Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuririmvyi Sat-b ariko akora ubudahumeka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Umuririmvyi Sat-b ariko akora ubudahumeka

Umuririmvyi Sat-b ariko akora ubudahumeka

vendredi 5 Ruheshi 2015

Umuririmvyi rurangiranwa mu Burundi no muri karere Uburundi burimwo Karume batazira Sat-b ,wewe ntahesha kubandanya akora ubudahumeka.

Nk’uko ahejeje kuyaga n’ikinyamakuru IGIHE.bi, avuga ko ubu ariko akorana indiririmbo n’umuririmvyi wo mu gihugu c’Urwanda, nawe nyene atavyorosha AMAG THE BLACK indirimbo bise ubukene. Ivyo biheze, azoca akora RMX y’indirimbo yiwe yitwa “Kanitangaze “.

Nk’uko yabandanije abiganirira ikinyamakuru IGIHE.bi ,Sat-b mu mugambi wiwe wo kwagura imihora, vuba azoca akora iyindi ndirimbo ari kumwe na Ryder man n’uwo bita Blue Ston bose bo mu gihugu c’Urwanda, ariko akaba avuga ko bataricara hamwe kugira batore izina ry’ingene izoba yitwa.

Ku bivugwa cane hano mu Burundi kuri uwo muririmvyi asanzwe akundwa kandi ariko akorana canecane n’abanyarwanda, bamwe ko yarahunze, abandi nabo ko ariko yahora, eka havugwa vyinshi ko yoba yaranatwaye umuryango wiwe mu gihugu c’Urwanda ,ntaco yabivuzeko ariko yatwemereye ko mu minsi mike azogira icavuze ku biriko biraba hano mu B urundi no kuvyo bamuvugako.

Unviriza indirimbo Sat-b aheruka gukorana na Urban boys “urankirigita’’


Bill Nkurunziza

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.