Accueil > Amakuru > Poritike > Umunyarwanda avuga ko afise ubutumwa bwa Petero Nkurunziza yatawe muri (...)
Umunyarwanda avuga ko afise ubutumwa bwa Petero Nkurunziza yatawe muri yompi
samedi 17 Rusama 2014
Umuvugabutumwa Mwongeye Theophile akomoka mu gihugu c’Urwanda i Kanombe apfungiwe mw’ibohero ryo mu Kirundo. Yafashwe ku mvo z’amatohoza, inyuma y’aho amenyeshereje ko afise ubutumwa bukomeye Imana yamurungikanye kugira abushikirize umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.
Mwongeye Theophile ni umuvugabutumwa wo mw’ishirahamwe ry’amashengero ya Pentecote mu gihugu c’Urwanda. Uwo muvugabutumwa akomoka i Kanombe yashitse mu Burundi ku munsi wa mbere yinjiranye mu ntara ya Cibitoke. Ku munsi wa kabiri akaba yari ashitse, akavuga ko azaniye umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ubutumwa budasanzwe Imana yamurungikanye, kandi akamenyesha ko ubwo butumwa bwa Petero Nkurunziza ategerezwa kubumwihera bari babiri gusa. Kuva aho yumviye ko Petero Nkurunziza ari mu rugendo mu ntara ya Kirundo, uwo muvugabutumwa Mwongeye Theophile yaciye amusangayo muri komine Bwambarangwe, intara ya Kirundo, agerageza kuronka umubonano ariko biranka, akamenyesha kandi ko yari amaze kumwandikira amakete ane yose amusaba ko bobonana, ariko ntahabwe ayo mahirwe.
N’aho yabuze uwo mubonano, Mwongeye Theophile ntiyacitse intege, kuko kuva aho amenyeye ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza azoba ari ku kibuga c’umupira w’amaguru co mu Bushaza isaha icenda zo kuri uwu wa kane, umuvugabutumwa Mwongeye Theophile yaciye afata ingingo yo kumusangayo, nk’igihe c’isaha umunani akaba yari yamaze gushika ku kibuga arindiriye umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Yabwiye abajejwe umutekano w’umukuru w’igihugu Petero Nkuruniza ko akeneye kuvugana nawe kugira amushikirize ubutumwa budasanzwe Imana yamurungikanye. Abajejwe umutekano w’umukuru w’igihugu baciye bamuta muri yompi, bamushikiriza igiporisi co mu ntara ya Kirundo.
Mu giporisi mu ntara ya Kirundo aho umuvugabutumwa Mwongeye Theophile apfungiwe bamenyesha ko bamaze gutangura amatohoza.
Egide Nduwimana
Messages
17 Rusama 2014, 12:55, par Sikobozohora
Namba ari IMANA rugira vyose ntizokwemera yuko uwo yatumye amererwa nabi.Ubu benshi baca muriryo zina nyene mugusambura igihugu.
17 Rusama 2014, 13:32, par avite
Uyo muramwitondere uhura ari icihebe kagame yarungitse ngo kiduhitanire umutware wacu.ahubwo bamusubize iwabo hakiri kare.ntakabonane nawe Imana niyagomba kuvugana na president wacu izoca kumurundi wiwacu canke. Imwibwirire ivyo igomba kumubwira.Imana ntimutinya.nafungurwe asubizwe iwabo kandi bishoboka ntazogaruke iburundi.murakoze.
17 Rusama 2014, 14:20, par pasi
Kuko peter atinya ku mwakira Nikon aziko Imana ishaka kumuha gasopo kuko kwihisha mu Mana na bantu bagandagurwa buri munsi kandi abizi amaherezo yiwe ni mabi cane kuko ntagihe nakimwe amaraso yabarengana adakurikira umuntu mbe bizo mumarira iki kwigwizako imitungo azosiga kuriyisi nabiwe ugasanga bashoboye kuhatakariza ubuzima ikindi kintangaza umulig president ashaka kuguma kubutegetsi ntanico yakoze kiboneka uko sikubahuka kweri akarorero mu Rwanda kagame ashatse kuguma kubutegetsi no mubaze ijwi kuko u Rwanda aruteje imberee muri domaine zose peter na kabira barakwiye gukinjura kuko ntakigenda
17 Rusama 2014, 14:43, par ndunduro
Amatora arageze none ibihuha biratanguye. Nciye nibuka usoda yakwiye igihugu cose yakirwa nk’igihangange mu mashengero yose yi Burundi agenda aratangaza ko NKRUNZIZA niytoza muri matora aheruka atazomara kabiri ku Butegetsi, ko i Gihugu kizoca kigwa mu manga. None raba!!
17 Rusama 2014, 15:59, par Nelson
None wumva nkurunziza asengiki ko uwo bataye mumvuto wumva yaruwuvugiramana akaba yamutaye muriyompinagira yarikumwumviriza arabesha yabivugiyeimakambaaho yarahira ateruye bibiliya yera ati hamwe nonkendera ivyomvuzeImana izompane none narindire azobona,ahubwo nireke guhenda abantu ngo arasenga kuko Imana yoyo ntihendwa.Hama asabe ikigongwe kuko umuvumo waratanguye imvura yicabantu,inkuba,....
17 Rusama 2014, 16:29, par philbert
Nagende abwira ubwo butumwa Kagame! Ahubwo ni bamushushe igiti ubu kubera amatora yimirije bose bazoguma basemerera ngo Imana yababwiye huuu barihenda sha ubu igihugu kibamwo abantu b’umutima ni bamukorereko ahubwo bamenye neza ikindi cari kimuza canke bamuhe ico kilo c’ibiharage yirire kuko urashobora gusanga ari inzara igira imuvugishe
17 Rusama 2014, 16:40, par Bapfaninahasi Dominique
Je Nosaba Ko Petero Nkurunziza Yokwakira Uwo Muvuga Butumwa,kuko Imana Haraho Yoba Imugombako Ikintu Gihambaye,
17 Rusama 2014, 17:00, par taha aka
arko aba DD vous etes paranoiques, ibibazo vy’ i Burundi biraba abarundi gusa ntaho bihuriye na Kagame. No mu rwanda umwaka ushize hari abagore biyise abarokore barangije baja aho Kagame atuye bavuga ngo bamufitiye ubutumwa bw’ imana hamwe n’ubuhanuzi ngo beretswe, barangije bararahira ngo ntibava kw’ irembo ryaho President atuye batabonanye nawe. Aba gardes presidentiels barangije bambika abo biyise abahanuzi amapingu babajana kuba funga, ubu bari mu rubanza. Human rights nayo irangije ngo elles sont innocentes ngo babahoye religion ou secte yabo. Umugambi wa bazungu, ils sont contre le developement de l’afrique nta rukundo bafitiye abanya africa. Aho kwibonamo ko mwese muri abarundi mwibonamo amoko. Ariko kera mu Rwanda canke mu Burundi iyo wabazaga uti ubwoko bwawe n’ubuhe, bagusubizaga bakubwira ibisekuru cyangwa ibisekuruza byabo (leur ancetres bakarangiza bakubwira clan yabo). Amoko ntabwo ari umuhutu cangwa umututsi, n’umuryango cangwa inzu uvukamo. Abami bo mu Rwanda bavukaga mu muryango w’abanyiginya, ubwo nibwo bwoko bwabo cangwa mu Burundi abami banyu nababakomokako n’abaganwa. Ivyo mu Rwanda turashaka kubivanaho, carte ddentites zariko amoko kera kuri Havyarimana (umwicanyi ) twazivanyeko, FDLR cyangwa abandi mwese mushaka kuzana ivya amoko, interahamwe abafaransa, abazairois bafatanyije n’izindi hene mumenye ko tuzabakocora, twrabatsinze tuzongera tubatsinde.
17 Rusama 2014, 18:35, par Mama
MUSHAKE MUKINDISHE AGAKOMOKOMO KUBINTUVY’IMANA HOHO, NIBANGARIKOMEYE CANE, KUKO NIBANGA RIMENYWA NANYENE KWIHEREZA IMANA GUSA, PEREZINDA UKO COMMUNICATION IMEZE HAGATI YIWE N’IMANA NIWE AYIZI N’IMANA GUSA, UWOMUVUGA KOYARIJE GUHUBUTUMWA UMUKURU WIGIHUGU CACU CU BURUNDI, ARUKURI CANKE AMANYANGA NIWE ABIZI N’IMANA GUSA. KUMUREKA RERO AKAJA KUBONANA NA PEREZIDA BAKAYAGA IVYAMABANGA Y’IMANA TURABIZI KO NA PEREZIDA ABIKUNDA ARIKO KUBERA IY’ISI YAMEZE AMENYO TURAHEZA TUGATARATAZA MUKUGIRA AMAKENGA KURUWOWESE AJE AVUGANGO ATUMWE N’IMANA, KANDIBURYA NUWOMUNTU NIBAZAKO NAMBAZIKO ASHAKA GUHA UBUTUMWA UMUKOZIWIMANA NKAWE, YARIKWIYE KUMENYA KWARI NUMUKURU WIGIHUGU KANDI NIYOMANA YAVUZE KOYAMURUNGIKANYE UBUTUMWA IRABIZI KO nKURUNZIZA ARI PEREZIDA WU BURUNDI, UTUBAHIRIJE IBISABWA VYOSE VYOKUGIRA USHIKIRE UMUKURU WIGIHUGU USHOBORA GUSANGA URIKURAKORA NKUWIYAHURA KUKO N’IMANA IRABIZIKO UMUKURU WIGIHUGU ABACUNGEREWE,KUKO IMANA IRAZI UBUGIZIBWANABI BWAHA MW’ISI, BURY’IMANA YARIYADUHAYE YEZU KUGIRA TWAMANE MUBIKORWA VYAMISIYOSE TUMUBONA MUMASO MUYANDI, ARIKO TWEBWE ABISI TWARAMUGAMBANIYE GUSHIKA TUMWENENETSE KUGITI CUMUSARABA, ABAZEGUPFA AKAZUKA IMANA NTIYASUBIYE KUMUDUHA NGOTUBANE NKUKOVYARIBISANZWE YACIYE ITWASHIRA AHANTU HIHISHE ARIKO ASHOBORA KWUMVA UWOWESE ASHAKA GUFASHWA, UBURERO WAMUGANI WINSIGURO IRIMWIZINA RYA EMMANUEL YEZU AHURIHOSE ABARIKUMWE NAWE ARIKONTUSHOBORA KUMUBONA NKAKERA TUTARAMUBAMBA KUMUSARABA. IMANA RERO IRAZIKO AHAKWISI UWUSHAKA KUGUHITANA ABANZA KUKUGIRA UMUGENZI, UWOMUNTURERO ASHOBORA KUZA YIYITA UMUSENZI NKUKO NA PEREZIDA ARUMUSENZI NONEHO AGAKORA IBARA ARIKO NTAVYOZI NABABWIYEKO IVYOBIZI WE N’IMANA. NAGOMBA KUBABWIRAKO MUBIHUGU BITANDUKANYE KW’ISI UYUMUSI ABANTU BASIGAYE BASHAKA GUKORA AMABI BABANJE KWINYEGEZA MUKWIYITA ABAKOZI B’IMANA. AKARORERO HARIHO ABASHAKA GUTUNGA KUNGUVU, ABASHAKA KWIGARURIRA ABAGORE NABAKOBWA BABANDI, CANKE ABASHAKA GUHUNGABANYA UMUTEKANO. IVYORERO NTIBITUMA TUTAMENYA KO HARIHO ABAKOZIBIMANA BUKURI KUKO IYABA HATARIHO ABAMENYESHA MANA BUKURI NTABANTU BABA BIYITA ABAMENYESHA MANA KUGIRA BAKORE IBARA, NUKOBAZI ABANTUBESHI NABATEGETSI BESHI BUBAHA ABAMENYESHA MANA BUKURI,HACAHABAHORERO ABASHAKA KWIYITA ABAMENYESHA MANA BIBINYOMA KUGIRA BIBAFASHE GUSHIKIRA IVYOBASHAKA NINGONGA. KURIJEWE RERO UWOMUNTU BOMUKORERAKO AMATOHOZA NINGONGA KANDI BAKAMUTEKERERA NABO INYIGISHO ZUKUNTU AMAREGEKO AKORA NUKUNTU BIGENDA KUGIRA UMUKURU WIGIHUGU UMUSHIKIRE, BIRUMVIKANA NUBWO AVUGAKO ASHOBOYE KWIGISHA IVYIMANA ARIKONAWE ARAKENEYE KWIGISHWA IVYAMATEGEKO YIGIHUGU (IBIHUGU) HANYUMA BAKAMUBWIRA ATITAHA UZOGARUKA ARUKWO WUBAHIRIJE IVYOVYOSE TUKUBWIYE.KUMUKURU WIGIHUGU NUBWO ASENGA NTIYOCA AHAMAGARA ABAMENYESHA MANA NGO ZAMURIYIZIRA UKOMWISHAKIYE MUNGORO YUMUKURU WIGIHUGU TWESE TURIPFUZA KUGANIRA IVYIJAMBORY’IMANA NUMUKURU WIGIHUGU CACU ARIKO NTITWOHEZA NGOTWIYADUKIZE NGOTWIRUKE MUKIRIMBA CUMUKURU WIGIHUGU NGO MBAAAAAA! NUBWO ARUMUMUNTU AKUNDAGUSENGA KUBERA ARUMUKURU WIGIHUGU HARIHO AMATEGEKO AMUGENGA YIGIHUGU HARYAKORERARERO ARABIZI KO ARIJEWE NAHAMUSIZE, NAWE WARAHAMUSHIZE, NABO BARAHAMUSHIZE, TWEBWE TWARAHAMUSHIZE,MWEBWE MWARAHAMUSIZE, NABO BARAHAMUSHIZE. SINZIKO ARIKOSHA UMUKURU WIGIHUGU YAKOZE KUVUGAKO AKUNDAGUSENGA!!!? MBEGA IVYOVYAGO VYIMVURA YAHEKUYE UBURUNDI HARIHO UWOVUGAKO YABIHISHURIWE NIMANA KWARUKUBERA AMAKOSHA YA PEREZIDA NIYABA ARI OYA NOSABA ABANTUBOSE KWIRINDA GUCIRIMANZA ABANDI KUBIJANYE NIJURU KUKO TWESE KUMUSI WOGUCIRWA IMANZA TUZOBATURI KUMURONGO UMWE ARIKO AHOTUZOSHIRWA NIHOHAZOBAHATANDUKANYE WEWE RERO UVUGANGO PEREZIDA NIWE YATEJE IRYAMVURA NIWABA UTAVYERETWE N’IMANA WITEGURE NAVYO UZOBIBAZWA, ARIKO NKUBU WOKWAKWANYA UKIGAYA KU MANA WOHARIRWA AHARI ICAHA HAKERA DE!
17 Rusama 2014, 18:44, par Jacky
Ngo mumisi yiherezo benshi bazokwigira abavugishwa n’Imana kandi ngo bazozimiza benshi. Nimba yatumwe n’Imana akaba afunzwe nasabe Imana imuhe ibimenyetso bizokwemeza Peter Nkurunziza ko arimana imutumye. Abigire nkakumwe kwa Mose atumwe n’Imana kwa Pharaoh (farawo). Haaaaa Pole sana. Gusa ntacowofungirwa mbona aho ahubwo nibakurekure uje kurya ibishimbo vy’ikanombe.
17 Rusama 2014, 19:23, par SIHONDI Levis
BRAVO PAPA PIERRE NKURUNZIZA: UZOWUCANA BAZOWUMUZIMIRIZAKO, CANKE BAWUZIMIRIZE MURUGO RWIWE HIHIHIHIHIIII. AKO KAJAMBO KARADRYOHEYE CANE. VUGISHWA MUTAMA KUKO IVYO IMANA IKUVUGISHA TWAMA TUBONA ARIVYUKURI.
17 Rusama 2014, 20:14, par Mathy
Uta inkoko ntuta ico yabitse. Yomwumviriza ubwo butumwa akabwanka yabwumvise!
17 Rusama 2014, 23:09, par KUBWIMANA Mélance
PETER NAKUMBURE AMUHAMAGARE WOSANGA AJE KUMUBURIRA MBONIVYO MUBURUNDI VYANANIRANYE
18 Rusama 2014, 06:04, par kabudesia
nasome qu’an hama tuzorabe iyo azovuga ngo yatumwe nimana yonyene izomwishu
abarundi bari maso bose icabaye carabaye ntakizogaruka
18 Rusama 2014, 09:54, par lewisi
Baze bamuhane vyakarorero kuko yagomba gusubiza uburundi mu makuba nkayo mt 1993 nakare ngo kudahana imbwa birwiwiza imisega nabamutumye nabonyene bamenye bakwiye gufatwa .
18 Rusama 2014, 13:13, par Irene
Nyakubahwa umukuru wigihugu cacu turabizi ko akunda Imana kandi twari twagize amahirwe adasanzwe yo kwironkera Umutware azi Imana azi guhimbaza no guca bugufi muri ba nyarucari .Ariko amahirwe atagize abitwa ngo nabahanuzwa jambo biwe nta gukunda Imana bafise . Babaye abakunzi binda . Babaye abo gukokeza. Nico gituma bagiye bamwononera mu kuganza kwiwe bakamuhanura ivyo kumucafuza nabo aganza(abanyagihugu).None raba nkubu kumbure yari yigiriye amahirwe Imana imwiyunvirako none bariko baramuhuvya ngo ntakabonane nuyo muntu. Erega Imana ituma uwigomba ,kandi ikarungika intumwa kuwikunda.Kuvuga ngo Imana izokwitumira uwiburundi aho woba wihenze kuko ntawomenya ko nuwo murundi yoba ariwe yahereyeko gutuma bikananirana. Ariko ico nzi co,ugasanga koko ari Imana yamutumyeko ya mwunviriza, kuko Ijambo ryayo ntirizogenda ubusa. Ico nohanura nyakubahwa mukuru wigihugu cacu na fukame asenge Imana yiwe Imwemerere kwakira uyo muntu ,yunve ikibogaboga muriwe.Niyarangiza kumwunviriza aheze asuzume neza iryo jambo asenge Imana Imuhe inyishu yaryo.Erega haraho yoba igomba imwereke uko akwiye kuganza, imuhe ubundi bwenge atahorana.Mbe mwibaza ko gutwara igihugu vyoroshe?Nayo gutabwa muri yompi vyo ntagitangaza kirimwo kuva kera intumwa zamye zihamwa!!!!!!!ariko uwubata munvuto n,uwumushigikiye akajinyura amenyo we aragowe amagogwa ageretse kuyandi .Ibereho mukuru wigihugu kuko Imana Igufiseko umutima .
18 Rusama 2014, 13:36, par omy
kagame ntimumuvuge kuko ntakibazo afite nabarundi kagame arikwije uwo muvugabutumwa yari kumwuva akamureka akagenda kuko ntaco yaramutwaye none aho mumwagiriziki?
18 Rusama 2014, 14:48, par NKESHIMANA
Ndakeje cane sécurité raproché ya Nyenicubahiro umukuru wigihugu cacu kugirwa ciza bakoze nabe yarabanza agashira ubwo butumwa Kagame kuko sinibazako Imana yari kumutuma kungorane zomuburundi tutazisumvya urwanda ahubwo birateyisoni kubona nabanyamahanga basigaye bashaka kutuvogera ngonukwo dufise democratie yikirenga.
18 Rusama 2014, 19:26
Ati kumuta muri yompi!ivyo bito?bamw peter yahitira ara SAFISHA ntivyari ibiremwa?mbega mukangwa n’arya ma podium yirigwarakindirako agaramy mugani wiwe ngo ari mu bikorane?heheee!ye baba weee,irya ni propagande kndi aja kuyigira muma sects amwe n’amwe kk muma dini yinararibonye ntavyubahuka muribuka agitangura aza kwisangiza umubiri wa Kristu aharaho?bamaze kubona utwo yigira baramwihereranije mu rupfasoni rubabereye baramubwira k ivy’IMANA atari propagande!so,he must meet that men of "GOD",maybe he is the one they use to "gossipe" together during his propagand!please mr peter don’t ignore him because he is not defferent from the one who told u what u until now u beleve when u were in maquis!why are u refusing now?that "God" u beleved when u were still in maquis is not the same now ure the presedent?oh gosh!come on man!i think u should know were u from and what u use to beleve before rejecting that man!why don’t u think is the same man of God u met when u were still figthing?i mean the one who told u that u will be a president?or u are afraid because maybe he is coming to tell u:oh...look mr peter nkurunziza,your mandat is now over!don’t try an other one because if u try it u will return in Malagarazi river and for now u will never ever .......heeee!nakadga da!
18 Rusama 2014, 22:23, par KARIYO
POLITIQUE NI VY’IMANA NTIMUBITERANYE.
19 Rusama 2014, 05:51, par Ngabo
Uwo sumuvugishwa ni Imana ahubwo yetumwe na shetani Kagame ashaka kuduhekura, murakurikirane nabandi nuko babeshera Imana. Ejo bamwambutse aje kubwira Kagome ko Imana yamushavuriye kubera Yicishe miliyoni zirenga 6 akumva ko ntaco yakoze. Please abo batekamitwe mubamirire Kure.
19 Rusama 2014, 11:59, par mama
Bantu mwe! mwitonde Imana ntikangwa n ibihagararo!mwibuke inkomezi za goriati hama musome mu bami ba 2 igice 22 :5-8 naho bose bovuga vyiza ukuri kuraba.yari kumwumviriza aagasaba l’esprit de discernement.atinye iki?REKA GUTUMBEREZA KWA KAGAME RABA AHO IMANA YATUNZE URUTOKE.NIMUKIZWE NEZA GUSA.uko ni ugukora mu mbonero y ijisho ry Imana.
19 Rusama 2014, 12:54, par bahimana
mbega akamaramara. huyu mukozi w Imana afungiwe iki? kobarundi abarundikazi bavugako Nkurunziza pierre yatowe nimana kuki atumvirije huwo munyarwanda umuzaniye ubutumwa IMANA YAMUTUMYE . NIBARUBUTUMWA BUVUYE KUMANA KANDI NAWENYINE ARUMUKIRISITU NOMUMPUZU ZIWE CG UMUKENYEZIWE AZABUSANGAMO!
19 Rusama 2014, 13:32, par Kubona
Nagira ngo nsabe umwe wese aronka akadyo ko kwandika kuriyi nkuru yirinde kugira ico avuga atabanje kwiyumvira ivyo agiye kwandika kuko murazi ko tweswe ndetse n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza turi musi y’ukuboko kw’Imana.Birababaje iyo mupfa kwandika ibyo mwiyumviriye mutabanje kumenya ivyo muvuze.Twubahe abakozi b’Imana uko boba bari kose.Ibuka Yohana abarira Herode ko Herodia Atari umugore wiwe yabirenzeko yica Yohana ariko Herode yapfuye urupfu rubi aturitse inyo zikoroka.Petero Nkurunziza niyemere kubonana nuwo mukozi w’Imana yumvirize iyvo yamutumweko avyemere canke avyanke ariko yanavyumvise.
19 Rusama 2014, 16:21, par mukobwajana
UYU MUNTU YIYITA MAMA NAHORA NSOMA NAHO YANDIKA VYINSHI !!!NONE KO MUZI KO PRESIDA N INCUI YIWE ITAMURONKA VYOROSHE ..NONE UWO MUSENZI ASHAKA KUMUFATIRA AHO AMUBONEY!!!!KO ATAMUSANGA MW ISHENGERO ARIHO VYOROSHE ..EREGA YEMWE JEWE SINEMERA DD NA PETER ARIKO PRESIDA SI UMUNTU ABONWA NA BOSE MUVYIBUKE ...KUKI ATOBA AJE KUMWICA|}}
!!!!!!
19 Rusama 2014, 22:48, par Muco
Emwe uwomugabo Mwongeye Theophile ategerezwa kuba yatumwe na Paul Kagomé. Bavandimwe mwibuke ukuntu uyu mugome Kagomé yishe Karegeya: Yamutumye ko mugenze we wakera amutumako mwi hoteli amwicirayo.
Ubu ntivyoroshe abagome, abanyonyezi n’ibisuma bose basigaye biyita abavugira Imana. kandi no mwabo ba pasitori harimwo abakoreshwa na za shetani nka Kagamé. Nta numwe rero azi uwomugabo ikimuzanye. Nibyiza ku bamufashe ngo bamubaze. Mugabo Nkurunziza ntaryame aho hirya ya Kanyaru hari i Shetani Kagome yamaze abantu.
19 Rusama 2014, 23:46, par mutabazi
Uwo mivugabutumwa buriya yari yatumwe na Kagame na kabarebe!! Erega buriyauburozi yari abufite mukanwa dore ko mu Rwanda abatutsi bose Kagame yabigishije gukora amahano :Gukona abahutu, kubica bahagaze (inzara) , kubafunga , kubaroga , kubambura ibyo batunze , kubagira abacakara, kuba inkomamashyi!!!!,...... Nibamubohe. Ese kuki atahanuriye umwicanyi Kabuhariwe Rukarabankaba KKAGAME? ??????
20 Rusama 2014, 01:30, par Mama
Umuntu yanditse agakoresha izinaryanje ntahataniye na Pierre Claver Mbonimpa yafashe amapfoto yabapfiriye muntambara zihitiye muri Congo igihegihitiye na M23 akayazana akayagereka kugihugu yita kwarirwiwe! Ndazikwabataribake bashobora kubabamaze kumenya kwatarijewe navyanditse ariko ukoyanditse izina ryanje yakoresheje indome zitozito kuva kuyambere gushika kuyanyuma, yazizemwo namajambo yomuri bibiliya mugitabo c’Abami ca 2 igihimba 22:5-8 gufata ivyowiyumvira ukabigereka kuyundi nibibi ntahubuntaniye nokugenda ukazana amafoto yabiciwe mubindibihugu hanyuma ukazana amafoto ukemeza ko bishwe Nabarundi. Jewe ivyonandika nandika ibintu nshobora kuzokwemanga, ubonako ivyikigihe urishinga ugakora ibintu winyegenje wagiraguti ukabona vyose baravyegeranije bakaguhamagara kubisigura mugiherero wandika ibintu vyogukokeza ukabishira kwizina nyuyundi ntabwo arivyiza, reka ninaronkakanya ndareba uwoyanditse mwizinaryanje ndebeko hariho irindizina akoresha ndaza kuritangariza nabandibose umwanya niwugora kuboneka kuko birafata akanya nkakiminota 30 hariho abonkunze kubona bandika bakoresha amazina arenga 3 umwanyumwe ukabona yanditse iciyumviro uyundimwanya ukabona yanditse yirwanya agashigikira bariya nabariya ukwonukwiyononera ubwonko, jewe ivyonandika nibintu nubwo nohamagarwa imbere yabakuze nabana udashobora gusangamwo ibintezisoni njewe nkumuvyeyi, nkubuhariho umunti kuvaho Mbonimpa amaramariye yaciye ahagarika gusubira gukoresha izina yahora koresha ubunagize ndashira information nkoresha kwizina yahorakoresha incambona amazinayose yirirwa arahinduranya ukibaza atinyungu yuyumuntu irihehegayemwe!?
8 Munyonyo 2014, 06:18, par Elijah
Ndafise ibibazo nibaza:kuri Nyakwubahwa President du Burundi Pierre nkurunziza:1.mbega ko yagize amakenga, kugira amakenga ni icaha?? 2.mbega twokwemeza koko yuko Nkurunziza yokwanka kwumva ubuhanuzi buvuye ku Mana??ivyo ntawovyemeza neza.kuri Theophile:1.mbega ninde yokwemezako theophile atatumwe n’IMANA?2.ninde yokwemezako theophile yatumwe n’Imana?na ivyo ntawovyemeza.Ico nemeza nuko Imana imenya urugezo umuntu uwariwe wese agezeko imbere yabandi.kandi ibintu vyose bigira uko bigenzwa.nyamba theophile yatumwe n’IMANA koko,arazi ko amategeko ariho kugira akurikizwe.mugihe adashaka kuyakurikiza,arafise impamvu.iyo nayo ishobora kuba nziza mugihe ari Imana yamutumye(kuko Imana atacikorera ubusa).ariko kandi ishobora kuba mbi mugihe atari Imana yamutumye.kuberako turi abana babantu,tutamenya ibirimumitima yabandi, dutegerezwa gushiraho amategeko,kand tukagiramakenga menshi mugihe amategeko adakurikijwe.iconzi nuko amategeko nayonyene iyo ari meza,avaku Mana,.RERO theophile,humura,kuko Imana irazi aho yagutumye,nuko hameze.nyamba watumwe n’IMANA KOKO warakaravye.kandi Imana ntizoburaho ibicisha kuko inzira zayo zirenga igihumbi.kand uzokomeze kubisengera cane.si non,utatumwe n’IMANA,Uragowe.kuri president:kuberako guhonyanga amategeko aricaha,si vyiza gupfa kwakira theophile vyoroshe(aho amategeko yobahonyanzwe nuwarakwiye kuyakingira).ariko harakwiye amasengesho menshi.kand Imana iravuga.ndavyemeza neza.ntakizoyibuza kubabwira ukuri,kuko yoyo irabamumutima,kand ntawoyisaba umutsima ngo imuhe ibuye.kand natwe nkabarundi turakwiy gusengera u Burundi,nabatware bacu.GUSA ICO NARINZI KANDI NSUBIRIYE KUMENYA NI UKO IMANA IKUNDA U BURUNDI.
13 Kigarama 2014, 13:12, par jah bless
Ntiyatumwe n’Imana kuko iyo iza kubas ariyo yamutumy ntirayi kunanirwa.kuko uwo Imana utumy ntananirwa.
3 Nzero 2015, 16:07, par kuwimana methode
pierre nkurunziza ninde ashoboye igihugu nkawe....nabakureke ugitware abagumyabanga turi inyuma yawe kandi tuzogushigikiza amaboko yose
3 Nzero 2015, 20:05, par KUWIMANA Methode
AHAAAN.....BANTU MUTEMERA IVYIZA CNDD-FDD IRIKO IKORERA ABARUNDI....TWEHO TURABIBONA.BARAYAMAZE NGO"NUWUTEMERA URUKWAVU,NIYEMERE KO RUZI KUVUGUTA".
4 Nzero 2015, 19:24, par bololo Methode
Abiyita abavugabutumwa ubu bagwiriye pe....nukuhagabira kuko benshi bihigira ico barya no gutesha intumbero abakund imana koko....mwegeze kure maze mutohoze kuko.....umwana w’uwundi yimba aguhisha ivu....ntawuzi icamutumye...
4 Nzero 2015, 19:24, par bololo Methode
Abiyita abavugabutumwa ubu bagwiriye pe....nukuhagabira kuko benshi bihigira ico barya no gutesha intumbero abakund imana koko....mwegeze kure maze mutohoze kuko.....umwana w’uwundi yimba aguhisha ivu....ntawuzi icamutumye...
23 Ruhuhuma 2015, 15:56, par nzarubara
you must listening information then rejecting it after
23 Ruhuhuma 2015, 16:06, par nzarubara
mumureke avu ge mwasanka ari ukuri
17 Ntwarante 2015, 14:16
mwongeye teophil ivyiwe bigezehe
21 Ntwarante 2015, 21:53, par Nibigira Fracine
Nene Nubu Aracafunzwe?
1er Ndamukiza 2015, 21:34, par NZOYIKORERA Emmanuel
Ijambo ry’imana ntirizirubusa nubwo atovuga amabuye yobivuga none aracafuzwe ?
8 Ndamukiza 2015, 09:58, par Nduwimana Jacques
none uwo muvurwa butumwa yashaka kubwira iki présidant NKURUNZIZA
15 Ndamukiza 2015, 12:21, par richard madaraga
namuhe uwo mubonano kk harigihe? ivyo ari vyo,
23 Ndamukiza 2015, 09:43, par BUTOYE JEAN -PETIT
aracapfuzwe nubu ? haruwanka icatarabarirwa ?na namani yaragiriwe inama aremera.
24 Ndamukiza 2015, 15:06, par Vyagizwenimana
Kuki ashoboroguhohotera umukoziwimana aziko imana itazobimuhoronarekureuwomukoziwimana
29 Ndamukiza 2015, 15:17, par mwongere owenieÿ
iyo aba uwundi yari kumviriza ubwo ,butumwa bwiza ariko igihugu cu ..burundi ntikizobura ivyago kuko gifis indongozi atarizo
29 Ndamukiza 2015, 15:19, par mwongere owenieÿ
iyo aba uwundi yari kumviriza ubwo ,butumwa bwiza ariko igihugu cu ..burundi ntikizobura ivyago kuko gifis indongozi atarizo
7 Rusama 2015, 10:04, par Eric N
Nakomeze Yicamatwi Gusa Yorekura Iyo ntama Ikigira Amarembe.
10 Rusama 2015, 01:49, par selemani
nukubera iki umukuru wigihugu cacu bamuzanako iterabwoba.nabanyamahanganabo nibamureke komere kumuheto.
12 Rusama 2015, 19:44, par Tangishaka Victor.
Mbe Ko Yirirwa Aramwirukako?Ntabe Yarabimwandikira Nkuko Yandits Amusaba Umubonano?
16 Rusama 2015, 21:48, par Manariyo Cyriaque
Iyo Bamwinvira Kuk Abantu Nkab Ivyo Bavuz Usanga Arivyo Kandi Kumupfunga Bagiz Amakosa.
19 Rusama 2015, 21:41, par Asha
Mbe yari yibagiwe ko President aba afise umuserukira, kuki atarondeye kuvugana nuwo amuserukira? Bamupfunze hageze.
4 Ruheshi 2015, 08:14, par Zake
noneko bosi ari abakozi b Imana,ntiyari gupfungwa kk nibazka bari kuyaga ivy Imana.a moins que Imana bavuga batayihurizako.
9 Ruheshi 2015, 13:55, par Diomede
None ubwo butumwa bwavuga ngwiki?none nubu ntaraburonka?
13 Ruheshi 2015, 08:21, par CEDRE
pierre atumvir imana azumvira abantu ahebe mandent
15 Ruheshi 2015, 13:56, par Irambona Jacques
Ntiyaringombwa Bacebamupfunga Barikurindira Agashikiriza Ubutumwa Kuko Ugaye Uwobatunye Ubugayenyene Kumutuma.Kukoburya Imana Ikorera Mubantu.Jenasabako Mwomurekura Akabandanya Igikorwa Ci Imana Amen.
16 Ruheshi 2015, 18:04, par .ADN
Nibamureke Bagabo Ahoborandurwa N,IMANA
19 Ruheshi 2015, 07:28, par nkunzimana arexandre
none ko ari mwibohero ntarhobora gushikiriza ubwobutumwa? ari ubwubaka
21 Ruheshi 2015, 21:01, par HAKIZA
NIVYO
22 Ruheshi 2015, 23:09, par Kenny
Oh numuntu w imana kweri!Nibamureke avuge icimana yamutumye
24 Ruheshi 2015, 21:37, par DON
nibamurek kuko birumvikanak aruwimana yatumye
26 Ruheshi 2015, 20:07, par IRANKUNDA NOAH
MBEGA UWOMUVUGISHA ARITONDERA IVYAGEZWE CUMI HARIMWO NI CAGEZWE CA KANE? kitubwira kuruhuka umunsi w isabato(KUVAYO 20:8-17)nyimba atitonderara ICO CAGEZWE co kimwe n ibindi icenda n umuvugishwa w ibinyoma(yesaya 8:20 NTABWO URI MUBWIRA NTIBUCE ARONGOWE N IMAÑA.
27 Ruheshi 2015, 06:35, par Hatungimana J.Claude
Icombona Kandi Gikuru Ntibari Gufata Iyongingo Yokufunga Batabanje Kumwihereranya Bumve Icogishasha Nimbagifunzwe Nibamwumvrize-.
27 Ruheshi 2015, 19:45, par Dieudonné
Jewe mbona ari vyiza kumurekura kuko uwo muntu ntiyizanye.
28 Mukakaro 2015, 06:44, par Grl
Nabasisirikare Nibazako Yari Yabahaye Mission Yogucabamufunga Yibajije Kobaje Kumubwira Arekure Peter Ntamana Mumatwi Yiwe Ahubwo Womubwira Ifaranga Imizeze Yabo Yaramaze Gupanuka Nahe Mutama Agathon Atware Nayo We Yananiwe Uburundi Bwari ubwakera Butajamwo Icocorezo Ngo Ni Cndd Fdd Mugabo Imana Niyo Irimbere.
20 Myandagaro 2015, 12:16, par Emmanuel
Nonenubuntaravamugasho?Mbese Ibyoyavuzebyarabaye?
31 Myandagaro 2015, 21:45, par Niyonkuru Abdl
Ntekereza Kwatakosa Bivanye Namtgk Yabmfashe.Gusa Bashobora Kumurekura Amathz Bmsb Ahze Niko Bimez.
25 Gitugutu 2015, 20:06, par 79279915
ishimwe
25 Gitugutu 2015, 20:27, par ishimwe benny
wosangaho arumuvugishwabinyomanaho
23 Munyonyo 2015, 12:30, par silas
none hari uwanka icatumvise?
abamufunze barihenze! bari kumusaka ko ataco afise cica hama bakavugana! bakamusaka bikwiye svp!!!
29 Kigarama 2015, 02:29, par Come nzo
None se nubu aracafunzwe ?
Nimudutohoreze
3 Ruhuhuma 2016, 22:39, par Elias
None Ko Bamupfunze Bamupfunze Kubera Iki
7 Ruhuhuma 2016, 23:28, par Evariste
Ahubwo Uwomuvugabutumwa Yoba Yararwaye Mumutwe.
16 Ruhuhuma 2016, 22:50, par Njejimana Deodate
Ntakindiyashaatariugutabwamuriyompi
19 Ruhuhuma 2016, 12:22, par ndarihonyoye
numuvugiswa wibinyoma kandi azoze aritondera ivyukuvugishwa.
25 Ruhuhuma 2016, 16:57, par DIOMÈDE
Nibazako bomufungura bakamusaka ko ataburozi afise hanyuma umukuru wigihugu cacu akamh umbnno ntawnk ic atrmva.
1er Ntwarante 2016, 21:54, par Cizasimeon
NIBAZA KO BOMUSAKA BAKANASHIRAHO VYABINTU BISAKA IVYUMA MUGABO BAKAREKA AKABONANA NAWE
21 Ntwarante 2016, 16:37, par Josue Nzoyikorera
None Nlkicatumye Yanka Kunva Ubwobutumwa? Nabamufunzebamuhoye Ubusa Ha Akarenganyo Nijenzogaheza Muburundi Kuko Bantazira Bowamenerige Rufatirorwigihugu
5 Rusama 2016, 00:55, par Meto
Non Gupfunga Imburi Wob Ariwo Muti Koko?
12 Rusama 2016, 10:12, par NDAYISHIMIYEKORODE
NONEIYONKURUYUWOMUVUGABUTUMWAUYUMUSIIGEZEHE?CANKEMUMUBAJIJEAVUGAIKI?
20 Rusama 2016, 04:02, par DÉSIRÉDUSABUMUKAMA
BAGIZ VYIZ KUK HARIGIH WARI GUSANGA AR’INKOZI YIKIB
20 Rusama 2016, 04:14, par DÉSIRE DUSABUMUKAMA
Vyukur Muremera Yuk Uwo Muvuga Butumwa Avugishwa Nimana Karakanko Yank Nkurunziza
21 Rusama 2016, 20:31, par yamurenye Denis
EGONIBAMUPFUNGEUWOMUNTU BABANZE.GIREAMTOHOZA.
25 Rusama 2016, 16:10, par JIMI
icipfuzo canje nukobomurekura agashikiriza icipfuzo ciwe akirenganira
3 Ruheshi 2016, 11:35, par bigirimana juvenal
mana mfasha umukoziwawe nokuba agihema mana nikubwimbaragazawd ?ubundi perezida wuburundi nidaimoni
20 Myandagaro 2016, 20:07, par edimo
iyonkuru niyubeshi ahubwo uwwo muvuga butumwa akwiye guhanwa suko bavuga ubutumwa.
21 Myandagaro 2016, 13:53, par NSHIMIRIMANA elysé
nibamurekure kuko atacaha afise yari umuvuga butumwa abubandanye
3 Nyakanga 2016, 17:43, par Nduwayes
Ahubwokuba.Adashakakwumva Ubwobutumwa Nuko adakunda Imana
4 Nyakanga 2016, 22:03, par KAREKEZI
Ndabishigikiye napfungwe bimwe bikomey:ubutumwa yarikubuha Paul kagame nabarongoye sinarebe.
18 Nyakanga 2016, 10:44, par PHILEMON NTAKARUTIMANA
NANFUNGWE YARI KUVUGIRA IMBERE YABARUNDI ARO UMWIHERERO NKUYO HARIMWO AMAYERI ?
19 Nyakanga 2016, 16:21, par EMANI de NOSA
none burya ubwo butumwa,yabaye akibutanga?atabutanze,yagerageza akazabisengera kugira ashitse ivyayo.
2 Gitugutu 2016, 20:41, par Havyarimana Nehemie
Ahubwo Naho Ari Mumunyororo Ubwobutumwa Nabuvuge
4 Gitugutu 2016, 06:53, par NIYONGABO FAUSTE
Atabuvunze Ntarekungwe
4 Gitugutu 2016, 06:54, par NIYONGABO FAUSTE
Atabuvunze Ntarekungwe
18 Gitugutu 2016, 15:54, par Abdoul
Jewe Kubwange Nibaza Koyohabwa Ico Kiganiro Mugabo Bakaja Kumugaragaro Apana Ivyo Yivugisha Ngahihereye Kuko Abanyarwanda Ivyabo Ntawovyizera Ijana Kw’ijana
22 Gitugutu 2016, 20:48, par Mister Body
Gutohozanivyo,ariko Atakimwagira,bomurekura,kandinubwobutumwa,azobuvuge,kandi Ahonukurabaneza.
22 Gitugutu 2016, 22:07, par Mister Body
Cakwanza,kiramutuwowote Kutoka Mugwanda Hamutakikumuona Kwetuburundi Kwasababu,inciyetu Hipendaninai Nci Yarwanda,anasema Amemuretea,ujumbe Kutokakwamora mutu,akikurea,ujumbe Sivibaya Sikia,ujumbesasa Ndomana Wazungu Wamefanyavipimo.Usiwekamakagome .Uzingatie,uchumi dian yote.
5 Kigarama 2016, 12:29, par Riyazimana
Yooo!ndamwumviye akagongwe.iciyumvirocanje nukobomurekura.ubutumwabwiwe nyimbababwanse nibamwugururire yitahire Imana niyo mucarubanza
16 Kigarama 2016, 16:11, par eric
none uwomuvuga butu mwa yagomba gushikiriziki
5 Nzero 2017, 11:12, par Nze Yimana Sefani Ya
Ahu Bwo Mwo Mwu Mviri Za Muku Mva Ivya Vu Ga Avu Ze Bibi Mukamu Funga AVuze Vyiza Mukamurekura Harihowosanga Mumu Renga Nya Kuko Ntabe Umurya Bwa Yatuki Shije Umuryo Ngo
21 Nzero 2017, 05:48, par FELIXIS
AHUBWO NIBAMUREKURE AVUGE UBUTUMWA BWIW BABANZ BAMWUMVIRIZ KUKO IMANA NIY CABONA
22 Nzero 2017, 07:00, par NIYONKURU FÉLIXIS
NIBAMUREKURE AVUGE UBUTUMWA BWIWE KUKO BARAMURENGANIJE
17 Ntwarante 2017, 10:47, par Ntihabose piyo
Non amatohoz yaherey he?
17 Ntwarante 2017, 10:55, par Ntihabose pie
Non uwomuvuga butumw ntibobanz kumurekur akavug ubutumw bakumviriz ico yaragamij
19 Ntwarante 2017, 19:25, par RWASA,emmnweL
TURASHIMA,INTAROYApetroNKURUNZIZAnaruburundinezatwarenza,imyakamirongine40!!!!
19 Ntwarante 2017, 19:27, par RWASA,emmnweL
TURASHIMA,INTAROYApetroNKURUNZIZAnaruburundinezatwarenza,imyakamirongine40!!!!
28 Ntwarante 2017, 14:58, par Dusabe
Perezida Turamukunda Nagume Adukunda Atureke Twikacakacire Inzahabu beshi mubanya butihinda tutazikoze twokwicwaninzara
30 Ntwarante 2017, 15:43, par Manirakiza Rapfael
None Nikuberiki,uwomuvugabutumwa Yashimye Kubuha Umukuru Wigihugu?Kuki Atobuha.Igihugu Cose.
3 Ndamukiza 2017, 10:13, par Bukuru Innocent
Imana Niyo ibona Vyose Ntucintege Wihangane
4 Ndamukiza 2017, 10:30, par Nihabwicubahiro
Nibaza Ko Ubwo Ar’ububeshi Kuko Atamuntu Avugana N’imana Muri Kino Gihe N’ukuyibeshera Kandi Izomuhana.Mbega Nkurunziza Niwe Yoba Akor’amakosa Arenz’ayabandi Bakuru B’ibihugu Gushik’ahimana Imutumako Intumwa?Mb’imana Bayit’iki?Kw’itaramutuma Kuri Paul Kagame W’urwanda?N’uko We Yera?Ahubo Ni Bamubohe Gose Kuko Akinisha Ikidakinishwa Kirazira Gukinisha Imana Politike.(scientist King Of Love Online)
21 Ndamukiza 2017, 08:08, par Fau Ste
Arabesha Nahanwe
21 Ndamukiza 2017, 14:19, par Innocent
Nne Kuberik Bamutay Mur Yomp Ataramushikiriz Ubw Butumw Ngo Bunv Kwari Bub Cank Bwiz Ikibaz Canj Nico Murakoz.
24 Ndamukiza 2017, 18:27, par Kabura
Yarakoz Cane Turabishima
26 Ndamukiza 2017, 16:49, par Gilbert
None.Vyagenz Gutu Ubutumwa Buvugiki?
29 Ndamukiza 2017, 11:09, par Abraham Bubanza
Uwo Ntawomuha Ntirwer Urwanda Turazinany Ivyo Badushakako Ahubwo Bari Kumushira Kumusaga
2 Rusama 2017, 22:27, par Iteriteka Methoussela
Nn Kuberiki Yobuha Umukuru Wigihugu Ntabuciche Abavugizi Bumukuru Wigihugu Ahubwo Yaramayeri Kuko Nibaza Ko Yarafise Iyindinvo Atariy?
6 Rusama 2017, 22:09, par Shemezimana
Kuvyabandi Bavuze Ntaco Nokongerako
17 Rusama 2017, 21:55, par Irambona Israel
Nukuri Imana Irihangana.None Kobapfunze Intumwa,kandi Bavunga Ngo Umutumwa Ntakubitwa.Nibamurekure Imana.Itararakara.
17 Rusama 2017, 21:58, par HABARUGIRA FIACRE
Iyonyankaburundi,kagame yatumwe,ariyizira nkurunziza . tuzomugombora asigare kuk twamupfiriy.nibamubaz abasigay inyum,muburundi ntigwitah.
28 Rusama 2017, 18:57, par jean marie
kuki bamuho ye ivyo na yes arumwana wimana yakira uwari we wese kuki yigiri mana yabarundi nikube riki
29 Rusama 2017, 21:22, par Erifaze
Nukuri Banzamurabekoarimukuri Imbere Yogupfunga AtarimukuriahanwenamategpekoKukoyasarishij. Haaa!Harababa Kabisa
30 Rusama 2017, 14:08, par Fidéle Castlo
Niba Ataragize Ikibazo Mumutwe’ Akaba Koko Yaratumwe N, Imana Nayo Izamukiza Amaboko Y,ubutegetsi, Ariko" Niba Abeshyera Imana Nayo Izamwerekana Ko Arumubeshyi.
26 Ruheshi 2017, 05:25, par NIYONDAVYI ALAIN
KUBERA IKI BATARI KUMUREKA AKAMUSHIKIRIZA UBWO BUTUMWA BUDASANZWE IMANA YAMURUNGIKANY.IGIKURU NTIBARI KUMUTA MURI YOMPI,NAHO BIMEZ UKO NTADEBUKIRW ARABANYA UBUTWA YASHINZWE.
5 Ntwarante 2018, 10:49, par BUKURU RASHID
AHUBWO NAWE AFISE AMAKENGA
15 Rusama 2018, 06:57, par hakizimana desire
non womuvugabutumwa ntawundi yobibwira atarisebarundi ahubwo nibamwicarire neza bamubaze icoyaraje gukora .
7 Ruheshi 2018, 20:08, par NKURIKIYE VALENTIN
UWO MUNYAGWANDA MUMUPFUNGE IMYAKAYOSE KUKO AKAJA ABANYAGWANDA BATUGIRIRA KARADUSHEGESHA DUKENEYE KUBAKURAMWO IRYO VOGONYO BARAGASHIRANA NABABO.
16 Ruheshi 2018, 13:36, par R
Ah, None C Abakuru Bibihugu Ntiba
Shaka Kubwirwa Ubutumwa Bwiza!
Byiza Bomurekura , None Uwomuntu
Ashakako Phita Aba Umu Adeperi?
Ibyo Namanjwe Yamadini ,si Yesu,ya
Mutumye, Gusa Bomurekura Akisubir
Ira Mu Byamadini Yiwe Aho Birase,
Nakare Abahunze Urusengero Rwi
Mana Yiyubakiye Baciye Biyubakira
Izabo; imana yo munsengero zubats
we nabantu, irwanya; Yesu Ntakindi
6 Nyakanga 2018, 18:07, par Niyonizeye
Yebegaye Mawe!!!!Uwo Munyarwanda Nyimbadakomeye?Guhangara <SEBARUNDI>?Ahubwo Iconobona Bomubaza Icoyarajegukora Mu burundi Kuko IMana Ntiyarikurinda Gutuma Umunyarwanda Kandizi Nivyobadukoreye Ahubwo Nukumwitondera Murakoze