Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuvugizi w’umukuru w’igihugu ntahakana ikiringo ca gatatu ca Petero (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuvugizi w’umukuru w’igihugu ntahakana ikiringo ca gatatu ca Petero (...)

Umuvugizi w’umukuru w’igihugu ntahakana ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza

vendredi 21 Ntwarante 2014

Ikibazo c’ihinyanyurwa ry’ibwirizwa nshingiro, ikiringo kigira gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, vyashuhije imitwe abanyaporitike, ndetse mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe, canke mu kiganiro cahuje abavugizi batandukanye b’ubushikiranganji harimwo n’umuvugizi w’umukuru w’igihugu, ivyo bibazo bikaba vyaragarutse cane muri ico kiganiro cabereye ku murwa mukuru w’intara ya Rutana ku munsi w’ejo kuwa gatanu, mbere bigasa naho bitera impari, canke ntibitahurwe kumwe.

Umuvugizi w’umukuru w’igihugu Leonidas Hatungimana, ku kibazo c’ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu, inyishu ni yayindi. Hatungimana avuga ko ari kurindira ibizosabwa n’Abagumyabanga ba CNDD FDD, kuko umukuru w’’igihugu Petero Nkurunziza aramutse abisabwa, ata nkeka azokwitoza ubugira gatatu, Hatungimana agasaba abarundi kurindira umwanya wo kuvuga ibijanye n’abazitoza, kuko nka hamwe umukuru w’igihugu yobivuga ubu hari ibikorwa ataba akirekuriwe, nk’ukuremesha inama nshikiranganji canke ukugena mu mabanga atandukanye. Ku kibazo c’ivyo amategeko avuga, umuvugizi w’umukuru w’igihugu avuga ko umurwi utegura amatora, hamwe na sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro aribo bazovuga namba Petero Nkurunziza arekuriwe ikindi kiringo.

Ikiringo kigira gatatu ca Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu, kikaba gisa n’icahagurukije abantu batandukanye, yaba abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike, aho bamwe bamaze kumenyesha ko ico kiringo baciyamiriza, bavuga ibiringo bibiri atwaye Uburundi bikwiriye nk’uko bavyumvikanye mu masezerano y’i Arusha. N’abari mu migambwe iri kumwe na CNDD FDD ku butegetsi bakaba basaba ko amasezerano y’i Arusha cane cane ingingo y’302 yokwubahirizwa, iyo nayo ikavuga ko ataworenza ibiringo bibiri.
Muri ADC ikibiri bakavuga ko ata mugambwe n’umwe uri hejuru y’amategeko, kandi atanuwoza uja hejuru y’amasezerano y’i Arusha, bagasaba umugambwe uri ku butegetsi kwubaha amasezerano y’i Arusha, co kimwe n’ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi, mukudahindura zimwe mu ngingo zumvikanywe n’abarundi, mu ntumbero yo gutsimbataza intwaro ibereye.

Muri ico kiganiro cabereye ku murwa mukuru w’intara ya Rutana, abamenyeshamakuru baragarutse ku kibazo c’abanyororo bakwije ica kane c’igihano bahawe ariko ntibahabwe umwidegemvyo w’agateganyo, aho bakaba baratanze akarorero ka Hussein Radjabu yahoze arongoye umugambwe CNDD apfungiwe mw’ibihero rikuru rya Mpimba. Déo Ruberintwari, umuvugizi w’ubushikinganji bw’ubutungane yamenyesheje ko uwupfunzwe ariwe avyisabira, umukuru w’ibohero hamwe n’umushikirizamanza wa Repuburika bakaba aribo baca baraba namba ivyasabwe bishoboka, aho bakisunga ingene yigenjeje mu munyororo, uburemere bw’ivyo yagirizwa, hamwe n’icaha akurikiranwako.


Aristide Nizigire

Messages

  • Ewe mana dusenga ntiwodufasha koko icogitigiriri ntigikwire ehe raba inganda zama zatikaguritse.ko ntiwodukurako iyontwaro.

  • mbese iryo bwirizwa shingiro ryabaye IVYAGEZWE 10 VY’IMANA ko tuzi ko arivyo bidahinduka?izo ngingo zishigikiwe na bake,zikwiye kufutwa zikasubirirwa izindi.kwitoza kukiringo kigira 3 singorane na 10 yokwitoza mugihe abenegihugu bomushima

  • Ivyo umugambwe CNDD-FDD uvuga nivyo n’amategeko Nyene Icubahiro asoma amuha uburenganzira yitoze, atabumaha ntiyitoza!

  • Ngobagifatishije umuheto ngo bzokivako yezu agarutse cannke ngo bagikugweko numuheo!nibubahe amasezerarano y arusha nibwirizw shingiro,hama mavoka nawe aatangigihugu akirimwiza vyomuheshiteka

  • Jewe iyo mba umukuru w-igihugu petero nkurunziza,norekeye abandi bagatwa,ko yakunda no gusenga yociye aja kuvuga ijambo ry-Imana,ikiringo kigira gatatu yogihevye. Imâna ibashe imukoresha,akore ivyo ishaka gusa!

  • uwomugabo petero azodukwegera akarambaraye kubwinda yiwe anyak10 ntarahaga gutwara!!!nooone yemwe asengiki uwaraho namba vyukuri amategeko avuga kumuntu yitoza ibiringo2!!?canke barabesha azomera nkankomva yahiriye mukigori kubwuburyo bwaco.

  • Nagomba mbwire abarundi ko natwe muri CNDD tutunva kumwe ikiringo c’agatatu ca NKURUNZIZA abenshi tuzi kamaze ibiringo 2 kiretse akarwi kabantu bake bohejuru mumugambwe ivyonavyo bagaye aho abenshi dusize cane cane ananyamugambwe batobato tuzotora ADC ikibiri hanyuma turabe kobitora abo ba Generale barikurushi bagira itera bwoba bariko biba igihugu umunyagihugu muto muto akabanda aba mubukene butagira izina

  • Je ndasaba imana ko iryo bwirizwa ntiritorwe kuko uwo mugabo wingozi ubuho yoca amara abantu atacamira.inganda amaze gusasika ni nyinshi ntawozidondagura ngo zihere,nagende NA buyoya yaragiye ntiyamusumvya ipete no gutwaza igitugu.

  • Igihugu kiraryoha wagishitseko biragoye kukirekura ariko nosaba abanyeporitike bakoreshe ubumenyi bwose bafise bisunze amategeko iryo tegeko ntirirengane kuko bazoba baduhemukiye twebwe abanyagihugu ariko ni binanirana bakabigira batisunze amategeko nkuko abnyagihugu dufise uburenganzira bwogutanga dufise nubwo kwaka uwowese aduhemukiye nivyanka tuzac urubanza twebwe twamushizeho mubandanye mukora abarundi twese turagomba ko yofata akaruhuko maze abandi bafatanije guharanira ubumwe bwabarundi bashikirwe erega no muba dd harimwo incabwenge zikeneye kwitoza!!!murakoze

  • abamwemera tuzo mutora .abobatamwemera nabo (nihaki)gusa ico nobahanura nukuja kumurongo nkabandi cg bakaba bashaka gutwarwa na arusha nibagende _gakonko,rusagamba,kagera,gahama,kumunzani,nyagahura nahandi bazoheza batwarwe na arusha

  • Nivyiza niyitoze kuko arabikwiyekoko.ashoboyenkavyose uwomugaboizina nivyomuntu ni nkurunziza koko yadukuye habi abarundi noneho tugezekure.niyirambire kungoma.

  • Mukwiye gukurikiza amasezerano kugira ngo mworohereze abanyagihugu ntibabandanye bapfa.

  • Presidant NKURUNZIZA,tuzomutora twivuye inyuma,kuko Arusha siyo idutegeka uwudutwara,iyo Arusha bitwaza nintumbero abo bagabo bomuri ADC Ikibiri na IPRONA biyunvikaniye yokwama bihanahanira igihugu bonyene hagati yabo.iyo arusha niyo ituma umugwi wokuvugana ukuri nokurekuriranira utajaho.kuko arimwe invo zogukingiranira,kuko abishe GWAGASORE,na NDADAYE barimurabo nyene!!.ico tutavuze co nugusubiza ivyanyazwe nabo bashingantahe mwunva,amatongo,amazu,imiduga nibindi bintu vyabarundi,arusha bayishimikiza kunvo zokudasubiza ivya barundi,muga murihenda twebwe abanyagihugu nibarituzanire turitore 100%,hama ruzove ahandi,nibarinyarukane,duce urubanza.

  • uburundi ntibukimukeneye kuko,intwaro yiwe yaranzwe nibibi vyinshi,abarundi bugarijwe nibibi vyinshi batewe nintwaro mbi yiwe.ugusubira kwitoza kwiwe vyozanira uburundi amabi.

  • Abarundi enda nitujijuke! Uwoyemeza ko Petero Nkurunziza zitoza, ndamwibarize, yatumariye ik? Pendant 10ans? Rien du tout! Kuba umwana wa CNDD ntibis4ura ko risamuragwa w’Uburundi, namenye neza ko atavutse yitwa umukuru wigihugu!

  • Ubu nkurunziza ari mu kigandaro nyuma y’aho abarundi bamerekeye ko batamukozwa. ubu ngira azaca mu mbonerakure ariko amakungu nayo yamweretseko yamuteye akajisho

  • OK.jewe icombona mumitwe yabarundi bamwe bamwe,Presidant NKURUNZIZA hari abarundi benshi bomumoko yose bamwiyunvamwo.hakaba na barundi bake bomumoko yose batamwerekwa,abo benshi bamwiyunvamwo ntiberekwa ivyiyarusha kuko birimwo ibintu bidatomoye,ivyo bise ngo Reserve,iyo reserve rero ikubiyemwo akantu kubwenge abo bantu ba ADC na IPRONA bibikiyemwo.mbere bikajuragiza abanyagihugu,be nubutegetsi bitoreye!,abo bomuri Oposition rero kandi bomumoko yose,baguma bishimikiza iyo bita Arusha mukuja barankira abatwara ico bohindura mumategeko canke mugutwara Igihugu.Ikindi gikomeye,PRESIDANT NKURUNZIZA amaze kwitoregwa1gusa naben,IGIHUGU,ubwabo nyene atawubaserukiye,kandi ibwirizwa shingiro ryo rivuga ko arijwi rimwe kumntu,arusha rero ntanguvu igifise imbere yabene Gihugu,kuko abanyagihugu bashaka ibihinduka,bivuga ko iryo bwirizwa barizanire abanyagihugu barinobe neza caaane,urubanza ruzoba gwiciye,(RUCITSE KUMUGARAGARO).Ibwirizwa shingiro ntantambamyi ziririmwo zishobora kubuza nkurunziza kwitoza,na Arusha kunvo yuko arimwo ibidatomoye ntizobuza nkurunzima gusubira kwizegwa natwebwe abanyagihugu,muvyanka canke muvyemera.Oposition mwanse kuja mumatora naho ngo nuko nkurunziza yashizwe imbere,tuzomutora neza caane,aho rero ba muravyunva neza caaaaaane.abamwanka tekereza.

  • Haaa mbabajwe na ba PORONA bagire baje mukasho kubusa .muti gute urya mukecuru na groupe yiwe mwibaza ko aba DD baheba amahera yabo?uryamukecuru hagize ikimushikira azo vuga ko ari abo batavugarumwe ntazopfa avuze ko abaheraniye amahera .mugabo ndashimye kakagabo Niyoyankana kinyegeje nakagesera gakina nka KiREKO ndakemeye nkendi bwa haaaa

  • Barundi twibagiye n’ingoga aho Arusha yadukuye kandi birababaje.Iyo ataba Arusha ntituba twicaye muvyicaro bamwe barimwo ubu.Mbega avant Arusha mwarihe ko muzi ubwenge nyishure

  • sivyubu niwe uzokwikwegera

  • wewe wiyita bumwe ,inyishu niyi,aho twari twarahabonye kandi ntamututsi azodusubizayo kurya bari baturungitseyo!,ahubwo komwebwe abatutsi mutanyugwa,muguma mutera akajagari,tubumba mumena,kuko ari intumbero mwihaye yogutoba,ubu nimwe muzojayo!.namwe mubone uko hasa,nico twari twarabacuze.muga nsinzi ko muzeregwa nkatwe,uwo mututsi Nwari nawe,ico womenya akataretse kaba gasema.wewe uri muribamwe batarabona uwahiye kumunwa,wewe rero bandanya iyo nyumber0 mwihaye nabo bagenzawe,turabarindiriye,muwudomeke tuwuboteshe mpaka imbeho ibavemwo neza caaane.narakubariye kwigihugu ubu kirimwo abagabo bijunja nijambo,uwundi mugani nobacira UWUTARABUROGWA AGIRA NGO NOBUNYA,nikirindi murambabarira,niko bawuciye.ibintu vyarahinditse,haba kungumu canke kurusoro,ntamututsi azosubira guhasha umuhutu,ahubwo tuzohashanya!!.awanka yangare.gisigaremwo ABAGABO biyemera.Iryo bwirizwa nibarinyarukane mubenegihugu turitore100%,haama nkurunziza agume kwi volan.Turi inyuma yawe,ababara bababare.bashake bimanike canke bamarabantu,tubabohe izontunva zabanya bururi,

  • Peter Nkurunziza imigambi yarafitiye uburundi yarayishitseko mumyaka 10 amaze arongoye uburundi ntayindi migambi mishasha afitiye abarundi iyomingambi yarafitiye uburundi nayo niyi :Gutera amavoka , nibikoranekunguvu ntamugambi wokugwiza akazi kugira urwaruka rwiga rukaja mwibarabara bihere abitwa ngo bafise akazi umushahara wintica ntikize none Nkurunziza ikindi arondera nigiki ? Abarundi tumenye gutandukanya ikibi niciza kenshi iyo ndiko ndasoma ivyiyunviro bishikirizwa nabantu bamwe bamwe nicwa nagahindaaho hakiri abantu bitwaza ubwoko kugira bahende abandi , ngaha mumahanga turi duhabwa akazi bijanye nico ushoboye ntabuhutu canke ubututsi baraba gute wombwirako uzoza guhiganwanumunyeshuri womuri Kenya ,Rwanda ,Ouganda ,Tanzania ugihendwa numunyepolitique kunyungu ziwe ? Abahutu baratwaraariko abahutu bafungwa ,bicwa , bangazwa nibobenshi ,ntihica ubwoko hica ubutegetsi bubi

  • @ Rutovu,Nditije na Mwarimu, ariko dutahendanye Nkurunziza amabi yakoreye abahutu twoba tuciyumvira ko yodutwara iyindi myaka 10?Mwe ngira ntaco mwabuze?Aha nsigaye niburase kubera ico kiza muriko muntamba kumuvyimba?Mbe sinari umuhudukazi nkabandi?Munteye gusubira kurira ayandi masozi!!!!Murakoze nimwivugire mwe muhiriwe!

  • uwuvuga ko petero nkurunziza ariwe afise ubushobozi bwo gutwara iguhugu ariheda kuko ubushobozi ni bwimana gussa mbega imayaka ya twaye tafashije iki abarundi atari kubapfuga gusa nibagahe bapfuzwe kadi bari abagezi biwe ahumbwo ntiyibuka aho yavuye amerye yuko ukoze ikibi uzogisubizwa tuva muntara imwe na komine imwe mugabo ntaco yamariye abarundi ico yabamariye nikubata mwibohero gussa

  • uwuvuga ko petero nkurunziza ariwe afise ubushobozi bwo gutwara iguhugu ariheda kuko ubushobozi ni bwimana gussa mbega imayaka ya twaye tafashije iki abarundi atari kubapfuga gusa nibagahe bapfuzwe kadi bari abagezi biwe ahumbwo ntiyibuka aho yavuye amerye yuko ukoze ikibi uzogisubizwa tuva muntara imwe na komine imwe mugabo ntaco yamariye abarundi ico yabamariye nikubata mwibohero gussa

  • uwuvuga ko petero nkurunziza ariwe afise ubushobozi bwo gutwara iguhugu ariheda kuko ubushobozi ni bwimana gussa mbega imayaka ya twaye tafashije iki abarundi atari kubapfuga gusa nibagahe bapfuzwe kadi bari abagezi biwe ahumbwo ntiyibuka aho yavuye amerye yuko ukoze ikibi uzogisubizwa tuva muntara imwe na komine imwe mugabo ntaco yamariye abarundi ico yabamariye nikubata mwibohero gussa

  • uwuvuga ko petero nkurunziza ariwe afise ubushobozi bwo gutwara iguhugu ariheda kuko ubushobozi ni bwimana gussa mbega imayaka ya twaye tafashije iki abarundi atari kubapfuga gusa nibagahe bapfuzwe kadi bari abagezi biwe ahumbwo ntiyibuka aho yavuye amerye yuko ukoze ikibi uzogisubizwa tuva muntara imwe na komine imwe mugabo ntaco yamariye abarundi ico yabamariye nikubata mwibohero gussa

  • Wesha wiyita RUTOVU.urantwengeje mbeko wandika ufise ishavu nibiki? .reka kutaka ubwoko bwabahutu kuko ntawagutumye kutuvuhira .nimba uhaze abahutu bosentibahaze rero [geragezA uvuge kugatwe kawe]ahasigaye nimba ukeneye kumenya ubwoko bwanje ndi umurundi wivugakuri ataho yegamiye ubwo nibwo bwoko bwanje wewe witoreye guhemuka ugapfuma urya komera kwibaga ryaba kungu

  • ARIKO PETER NIWE DD IFISE GUSA !!!!EWE MBE KO BAVUGA NGI NI WE GUSA BAHISHA IKI !!! MU BAHUTU BOOSE BO MURI DD NTAWOMUSUBIRIRA MUTARINZE GUTERA INDURU!!!ABATUTSI BO MURI DD MBE MURIYIMBIRA IKINOGO !!!MUZOBIBONA KO ATAWUZOTOTRWA KABIRI EREGA MURI ABACANGERO NKUKO BABIVUGA <<<LA MONORITE ENVOI DE DISPARITION MURI NOUVELLE CONSTITUTION MWARAGOWEEEEE..IYO NDA YANYU HAAAA

  • Nimba urumuhutu ntiwibaze kuburusha abandi mbwira wewe wiyita Rutovu ,abahutu bakenye tunganiki ? Abahutu turinyumay’igihugu tunganiki ? Banvunginyunvira abamurementanirije ni abatutsi ? Raba uwuzotezimbere igihugu kugira umwana wawe aranke ahasaba akazi ,aho yivuza hamwegereye kuburyo bugezweho . Ico abarundi dukwiye kumenya nuko akazi atari mpaka ube umunyamugambwe siko ibindi bihugu bikora ahondi umwana aheza amashuri akaja gushira CV yiwe muri Campuni kugira atangure akazi twebwe dufise zingahe ? Hariko hubakwa zingahe ? Mugabo uwuriko yiba amakori umunyagihugu atanga yongere akomerweamashi , aduza amagorofaabandi bari mumahema kubera invura muti abahutu baramerewe neza kubera gitwarwa nabahutu ? Aho ntiturikumwe .

  • we sha Nwari uritonda usome neza ivyo nanditse,ucubona ko atantambwe muzodusimbana,turabarindiriye,wewe wiyita umuhutu kandi urumututsi,abantu nkawe bibimena banga Tutsi nibo tuba dukeneye,nakubwiye nti haba mungumu canke kumasoro nitwende,rukarishe rero basha tuzorubamweshe,uranka caaane abatwara igihugu ubu,muga wewe urimuto muvyiyunviro,nakubwiye kandi ko atankeka ibwirizwa shingiro rishasha turaririndiriye abenegihugu twicire urubanza,namwe mube murata imitwe,ihotora ihigwa,kizotwagwa tu,namwe muguma muboroga kuma Radio,ngumutaka amakungu?!.ahubwo mwebwe ntimwibuka nivyo mwakoreye abarundi benewanyu,kuva1955gushika 2000 muhohotera benegihugu,none muriko mwitanganiza ngo mutabaza amakungu.ahubwo uwabaroze ntiyakaravye pe.amakungu cobo arazi neza abahonyanze agateka kabandi kuva kera harya nakubariye55-2000.amakungu arazi ukuri.ahubwo musubiye gukora igwe mujisho nkakagakwavu izoca ibarya mwese ,mwantunva mwe.

  • Wewe wiyita Rutovu. Ikigaragara nuko ufit’byiyumviro birutwa gato nibya mayibobo. Mbe ko mbon’umengo ugomba kwigir’ umuvugizi wabahut’ ugomba kuvuga ko abahutu turi hasi cane kuburyo twovugirwa naza mayibobo? Sinibaza ko har’umuhutu wumutima yo kwiyumvira cheaply nkamwe, Mugihe byigaragaza ko ahant’ ulya musatanist yirigwa yishyushyanya muma church ngwarasenga atari heza nagato.

  • Wewe wiyita Rutovu. Ikigaragara nuko ufit’byiyumviro birutwa gato nibya mayibobo. Mbe ko mbon’umengo ugomba kwigir’ umuvugizi wabahut’ ugomba kuvuga ko abahutu turi hasi cane kuburyo twovugirwa naza mayibobo? Sinibaza ko har’umuhutu wumutima yo kwiyumvira cheaply nkamwe, Mugihe byigaragaza ko ahant’ ulya musatanist yirigwa yishyushyanya muma church ngwarasenga agomba kujan’uburundi atari heza nagato.

  • Jijuka ba dd murwanye ivyo mwarwanyije na mbere hose! Mwarwanyije akarenga nubu murwanyeumuntu wese yobasubiza ku ngoma imwe gusa! Menya ko abahutu bose batari aba dd gusa kuko hari benshi bari muri oppositionkdi bakomeye!

  • Wewe wiyitw periggo uvuze ngo ndi musi yamayi bobo,ego sawa kuba uvyiyunvura gutyo,ariko urihenze cane!.abahutu uvuze mutamerewe neza muri hanze,abandi mujuragirika hirya nohino,nabo bajebajeba mukibiri,mwese muri muri wamugwi BUYOYAakiri kubutegetsi,yavuga ngo ushaka umuhutu umutuma uwundi.none rero mwebwe,muri mwabo bahutu bibagira ningoga,Erega ncuti yanje mwebwe muri abantu mwibagira ningoga.mwibagira ningoga basi!!.mumajambo make,kuko ntakamaro kokuguma duterana ibidashika,bandanirizaho,muga ntimuzeregwa,kuko muraharara mugaharuruka ningoga,muzohura nibibazo mwebwe mwese muri bantahompagaze.

  • nwari mbe k uvuga ati tuzomutira urimwo abantu bangahe ahubw uyuvug ati nzo mutora mbe wumvise abarundi kata bwenge bagira canke atamaso bafise imbwa yahiye kumurizo ati burakeye tuhereke abagabo we rro uravuga ariko ivyuga ntaho ubizi

  • nwari mbe k uvuga ati tuzomutira urimwo abantu bangahe ahubw uyuvug ati nzo mutora mbe wumvise abarundi kata bwenge bagira canke atamaso bafise imbwa yahiye kumurizo ati burakeye tuhereke abagabo we rro uravuga ariko ivyuga ntaho ubizi

  • Barundi barundikazi ico dikwiye kwisunga mugutora umukuru wigihugu nuko tworaba ico yatumariye nka nkurunzira ico yamaze nuko yariye indege irerura umukuru wigihugu isoko rigasha benumurango babona kubwivyo nareke guteshumutwe abarundi ngoyifuza gutwarakandi narekere abandi nabo bagerageze bacumugani mukirundi bati inyankakubwirwa yabwiwe nukwamaso atukuye dusavye abarundi mureke guhendwa nagahogo katagira aho gafatiye

  • Yemwe akaba yarakoreyeneza abanyagihugu bazomutora none ubwo bwoba nubwiki nareke amatora abe ivyo navyo vyo kwiyorohereza tuzobibonera nabireke nOne sumukozi wimana ntatubeshe ubu abarundi turi nubwenge nukumugira nka buyobe murakoze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.