Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwi Gen Sorriso wasohoye urukirikirane rw’indirimbo zisaba kuba mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Umurwi Gen Sorriso wasohoye urukirikirane rw’indirimbo zisaba kuba mu (...)

Umurwi Gen Sorriso wasohoye urukirikirane rw’indirimbo zisaba kuba mu rukundo

mardi 10 Ruhuhuma 2015

Umurwi w’abaririmvyi Gen Sorriso washize ahabona urukurikirane rya mbere ry’umurwi. Ubutumwa buri mu ndirimbo zose zashizwe ahabona buvuga ubumwe, urukundo maze hakubakwa isi y’indoto.

JPEG - 68.5 ko
Abasore bangana hagati ya 10 na 15 mu giteramo Palais des Arts

Urukurikirane ry’indirimbo 10 rwashizwe ahabona n’umurwi Gen Sorriso, rwitwa " ISI NDOTO". INGABIRE Luc umwe mu baririmvyi bagize umugwi, asigura uwu mutwe w’urukurikirane uku : "Uwo mutwe twawutoye turavye ubutumwa buri mu ndirimbo zirugize. Ubutumwa si ubundi atari kurondera kuba mw’isi ndoto, ya si y’ubumwe, urukundo, ubutungane, n’umubano mwiza".

Luc Noel abandanya avuga ko i "CD" irimwo izo ndirimbo iriko iragurishwa amahera y’amarundi angana ibihumbi 10 vy’amarundi. Izigera kw’ijana (100 copies) ziri ku mugaragaro aho uwuzishaka wese yoshobora kuzigura, muri kino gihe ziriko zidandarizwa ahari icicaro c’umurwi Gen Sorriso muri Rohero iruhande ya Jardin Public.

Umurwi wimirije gutegura igiteramo co kugaragaza urwo rukirikirane, igiteramo kizoba kirusha ibindi vyose bamaze kuremesha mu Burundi no mu makungu nko muri Kenya aho baheruka.

Indirimbo ziri mu midiho itandukanye kugira abantu bose biyumvemwo, izo nazo ni izi zikurikira :


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.