Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umwambaro Saido Ntibazonkiza azokinisha mu murwi wa Caen wamaze (...)
Umwambaro Saido Ntibazonkiza azokinisha mu murwi wa Caen wamaze kumenyekana
samedi 19 Nyakanga 2015
Umukinyi Saido Ntibazonkiza yamaze kuronka umwambaro wiwe azokwambara mu murwi mushasha wa Caen agiye gukinira wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubufaransa.
Saido Ntibazonkiza azokina yambaye imwambaro wanditseko inomero 10 inyuma mu mugongo,n’izina ryiwe ry’ikirundi hejuru.
Umwambaro azokinisha wamenyekanye igihe yawerekana imbere y’abamenyeshamakuru.
Umukinyi Saido Ntibazonkiza azokinira umurwi wa Caen imyaka itatu,akaba yahora akinira umurwi wa Akhsar mu gihugu ca Tirikiya,imbere yaho yarakinye mu gihugu c’Ubuholande no mu gihugu ca Pologne.
Van Naris Mugisha
Messages
19 Nyakanga 2015, 15:21, par ARTHEMON
nabandanye umukinyiwacu imana imuzigame nomuntambaturamukeneye
19 Nyakanga 2015, 16:43, par olivier babu
kuba ntibazonkiza agiye gukinira uyo mugwi womubufaransa ndazi uko tumuzi aronse inzira yo kuja mu bwongereza kandi umupira azi azoronka ibitsindo vyinshi imana imuje imbere intsinzi yiwe ni cash terimbere muntu wiwacu
19 Nyakanga 2015, 19:14, par BENINKA
Iyo bakurako NTI, bagasigazaho BAZONKIZA SAIDO
20 Nyakanga 2015, 09:14, par Hitimana
Terimbere
20 Nyakanga 2015, 10:29, par NSENGIYUMVA JEAN CLAUDE(KANYOMVYA)BURAMATA.V.1
IMANAYORUGIRAVYOSE.IJIMBERE.SAIDO (NTI) BAZONKIZA.NDAMWIPFURIJE.GUSIKAKUMAHIGWE,NKAYA CHRISTIEN RONALDO.AZOKWAMEYIBUKIGIHUGU NA EQUP.VYAMWIBARUTSE.NDUMUKIZWA.NZOKWAMANAMUSENGEYE.ASOME.BIBIRIYA YERA.MURI. ZABURI. IGICE CA 35 UMURONGO WA 1.YESU.ARIKUMWENAWE
20 Nyakanga 2015, 11:24, par Divin
Nivyiza Kandi Biraryoshe Kubona Umurundi Mugenzi Wacu Ajabuka
20 Nyakanga 2015, 11:27, par Divin
Nivyiza Kandi Biraryoshe Kubona Umurundi Mugenzi Wacu Ajabuka
20 Nyakanga 2015, 17:03, par claude
Numunyi abishoboye Imana imuzimbere
20 Nyakanga 2015, 22:16, par Bagabo Gilbert
Saido Turamwemera Gose Kwer Yavukanye Amacenzi Ya Baro Ameze Nkanje Nkiri Umusaza.
5 Gitugutu 2015, 20:26, par NGENDAKUMANA MILTON
CAPTAINE IMTAMBA MU RUGAMBA
6 Gitugutu 2015, 15:32, par Sibazuri Pius
Terimbere Ncuti Yanje ,Uze Wibuke Igihugu, Icesi Ni Gwawe.
6 Gitugutu 2015, 15:36, par Sibazuri Pius
Gira Umugisha
26 Ntwarante 2016, 11:33, par Irakoze Stephane
Ndamusabira Aterimbere Gusumba Ham Atezimbere Igihugu Ciwe
19 Ndamukiza 2016, 22:02, par ndi claver
saido ntibazonkiza nakomere turamukunda cane mbe ntaragaruka gukinira umugwi wiwe intamba murugamba
19 Ndamukiza 2016, 22:03, par ndi claver
saido ntibazonkiza nakomere turamukunda cane mbe ntaragaruka gukinira umugwi wiwe intamba murugamba