Accueil > Amakuru > Mu makungu > Umwami Mswati wa 3 yankiwe guhonyora ku butaka bwa Canada
Umwami Mswati wa 3 yankiwe guhonyora ku butaka bwa Canada
jeudi 19 Rusama 2016, par
Indege yari ireruye umwami Mswati wa gatatu wa Swaziland yankiwe kurwa muri Canada ku ncuro ya kabiri mu myaka ibiri nyene, kubera amatati y’amadeni.
Iyo ndege y’umwami Mswati yabujijwe kugwa kubera urubanza ruri muri sentare, aho uwahora akorana urudandaza n’uwo mwami yamuka mu gihugu ca Singapour, ariwe Shanmuga Rethenam, yamwitwariye, avuga ko yishuza ubwami bwa Swaziland amafaranga y’amadorare agera ku miriyoni umunani, nk’uko BBC ibivuga.
- Umwami Mswati wa gatatu wa Swaziland
Percy Simelane, umuvugizi wa Reta ya Swaziland yarahakanye kuri uwu wa gatatu ko umwami Mswati wa gatatu afise ideni iryariryo ryose, avuga mbere ko ata vyinshi afise ashikiriza kuri izo mpari, kuko urubanza ruri muri sentare.
IGIHE
Messages
19 Rusama 2016, 20:18, par 69307293
ahubwo baramubeshera ntamwami akirya i deni
20 Rusama 2016, 06:36, par INTAGOHEKA
NTAMUTWARE YAMBARA NKUKO NIBAMWIRUKANE NONE MUMYAKIBIRI ABARONERAKWIKI? NAREKE NKURUNZIZA AZOBEREKA KO YANKAGASUZUGURO
20 Rusama 2016, 07:18, par Emurw
Nta Mugabo Utarya Ideni Nibamurebe Yikorere Bussines Ze.Hama Azoriha Gake Gake
20 Rusama 2016, 14:04, par KAYITANA
AHUBWO SIVYOBAMUHORA NUKWO BABONA YIFITIYE ABAGORE BESHI BIBAZANGO YOHAVA ACAGURA IWABO NIBAMUREKE
20 Rusama 2016, 14:39, par Manzi
Ntamwami uryamadeni,baramubeshyera,ahubwofise,abakenyezi besviken,qrebehodaherukagukqndagira,ageguterakabariro
22 Rusama 2016, 04:06, par ndayiragije leon..
none ideni si amafranga,erega twese ntihobura abo dufitiye amadeni ariko imigenderanire ikabandanya