MRC Rurenzangemero yitavye Imana

vendredi 24 Mukakaro 2015

Umukuru w’umugambwe MRC Rurenzangemero Epitace Bayaganakandi yitavye Imana afise imyaka 59 y’amavuko.

Epitace Bayaganakandi yitavye Imana mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 24 Mukakaro afise imyaka 59 y’amavuko,yavukiye muri Komine ya Nyabihanga mu ntara ya Mwaro.

Umukuru w’umugambwe MRCRurenzangemero , yari umukukuruke w’ipete rya colonel,azwi kuba yari umuntu yitonda kandi atavuga menshi,akaba azwi kandi ku mashirahamwe ya STEVIA COMPANY yashinze.

Epitace Bayaganakandi yararanguye amabanga menshi y’igihugu harimwo kuba umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu ku ntwaro y’umukuru w’igihugu Petero Buyoya,akaba yarabaye kandi umushingamateka.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.