Accueil > Amakuru > umutekano > Umukuru w’umugambwe UPD Zigamibanga Zedi Feruzi yashinguranywe iteka (...)
Umukuru w’umugambwe UPD Zigamibanga Zedi Feruzi yashinguranywe iteka (Photos)
dimanche 24 Rusama 2015, par
Umukuru w’umugambwe UPD Zigamibanga Zedi Feruzi yashinguranywe iteka kurunomunsi wamungu mugatondo (24/05/2015) (Photos)
IGIHE
Messages
24 Rusama 2015, 15:40, par sylvestre
ubwo bwicanyi mwabiburabwenge mwe mwitwaza.mumenye ko uwicisha inkota azokwicishwa iyindi ivyo birwanisho mwitwaza nimuvyirabisheko mwumve ko biryohera imiryango yanyu.
24 Rusama 2015, 15:52
Yemwe yemwe, vehasi twirwaneho bidatevye nayahandi turahona.
24 Rusama 2015, 16:56, par koroneri
BIRABABAJE ABOBANTU BAKOZE UBWOBUBISHA NIBARONDEGWE INTAHEIBOKERE
24 Rusama 2015, 17:02, par van
abarundi mwihangane rwose turareb tugasoma aho gurikigali.gusa abasigayeyo murintwali abandi buzuye hano ikigali barahunze birirwa batembera mumodoka nkaho babafashije manifestatio.mumbarize ikitwa president wese kuki batavaho igihugu nakalima kaba se nabanyina bagabanye.bokaranduka.urabona ukuntu yanbuye uyu muslam wa upd ubuzima.mumukureho kd mushyire hamwe mubwire onu ibamubwirire.nzabandeba .
24 Rusama 2015, 17:13, par imana niyonkuru
jewe ndateyi vyatsi ubwo bwicanyi kubabukoze bose.imana,ibahane.gose,hamwe,nukwihana bihane,ataruko,nabonyene.Bitegure,gupfa nkuko birira!abandi
24 Rusama 2015, 17:25, par Jamari
Abamishe Barakicwa Nimbaragasa
24 Rusama 2015, 17:38, par MUGISHA
ZEDI FERUZI IMANA IMWAKIRE MUBWAMI BWAYO ABO BAMENJA MABO I RAHE HARABARINDIRIYE HAR’UMUNSI UKURI KUZOJA AHABONA
24 Rusama 2015, 17:39, par NTUNZWE NI MANA MATAYO
DI NTUNZWE.INGOZI NIMANA MATAYO.BIRABABAJE. IBIBERA MUGIHUGU CACU.UBUNTIBOREKA UBWOBWICANYI!ABASENZI NI BASEGERE UBURUNDI
24 Rusama 2015, 18:05, par VYIZIGIRO JAFARI
TURASAVYE INKURUYIMVAHO BAMUHOYEIKI?
24 Rusama 2015, 18:59, par ndayizeye
mbega yemwe uwo wewe bamuhoye iki?nimugire amatohoza.
24 Rusama 2015, 19:22, par JONAS HAKIZIMANA
BIRABABAJE ARIK BAMENYE KO IMANA ITABIKUNDA.KAND BAKWIYE GUHINDUKA
24 Rusama 2015, 19:25, par Jean de Dieu Icoyishakiye
NDASAVYE ABARUNDI MWESE ABA ISLAMU BOSE EKA ABAKUNZI B’AMAHORO TWESE EJO TUVIRE HASI RIMWE TWIYAMIRIZE INTWARO Y’UBWICANYI Y’ABAMENJA YA PETERO NKURUNZIZA EJO AHO BUKERA NOUS ANGAGEONS DE CHASSER LE POUVOIR DU CNDD-FDD!QUE LE BON DIEU NOUS PROTEGE!
24 Rusama 2015, 19:44, par ferdas
SIKO BIZOHORA ABO BAMENJA NABONYENE BAZOTEBE BASHIKEYO PE.
24 Rusama 2015, 19:54, par Mabure
Abo bantu bagomba kudukura munzira ya democlatie nukuri turasavye ubutungane nyamba bubaho bubakurikirane kuko turi mumntuntu nakababaro kandi namakungu nabirabe kuk uyumusi nuyo ejo ni twebwe murakoze.
24 Rusama 2015, 19:58, par Blue Bird
Jewe mbona ko uwoguhagarika ibi vyose ari :1. Uwahamagariye abantu kugumuka nawe ni umugabo yiyita Ntamwana Simon.Yavuze ngo mbega hamwe Nkurunziza yitoje mwovyemera ,urwaruka rutishuye yaciye avuga ngo ntituzovyemera.Ijambo yavuze ko boba babaye abaja biwe hamwe Nkurunziza yosubira gutwara niryo rikoreshwa uno munsi ngo sind’umuja.
2.Pacifique, Vital,Mbonimpa, Minani,Rwasa hamwe na Léonce.
24 Rusama 2015, 20:01, par birateye ubwoba nukuri mukwiye kugarukira iragi rya rwagasore na (...)
mariko barutwanayo
24 Rusama 2015, 20:39, par NIYONZIMA
MBE UBWICANYI NKUBWO BUZOHERA RYARI? MANA GARUKIRA UBURUNDI NA BABUBAMWO. ABO MUR UPD NIBIHANGANE NTAKUNDI KO VYASHITSE
24 Rusama 2015, 20:43, par JEAN NYANDWI
NIMBADAPFANYIVYAHA IMANA IMWAKIRE MUBWAMI BWAYO ARIKO NSA N,UWUKUBITIRA URUGOHE ABASIGAYE KURINO SI KO ICOBA CIZA TWESE TWOKWEGERA IMANA KUKO IZI IHEREZO RYANJE NAWE HANYUMA IKAZODUHA KURANGIZA AMAHORO
24 Rusama 2015, 20:43, par GERARD
SIVYINAGATO GUHITANA UBUZIMA MBWINZIRA KERENGANE, ariko abarundi bose barakwiyekubona ingaruka MBI yokurenga AMATEGEKO
24 Rusama 2015, 20:47, par Jean de Dieu Icoyishakiye
Ndateye ivyatsi ivyanditse uwiyita Blue Bird ndamubwiye nti ivyowavuze ntakimazi bifise ahubwo isubireko nayahandiho ugiye kuranduka nka sodomu na gomora ntasoni uyomkoziw’Imana umurondera kwiki cingero neza uwo umureke ntimungana ingabirano ziratandukanye naho izowaronse wazikoresheje nabi.
24 Rusama 2015, 20:56, par jadis
ndasavye nukuri kuko numubabaro muriki gisagara non mana kura ubu bwicanyi buriko burakogwa.jewe mbo vyose biriko biva mwiyi migumuko yahamagariye abantu kuja mumabarabara .vital pacifiqwe mbonimpa na leonce yuko bobwira abant babo guhagarika kuko abarundi bamaze gupfa kubwish bitewe nabo bant nukuri ubutungane nibunyarutse bubafate hakiri kare ibara ritarwa .bo bibereye muri ambansande bakavugisha akarimi gusa ubuzima bwahagaze ndasavye nukuri babihagarike kuneza yabo nabanyagihugu murakoze
24 Rusama 2015, 20:57, par jadis
ndasavye nukuri kuko numubabaro muriki gisagara non mana kura ubu bwicanyi buriko burakogwa.jewe mbo vyose biriko biva mwiyi migumuko yahamagariye abantu kuja mumabarabara .vital pacifiqwe mbonimpa na leonce yuko bobwira abant babo guhagarika kuko abarundi bamaze gupfa kubwish bitewe nabo bant nukuri ubutungane nibunyarutse bubafate hakiri kare ibara ritarwa .bo bibereye muri ambansande bakavugisha akarimi gusa ubuzima bwahagaze ndasavye nukuri babihagarike kuneza yabo nabanyagihugu murakoze
24 Rusama 2015, 21:59, par LMADH..
yisweniki?
24 Rusama 2015, 22:05, par KIRIMWABAGABO
KUMUHAMBANA ITEKA NTIBIVUZEYUKO ATAPFUye!!! kandi umwansi wabarundi yinyegeje mubarundi!! birababaje uwutera ivyobintu numuntu umwe wenyene.
25 Rusama 2015, 00:23, par ryumeko I
Janis!
Bwira Petero mukizwa ahebe iyo mandat kwabakunda abanyagihugu bariko bayerera korera nikigoyi vyishe abise iyindi mbonera kure kuko nibazako atariwe afise amashule menshi mu mbogorabondo atware kuko ntiyibeshe mandat sitongo bagabira umuntu!
hama urabeko harumuntu asubira mwibarabara!
muheze mwibandanirize mutwica kamwekamwe !
nga mushaka ibitigiri bizobe bingana mu myaka itanu! ariko muribesha ntituzohera twari twarashwe 72 na 93 none piter uruhiriye!arabaye nka Gahini na Abel!
25 Rusama 2015, 00:54, par Nico
ewe Jadis nabandi nkawe ngira murahaze ataruko naho mushobora kuba murwaye mumutwe bakabifyinisha kandi murevye
25 Rusama 2015, 01:01, par vuganeza
@jean de dieu icoyishakiye
Mureke blue bird ,ntaco yavuze kidafise ikimazi avuze ukuri,mbega ni umukozi w’imana mu biki?Abapadiri n’abasenyeri baricishije baganzi babo b’abahut mu ma genocide twakorewe ko ata numwe yigeze avuga,ubu kubera hatwara umuhutu niho ntamwana yumva afise ico avuga ku matora?Mbega burya igihe twari mu kibira ko ntigeze ndamubonayo?Abenshi ngaho nka ba leonce ,ba bamvuginyumvira n’abandi ko bari ba mpemuke ndamuke n’urugamba twarimwo atarwo bari bazi bari bifitiye aba berets verts babacunze birigwa banywa ama champagne batatwibuka iyo turiko turarya gitamisi mu mashamba,ico gihe ntawakurako ubu niho hageze ico bavuga,mbega babiterwa n’iki?jewe nibazako bokwitonda abasenyeri n’abandi bo mu masengero turazi ivyo bakora binyegeje ntaco bohendesha abandi et d’ailleur simbona igituma twobumviriza twishwe imyaka nimyaka ntibavuga,abapadiri b’abahut,ababikira nta numwe yavuga,musenyeri nimba ashaka gutegeka naje mw’ishamba hanyuma aze twumvikane,vous rigolez ou qoui?
Uyo feruzi yishwe n’abatutsi bo mu ngagara yibazako ata vy’amoko bikihari ,n’abandi mukiriyo rindira,ngo yariko atembera n’amaguru muri quartier irimwo ville morte,naho bamwiciye hafi yaho mwabonye hari barricades n’amapines ariko arasha,atari abantu bien équipée canke baba aho nyene bamwishe ni nde arya masaha yari kwiyaventura muri irya quartier,yishwe na bo bibana,izo modoka zisa nizo muri documentation ziruzuye mu batutsi, amaplaques muvuga buyenzi ntaco badakora barazibafyaturiye ,rero mwashatseko abaswahiri babafasha imigumuko ,plans zanyu twarazihinyuye ni mugende!!
25 Rusama 2015, 01:52, par Fabien
Democratie muri Africa iracari kure.
25 Rusama 2015, 06:43, par NITONDE ISSA
birabaje kwaka ubuzima umuntu atariwew wamuremye ubutungane buzotinda bukore abakoze ivyaha bahanwe
25 Rusama 2015, 07:06, par Benigne
Mungu Amuraze Pema Peponi
25 Rusama 2015, 09:04, par CIZA Jean
Abarundi bamwe bamwe barkwiye guhinduka. Peter si umwicanyi ahubwo abicanyi nabo badashaka kubona mugenziwe abaho. Feruze Imana imwakire ariko abo batutsi bariko bica benewabo bibazako baca babishira kuri Leta boshaka bobiheba kuko urya ni umututsiwiwabo. ni mureke rero kwicana kuko izo si manifestation paciphique.uwo mwishe harico yobafashije. nayo guheba kwitoza niba mushaka namwe amahoro reka muje guhiganwa hako musesa amaraso y abarundi.
25 Rusama 2015, 10:05, par inkona
Abarundi mube maso zigamaibanga baramwigandaguriye kugira bakirane na alshaabab. Itegereze ayo mafoto muduhe inyishu.
25 Rusama 2015, 10:46, par Buyenzi ya Amani
Weye Ciza Jean Genocidaire, nani kasema Zedi Feruzi ko ari umututsi?
Womenya gute ko wewe uri umuhutu?
Zedi n’ umurundi w’ umutima, hapana kutizama HUTU canke TUTSI!
ico nzi jewe, uri umwicanyi kufatana na maneno yako.
Sio wakati wa kusema hovyo kubera ko twebwe tuko na kilio!!!
Mieux vaut se taire kuliko kutapika hivyo weye unajiita Ciza Jean!
25 Rusama 2015, 11:18, par uwamahoro Nadine
Tolérance chers frères et soeurs. Umwambaro ntabwo ari insiguro ya Al Shabab. Mbega urazi ko uwo mwambaro wabayeho Al Shabab itaravuka? Al Shabab ni iy’ejo, naho uwo mwambaro ni kuva ibihe vy’intumwa z’Imana. Ubukafiri nukuri n’icyaha gikomeye. Umukafiri Imana umuremana amaso ariko akaba impumyi, ikamuha amatwi ariko ntiyumve. Ivyo ubona n’ivyo wumva, nkugereranije n’impumyi n’umuntu atabona. Iryo n’ijambo ry’Uwuhoraho
25 Rusama 2015, 11:26, par jack
Birababaj kwicana turi bamwe muga ubu sibwo butugan non nagat mwamwiciy nkub
25 Rusama 2015, 11:51, par omarniyonkuru
Nuko imana yogirira iki gogwe abarundi
25 Rusama 2015, 12:57, par FEFE
HONYANGA IMIHIMBIRI POLITIQUE NTI BAZI ICARI CO
25 Rusama 2015, 12:58, par FEFE
POLITIQUE NTI BAZI ICARI CO
25 Rusama 2015, 13:08, par Djibril
Politique y iburundi turayizi idafatiye kuvy ubwoko ifatira kuvy intara binaniranye mukadukana ibindi ntashimye kivuga iconzico al shababa bisigura imiyabaga nimbonerakure nazo nimiyabaga
25 Rusama 2015, 13:17, par Adat
Ariko abarundi kuki mwanka aba islam birenze mudushakakw iki?turinumiye ntaco muzo du provoka turazi uco mushaka,nah uwuturondera nabaze americ
25 Rusama 2015, 13:43, par glacia
Ariko Jadis ko uca urubanza rutarirwo uhereye hagati wari kuraba ico ivyo vyose vyavuyeko na cane cane kubera iki imyiyerekano yabaye? mbega Kugira imyiyerekano mu mahoro usaba ko amategeko yokurikizwa na cane cane accors d’ARUSHA ni igicumuro? mais abacumuro ni abo bifuza ko boguma kuy butegetsi imyaka na mirere
25 Rusama 2015, 16:07, par vuganeza
@glacia
Beshera hiyo sha,nta mategeko yahonyanzwe cour constitutionnelle irabimirekurira kwitoza,abo batutsi bari bakumbuye kwica abahutu,ni ibinywamaraso,nimubandanye umunsi umwe tuzobereka,tuzobakubita nk’imbwa yitumye mu nzu rindira!Abahutu babaguma inyuma muri ibi bihe nibo baza barapfa comme des chiens ngo ni mandat baharanira,bandanya mubampere indero mwa batutsi mwe!
25 Rusama 2015, 17:59, par Troubass
Mbega Petero Nkurunziza Yibaz Ko Azosigara Mu Burundi Wenyene?Naho Yadutanze Kwa Satani Arabesha.Abo Yishe Bazomwagiriza
25 Rusama 2015, 19:22, par gabriel
mwese muri imburakimazi mu majambo yanyu
25 Rusama 2015, 19:28, par Daniel
Izo mbwa za Ba Ddd
harico bagiye Kubona
25 Rusama 2015, 20:07, par kaka
Jewe sinibaza ko uyu Vuganeza abaho, canke ni shetani yandika izi messages kuko siniyumvira ko niyo yoba ari extremiste yokwandika ivyo uyu sekibi yandika, tous ses messages ni amoko, naho ubona bidafitanye isano wewe abizanamo, wewe uzobona ishano kandi bientot tu vas voir. Izo nama ugira abarundi keretse utagira ubwenge niwe wozikurikiza. mbe wibaza ko abo ubarira badafise ubwenge batazi ico bariko baraharanira? Ndazi ko ugira unsubize utukana unyita ico ntarico mugabo muri message yawe untuke ntakibazo kuko ngirango ntandero canke sinzi kuko uransiga cane, mugabo uhejeje unsubize deux questions: 1. Peter ahejeje mandats zingahe? 2. cour constitutionnelle et accord d’Arusha zibivugaho iki? Hama uhejeje uvuge ico uhora abarundi bafise ivyiyumviro bishingiye kukuri, wewe ubona ukunda abarundi n’igihugu ushaka kubatandukanya? Uwokumva wewe yoba adafise ubwenge kuko abo biyamiriza ico kiringo ntibanse candidature yumuhutu kuko cndd fdd ntifise nkurunziza wenyene. sha reka ndakureke kuko tu connais tout realite nihamwe udafise ubumuntu muri wewe nyene.
25 Rusama 2015, 20:11, par ismael nshimirimana
aba upd murihangana ntakund
25 Rusama 2015, 22:48, par Hatangimana therence
Kumb uwo yagadaguw yar umu isim?? Aho rer ababikoz baragowkabisa mimi nawa wogopa sana. Lakin nawap pole.
26 Rusama 2015, 00:08, par aimable nduwayo
unva ndababwire mwabagabomwe mwebwe mundusha kwitangira igihugu jwe nakirwanye inyaka cumi niyirenga mugabo iconobabwira umuntu ntimumwanka mumigimuko mumwankira mumatora mukareka kumwongera kuko imigumuko turazi ahayadushikanye mwebwe muvugagutyo kuko atabanyu bahitanywe nintanbara muranyegere ndacire umugani iconobabwiraco imigumuko ntaho izobashikana gusa igikuru namatora gusa ntakindi
26 Rusama 2015, 09:02, par vuganeza
@kaka
jewe si tu veux bien sinirigwa ndagutka ntibikenewe,cour constitutionnelle yaramwemereye kwitoza kandi abayigize bize amategeko,none ko cour constitutionnellle yamwemereye,n’umugambwe ukamutanga,ukemera ugafata risque yo kumutanga n’ibibi mumwagiriza ko atateje imbere igihugu,ingorane ni iyihe?ko mutaja kumwirukanira mu matora ?Imigumuko abatutsi barimwo abahutu mukaja inyuma ntaho isa isana na mandat ya peter na democracie,nimba utarabibona nta kundi kandi sinoreka kuvuga ivyibonekeza kandi ndazi ko ivyo nandika soit hari abavyanka ,hari nabanyumva rero ntubivume cane canke ngo ubisuzugure,jewe ndi umuntu kandi ntibisigurako nca nibagira uburyo abatutsi bamariye imiryango ataco bayihora,bakagira irementanya abandi bakayora nk’ibimonyo baja gufyonda,wibaza ko ico gihe ivyo bakora hari itandukaniro n’ivyubu,ayo moko yagiye he?Ababoyi bariko baraherera muri ayo ma quartiers b’abahutu bangana iki?Ubu abo kwa gwasa batanguye kwitwa imbonerakure mu myiyerekano ntaco bikubwira ko wumva uri umuhutu?Imbonerakure kuribo ni iki?Ivya mandat ni urwitwazo rukomeye cane abatutsi bahendesha abarundi n’amakungu ariko uravye ivyo bakora mu myiyerekano,guturira abantu mu ma pine ,imiduga n’amazu y’abahutu,ivyo wewe ubona ari ukugwanira amategeko?Mbega uramaze kubaza ndadaye uko yapfuye?Nta tegeko na rimwe yari yahonyanze bamwishe nk’igikoko,nta na problème ya mandat yari ihari?Rero jewe sinirigwa ndagutuka nguhanuye gusa uve i buzimu uje i buntu,wihanagure ku maso ukanure,abo bantu bagira imyiyerekano nukubahinda kuko bugaye quartier bagira leur propre loi kandi mu nyuma batangura kwica abahutu bugaranye kuko bo ni plan bateguye namwe mugakurikira kubera abenshi ari inzigo n’ishari bafitiye abategetsi,iryo shari ritsinde tugwanire interet general y’igihugu,amahoro twaronse ntitubirekure kubera mandat bitwaza kandi amategeko abimwemerera,uburundi bwagendwa nuwo ariwe wese yaja hose akisanga siko vyari mu myaka iheze ariko hari abahutu benshi bavyibagiye,komera nawe ushatse unyishure,urabona ko ntatukana atawuntutse!Akandi kantu gato ndakwongererjeko,nimba uri umhutu,ntibakubeshe ngo abateguye iyo myiyerekano ngo bashaka amatora,abanse kuyajamwo 2010 nubu banse,ahubwo uzobaze umuntu yitwa pancrace yavuzeko naho peter atokwitoza ata matora yobaye,sinduhije ntiyigeze anyegeza ses envies de fonder une rebellion rero ntibaguhende ngo ni amategeko na democracie bariko baragwanira ,abahutu modérés sinzi iyo mwakuriye nico gituma ntabumva! N’ama grenades birigwa baratera abapolisi iyo ni imyiyerekano?
26 Rusama 2015, 10:01, par Lambert mugisha
Ndi umwana muto kandi ntavyinshi ndabona.ariko ico nokunganira.BIRABABAJE KUBONA UMUNTU YICA MUGENZI WE.ATARI BUMURYE
26 Rusama 2015, 12:17, par Bizimana Al Hussein
TURARAJWISHINGA NIVYO TWUMVA BIKORERWA IBURUNDI,
26 Rusama 2015, 12:18, par Bizimana Al Hussein
TURARAJWISHINGA NIVYO TWUMVA BIKORERWA IBURUNDI,
26 Rusama 2015, 14:17, par Godas obed
Imana Ni Mwakire Mu Bwami Bwi Juru Zedi Ferous
26 Rusama 2015, 17:42, par Irambona Amissi
Imana Yishurira Musi Yijuru Mwijuru Naho Nuguharurigwa.Uwabikoze Bize Bimukore Imana Imwangaze Nkuko Yamwicanye Agashinyaguzo.
26 Rusama 2015, 22:03, par ARAKAZA Alcene
HARAKWIY AMATOHOZA AKWIYE NTABWO UMURUNDI NK’ABANDI WOGANDAGURWA BUNYAMASWA BIGAHERERAHO
26 Rusama 2015, 22:40, par Ndayishimiye
Birababaje. Mbega uburundi buriko buganahe?
Ikibabaje kandi gitangaje nuko muburundi ababa bagirijwe ubwicanyi nibo baca bashirwa muma commissions yamatohoza.
Barundi reka dukundane
27 Rusama 2015, 21:34, par KING
None Zede feruzi yoba yishe naba CNDD FDD.
27 Rusama 2015, 21:35, par KING
None Zede feruzi yoba yishe naba CNDD FDD?.
27 Rusama 2015, 21:49, par KING
Iconiyumvira niyumvira yuko zede feruzi azize ivo yaporitike kubera ntakindi azize murakoze.