IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umunsi waciye inkokora umukuru w’umurwi CENI

Umunsi waciye inkokora umukuru w’umurwi CENI

mardi 2 Ruheshi 2015

Hari ku wa mbere, aho umukuru w’umurwi ujejwe gutegura amatora yamenya ko abakuru bibihugu vy’akarere basavye ko hosunikwa ikiringo kingana n’ukwezi n’inusu amatora mu Burundi.

Uwo munsi nyene, Pierre Claver Ndayicariye, niho yaronka ikete ry’umupfasoni Spes Caritas Ndironkeye yahora aricegera c’uwurongoye amatora , amakuru nayo yavuga ko na Illuminata Ndabahagamiye, yahunze atangura gukwiragizwa, ndetse nawenyene, ikete ryiwe rica rirasohoka. Mu murwi w’igenga ujejwe gutegura amatora CENI bagize ikibazo gikomeye cane mu kubura abantu babiri kuri batanu bawugize, abo nabo bose baramaze kwandika amakete yo gutanga imihoho, mbere bose bavuze ko ari ku mvo z’umutekano.

Tubibutse y’uko amategeko agenga umurwi CENI avuga ko muri batanu bawugize hategerezwa kwemeza itegeko bane kugira ingingo bafashe ije mungiro. Pierre Claver Ndayicariye umukuru w’umurwi CENI, nawe nyene ubwiwe ntazi neza ikiringo c’amatora uko gitegekanijwe, canke amenye neza ingene hazosubirizwa abari muri uwo murwi, kugira usubire gukwiza ibitigiri, ivyo navyo bikaba vyerekana ko inguvu uwo murwi wahora ufise mugutegura amatora zitagikwiye.

Muri uyo murwi rero, amakuru amwe amwe akaguma akwiragizwa avuga ko n’umukuru wawo Pierre Claver Ndayicariye yahungiye muri bumwe mu buserukizi bw’igihugu ca Buraya mu Burundi, ariko ayo makuru akaba abeshuzwa, aho amakuru y’ukwizera avuga ko Ndayicariye ariko arakora akazi kiwe mu murwi CENI


Bill Nkurunziza

Messages

  • komere mudutohoreze ariko burya urukurukuru niyo nkuru.

  • NDAKEJE UMUKURU WA CENI WE YABAYE UMUSHINGANTAHE AGAHAGARARA RUGABO NTATE AMABANGA YIYEMEJE

  • Umugabo Apfa Nk,umugabo Ahubwo Nakomere Ko Numvise Avuga Ntawoja Narwo Iyi Migumuko Yateguwe N,abatsutsi Ndavye Uwo Mukecuru Supesi Ntagitangaje Ntiyohemukir,abahabara Biwe Umugambi W,abatutsi Twawuhinyuye Ntanguvu Uzoducanumutaru Nibasare Bazohora

  • Claver naw tanga imihoho kuk ibih uburundi burimwo sivyogutegura amatora.

  • Claver naw tanga imihoho kuk ibih uburundi burimwo sivyogutegura amatora.

  • Umugabo Apfa Nk,umugabo Ahubwo Nakomere Ko Numvise Avuga Ntawoja Narwo Iyi Migumuko Yateguwe N,abatsutsi Ndavye Uwo Mukecuru Supesi Ntagitangaje Ntiyohemukir,abahabara Biwe Umugambi W,abatutsi Twawuhinyuye Ntanguvu Uzoducanumutaru Nibasare Bazohora Abo N,indaya Zababasenyeri Bigish,urwaruka Ngo Ntibatwarwe N,abaja Bongerako Ko Abapatiri Bosokora Bazorubirekuvuga Ko Batarwanya Leta Mwaraye Muhinyutse Gatolika

  • Jewe ndabarahiye , Pierre Claver Ndayicariye ntakorera kumugaragaro akorea aho yahungiye ,nimuje muri CENI ni mumusangayo mumenye ko urukurukuru atariyo nkuru,amaze imisi irenga 5 ahungiye mubuserukizi bw’igihugu ntavuze.Niba ari kukazi naje ahabona tumubone nkuko vyari bisanzwe.

  • Ico nicerekana ko amanyanga bakoze ahaye aja kumugaragaro nakare bakorera CNDD-FDD ntibakorera abanyagihugu,nibatange imihoho boye guhendwa

  • Batutsi biburundi, ubu kweli muraciyumvra ko muzosubira gutwara uburundi? teshwa mute ivyanyu vyarahinyutse. nzineza ntakekeranya ko naho ceni yose yotanga imihoho, ataco bivuze kuri twebw kuko ntizokwigera dusubra mwishamba kiretse mwebwe ko muzosubra iwanyu muri etiopia na eritrea.uwo kagame wanyu abahenda ww ntanicatwaye tuzomwisangira ngoho ikigari,nasome nez istoire yurwanda nuburund igihe ca kirundo.ubu sibirya. gusa nahora ngira ko muciye ubwenga ariko umunt iyoyiz amashur meshi acika ikijuju. tekana rer tupime maji na unga tu ndico kinacobakia. ubumama muvuga ngo umuhutu arimugisoda ngo nimbonerakure canke mugiporisi.ariko ivyo vyose twarabimenye muriz ko ataco mumaz atarakarimi gusa reka rero tubirabire kurubuga ikizonesha ikindi kizokigenderako.knd ubu ntabiganiro dukeney namw.

  • Amagorwa Tubayemwo Twayatewe Na Ndayicariye Yivye Amatora Ya 2010.Asubiriye Aze Yimbe Yigera.

  • Yooo! None gayemwe tugire dute? Nabo bitoreye nabo babatere ubwoba! MANA fasha UBURUNDI

  • NDAYICARIYE NTACIKINKOKORA NABADO HARUMUSINANYENE AJOBONA KOYAHENJWE ACEYIYAHURA ABAPFABOSE AJOBABAJWA BENASHEBUJA

  • Birababaje cane kuba harabantu mbona bashyize amoko imbere!murihenda cane ubwoko ntawe ushobora kubuhonya ibyiza watuza ukabana namoko yose! ubuse abatutsi uvuga nibo babwiye Peter guhonyanga amasezerano yi Ya rusha?ubuse abatutsi nibo bari mu mabarabara bonyene?ubuse Ntibantunganya na Domitien,Agato ni abatutsi?ukongeraho ngo bajye muri ethiopie nahandi utekereza?abafite ibi bitekerezo mwigire kumateka murebe ababigerageje aho bari!wowe ufite imigami mibi nabandi uko mungana kose ntabwo mushyitse numutamiro!umenyeko ntanarimwe ikibi kizigera gitsinda,bantu mufice ubwenge mufatane munda mutitaye kumoko murwanye icibi.kandi mwene wanyu nuwiyumvira amahoro kuri mugenziwe,ngirengo mufise ingero nyinshi zabantu bicanye bahuje ubwoko abandi bagahemukirana bikomeye bahuje aya moko tuvuga!kuko iyo ubwoko buba aribwo butuma abantu babana neza twari kugabana bamwe bagatura mugihugu cabo nabandi uko!ariko c est faux!amoko atandukanye ashobora kubana neza ntangorane!muve mu mwijima w ubujiji bw amoko mujye murumuri rwo kubahana no kwirinda inda nini muryana!

  • UMUNTU AKIVUGA UBWOKO UWONUMUJA ABATUTSINIBOBAHAYEBAHONYANGA AMASEZERANO YA ARUSHA SABAHUTU URACAFISE UBUJUJUMUMUTWEWAWE

  • Uwo mugabo yiyita j mark nawe yaranyegewe n’amacakubiri basi, abatutsi urabanka mais uzoguma ubabona. Bref, none mu Burundi buzima umuhutu ashoboye gutwara igihugu ni nkurumbi gusa. Rondera uwundi, et l’affaire est terminé. Si c’est le seul hutu qui vous reste, vraiment, j’ai pitié pour vous et vous faites la honte aux autres hutu. De grâce, cessez votre haine ethnique. Hutu ou tutsi, on s’en fout. On veut un dirigeant digne, responsable , qui respecte les lois , développe le pays. Pita doit prendre sa retraite, ou sa pause pour le moment. Twaramuhaze c’est tout.

  • Buraca bugacana ayandi kandi imbwa yahiy kumurizo iti burakey tuhereke abagabo

  • nibihunguri kuko barabona yuko hariho amakenga menshi kuvyerekeye mandat ya3 ya peter nkurunziza,yoo rugira vyose udufashe.

  • uyo muntu yitwa john,nikijuju gikabije.naho umuntu yoba akunda umugambwe,yoshiramwo ubwenge.

  • AHAAA UKURIRI KUZOTSINDA!!!ABARIKUMAVI KOMEZA NTIMURAMBIRWE.KUKIRENGAZUBA BURAHAMU AFATWANITIRO IBISIGA VYAMERO BIMWIBA IKIMAZI BICABITUMA ABIWE BABA INYAGANO.IMANA NTIYAHEVYE UBURUNDI ,OYA NISAHAY’IMANA ITARASHIKA.

  • Yemwae,birababajekubonaharabantubagishira.Ubwoko,Imbere.Menyenezako,Uwomudasangiyubwoko,Ko,atarumwansa,ahubwo.Umwansi,nuwowe.Agombakudukwegera,muntambara.Haragezeko,abarunditwese,twikuramwo,ivyovyamoko,tukubaka,igihugucacu,ivyamoko.Namacakubiritwatewemwo,nabazungu,kugirangobikunde,badutwarebufuninabuhoro.Mugabotwarabahinyuye.Nawe.Ugishirimbere.Ubwoko,ntahobizokugeza.
    Uwonawe,atanguyekugirubwobakare,nawenahunge.Abandibontibagiye,mugabo,narinde.Amatora.Azogenda,neza.Cane.Imana,iratubona.Nimuhumure.Ntimwihebure.Nimuzetwihane.Ivyaha.Twakoze.Murabeko.Bitagendaneza.

  • abo bose birirwa bararasa mubanyagihugu ni ibijuju cane. Kandi namwe nyene mushira ivy’amoko imbere muri ibijuju. Abarondera ibiringo 3 ni ..... Eka na barya bahunga igihugu ni ..... Mugabo jewe ndi ikijuju kurusha bose.

  • ibifaranga barujuje none baragiye kubirira hanze,ko batagiye kare?
    Je pense que ça c’est une leçon pour les hutus,encore et encore,bazoze bamenya abo bashinga amabanga ahambaye dans l’avenir,ntakugirira confiance inzoka!Ariko nibaza ko solution izoboneka, iyo bagira accident canke bagapfa bari kuvyifatamwo gute?

  • ahubwo umurwi CENI warukwiye gukorera abanye politique bose ukareka gukorera umugambwe umwe kubera nabakora muri ceni umengo naba cndd fdd abo nabo batanze imihoho base gukorera ibintu kugicure nabandi bakozi ba ceni bokwiyamiriza iyontwaro igomba gutwara ikoresheje igikenye umukuru w’igihugu akareka iyo mandat itarekuw namategeko

  • Abayobozi Bo Muri Africa Bakwiye Kujya Barekura Ubutegetsi Ntamaraso Amenetse Ikibabaje Cyo Muburundi Nuko Ibihugu Byibituranyi Bibyivangamo.Natangajwe Nijambo Ryavuzwe Na President Kagame Ngo Niba Abaturage Batamushaka Nagende Binyibutsa Ukuntu Duhora Kunkeke Ngo Nidusinye Ko Itegeko Nshinga Rihinduka Utabikoze Nyine Namwe Murabyumva

  • Ahubwo abegwa n’ibibazo vya Politike bose ata n’umwe avuyemwo ni bicare baganire bace bashiraho CENI nshasha bose biyumvamwo. Hanyuma amaradiyo yigenga yugururwe, impunzi zihunguke, imbonerakure zakwe ibirwanisho. Duheze tuje mu matora twese dutekanye ata n’umwe akumiriwe. Jewe mbona ko bibaye ngombwa boshaka bakongerako nk’amezi atatu canke arenga mugabo tukaronka amahoro.

  • Mana Garukira Abarundi

  • mbega urwego rw’abashingantahe mu bihe nkibi ntibarurondera ko rwamye rukemura ibibazo mu Barund?

  • Vuganeza, wewe ubona ko ukwiye kugirirwa confiance? Urya yayikugiriye agiye kwigaya kuko mugiye kutembagarana.
    Nayo uyo yiyise Ikijuju, ntaco nokongerako kuko izina niryo muntu.

  • J.Mark. Ok. Urakoze kwerekana ico uri. Ikimbabaje ni umwanya ataye wandika ivyo bintu. Iyo wari kuwumara uriko usenga kuri ubu vyari kukugirira akamaro. Genda wihane. Wahemukiye abavyeyi n’Imana yakuremye ufise iryo zuru, amaso, amatwi, ... Iyo ikurema uri URUKWAVU ngira wari guca ubwenge.

  • ewe mukuruwaCENI naw uragow nimbabaguhay igiturire ngo uhengame nubwabantu batogushira mwipfungiro YESU azokwipfungir kand akataretse kabagasema naw uzahunga atahuronka uhungira bose nibaguherako

  • Nyakwubahwa yarabivuze kwamatora azoba meza cane kuruta ayandi yose twigeze kwumva canke twigeze kubona nivyo azoba meza cane kuko barayahaye umwanya akwiye naboyatovye bariko barasokora nabandi bazohunga ico nobabwira abashaka amatora meza kawuka birahera.

  • Mbega uwo mucangero wa NKURUMBI wewe ntagowe amatwi ansumira ngo baba rebelle muri documentation birirwa baramuturira amatengatwa azopfa ari inkone nukuri .abarundi tuzomuhumira

  • J.Mark, soma ku rumogi uvuge ibyo ushaka ariko ureke Kagame usarire ahandi, sibyo ? Kagame si mugenzi wawe musangira ikiyeri, Kagame ntaho ahuriye n’ako kajagali kanyu. Kagame ni President w’ u Rwanda si uw’u Burundi, yitwaye nk’umusingantahe mu bibazo byanyu. Ntawe ugusabye gukunda abatutsi, gusa iyo extremisme yawe irasekeje kuko si abatutsi bonyine bari mu mabarabara aho iwanyu kandi ingero zirahari. U Rwanda nta mugambi wo kurwana n’u Burundi rufite na gato ariko nta n’uwo twaba turwana nawe uhari. Ibyo uvuga byo gusanga Kagame i Kigali nkeka ko ari agatabi kenshi, ariko ahubwo nimuzana FDLR aho nk’uko bivugwa cyangwa umutekano w’ u Rwanda ugahungabana biturutse aho iwanyu, Kagame uvuga uzamubona.

  • Je sindi umunyapolitique ariko nahisemwo kubikurikiranira hafi aho kubibonera kure. Nihamwe abarundi tutagomba kubona ukuri ahandi ho Imana yaratwiyeretse.

    Ehe namwe:
    1) Kubera iki Ibwirizwa shingiro ryananiranye guhinduka kandi aba DD aribo benshi, bafise ikigega c’igihugu muminwe (barigutanga amahera menshi bakagura aba Députés kugira ngo bikunde) Imana ntiyavyemeye.

    2) Kubera iki uwutwara ibwirizwa nshingiro yarindiriye ko icegera ciwe abanza guhunga akabona kwemeza ko kwitoza kwa gatatu atangorane!!! Vyunvikane ko vyari vyamaze kuja ahabona ko ari amanyanga. Imana ntiyavyemeye.

    3) Kubera iki Icegera ca NDAYICARIYE hamwe n’urya mu Commissaire bahisemwo guhunga? Vyerekana ko Imana ntiyemera amanyanga ariko akorwa.

    4) Kubona Catolika (70%) y’abanyagihugu ivuga iti :"Ntitwemeye amanyanga ariko akorwa) Naco ni ikimenyetso ko Imana yarambiwe n’ububeshi.

    5) Kubona aba DD ubwabo bemera guheba akazi kabo bakavugisha ukuri ko kwitoza ubwa gatatu bidahuye n’amategeko, ico si ikindi kimenyetso!!!

    6) Kubona NDITIJE na RWASA baja hamwe, ico si ikimenyetso ko atabwoko bukiba icitwazo.

    7) Ko bitwaza ama quartiers agira imyiyerekano, BUTERERE, SOROREZO, KANYOSHA, ... NI ABATUTSI???. Eka namba.

    Ngejeje aha. Ndasubiye guhanura umuntu wese acitwaza amoko, acire birarura. Imana ntikivyemera.

  • Imana ihora ihoze guma musenga vyose bizohera

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.