Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umwambaro w’Abarundi washimwe mw’iyugururwa rya "Jeux Olympiques" (...)
Umwambaro w’Abarundi washimwe mw’iyugururwa rya "Jeux Olympiques" (Amafoto)
lundi 8 Myandagaro 2016, par
Mu bihugu cumi na bitanu vyerekanye umwambaro uteye igomwe mu birori vy’iyugururwa ry’ihiganwa rya "Jeux Olympiques", Uburundi bwafashe ikibanza. Ivyo bihugu ni ivyo ku migabane ya Afrika, Asiya, Uburaya na Amerika.
Amasanamu y’imyambaro itandukanye yashimishije abari bitavye ivyo birori
Cameroun
Reta zunze ubumwe za Amerika
Cap-Vert
Bénin
Mali
Australie
Brésil
Burkina Faso
Jamaïque
Afrika y’epfo
Barbade
Botswana
Inde
Burundi
Côte d’Ivoire
IGIHE
Messages
8 Myandagaro 2016, 09:35, par karorero
Uburundi bwacu buracari ubwambere kur byose kand byinsh nimwirabire namwe ibibyiza byuburundi barangiza Ngo genocide aahh iki nikimwaro kur onu n’america ubufaransa nahandi bagomba kubohera amaboko leta yuburundi kugahohotero atakindi kagamij Atari gusenyura inzego zitorew nabanyagihugu,rero imana igirir neza izonseruka rushushe zitangira igihugu nabarundi kugira Ngo uburubd bwite uko buri ubu ar Uburundi.
8 Myandagaro 2016, 12:51, par Maza
Si ugusenyura inzego gusa ni ukurondera kumara Abarundi bafadikanije n’Abarundi bamwe bamwe b’ibipfamutima. Ariko bategere ko esprit diabolique yabo yamenyekanye, urucuruzwa rw’amaraso rutazosubira kuba. Ruraguma inyuma ya Kanyaru.
Ba Buyoya, Kagame, Leonce, Pacifique, Maggy, Louis-Michel...bazomaramara.
Imana izigame Uburundi n’Abarundi.
8 Myandagaro 2016, 14:14, par PSOLS
Ngo bafise umugambi wo gutera u Burundi nk’uko babigize kuri HAVYARIMANA ngo bashinge abarwanyi mu duce twose tw’igihugu bace bazivugiriza rimwe habure aho abajejwe umutekano batabara. Gurtyo bace barasa badatoranya hanyuma bazoce bavuga ngo ni GENOCIDE yakorewe abatutsi n’abahutu badashigikiye ubutegetsi. Ariko barihenda Uburundi Uhoraho abufise mukinganza hari igihe wosanga bibasubiye kumutwe kuko urucira mukaso rugatwara uwawe.
8 Myandagaro 2016, 15:33, par Lili
Abandi bararata ko arabambere mu mutekano mwiterambere.nabaturage banezerewe nubutegesti
None mwe ngo mwambaye neza.nakamaramaza wamugani wanyu
Mwambaye neza huuun ngo mwambaye ibibazo gusa puuuuu
8 Myandagaro 2016, 20:02, par Jean marie
Vyukuri Uburundi buracari ubwambere mukaranga, so munyambaro gusa, nindero barinayo ngereranije nomugihugu mbayemwo.
Burundi tera imbere.
8 Myandagaro 2016, 23:54, par turaje
hanyuma se babahaye uwuhe mudari ? ko nshimye ibindi bihugu bimaze kubona imidari !!!!
ibyo byahi nibyo muvugiriza induru ? mwishimire kuva mubibazo murimwo kuko amahoro niyo terambere ryibindi byose mureke kuba abaswa international même no muri EAC
9 Myandagaro 2016, 11:16, par Teta
Nyumvira nkiyi njiji ngo ni jean marie ubwo se ibyo bazabibahera umudali..aliko ubugoryi mugira ntahandi buba..ngo mufunze imipaka ese mwahimye abanyarwanda cyagwa abarundi? Ko abarundi batangiye gutaka ibibazo kandi mwali muzi ko muhima abanyarwanda.
9 Myandagaro 2016, 11:22, par Rafiki
Iki kinjuju ngo ni jean marie ni kinyendaro. Ko cyumva se iburundi arabambere muli byose akaba atahaba yahunzi ki ? Uli kigoryi urakagwa mu maguru ya nyoko.
12 Myandagaro 2016, 06:17, par JONATHA
IMANA NISHIMWE MUGABO MWIRIND KWICANA KUK UBUMWE BUZANA NURUKND
31 Myandagaro 2016, 10:13, par Sylbenika
ico muzi ni ukwambikana ibara gusa nayo kurwana ndazi kandi ndemerako ata gisirikare urwanda rufise coshobora ic uburundi!
31 Myandagaro 2016, 10:20, par Sylbenika
ico muzi ni ukwambikana ibara gusa nayo kurwana ndazi kandi ndemerako ata gisirikare urwanda rufise coshobora ic uburundi!
2 Nyakanga 2016, 13:04, par Doriane
arika ga #lili waretse guta ubwoko.aho murwanda iwanyu burya ngo muri paradie?nyimba urumutsi wonyishur ego arik uzorabe ayabahutu babonye.uhmmm!
20 Nyakanga 2016, 00:01, par Ndadaye onesphore
umwambaro wabarundi wamye ubica bigacika.ingorane nuko hari abagomba gusuzuguza akaranga kabarundi mukwambara impuzu ziteye isoni mukwigana ivyo babona kumasanamu nimboneshakure.
28 Gitugutu 2016, 18:59, par 68338264
Amajambo menshi habamwo gutukana ariko UBURUNDI nigihugu gitemba amata nubuki umutima wa Afrika none kobiruko mubabazwe niki IMANAyabukuye mubukoroni ninayo iburinda nabugingo nubu
17 Kigarama 2016, 20:09, par NZIRUBUSA LORA
Ew Ntamahoro Ariho Kuko Abantubicwa Nkimpene Canke Inkoko Kunoel Umusazi Nuwuvugako Muburundi Haramahoro Emwe Ntanayimirijekuboneka
29 Kigarama 2016, 06:17, par Eric
Mumyambaro Birazwi ko Bama Arabambere Ariko Ntamahoro Abakuru Bakimi Abato Nkakudya Kwamafi,
4 Nzero 2017, 20:35, par Merasi Iburana Bubundi
Vyoba Babaye Kubugombe Bw’ Imana
18 Ndamukiza 2017, 05:37
Kugira Uburundi Bufate Ikibanza Bafatiye Kuki?