Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Umwana w’umuhungu w’imyaka 9 yubakanye n’umukecuru w’imyaka 62 : Amafoto meza (...)
Umwana w’umuhungu w’imyaka 9 yubakanye n’umukecuru w’imyaka 62 : Amafoto meza na Video
mardi 22 Mukakaro 2014
Umwana w’umuhungu w’imyaka 9 aherutse kugira ubugeni n’umugore afise imyaka 62, uwo mugore afise abana 5 n’umugabo bahukanye abifata nk’ibisanzwe. Abo bubakanye bati:" Abavuga ni bavuge gikuru n’uko twikundanira".

Sanele Masilela, afise imyaka 9 aherutse kugira ubugeni na Helen Shabangu w’imyaka 62. Kuri uwo wa gatandtu, igenekerezo rya 19 Mukakaro niho bagira ubugeni bwa kabiri abo basubiriye kubana kuko barigeze kwahukana, ubugeni bwa bereye ahitwa Ximhungwe mu gihugu ca Afrika y’epfo.
Alfred Shabangu, umugabo wiwe wa mbere avugako ubwo bugeni ataco bumutwaye n’abana biwe, ati:" Ivyo abandi banegura ntibindaba." Ubugeni bwa Sanele Masilela na Helen Shabangu busa naho uwo mwana yaranguye ibwirizwa sekuru yasize amutegetse gukora imbere y’ukwitaba Imana mu mwaka uheze w’i 2014. Sekuru yamusavye kuzorongora umukecuru mu kibanza ciwe, none ng’uyo yaraye abikoze.

Uwo mwana yisutse kuri uwo mukecuru avugako amukunda kandi ko ari n’akaryo keza kuko Helen Shabangu asanzwe akora hamwe na nyina wiwe.
Amafoto y’ubugeni








Fyonda aha munsi urabe ibirori vy’ubugeni uko vyagenze
Cherif Nkeshimana
Messages
22 Mukakaro 2014, 16:44, par jean
Isi yameze amenyo
22 Mukakaro 2014, 17:46, par Mama
Uwungana numwana wiwe? Oya. Uwungana numwuzukuru wiwe? Oya. Uwungana NUMWUZUKURUZAWIWE EGOCANE!!!!!!!!!!!!!!!!!
22 Mukakaro 2014, 18:09, par Tallo
Gerageza muje mwandika amakuru yavuba kuko ivyo mwanditse vyabaye kera cane jewe turabana hano ja mutubwi amakuru abaye ubwonyini.
22 Mukakaro 2014, 18:12, par nwari
raba icobita kwabaha umuntu muvyiyumviro vyiwe abarundi murakwiye kwuguruka amaso .ego mumico yacu ntibibaho kurongorana numwana ariko hari ibindi bihugu bifise imico yabo mugabo bitavuga kobacabagira amabaga yabubatse rero ya reta yacu yanka ibavuga ivyo itashska arakwiye kumenya kwisi turatadukanye mumico’kwiyumvira’ etc
22 Mukakaro 2014, 20:02, par ndayangaye
Hahahahahaaaaaa!asha ndajongorotse ntaco nkivuga!
22 Mukakaro 2014, 22:10, par maguru
ubu nuburofa nta culture mbonye! iyi ni child abuse, umwana wimyaka 9 abaziki cokubaka urugo? izi culture bazikorera kubana babahungu gusa, iyaba arumwana wumukobwa yarongowe numutama ngo wumve urwo bamucira!
22 Mukakaro 2014, 22:58, par Franck
Ereganihatariivyonunvikananambausangwaarivyoturagoweimananitugarukire
22 Mukakaro 2014, 23:02, par Franck
Ereganihatariivyonunvikananambausangwaarivyoturagoweimananitugarukire
23 Mukakaro 2014, 04:39, par Oya Ntavyimico
none baba bahanira agateka kabana kugira ntibafatwekunguvu ntiboseruka bakarenganura uyumwa yahohotewe?
23 Mukakaro 2014, 07:16, par Murundikazi
aho s’akamaramaza?isi yaheze.mbe ico gihugu ntabantu bajejwe agateka k’abana babaho?uyo mukecuru arakwiye kubambwa
23 Mukakaro 2014, 08:51, par Bazogenda Baragwira
Ico gikecuru nta n*isoni gifise?
None ga iyo hageze mw’ijoro,kirubahuka gupfayo gutererayo?
Ngo ni iragi yahawe!! We ko atatemvye asize amurongoye? so akwanka akuraga ivyamunaniye!
Emwe uwuramvye azobona!
23 Mukakaro 2014, 09:43, par bizohinduka
Iyonkuru iragoye gutahura pe!!! none uwomugore atarukononera kazoza uwo mwana hari urukundo nyakuri amufitiye!!! habe namba!!!
Ahubwo ben’umwana nibamwitwarire.
23 Mukakaro 2014, 11:29, par venant kalisa
Aha nukumirwa uyumukecuru arumva ntasoni afite koko gusezerana numwuzukuruwe koko ndabaza se ubwo bajya muburiri bakaryama nkumugore numugabo koko
23 Mukakaro 2014, 11:59, par Guillaume
Isi igiye guhera kk si igitangaza ahubwo amakungu akwiye kuvira hasi ayo mabi nkayo ahandiho bizohava biba nk’ivyabagabo kubandi n’abagorekubandi twumva umenga sibibaho,hanyuma twumva har’Ibihugu vyanamaze kubitora nk’itegeko,nubu Imana niyo izoturamira ahandi kubw’abana b’abantu karabaye
MANA UTUBE HAFI
23 Mukakaro 2014, 12:45, par none
Hama ngo gufata kunguvu abana b’abahungu ntibibaho?? Iri si ivumwe mwakavyaramwe!!!! Human Right Watch na Ligue des Droits de l’Homme bakorera mu burundi gusa ga yemwee!!! Ibi n’amahano pe! God forgive us
23 Mukakaro 2014, 16:11, par Keza
Hamwe Vyoba Arukuri Jewe Nataye Ubwenge,ndavyumvise Unucef Iriho.Ntanigihano Mbona Cuwo Mugore.Ariko Baba Mwishamba?Canke Mugisagara?Jewe Natayubwenge,iyabumuhungu,ha,ha,ha.Yarubona.Ariko Abamuraganishije Nobahonda Ubufuni.
23 Mukakaro 2014, 16:46, par JAJA
Uwukivuga ntaba arabona pe !!!!
23 Mukakaro 2014, 16:46, par JAJA
Uwukivuga ntaba arabona pe !!!!
25 Mukakaro 2014, 11:18, par john
nakamuna peee, turagowe. isi iriko ijahe, abasenga nibasabire isi.
1er Mukakaro 2015, 17:12, par levis smart
MANA ubwami bwawe NIBUZE!
1er Mukakaro 2015, 18:09, par VITAL
ISIGEZE KUMUSOZO IVYO NIBIMETSO VYIBIHE
1er Mukakaro 2015, 22:38, par Jonas
Nukuri ntibabeshe urukundo nurusazi sinovuga kwangana nuwo yavyaye!ahubwo ninkumwuzukuru ariko sivyiza ndagaye
2 Mukakaro 2015, 10:04, par Gilbert NZAMBIMANA
Uwo Mupadiri Canke pasteur Babasomeye Imisa Nibande?Canke Umu Musitanteri Yanditse Abo Bantu Ninde?? Ivyo Ntibishoka Bemureka Guhenda Abantu Ntamwana Wimwaka Cenda Bokwerera Ko Bubakana N’umukecuru.Asanga Ivyo Bishoboka Isi Yaheze.
3 Mukakaro 2015, 12:13, par sirabahenda
oya sivyo naho imico itandukanye . yoba ari mariage yitwa gute?
4 Mukakaro 2015, 12:55, par muremesha amahoro
iryo nivumw kur’iyi isi,oya jew gushika ubu ntavyo nemey,tuma muvuga ko ico gikecuru ari igi freemason,nta muvyeyi yokwanka umwana wiw kugezaho kuko igise kirababaza,ahubwo futa ayo mafoto murek gucafuza uwo mwana ejo aho azocira ubwenge ntazabure umugeni akiri muto nkaw
7 Mukakaro 2015, 18:36, par METHODE
BIRATANGAJ KANDI NTIBITEGERETS.
29 Mukakaro 2015, 18:09, par ntitetereza
birababaje kandi nimana birayishavuza.
30 Mukakaro 2015, 23:37, par sylvain
ntakosa ryabaye numugambi W’IMANA kkntakiba itakizi vyri muri gahunda yayo
15 Myandagaro 2015, 12:09, par J.BOSCO BIZOS PRO
ivyo ntibibaho ahubwo nuguhohotera agateka kabana hamwe nugutesha indero agaciro
3 Nyakanga 2015, 04:18, par ALOYS
biragaragarako YESU agiraze mbegahoho uwomuntu yemeyekubashingira ninde nipatiri ni pasteul ni chehe karabaye nimuze twiyeze YESU araje ntakabuza
4 Munyonyo 2015, 20:42, par ALEXANDRE LE GRAND
NUBUGUGU NTIBIBAHO
21 Rusama 2016, 14:36, par ornella
uwomukecuruyariyzbuzeuwobangana
16 Ruheshi 2016, 21:07, par natanayeri
ahubwo nibafate uwomukecuru bamuhane kuko yafase umwana kunguvu kandi abatama bingana bariho
26 Ruheshi 2016, 15:00, par Nyabenda,Isqael
Uyo Mugore,yarataye Ibagaryabandi,bagore,biboneka Yukoyahohoteye,uyomwanawi
30 Ruheshi 2016, 12:47, par Nkeshimana Eric
Nukuri Birantangaj Kubon Umwan Wimyak9 Arongor Umugor Wimyak 62.Non Bazovyaran?Muzodusubiz.
20 Mukakaro 2016, 14:12, par UMUCO BEBE
Nivyiza Urukundo ntiruraba Imyaka!
30 Nyakanga 2016, 19:41, par Minani
Nikubera Iki Uyumukecuru Yashimye Kurongorana Nuyu Mwana Batangana?
5 Rusama 2017, 08:31, par Eloi Nininahazwe
Ivyobintu Ntivyoshoboka Ahubwo Nuwo Mukecuru Ntiyibaza Koyoba Arumwuzukuru Ahubwo Uwomukecuru Yooo!!! Yaramenje!
5 Rusama 2017, 15:22, par Joseph Mahuba
Nn Mbaze Biremerew?
4 Ruheshi 2017, 10:08, par Ndikuriyo
NON UWOMWANA YARAFISE INZU AMUTWARAMWO?
2 Myandagaro 2017, 19:50, par BIRARONDERWA
3 Mukakaro 2018, 20:56, par Tuyishimedieudoné
Baramuhenzeabamuhanuyengoamutwareamusumba