IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Queen Bucanayandi yatowe ikiziga muri komine Ngagara

Queen Bucanayandi yatowe ikiziga muri komine Ngagara

mardi 29 Ndamukiza 2014

Umwigeme w’imyaka irenga 20 yatowe ikiziga ku kiraro co muri komine Ngagara yo mu gisagara ca Bujumbura, bikavugwa ko yoba yishwe n’ibiyayura mutwe vyinshi yari yanyoye.

Umuhisi Queen Bucanayandi

Queen Bucanayandi, ni umwigeme aturuka muri komine ya Kinindo yo mu gisagara ca Bujumbura yatowe ikiziga mu bucagucagu bwo kuri uwu wa kabiri, igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2014. Abatoye ikiziga ciwe bavuga ko basanze cari hafi y’ikiraro kiri muri komine ya Ngagara. Urupfu rwiwe gushika ubu rukaba rurimwo igipfungu, kuko atawuramenya ukungene ico kiziga coba catowe muri komine Ngagara mu gihe uwo mwigeme Queen Bucanayandi yari asanzwe aba muri komine ya Kinindo. Nk’uko abamumenye babivuga, bibaza ko umuhisi Queen Bucanayandi yoba yishwe n’ibiyayuramutwe vyinshi yari yanyoye.

Mwomenya ko Queen Bucanayandi, yari umwigeme yavukiye muri komine Kinindo, yize amashure yiwe mu gihugu c’Ubuganda kw’ishure ryitiriwe Vienna College Namugongo, akaba yari yiteguriye gutangura amashure ya Kaminuza.
Desiré Gahungu, musitanteri wa komine Ngagara ahatowe ico kiziga, yamenyesheje ko kuva kw’igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2014, umuhisi Queen Bucanayandi yari mu Ngaragara muri quartier 9 ku muntu yitwa Lambert boba baratahanye bavanye mu butambiro (boite de nuit). Abantu babatu bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


Mariella Bukuru

Messages

  • Imana imwakire.niyiruhukire mumahoro.

  • ingene yari mwiza basha!!!!!!!!!!!!

  • Mupfaso mundero yikirundi iyo umuntu yitavye Imana bamusezerana iteka. Mu gutangaza urwo rwandiko mwari kwiyumvira umuryango n incuti z umuhisi..Aho bari barangandaye , kandi vyiza nugutanga. Inkuru mwari kubanza gutohoza neza nkumumenyesha makuru abukwiruye apana gufata ibintu gihuti huti

  • Mupfaso mundero yikirundi iyo umuntu yitavye Imana bamusezerana iteka. Mu gutangaza urwo rwandiko mwari kwiyumvira umuryango n incuti z umuhisi..Aho bari barangandaye , kandi vyiza nugutanga. Inkuru mwari kubanza gutohoza neza nkumumenyesha makuru abukwiruye apana gufata ibintu gihuti huti

  • Imbere yo gutanga amakuru mwo baza gutohoza,,

  • Uyo Mupfasoni twari tuzinanye, ariko ntakintu kimbabaje nko kubona ivyo mwanditse kuriwe. Nagomba gusaba hanyuma muzokwicare mwishire mu kibanza c’umuryango wiwe. Mbega abantu mwabaye gute?

  • Ahubwo hakomezwe amatohoza. Kuber`iki ivyo biyayura mutwe vyaza kumutsinda mu ngagara asanzwe aba mu kinindo?

  • murakwiye gusuzuma ivyo mugira muhe abasomyi...mu gihe mwosanga mubeshe mukuze ryoba ari ibara... kura ubone

  • K Dieu t pardonn ma bl pr k tu commenc la vie clstre la ou tu oublieras tt les malheurs...

  • Mpore ma bell k l Seigneur t pardonn

  • nuwutarabura umwana yarabuze umugenzi.reka kubabaza incuti zabuze.suwanyuma kandi ntahereje gutorwa ikiziga kandi ibiyayura mutwe ntibiheze.abavyeyi muzovyara.

  • Ndabashimiye komwanditse iyo nkuru kuko ni ibiriho si ibanga. Kandi abandi bumvireho na cane cane urwaruka: ibiyayuramutwe si ivyo gufyinako.

  • Paix a son ame sha. hama abapfa bose k tudahora twumva ingn vyagnz? Reka gushikuza Muvuga ivyo mwabwiw mutabony!!

  • Basha abamenyesha makuru ba publié iyi nkuru murabarenganya, Aline hari ikosa banditse muvyo usomye vyose, bavuze ngo amakuru dukura kubamuzi bavuze ko YOBA, Twese turababye, nukuri ntibiryoshe ubonye urwaruka nkurwo rwaphuye, bitye agahinda, ariko ntimurenganye aba Journaliste

  • imana imwakire mu bwami bwayo ..ariko mw abamenyesha makuru turabasavye murzke kuvuga,ivyo mutazi et respectez au moins la mémoire de queen twasezeye today
    ..SVP respectez ababuze mure gutangaza ibintu nkivyo uko bimeze kwose ..merci

  • Ubwo se uwo muntu ungana atyo ni umwana wa 20 ans...namwe muraduhenda gose.

  • Queen je ne sais pas comme je peux exprimer la douleur et la tristesse que j’ai dans mon cÅ“ur car tu laisse tes amis qui t’aimer beaucoup et ta famille surtout ta mère.
    je me souviens le jour ou j’étais au Burundi, tu nous a bien anime,tu étais gentille et u n bon cœur.Que Dieu te prend dans ses bras bénis

  • Queen je ne sais pas comme je peux exprimer la douleur et la tristesse que j’ai dans mon cÅ“ur car tu laisse tes amis qui t’aimer beaucoup et ta famille surtout ta mère.
    je me souviens le jour ou j’étais au Burundi, tu nous a bien anime,tu étais gentille et u n bon cœur.Que Dieu te prend dans ses bras bénis

  • his is extremely disrespectfully and going above the 1st and 6th amendment of the Burundian Constitution on human privacy...

  • Que DIEU ait son âme!

  • RIP Queen.c vrai k bibabaje kubura uwawe,but pliz cessons d éxagerer!!!déjàles médias zirafise amategeko azigenga,tout coe zifise n ibihano!si vs prouvez k batanze inkuru itari yo,c est votr droit y kubitwarira.mais ds le cas contraire,laissez-les fair leur travail.ne le prenez pas aussi négativemt,kuk si c prouv k yishw n ’ibiyayuramutwe’,souvenez-vs k sa mort àell izob yerekanye k such kind of things bihari for real,kdi vyica!!!et de la part des médias,apana gusiga abantu en suspens,iy mutanze inkuru itramenyekana déroulement,on s attend de votr part k apr muduha une conclusion finale.ce n est p pr rien babise des ’JOURNALISTES’!!

  • Umu journaliste yihenze muga mubabarire kuko naho yoba ya cosoma drogue ntawuzi icogihe ko ariyo yamwishe kandi imbabarira matwi irakenewe imbere y’ikiziga.mubabarire basha Svp!

  • RIP, Ma très chère Queen!! J’espère que la justice sera faite pour qu’on puisse connaître la raison de ta mort...Si jamais, il ya des coupables, qu’ils soient punis ...! Jeprie pour toi, ma chère, que la terre te soit douce, que ton âme repose en paix! C’est très dommage que tu sois partie si jeune,...!Je garde toujours en mémoire ton beau visage, un sourire aux lèvres, lors de mes vacances d’été, chez toi... Toujours si belle et si ravissante....! A ta mère,une amie de longue date àma famille; je prie le bon Dieu, le tout puissant qu’il lui donne la force de surmonter cette tragédie,cette douleur intense,celle de perdre un enfant!You will be truly missed Queen and you and your family will be in my prayers ! We love you ! Blandine et sa famille, au Canada

  • Ivyoba vyarashikiye queen,que ce soit ivyamwishe,ce n’est pas le moment de la juger tant que icamwishe kitaramenyekana neza...tumusengere imana imwakire mu bwami bwayo...aboba bafise uruhara mu rupfu rwiwe nabo nyene imana ibababarire kuko batazi ico arico kwaka ubuzima umuntu nka queen ariho yarageze gutangura ubuzima...ubutungane ni bukore pour notre chere amie...

  • Queen imana ikwakira mubwami bwayo, ikibayeho nuko udusigaranye agahinda mumitima yacu , imana ihe umutima wokwihangana maman wawe abavukanyi incuti nabagenzi, uko wasa mumaso niko wasa no kumutimam RIP

  • Ivyoba vyarashikiye queen,que ce soit ivyamwishe,ce n’est pas le moment de la juger tant que icamwishe kitaramenyekana neza...tumusengere imana imwakire mu bwami bwayo...aboba bafise uruhara mu rupfu rwiwe nabo nyene imana ibababarire kuko batazi ico arico kwaka ubuzima umuntu nka queen ariho yarageze gutangura ubuzima...ubutungane ni bukore pour notre chere amie...

  • Queen ma fille repose en. Paix que la terre te soit legere et qu Dieu. Te Garde Ds son r Dieu te garde dans son royaume. Ma fille tu restera tjrs ds nos coeurs avec espoir de te revoir un jour. Comme Jesus nous l’a promis.

  • Queen ma fille repose en. Paix que la terre te soit legere et qu Dieu. Te Garde Ds son r Dieu te garde dans son royaume. Ma fille tu restera tjrs ds nos coeurs avec espoir de te revoir un jour. Comme Jesus nous l’a promis.

  • rip queen mais je croit k avant mm si umntu yoba agira amakosa ntibabimukurikiza kandi mubaze mube sur avant de la juge si vite que DIEU t accueill ma queen

  • This is not journalism!!!!!!!

  • que la terre te soit légère Queeny.Et si c vrai c que les gens disent àpropos des circonstances de sa mort, SVP les jeunes arrêtons de perdre notre temps àdes foutaises!!Et ceux qui le font tjrs,arrêtez. nimwige basha mureke kubabaza abo bavyeyi qui font l’impossible pour k vous ayez tout c k vous voulez.Il est vrai k la mort est inévitable mais mourir dans de telles circonstances c vraiment déplorable et ça met nos parents dans une situation pas du tout confortable. Be blessed my dear Queen. Tu étais si jeune et jolie, tu avais beaucoup de projets pour ton avenir,ce jour-làle ciel a brillé de mille éclats, c’était pour accueillir la Reine Queen comme ton nom l’indique,we will always miss you.

  • Umuryango wumuhisi nawusaba gukomeza kwihangana twese niyo nzira gusa umuryango ni wihangane kuko ibyabaye byabaye ahasigaye nugusenga Imana tukanayisaba kumwakira mubwami bwayo. Nubwo yaba aruhutse ariko atari yejejwe imbere y’Imana tumusabire kubabarirwa. Ni haba hari aboba barakoze ayo mahano nabo Imana ibagerere igipimo kibakwiye kuko batazi agaciro kumubiri wumuntu icarico ku’Imana. Queen Imana ikwakire mubwami bwayo Amen.

  • Mana nyene ikigongwe niwakire uwo mwigeme wawe mumahoro kuko wewe urazi umwe umwe wese uko ameze kandi imbere yawe ntaruhebwa abaho twese uratwakira uko turi ukatwityororera.abo bavuga ivyo bishakiye nabo nibareke kumucira urubanza kuko igihe c’imanza ntikiragera hariho umunsi twese turindiriye.ndohojeje umuryango wabuze hari hagezeko baronka ivyamwa vy’ikibondo cabo none IMANA yisubije ivyayo nibamusengere cane aruhuke mumahoro shetani ntamwigarurire kubera amajambo bamuvugako

  • NTA SENTIMENTS KU NKURU YOFASHA ABANDI BA JEUNES ,,EREGA HARI ABATAZI KO DROGUES ZICA NONE BOBIREKA GUTE KO MUZI KO NGAHA ATA NA POLICE IBIFATA REKA HABAYE CAS BAYIVUGE ..ABABUZE BIHANGANE TURABE KO ABASIGAYE BORONKA ICIGWA NIMBA ARIKO VYAGENZE..DUSONERE UWITAVYE N ABIWE..

  • Imana izamwakire mubwami bwayo hama aba students bagezaje biga ug bagerageze kuza bitwara neza kuko umengo twitwa aba consumers bama drogue nibindi abasigaye nutwigeze neza. Ahandi Queen narababajwe nurupfu gwawe imana ikwakire..

  • imana imwakire kuko yari intore,abavuga nabo nibavuge kuko imana ni yonkuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.