Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umumenyeshamakuru wa RTNB yari yahagaritswe yarekuwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umumenyeshamakuru wa RTNB yari yahagaritswe yarekuwe

Umumenyeshamakuru wa RTNB yari yahagaritswe yarekuwe

mercredi 20 Ndamukiza 2016, par egide

Prosper Nzeyimana, umumenyeshamakuru yari yahagaritswe n’igiporisi mu gatondo kuri uwu wa gatatu, bamusanze ku muhana iwe kw’i Jabe. Yahavuye arekurwa, ariko akaba atabwiwe ico yari yafatiwe.

Uwo mumenyeshamakuru w’isamirizi n’imboneshakure vy’igihugu (RTNB : Radio Télévision Nationale du Burundi) yari yafashwe n’abantu bambaye impuzu z’igiporisi,bakaba bari bamutwaye mu kibanza kitamenyekanye.

JPEG - 36 ko
Prosper NZEYIMANA, umumenyeshamakuru wa RTNB

Prosper NZEYIMANA yahavuye arekurwa, ariko akaba atabwiwe ico yari yafatiwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.