Accueil > Amakuru > Amashuri > Umwaka wa mbere wa baccalauréat wakuweho muri Kaminuza y’Uburundi
Umwaka wa mbere wa baccalauréat wakuweho muri Kaminuza y’Uburundi
mardi 16 Ruhuhuma 2016, par
Umwaka wa mbere wa baccalauréat mu gisata c’icongereza muri «Faculté des Lettres et Sciences Humaines» wafuswe muri Kaminuza y’Uburundi. Abari muri ico gisata bakaba bimuriwe muri IPA (Institut de Pédagogie Appliquée).
Mu gihe kuri wa kabiri igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2016 ariho hatangura ivyigwa ku banyeshure bashasha muri kaminuza y’Uburundi, mu mwaka w’ishure w’2015-2016, ubuyobozi bwa Kaminuza y’Uburundi bukaba bwamenyesheje ko bwafashe ingingo y’ugufuta umwaka wa mbere wa Baccalaureat mu gisata c’icongereza muri «Faculté des Lettres et Sciences Humaines».
- Gaspard Banyankimbona, umuyobozi wa Kaminuza y’Uburundi
Iyo ngingo yafashwe mw’itegeko rya Gaspard Banyankimbona, umuyobozi wa Kaminuza y’Uburundi, aho yamenyesheje ko ico gisata gihagaritswe vy’agateganyo aho muri Kaminuza y’Uburundi mu mwaka w’2015-2016.
IGIHE
Messages
16 Ruhuhuma 2016, 19:15, par Simon
Murarabe Ntihagire Ingaruka Mbi Zizoza Munyuma !
20 Ruhuhuma 2016, 06:47, par Abel
None Bazotujuragiza Gushika Ryar? Haaaaa!
7 Ntwarante 2016, 12:06, par ALIAS"NZINZI
NON?NIVYIRWABIRAHAGARIKWAVYAGATEGANYO?GUT? BOBONTIBAVYIZ?CANKUBUNTAKAMAROKIMAZE???MUBURUNDI.KUKIBABASHIRAHOBATAHISEMWO..B_ndi??Haaaaa !!!
7 Ntwarante 2016, 12:08, par ALIAS"NZINZI
NON?NIVYIRWABIRAHAGARIKWAVYAGATEGANYO?GUT? BOBONTIBAVYIZ?CANKUBUNTAKAMAROKIMAZE???MUBURUNDI.KUKIBABASHIRAHOBATAHISEMWO..B_ndi??Haaaaa !!!
25 Ndamukiza 2016, 10:16, par GASPARD BANYANKIBONA
ICOGISATA CAHAGARITSWE KUBERA IKI?