Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umwana w’umwami William yasezeye igisirikare kugira aje kurera umwana (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Umwana w’umwami William yasezeye igisirikare kugira aje kurera umwana (...)

Umwana w’umwami William yasezeye igisirikare kugira aje kurera umwana wiwe

vendredi 29 Ntwarante 2013

William yimirije kwibaruka akaba yahisemwo kumarana umwanya n’umupfasoni n’umwana biwe. akaba yafashe ingingo yogusezera igisirikare vuba aho yahora atwara indege ya kajugujugu muri Royal Air Force .

JPEG - 66.7 ko

William agiye kuva vuba mu gisirikare muri Royal Air Force, inkuru dukura muri Us Weekly zivuga ko William yafashe ingingo yokutongera kugiranira amasezerano n’igisirikare.

Ategerezwa gushitsa amasezerano yagize nkuwutwara indege zogutabara gushitsa muci, akaba yaramaze no kubimenyesha abakuru biwe.

William azobimenyesha ku mugaragaro mukwezi kuza ace asezerera igisirikare Royal Air Force hazoba hageze ko umupfasoni wiwe yibaruka.


Irambona Dorine

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.