Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Umushikiranganji w’ubudandaji asaba abanyamitahe kuyishira mu gisata (...)
Umushikiranganji w’ubudandaji asaba abanyamitahe kuyishira mu gisata n’amahoteri n’ingenzi
dimanche 27 Nyakanga 2015
Umushikiranganji w’ubudandanji,amahinguriro n’ingenzi Pelate Niyonkuru amenyesha ko igisata c’ingenzi gituma haba gutanga akazi,kurwanya ubukene,hakaba n’amafaranga y’agaciro yinjira mu gihugu.
Mw’itangazo yashikirije mu gihe Uburundi bwahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe ingenzi,umushikiranganji Pelate Niyonkuru yamenyesheje ko igisata c’ingenzi gituma hinjira amakoro n’amatagisi bigatuma ikigega c’igihugu kibomboka.
Igisata c’ingenzi n’amahoteri muri iki gihe kiri mu bibazo kubera ingorane za politike ziri mu gihugu.Amahoteri amwe yarugaye ayandi yirukana abakozi,kubera umutekano muke,na cane cane mu gisagara ca Bujumbura.
Umushikiranganji Pelate Niyonkuru asaba abazana imitahe,baba abarundi canke abanyamahanga,gushira imitahe yabo mu gisata c’ingenzi n’amahoteri kuko ico gisata gifise uruhara runini mw’iterambere ry’igihugu.
Umunsi mpuzamakungu w’ingenzi kw’isi uhimbazwa kw’igenekerezo rya 27 Nyakanga uko umwaka utashe,ariko mu Burundi wahimbajwe kuwa gatandatu igenekerezo rya 26 Nyakanga,ahari inyubakwa ndangakaranga,mu ntara ya Gitega.
Umunsi mpuzamakungu w’ingenzi wahimbajwe ku civugo : Umuriyaridi w’ingenzi,inzira ishikana kw’iterambere.
Van Naris Mugisha
Messages
27 Nyakanga 2015, 15:11, par Falcon
Eka uri pirate nyene izina niryo muntu,uwokwendesha igiti,ikigega c’igihugu nico kibomboka canke izo nda zanyu nizo zihatorera akoyokwe?abagumyabondo twarabahinyuye reka rekeraho ntiturimpumyi canke ibijuju.
27 Nyakanga 2015, 15:29, par Falcon
Eka uri pirate nyene izina niryo muntu,uwokwendesha igiti,ikigega c’igihugu nico kibomboka canke izo nda zanyu nizo zihatorera akoyokwe?abagumyabondo twarabahinyuye reka rekeraho ntiturimpumyi canke ibijuju.
27 Nyakanga 2015, 18:44, par Twaje
Nyakwubahwa mushikiranganji, rekubwambembanze ndabashimire. Aharero rekambanze nongerenemeranye nawe kwama Hotels aringirakamaro mugihugu, ariko twirengagije ibivya politique bimazimisi ndasha kubaza nti: Umurwizatunga atanguje Hotel nibikibintu mumufasha vyamisiyose mubijanye na Hotel? Murivyishinobaza rekandababwire bibiri: Reta ahari hotel yobigira uruhare biciye mubajejwe umutekano mukumenyako icitegerezwa kubahafinahafi cane abajejwe umutekano nubwonambere yuko iyo Hotel itarabaho bababaribasanzwe bahari, ariko habaye Hotel abajejwe umutekano haraba kubahafi yiyo Hotel cane kuruta ukovyaribisanzwe nacanecane mukubahafi yabakozi bakorera mwiyo Hotel cokimwe ningezi ziyijemwo? Cankemwoba mubarekurana nyeni Hotel akimenya agashiraho bamwetwita abazamugusa? Ahondashakakumenya ukwomukorana nanyene kwugurura Hotel , harihaho nigeze kujamuri Hotele ngaho Burundi arikontiharingaho Bujumbura harimugihugu hagati noneho nzagukenera abajejwe umutekano kumpamvurunaka kubaronka vyaragoranye vyanyeretseko hariho ama Hotel atagira connected nabajejwe umutekano wigihugu kukojewe narimfise terephone # zabajejwe umutekano bi Burundi narinakuye Bujumbura ariko ngiye kubaza abakorera mwiyo Hotel ukobashikira abajejwe umutekano mugihe babakeneye nabonye arinkogushakisha mugihe Hotel ibikwiye kugira abajejwe umutekano bayamizako ijisho nugutwi ijoro numutaga kuburyobudasanzwe, ivyovyatumye niyumvira kuzoshira Hotel mugihugu hagati ubonako iyugiye muma Hotel yomugihugu hagati uvuye hinohanze dusanzwedukorera ucawumva uryohewe nubwo ama Hotel yomugihugu hagati amwamwe adakwije ibisabwa ivyovyose birimuvyatumwe niyumvira kuzotanguza Hotel yohagatimugihugu izosaniyikwije ibisabwavyose kurugero rwa 90% nisunzerero akakamo muduteye bigahurirananuko narimaranye imisi umugambi wokwubaka Hoteri ndizeyeko mugiringo cimyaka 2-3 tuzobatwamaze kwerekanako twitabiriye akamomuduteye, ariko ibikorwavyintango mugiyegutangura kutubona tuzakubitura tubasabakudutunganiriza kuribinabiriya nokutunyarukiriza kuvyotuje kubasaba musanzwemufitiye ububasha, ariko ikindicifasha nukubahariho ahumuntu arebera ivyakwiyegucamwo igihe ashaka gukora ikicanke kiriya (project). Icakabiri’ twocahe online kumbure kugiradushobore kubona imformations zidufashakumenya ivyovyose tutazi?
27 Nyakanga 2015, 18:50, par Avec
@ Farlcon, icociyumviro cawe niyabaki? Niconuri SNARED? arikonabo nuko bikundira kwikwegera ivyanduyevyose ngirantibokwemera kubumynwanyi wabo!?.
27 Nyakanga 2015, 19:14, par bakame
aho kubaka amahonguriro mwubaka amahoteli mbe amahoteli afasha iki nyoko na so hariya tuguru.Ariko usine yifu yibigori yo mufasha kandi urazi ko aha muburundi atayo.Uri injiji.
27 Nyakanga 2015, 21:32, par Chris
Bwana Falcon, woba uvuka kundaya? Abana bavyagwa nabamaraya nibo batagira indero. Jewe sinshigikiye DD. Ndayanka kugusumvya. Please ntugatuke Uyo mukenyezi akenyereye urugamba gutyo. Uyo numunamarimwe avyumva kandi atemera DD. Ntuze usubire gutukana gurtyo.
28 Nyakanga 2015, 08:15, par Charles. mbonankirac
Jewendumurimyimworozi ndipfuza guhingura ibigori kuberanimburavyinshi ariko abarimyi ntidufise aho dukura amaherayogukora interi.yabanki ni19kwojana ibindibihugubarikurimake ndafise umugambi uteguyeneza none nowerekande aderese www.cpsburundi.org
3 Nzero 2016, 06:40, par mbonankira charles
Naho muzogiragute mudateje imbere igisata cuburimyi ntabukene buzohera ibintu vyose bikorwa umuntu yariye ingorane yuburundi ninzara ese ukuntu twari dufise isi nziza ariko ubukene butwugarije kubera ubunebwe nogushira amahera menshi mubintu bidatanga akazi urazi akazi kari muburimyi guhingura taransiporo amakori namahera yagaciro ivyovyose nimuburimyi murampamagara ndabibereke kuko ni IMANA yabimpishuriye aderese ter 79928549/77743083 sit wb/www.cpsburundi org
3 Nzero 2016, 07:18, par mbonankira charlesc
Amahera ari mumahoteri iyaba yarimumahinguriro ntituba twugarijwe nubukene ahubwo nimugwize amavuriro kubera inzara hagiye kurwara benshi kuberagufungura nabi muzompinyuza abafise amahera bafungura ibivuye mubindibihugu urumvako turabakonsomateri binjiriza ibindi bihugu akarorero1 ibigori 2umuceri3 ibirayaruhengeri4 amata yifu 5 ibisuguti6amakotonibindi vyinshi amaji amavuta ibiva mubiti ibiva mubutare eka ntawubihezakubidondagura turabakozi bibindi bihugu isiyose bashira imbere uburimyi namahinguriro ahingura umwimbu none tuzotezwimbereniki uko dukonsoma ivyonavuze tuba turiko turateza imbere ibindibihugu ikibazo mbega kwabize uburimyi nabakorera muma oneje yuburimyi batarima namahera baronka batubakisha amazu harimwo nayazimvye bivanye nuko umuntari abazungu nabo ngobafasha venerabe venerabe ntatezimbere igihugu kuko nawentiyitejimbere numufashe abikorerivyabo nahone abari kukivi uretse aboja gutangura igihe twoshira imbere uburimyi uburundi bwoba nyabagendwa namahera yagaciro akaboneka ukeneye kumbaza ibibazo aderes ter 79928549/77743083 imr cmbonankiracharles@yahoo.fr site wb/ www.cpsburundi.org