Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > inkuru > Umviriza indirimbo zateye Lolilo na Big Fizzo kutumvikana
Umviriza indirimbo zateye Lolilo na Big Fizzo kutumvikana
lundi 11 Ntwarante 2013
Haraheze iminsi Lolilo na Big Fizzo bongeye kutumvikana kubera indirimbo ya Lolilo yitwa “URUWAMBERE” isa cane n’iya Big Fizzo yitwa “NAKULOVE”.
Twari twavuzeko tugiye kurondera izo ndirimbo tukazizana namwe mukazumviriza hama ukuri kukaja ahagaragara kuko mbere Lolilo yari yavuzeko indirimbo yiwe yatanguye gukorwa mbere y’iya Big Fizzo ariko iyo ubajije abahinyanyuzi bakoze izi ndirimbo bavugako Nakulove ya Big Fizzo ariyo yatanguye kandi ko ari nayo yageze kubimenyeshamakuru ubwa mbere.
Fyonda ngaha wumvirize indirimbo Nakolove ya Big Fizzo
Fyonda ngaha wumviriza indirimbo Uruwambere ya Lolilo
Icagaragaye nk’ukuri nuko izo ndirimbo zose bazikora bagendeye kundirimbo ya P-square yitwa “Shop my money” gusa kuva Big Fizzo ariwe yayikoze ubwa mbere Lolilo ntiyagomba gukora iyo bisa kuko ntiwomenya ukuri kwiwe niba na we yaragendeye kuri “Shop my money” canke niba yariganye” Nakulove” ya Big Fizzo.
Gusa ababirabira kure babona ko Lolilo akunda gukora indirimbo afatiye cane kuzabandi kuko no mu minsi yahera yakoze iyindi ndirimbo yitwa ngo “Aka gafi” isa cane n’iyitwa “ Akabuto” ya “Kitoko Bibarwa” umuririmvyi mugenzi wiwe w’umunyarwanda.
Joel Sengurebe
Messages
12 Ntwarante 2013, 02:00, par beata
ariko ubundi bashwana bapfa indirimbo na beat gusa???
26 Munyonyo 2013, 20:24, par Ibrahim
Jewe mbona yuko lolilo yoreka bif kuko General fizzo aramukuriye
27 Kigarama 2013, 04:03, par dominique
Jewe ndi umuririmvyi w.umurundi nitwa mr do nagomba ndababwire ko igihe turimwo n.ico amahoro bapfa iji kombona bose ari abashomeri
22 Nzero 2014, 10:10, par Gatoto Shafi Bonfils
Yebaba weee!vyukuri lolo nabe areka kwihanga fizzo kuko ntabwo general fizzo ari niveau yiwe.fizzo arashoboye ,hama lolo arazi ko ataho bofa barahuriye na fizzo muri buri kimwe cose.kuvyerekey track ntawutazi ko big fizzo ariw yatanguy gusohora indirimbo tuzi kwizina rya NAKULOVE.burigih lolo ashaka kuvuma arinze kwararaza fizzo?natuze UMUKURU AZAMA ARI HEJURU,Fizzo niyirambire
3 Ruhuhuma 2014, 21:17, par Jean marie
Lolilo ndamukunda na fizo ndamukunda mbona koboreka kushwana bapfa indirimbo kuko bos nabahanzi
18 Ruhuhuma 2014, 04:26
Lolilo ararotaaaaaa...fizzo c 1 grand artiste alors k lolilo il ne fais k reproduire izabandi
8 Ndamukiza 2014, 20:43, par niyonganyira
lolilo niyihangane mugani aracari uwambere kugomba kurenga uwugukuriye kunguvu namakosa narekane namugani ok
8 Ndamukiza 2014, 20:45, par niyonganyira
lolilo niyihangane mugani aracari uwambere kugomba kurenga uwugukuriye kunguvu namakosa narekane namugani ok
8 Ndamukiza 2014, 20:46, par niyonganyira
lolilo niyihangane mugani aracari uwambere kugomba kurenga uwugukuriye kunguvu namakosa narekane namugani ok
6 Rusama 2014, 22:22, par munezero patient
nuko borengera ivyabateranije bagashira hamwe
12 Rusama 2014, 13:21, par nshimirimana blaise
lolilo narek kwitez utunyoni narek fizzo kuk ntar mu gwego gwiw terimber san fizzo
21 Ruheshi 2014, 06:19, par Waza-lako
Oh!fizzo aracaruwambere niyompamvu boreka gushwana.ahubwo nibubahane bamenye uwusumba uwundi.
21 Ruheshi 2014, 22:36, par khalid hakizimana
je nitwa khalid ally sukuvuga ngo lolilo yubah fizzo ahubwo bose nibubahane kuko bose barazwi ntawohatarishiriza uwundi nivyo ego murakoze ariko lolilo umenye ko ndagukunda.
1er Myandagaro 2014, 10:13, par doux
fizzo ni number 1!
20 Myandagaro 2014, 14:43, par Alexandre
mbona boheba gushwana bakumvikana kugirg umuziki mu burundi ugatera imbere
12 Nyakanga 2014, 00:02, par SAM-B40%.A.K.A MWANA VINA
naje nd’muririmvyi w’uburund yitwa SAM-B40%A.K.A MWANA VINA. Umuziki wiburundi wari utey imber nuko uwuteyimbere adashaka kobagenziw bater’intambwe.nakamaramaza kubona FIZZO wamana ibifu nabandi basani kandi ariwe KING OF MUSIC. mugihe tuzi ko ushoboy ntaco wirirwa urasararira ubusa .nivyiza ko wiganwa Aho kwigana abandi .General nurek kwiyararaza kuko urashoboy.ahubwo nurek kwigira ikitazi.kand FIZZO ntufate nabi LOLILO Kuko nawewe warigany beat ya Peace Qu....(forever) kuri(nakulove you).ntabwo mwofitaniribifu na LOLILO kuvyubusabusa.FIZZ umugabo ahomba ivyo yaranse kand akari inyuma karahinda Kui Burundiano .KAUKA BIRAHERA reka gucungana na LOLILO kora umuzik waw% .by SAM-B40%A.K.A MWANA naje nd’muririmvyi w’uburund yitwa SAM-B40%A.K.A MWANA VINA. Umuziki wiburundi wari utey imber nuko uwuteyimbere adashaka kobagenziw bater’intambwe.nakamaramaza kubona FIZZO wamana ibifu nabandi basani kandi ariwe KING OF MUSIC. mugihe tuzi ko ushoboy ntaco wirirwa urasararira ubusa .nivyiza ko wiganwa Aho kwigana abandi .General nurek kwiyararaza kuko urashoboy.ahubwo nurek kwigira ikitazi.kand FIZZO ntufate nabi LOLILO Kuko nawewe warigany beat ya Peace Qu....(forever) kuri(nakulove you).ntabwo mwofitaniribifu na LOLILO kuvyubusabusa.FIZZ umugabo ahomba ivyo yaranse kand akari inyuma karahinda Kui Burundiano .KAUKA BIRAHERA reka gucungana na LOLILO kora umuzik waw% .by SAM-B40%A.K.A MWANA naje nd’muririmvyi w’uburund yitwa SAM-B40%A.K.A MWANA VINA. Umuziki wiburundi wari utey imber nuko uwuteyimbere adashaka kobagenziw bater’intambwe.nakamaramaza kubona FIZZO wamana ibifu nabandi basani kandi ariwe KING OF MUSIC. mugihe tuzi ko ushoboy ntaco wirirwa urasararira ubusa .nivyiza ko wiganwa Aho kwigana abandi .General nurek kwiyararaza kuko urashoboy.ahubwo nurek kwigira ikitazi.kand FIZZO ntufate nabi LOLILO Kuko nawewe warigany beat ya Peace Qu....(forever) kuri(nakulove you).ntabwo mwofitaniribifu na LOLILO kuvyubusabusa.FIZZ umugabo ahomba ivyo yaranse kand akari inyuma karahinda Kui Burundiano .KAUKA BIRAHERA reka gucungana na LOLILO kora umuzik waw% .by SAM-B40%A.K.A MWANA naje nd’muririmvyi w’uburund yitwa SAM-B40%A.K.A MWANA VINA. Umuziki wiburundi wari utey imber nuko uwuteyimbere adashaka kobagenziw bater’intambwe.nakamaramaza kubona FIZZO wamana ibifu nabandi basani kandi ariwe KING OF MUSIC. mugihe tuzi ko ushoboy ntaco wirirwa urasararira ubusa .nivyiza ko wiganwa Aho kwigana abandi .General nurek kwiyararaza kuko urashoboy.ahubwo nurek kwigira ikitazi.kand FIZZO ntufate nabi LOLILO Kuko nawewe warigany beat ya Peace Qu....(forever) kuri(nakulove you).ntabwo mwofitaniribifu na LOLILO kuvyubusabusa.FIZZ umugabo ahomba ivyo yaranse kand akari inyuma karahinda Kui Burundiano .KAUKA BIRAHERA reka gucungana na LOLILO kora umuzik waw% .by SAM-B40%A.K.A MWANA VINA
12 Nyakanga 2014, 00:11, par SAM-B40%.A.K.A MWANA VINA
naje nd’muririmvyi w’uburund yitwa SAM-B40%A.K.A MWANA VINA. Umuziki wiburundi wari utey imber nuko uwuteyimbere adashaka kobagenziw bater’intambwe.nakamaramaza kubona FIZZO wamana ibifu nabandi basani kandi ariwe KING OF MUSIC. mugihe tuzi ko ushoboy ntaco wirirwa urasararira ubusa .nivyiza ko wiganwa Aho kwigana abandi .General nurek kwiyararaza kuko urashoboy.ahubwo nurek kwigira ikitazi.kand FIZZO ntufate nabi LOLILO Kuko nawewe warigany beat ya Peace Qu....(forever) kuri(nakulove you).ntabwo mwofitaniribifu na LOLILO kuvyubusabusa.FIZZ umugabo ahomba ivyo yaranse kand akari inyuma karahinda Kui Burundiano .KAUKA BIRAHERA reka gucungana na LOLILO kora umuzik waw% .by SAM-B40%A.K.A MWANA VINA
18 Nyakanga 2014, 19:34, par Doris
Big Fizzo We Nutuze Waragiye No Muri France Urataha None Ubundi Bwno Uhiganwa Lizzo Ngo Ushike Hehe?Take Away,Lizzo Ramba
20 Munyonyo 2014, 20:21, par NDAYIZEYE JEAN PAUL
Mwese muri bene burundi.nimusenyere kumugozi umw twubake uburundi n’umuziki wacu.murengere ibibateranya.
19 Kigarama 2014, 00:12, par Nzoyikeza Désiré
Nibabeho Bumvika,kugirango Ahubwo Barabe Ingene Boteza imbere muziki Mu Burundi
5 Nzero 2015, 07:58, par john
Fizzo ni mushenzi sana,Lolo big up
18 Nzero 2015, 14:41, par gul landry
lolo kauka man ury naterimber kbra yarawukorey nay wew ntabahanuzi ufis!nimba ubafis nibabi urabarek!!!cank nigwar ufis!cank baramugutumy!!!urik uhangara fizzo tuzi cank nuwundi????urabaz sat b??yaramusavy ikigongw kuber yatahue ko ari se wiw mumuziki!!!wew urindiriy ik????
10 Ntwarante 2015, 19:04, par David niyo
ahubwo turavye kahiseku burundi,nukuvugayukubuturibamwe,jewentanumwenankamurabo.nukobosubizahamwe,nkakerankukobaribafatanyemumugongo,mukuririmba.kukoharyubumwebutariho buteranywa n’inyama.
10 Ntwarante 2015, 19:06, par David niyo
ahubwo turavye kahiseku burundi,nukuvugayukubuturibamwe,jewentanumwenankamurabo.nukobosubizahamwe,nkakerankukobaribafatanyemumugongo,mukuririmba.kukoharyubumwebutariho buteranywa n’inyama.
10 Ntwarante 2015, 19:07, par David niyo
ahubwo turavye kahiseku burundi,nukuvugayukubuturibamwe,jewentanumwenankamurabo.nukobosubizahamwe,nkakerankukobaribafatanyemumugongo,mukuririmba.kukoharyubumwebutariho buteranywa n’inyama.
4 Ndamukiza 2015, 09:56, par Gaddy Pro
Fizzo Niwe Mukuru Mu Music W Uburundi
4 Ndamukiza 2015, 21:49, par christophe
none ntakuntu bosubra kumvikana ibifu zigahe! abafanzi twar twishimiy ugusubiza hamw kwabo ba star.
18 Ndamukiza 2015, 21:32, par Julias Niyogushima
Vraim Iconobahanur Nuko Nimb Baz Icobarik Barakor Nukur Twetwipfuz Ko Bokor Ibibanezer Nibinezer Abarund Nibitez Imber Umuzik Wuburund Nukur Basubiz Hamw
18 Ndamukiza 2015, 21:50, par Julias Niyogushima
Nukur Fizz Ndamuhay Bigp Kuk Ndamukund Gusumvy Naband Barimvy Lolil Rer Narek Kumuping Ntaz Ukoyatanguy Nah Agez
29 Ndamukiza 2015, 01:03, par Eri-gy Ndayisenga
Nukuvugoko lolilotimwerankatwesegusumbafizzokukofizzo arigira uwahatar akiyankisha abobisangiye umwugawokuririmba arikololilo ahuzanabantibose
2 Rusama 2015, 13:15, par J MAKEY [B]
NUMVISE AKABONG KUB HOB HAKIRI UKURYAN HAGAT YA STAR NKAB ATARIB BABISOHOY TWE NTAVYO TWARI TUZ
12 Rusama 2015, 21:14, par Justin Nimubona
Nukuri Atavyokubesha Fizzo Arashoboy
12 Rusama 2015, 21:15, par Justin Nimubona
Nukuri Atavyokubesha Fizzo Arashoboy
14 Rusama 2015, 07:15, par Levis Nig
Aboba Star Ukwari 2 Nibakundane,kuko Nibo Muco Wabandi Ba Star Bose Bongaha Muburundi.Lolilo Na Fizo Nibikundanire Nkuko Vyari Ubwamber
17 Rusama 2015, 12:01, par Kevin
Kubwivyo Urworwanko Rwoba Rwamyeho Kuva Kera.Abo Ba Star Bacu Ntibahuj’amaraso.
17 Rusama 2015, 16:58, par kivim
iyo mbwembwe lolilo
17 Rusama 2015, 17:01, par Patrick
Uwo mugabo ariyemera vya dangé ntazikoyavumiye kwa ambassadeur mzizi wa jiwe.
26 Rusama 2015, 12:55, par ABUBAKARE
lolilo.ni.umubeshi
27 Rusama 2015, 14:21, par FABRICE
LOLO mutama waj k6 ndakwemera cane
28 Rusama 2015, 08:50, par ABUBAKARE
lolilo.lekanzigo mwenewanyuntanzigo agufitiye.mwegelemusabanekigogwe
28 Rusama 2015, 10:13, par Lithiana Thiana
Mamamamah ko Lolilo atoba aruta Fizzo ni génération ico bita urunganwe.!?
5 Ruheshi 2015, 06:41, par loli.g
lolilo niwe arondera ishari naku love ni urukundo
13 Ruheshi 2015, 22:27, par niyonkuru fenias
fizz na loll nimusubiz hamwe muhiganishe ubumeny’imana yabahay kandi muvyitwaremwo nez guko sivyabose izobaterany muzifut atanababimenye guko nibar beshibarazumv’ariko ntawuzuko mub mwazirondeye twumvise karamanyanga mushiramwo birababaza!!
5 Mukakaro 2015, 14:39, par kingmc
Wangiacha malumbano wakarudisha urafiki
6 Mukakaro 2015, 06:35, par Leonce
Fizzo iryambundege nareke lizzo yigir ntibangana ntibajana bg p mze
11 Mukakaro 2015, 04:22
Haringabire David@gmail.Com
15 Mukakaro 2015, 11:29, par edmond
fizo ntawomuping kuk ni G.N.L mumuziki abamwank bihangne.
29 Mukakaro 2015, 07:31, par olenga.christia
mimi.najifkiriya.tu wakuwe pamoja
8 Myandagaro 2015, 23:55, par Nkurikiye
Mubisanzwe Fizo Ararashoboy Ntawutabizi Gusa Rero Bumvikane Kuko Babanye Kera Baraziranyi
10 Myandagaro 2015, 11:47, par vyamungu trésor
yoo!!lolilo twarituziko aru musani wakera kandi azikuririmba kandi kwatokwigana abandi none nivyatanguye nimbavyamunaniye kuririmba nabise abandi biririmbire
7 Nyakanga 2015, 13:57, par Adorgh
Wapi Rorro Ni Fekh
20 Nyakanga 2015, 08:28, par ASSOULANHO BIGIRIMANA
lolilo nibamureke kuko arashoboye nuyo fizzo yavumye kubwa lizzo
21 Nyakanga 2015, 06:52, par King Fly Ndayisenga Martin
Fizz Narek Lolilo Kuk Niw Yamwambika Non Ivyo Ntabiz?
28 Nyakanga 2015, 21:31, par Tid kizzo
umwana ntiyiger angana nase narek burundiano yikorer kuvanaker yama amurusha
14 Gitugutu 2015, 19:25, par Israël Ciza
Abo Bavuga Ko Lolilo Akora Indirimbo Arabiye Kuzabandi Ahubwo Nibibono!!! Icambere Nuko Lolilo Bomuha Icubahiro Ciwe Mumuziki Fizzo Nawe Areke Kwishira Hejuru Kuko Turazi Ko Lolilo Ariwe Yamuvyaye Mumuziki Ahubwo Fizzo Nihamwe Ari Umuvoiyou Ataco Yubaha Yokwegereye Lolilo Akamusaba Imbabazi Bigahera.(respect Lolilo Unaweza Sana Acana Na Huyo Petit)
21 Gitugutu 2015, 21:47, par Lisha pro
yayayaaa!! lolilo agma akr mughang g n r mumuzik fizz nind atz ko ar g n r! ahbw lolilo niyubah big fizz arakz sana!
26 Gitugutu 2015, 12:24, par Best one
Izi ndirimbo vyukuri hatanguye gusohoka nakulove ya big fizzo
26 Gitugutu 2015, 12:26, par Best one
Izi ndirimbo vyukuri hatanguye gusohoka nakulove ya big fizzo
31 Gitugutu 2015, 11:22, par Nifasha Fulgence
Nibasubiz Hamwe Bareke Gupfa Ubus
4 Munyonyo 2015, 12:02, par therence
big fizo ndamukunda arikomuko bagumabamwiba indirimbo ziwe kubera aguma ahoje
6 Munyonyo 2015, 07:20, par elvis alvaro
jew ndabona ko bose babizi.bazinanye kuva kera nibumvikane.
6 Munyonyo 2015, 08:02, par Nzohabonayo Fabrice
Lolilo Yarareze Kubibero Big-Fizzo. Kuko Niwe Mufashije Kumenyekana. Gusa Ntawokwirengagizako Ubu Abarundi Dukunda Big-Fizzo Cane Kuruta Lolilo. Ariko Igitugu Kirakura Ntisumbizosi Fizzo Akwiye Kwubaha Lolilo Atari Uko Muzokumva Lolilo Yasohoye Iyindi Avugako Umutu Umuvura Amaso Bwaca Akakuraba Igitsure. Ariko Bose Nibubahane.
6 Munyonyo 2015, 10:30, par Therence Ndayishimiye
Fizzo Arashoboye Sana Gusa Kuk Bose Ari Abarundi Nibafatane Munda Abavuga Ngo Lolilo Ngo Niw Yambits Fizzo Babizi Gt?Ibindi Ngo Niwe Yamuvyaye Ahubwo Ntavyobazi Uwamuvyaye Ni Kidumu Uzobaze Nimba Atavyuzi Ureke Kwibesha
10 Munyonyo 2015, 07:13, par FISTON
ABIS
20 Munyonyo 2015, 11:15, par ezekielngenda
waelewane kwasababu kazi n
ikazi
1er Kigarama 2015, 17:50, par SAL -J EO R UGOMB O
SAL-JEORUGOMBO.I N DIRIMBO IG I Z W E N A M AJAMB O N ING O M A MURI L O LILON AF IZ ZO.UW RIRIVYENEZ ANILO LILOK U KOY AYIRIRIV YEN KU KO AB A M URIYEP-Q UEYA-ER EG AW I G AN A.UWUGUS UM B A
1er Kigarama 2015, 17:54, par SAL -J EO R UGOMB O
SAL-JEORUGOMBO.I N DIRIMBO IG I Z W E N A M AJAMB O N ING O M A MURI L O LILON AF IZ ZO.UW RIRIVYENEZ ANILO LILOK U KOY AYIRIRIV YEN KU KO AB A M URIYEP-Q UEYA-ER EG AW I G AN A.UWUGUS UM B A
1er Kigarama 2015, 18:34, par Billy usseni
Tukundane cane benye bacu
3 Kigarama 2015, 19:21, par TUNDA
LOLILO ARIHE?
7 Kigarama 2015, 15:59, par aziz Hassan.
nibagume bakora umuziki barek amajambo bashir mubikorwa hanyuma abafanzi nabo bitorer uwo bashimye.
7 Kigarama 2015, 16:01, par aziz Hassan.
nibagume bakora umuziki barek amajambo bashir mubikorwa hanyuma abafanzi nabo bitorer uwo bashimye.
16 Kigarama 2015, 19:20, par JEDEO
none muzoziduha ryari?
23 Kigarama 2015, 11:50, par léonard
nibakor abarek amajambomukaz fizzo ndamukunda
30 Kigarama 2015, 20:20, par tresor
shaka kotuba abagenzi
12 Ruhuhuma 2016, 16:34, par kaboss
Aramusu Fizz Nimutama Mumuziki
12 Ruhuhuma 2016, 16:37, par kaboss
Aramusu Fizz Nimutama Mumuziki
12 Ruhuhuma 2016, 20:41, par chadrack
asha nanje fizzo nzamufana mpaka kukanyuma
14 Ruhuhuma 2016, 11:08, par NIYOMWUNGERE GODEFROID
JEWE NDAVYE LOLILO NA FIZZO BOSE NA ABASTAR NUKO BOHURA BAKICARA AHANTU BAKAKIVUGANAKO.
17 Ruhuhuma 2016, 20:04, par christophe
nukuri nibakore bareke amajambo
27 Ruhuhuma 2016, 23:12, par j.j Calipsô
Nibareke Lolilo ahobavugangwazikurakubandi,ntanisonabivuganyuwomuntu?nibareke lolilo<bace lolilo bana>
1er Ntwarante 2016, 20:17, par ELYZE
BIG FIZZO NDAMWEMERA
20 Ntwarante 2016, 22:24, par JOHN TERRY
LOLILO nareke FIZZO yivumire.
29 Ntwarante 2016, 13:59
ntavyo
30 Ntwarante 2016, 13:41, par Cédrick
kubitahura biragoye ko yoba yaramwiganye.
30 Ntwarante 2016, 21:07, par EMANUEL
FIZO TURAMUKUNDACANE.NIBARABE BUNVIKANE KUKO ICODUPFA NAGISUMBA ICODUPFA.
4 Ndamukiza 2016, 12:00, par NDUWUMUKAMA
KOMEREZAHO
5 Ndamukiza 2016, 11:48, par Itangakubuntu Perse
Bt?Mwahorah ?Kindirimbozany Zitakivug?
5 Ndamukiza 2016, 20:05, par DEZIRE
NONE BARI BARINDIRIYE IKI GUHUZA NIBAZUBIRANE?
5 Ndamukiza 2016, 20:07, par DEZIRE
NONE BARI BARINDIRIYE IKI GUHUZA NIBAZUBIRANE?
11 Ndamukiza 2016, 23:14, par pascal palmo
hata ivo big fizzo anazidia lolilo kupiga mziki akarorero hangalia yampya INDORO 2016
18 Ndamukiza 2016, 19:27, par JOSPAIN
Lizzo Ndowakwanza Musimufake
21 Ndamukiza 2016, 01:53, par Nathanael
Ico Niyumvira Nuko Bosubiza Hamwe Kuko Imitwe Ikora Ikoranye
23 Ndamukiza 2016, 20:10, par charles
lolilo turamwemer kuk rimb mutamukund aband baramukund
23 Ndamukiza 2016, 20:12, par charles
lolilo turamwemer kuk rimb mutamukund aband baramukund
26 Ndamukiza 2016, 21:48, par Aime Chris
Ico Novuga Nuko Boshobora Kuririmbira Kuvyiwabo
28 Ndamukiza 2016, 11:29, par Icoyitungiye
Ico jew nobivugako nuko bos bojahamwe bagahuza kuko imitwe ikora ikoranye nibaje hamwe bahuze bizoshoboka ok ariko big fizzo na lolilo bos nibamwe nibarabe baje hamwe bizohera
3 Rusama 2016, 09:39, par AMANI
None Vyogenda Gute Kugira Bumvikane
9 Rusama 2016, 13:45, par Alain
Lizzo Nareke Abandi Barye Kubera Nawe Yarariye Kandi Wewe Yariye Kenshi Fizzo Je Ndamukunda Ntiwoza Umbwira Ngo Lizzo Aramuruta Fizzo, Fizzo Tu Es Generale
10 Rusama 2016, 20:11, par Isaka Baraka Joseph
Nahitaji Wakae Pamoja Waelewane Mimi Nawapenda Wote.
10 Rusama 2016, 20:12, par Isaka Baraka Joseph
Nahitaji Wakae Pamoja Waelewane Mimi Nawapenda Wote.
10 Rusama 2016, 20:14, par Isaka Baraka Joseph
Nahitaji Wakae Pamoja Waelewane Mimi Nawapenda Wote.
11 Rusama 2016, 11:32, par joy yvan
nivyizacane
27 Rusama 2016, 21:21, par Eric Copin
Jewenbonako Hobukubahana Hagatiyabo Mugajewendumufanawa Fizzo
4 Ruheshi 2016, 19:12, par Samuel
Mbona Borubir Guhuz Kk Iby Nibit
9 Ruheshi 2016, 20:01, par .comWASAIWAZULIPRO
FIZZONUMUHANGACANEGOSE
12 Ruheshi 2016, 06:10, par Nyanza-lac’iwacu
fizzo ndamukunda ariko hariho abamwanka
12 Ruheshi 2016, 06:11, par Nyanza-lac’iwacu
fizzo ndamukunda ariko hariho abamwanka
13 Ruheshi 2016, 16:20, par Jay
Burya ufatiy indirimbo kuyuwundi birahanwa?
22 Ruheshi 2016, 10:38, par ILADUHAYE KEVIN
INDILIMBOYAFIZZO IVUGA NGO MAISHA NI YAMUNGU
23 Ruheshi 2016, 19:41, par DANIYERI
LOLILO NAFIZO BARAFIKI ICONOBABWIRANUKO FIZOYOREKAKWIJIRIRALOLILOICONICOKIBAZONAGOBAGUTAGA
25 Ruheshi 2016, 14:54, par mugisha frank
jewe kuvyukuri ndakund big fizo sana big fizzo namu love gusa uramurenz sana lizzo p6.
4 Mukakaro 2016, 19:50, par rashid
bos nabasuma gusa
9 Mukakaro 2016, 11:43, par Sabushimike Gad
Big Fizzo Ndamukund Cane Love You Fizzo
12 Mukakaro 2016, 12:42, par Joshua
Bg Fzz Ndamukunda Lolilo Nareke Kumwinjrra
24 Mukakaro 2016, 12:28, par JEANCLAUDE
BIGFIZZOndamwerankigihangangelolilonawenarekevyiweturabiziko arimba izo abandibaririvye narekekwigeranyanaGIKUNDIRO KINGWABRING BRING
26 Mukakaro 2016, 21:44, par Kavyinabuhiye Masake
Nukubunvikanisha Bagaheba Kuza Bariba Indirimbo Yuwundi.
27 Mukakaro 2016, 13:06, par Eric
Wap! Lolilo Arenze Fizzo Kuko Baciyumugani Ati igitugu kirakura ntigisumba izosi
27 Mukakaro 2016, 13:31, par Fizo Lolilo
Indirimbo Ya Lolilo Na Fizo
4 Myandagaro 2016, 12:54, par Arbino Severin
N’uko arabarndi bse ntampamvu yukuja muri vyinsh?
5 Myandagaro 2016, 09:25, par NIYONGABO
MURAZIZANA TUZUMVIRIZE VUBA HANYUMA AMATATI AVE MUNZIRA
6 Myandagaro 2016, 04:23, par paul
nibatekereze yaba fizzo bose barakorera nokubandi fizzo nawe natamani ya redio na wizzo bomuri Ouganda indirimbo fizzo yise usendembari
9 Myandagaro 2016, 21:53, par Kiki
Boooose Bapfa Ubusa Hubwo Vyob Vyiza Bakoreye Hamwe!!
14 Myandagaro 2016, 13:43, par Alexis Nizigiyimana/Rusengo Migege
ico sico bopfa ahubwo bovyumvikan bidakunz bokwitur ubutungan bakabatunganiriz nakar ngo ntaziban zidakubitanamahemb
17 Myandagaro 2016, 08:56, par Claude hakizimana
Roriro natekereze big ni generl kabisa
17 Myandagaro 2016, 23:13, par HAKIZIMANA vincent
none,bafpa;amajambo cangwa umundiho?je mbona bashoboye
20 Myandagaro 2016, 13:47, par gilbert ndayirata
jewe mbona bose bashoboye
28 Myandagaro 2016, 15:36, par Bakundukize Derrick
fizzo naduge ejuru kandi azoguma ariheju ya basanibose bomu burundi kandi imana imuhezagize izo mumenyekanishe kwisi yose nka mikael jacson .
29 Myandagaro 2016, 10:33, par Reverien twin
Fizz nuwamber kuk lolilo yamenyekany kuber fizzo.iraaambireee
2 Nyakanga 2016, 09:12, par izibona
Dayamonde
3 Nyakanga 2016, 00:06, par Nestor Irangabiye
Bose Nimba Bakoresheje Amajambo Amwe Ntibariguca Bankana Kubera Umuziki Kenshi Mpora Numviriza Mgara Ya Lolilo Na Wats Your Name Ya Fizzo Bama Batukana Nobasaba Ko Bobiheba Jewe Bose Ndabakunda Nobabwira Kandi Uwitonze Amira Ibinoze
4 Nyakanga 2016, 06:46, par Tambwe
Lolilo nareke gukurikirana na fizzo kuko fizzo aramuruta nambali,lolilo aca bifu zakimasikini fizzo ni number one tulia
11 Nyakanga 2016, 22:18, par clovis
nibumvikane bareke kuryana
12 Nyakanga 2016, 10:15, par Emery
Je We Vrmt Ngah Novug Ko Indirimb Ya Big Fizzo Niyo Yabaye Iya1 ico kirazwi nez! ahubwo lolilo yarasaz koko!!!
16 Nyakanga 2016, 07:02, par A.I.V
Ndipfuza izondirimbo ndazumvirize
18 Nyakanga 2016, 19:02, par desire nsengiyumva
nibarek gupf ubus bos n bamw
28 Nyakanga 2016, 17:17, par nsengiyimva sal -jeo
base naba stetwemera nibareke umunwa bakore akazi hamatubashime !
30 Nyakanga 2016, 05:39, par Bim key
nibarek gupf ubusa bakore tubashimir kand bateze imber igihugu cabo
1er Gitugutu 2016, 16:47, par cloude
fizo nakupenda nakuta kiya mapenzi yataba samu namwe nziyo lolilo nawapenda sana naitwa cloude naishi mwanza tanzania
1er Gitugutu 2016, 18:20, par nsengiyumva sal -jeo
hanka abakundanye konziko lizzo ariwe yasohoye fizzo kuri crip nikicagushavuje ntibacanishwemwo nakamanyukumutsima nibakakorre hamwenkabasani bomuburundi bemera ?fizzo big up lizzo big up
5 Gitugutu 2016, 03:07, par J.NCIAUDE
ICO IYONKURU NOYIVUGAKO IYONDIRIMBO NIYA FIZZO KUKONIYOYATANGUY GUSARORIRO KESHI INDIRIMBOZIWE KESHIZISANIZA FIZZO NKANIKOSAWA ICO IYONKURU NOYIVUGAKO IYONDIRIMBO NIYA FIZZO KUKONIYOYATANGUY GUSARORIRO KESHI INDIRIMBOZIWE KESHIZISANIZA FIZZO NKANIKOSAWA NASANATU
7 Gitugutu 2016, 15:49, par Riyazimana Eric
umviriza lolilo yoreka kuza arafatira kuza bandi kuko lolilo numuririmvyi twemera akomeye agiye arakora ibintu nk ivyo wumva twosubira kumwemera
11 Gitugutu 2016, 11:49, par Nyandwi Claver Mparamirundi
Lolilo narekere fizo kuko Lolilo aramaze Gutera Imbere Kurusha Fizo
11 Gitugutu 2016, 11:53, par Nyandwi Claver Mparamirundi
Lolilo narekere fizo kuko Lolilo aramaze Gutera Imbere Kurusha Fizo nti baryane bapfa indirimbo emwe
14 Gitugutu 2016, 10:37, par Twizeyimana Saidi
Lolilo Nave Inyuma Big Fizzo Kuko Yaramaze Guhomba Birababaje Kubona Biterana Imihari
15 Gitugutu 2016, 20:03, par nkurunziza oscar
none bapfuye iki hagati ya big fozzo na lolil ?
16 Gitugutu 2016, 20:25, par siniremera haruna
Mwodutohoreza Twomenya Amanyanga Yabobagabo
17 Gitugutu 2016, 05:11, par rugombo
bosenabasumabibisha umuziki nivyobapfanivyibano,
17 Gitugutu 2016, 09:29, par fizo
indirimbo
23 Gitugutu 2016, 07:40, par Bukuru Elie
Ntaco bapfa. ahubwo bo na bo nibavyikemurire.
24 Gitugutu 2016, 18:45, par PRIMUZIC
INDIRIMBO IVUMYE CANE MUBURUNDI
28 Gitugutu 2016, 13:11, par Hypax
Oe ub hoh ntimurabumvikanisha
6 Munyonyo 2016, 19:45, par DEO
ABOBARIRIVYI.NABARUNDI,BOSE
20 Munyonyo 2016, 13:44, par J.PAUL
NIBAREKEKWANKANA
20 Munyonyo 2016, 13:47, par NIYONGABO J,PAUL
NIBAREKEKWANKANA MB?BAPFIKI
22 Munyonyo 2016, 16:16, par salix
Ic novug nuk bwokumvikan gusa ic bomeny big fizz 1
25 Munyonyo 2016, 00:39, par fidele musiwa
0994877139
26 Munyonyo 2016, 15:43, par Edouard
Bosenibamwe Icompanuranuko Boyunvikana Bagatekanabaka rekaguswanaivyobapfanivyisi.
1er Kigarama 2016, 20:20, par philbert
nibumvikane kuk ibigiyinama bigirimana
6 Kigarama 2016, 20:06, par Jules Nshimirimana
je mbona ko Lolilo ategerezwa kuba yiganye Big Fizzo kandi ivyo naco bitwaye kuko abaririmvyi bategerezwa gukundana ivyamabifu bakabireka
7 Kigarama 2016, 22:40, par BANYITA JULES MARCELE
AHUBWO LOLILO NAGIRE ICO YUBAHA FIZO NUMWAMI W,UMUZIKI MU BURUNDI.JENERAL WATHS MY NAME.
13 Kigarama 2016, 14:45, par nkurunziza
jew niyumvirako aribig fizzo yatanguyekuyisohora
14 Kigarama 2016, 23:01, par nahishakiye armand
Ahubwo Nibunvikane Basenyere Ku Mugozi Umwe Kuko Imana Yabahaye Izo Ngabirano Nibazikoreshe Neza Hariho Abazifuza Bikanka
20 Kigarama 2016, 23:14, par mpawenimana
vyukur nibamurek fizzo yirenganir kuk urumv kariwe yatangiy kuyisohora gusa ico bokor nibumvikan barek kwankan kuko bos nibamwe.
2 Nzero 2017, 08:16, par miradji
nibarek lolilo arabaruta
12 Nzero 2017, 09:58, par J.Marie Dusabumuremyi
Jewembona Loril Bojahamwe Nafizzo Bakagirana Ibiganiro Hama Lolilo Agasaba Ikigongwe Fizz Nakare Ntazibana Zitakomana Mahembe
13 Nzero 2017, 16:36, par Sal-jeo
lolilo arashaboye.kuk arimugihug fi
zzo w abahe?
13 Nzero 2017, 16:37, par Sal-jeo
lolilo arashaboye.kuk arimugihug fi
zzo w abahe?
17 Nzero 2017, 19:53, par Dog Chap
Bamureke Lolilo Aracari Uwamber Erega Igitogu Kirakura Ntigisumba Izosi
19 Nzero 2017, 06:02, par Joseph
Fiz nabeyubaha Lolilo kuko fiz aho ashitsehos agumeyibukako lolilo amurusha amateka amenyeko agashitsikakera kavumbika umuriro
19 Nzero 2017, 06:09, par Joseph
none fiz we konawenyene yayikuyekubandi icutagombakobagukorera ntugikorere mugenzaw
28 Nzero 2017, 06:49, par LANDRY BIKUBAZA
Lalilo iyo ningeso afis ntiyo compossant ivyo yikuriy mumutw narek rer fizzo yikorer kuk yamutanz mukaz
28 Nzero 2017, 12:45, par Adrie Sibomana
Ndi Adrien Nanje Nkaba Nkunda Kumviriza Indirimbo Za Big Fizzo.Rero Ico Nobasaba Nuko Mwogaragaza Umunyamanyanga Hagati Yabo 2
1er Ruhuhuma 2017, 19:22, par Wilis Gavana
mbegako lolilo mumwanka muzo mushirahe muribukako umwanayankwa ko ariwe akura
1er Ruhuhuma 2017, 19:22, par Wilis Gavana
mbegako lolilo mumwanka muzo mushirahe muribukako umwanayankwa ko ariwe akura
3 Ruhuhuma 2017, 15:02, par Ezila
Lolilo ntawukwank urimugihugu nubandanye ukora indirmbo zishasha ?
4 Ruhuhuma 2017, 11:02, par Karerwa John Bobo
Jembonako Lolilo Bokumvikana Na Fiz Kukona Fiz Ingeso Nkiyo Yogusubiramwo Indirimbo Zabandi Arayifise Niyibukenawe Rimx Yindirimbo Yumusaza Jean Pierre Wo Mukirundo Yasubiyemwo Nibajehamwe Bakorane Iyindi Ndirimbo Nkamberehahise.
4 Ruhuhuma 2017, 14:43, par NAHAYO
nuko umuririmvyi lolilo yoreka kurenganya umuririmvyi fizzo mukumubeshera
4 Ruhuhuma 2017, 14:45, par NAHAYO
nuko umuririmvyi lolilo yoreka kurenganya umuririmvyi fizzo mukumubeshera
7 Ruhuhuma 2017, 07:56, par Nishimwe Ferdinand
Fizzo Ntasumba Lolilo Kand Ntazokwigera Amusumba
11 Ruhuhuma 2017, 08:49, par uwiteka jay-jay jerome NSHEMEZIMANA
Nurindashima can kandi ndamkund kko nuwamber mumuzik hano iwacu iburundi ewan mber big up
12 Ruhuhuma 2017, 12:52, par Baza
Neza Cane
21 Ruhuhuma 2017, 23:34, par RASULY
RASULY mikikivyang n lolilo ikokw nyehak
23 Ruhuhuma 2017, 20:20, par Nduwayezu Ezechiel
Ahubwo Lolilo Nareke Kugira Kundirimbo Zabandi Kuko Ako Ni Agasuzuguro Ni Kuvuga Ko Atokora Rwiwe! Ahubwo Arateye Isoni.
3 Ntwarante 2017, 18:58, par Good lacky
bose nibisumagusa na fizzo urumva ahoya yayikuy ko atariyiw
3 Ntwarante 2017, 21:43, par Taïga
Oya!Je Mbona Bokumvikana Kuko Bose Nabarundi?Nimba Uwo Mudiho Wa P-squere Wabaryoheye Bose Ahubwo Bakwiye Kuza Barakorana?
12 Ntwarante 2017, 10:33, par Hakizimana Burundi
iyinkuru ninziza cane
27 Ntwarante 2017, 06:54, par sadi
sadi
27 Ntwarante 2017, 18:03, par CLAUD
Ko fizz yatanguye kumenyekanisha indimbo yiwe nivyukuri nigwiwe
28 Ntwarante 2017, 13:22, par Claud
Fizzo nibamureke kuko ntiyaho akunda gusubiramwo izabandi
28 Ntwarante 2017, 21:12, par ndikubwyo
nuko bosabana imbabazi
29 Ntwarante 2017, 13:31, par ININAHAZWE innocent
JEWE MBONA KOBOREKA NO KUMUCOKOZA
1er Ndamukiza 2017, 23:41, par Nkeshimana Emmanuere
Fizzo Nimkweri Roriro Amua Che Awe Anaa Cha Kutaka Usta Kupitia Mzikiya Fizzo Yure Nijembe Rorir Aache Mziki Kamahawezi Wenyevipaji Waendereye
6 Ndamukiza 2017, 21:55, par sun light
je mpanura joseph nave ibuzimu muje aje ibintu fizz nuwamber
11 Ndamukiza 2017, 19:32
nibumvikana lizzo na fizzo
12 Ndamukiza 2017, 10:38, par fazili ngwiki
muramenya ko iyitaba lolilo nitwari kumenya fizo twaramunva kuma odio ariko lolilo yaje kumumekanyisha muma klipe nimumureke lolilo aririmbe
17 Ndamukiza 2017, 19:50, par MPAWENIMANA Dieudonné
Nimureke big fizzo aririmbe kuko n’umuprofessionnel mu muziki.
27 Ndamukiza 2017, 12:28, par sibomana janvier
jenumfa lolilo ariweya tanguye kuyinsohora imbere yafizzo ndabiravye iyalolilo niyoyabanje ariko bisagut?ko numva bidasa nigutemumvuga kobisa?
22 Rusama 2017, 15:32, par mugisha beritra
Ndakunda Dayamondo 100%
22 Rusama 2017, 19:38, par Bizimana Etienne
Je Mbona Bosubiza Hamwe
12 Ruheshi 2017, 14:21, par Ndayishimiye Divin
24 Ruheshi 2017, 13:58, par kevin swaga boy
umva lolilo nafakwe yigumye aturekere umungu wacu big fizzo ahubwo ndamwipfurij amahwigwe ya music natwe turinyuma kaka
5 Mukakaro 2017, 20:00, par Jean Marie
15 Mukakaro 2017, 19:59, par indirimbo shasha yafizo
28 Mukakaro 2017, 19:34, par niyuhire pascal
ko vyashits nobahanur k borek ivy kahis bakubak ivy kazoz bagender ibang kuk ar abavukany bahariranir
6 Myandagaro 2017, 11:45
17 Myandagaro 2017, 16:48, par Nishimwe
6 Ntwarante 2018, 21:13, par Habineza Abdôn
Muraraba Ntimucanemwo Kuko Indirimbo Zanyu Turazifana Canecane Fizzo
14 Mukakaro 2018, 17:54, par Nakirutimana king
Nimwumvikane
2 Nyakanga 2018, 12:48, par Egide Ntibatingeso
Andika hano