Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Unicef yashize umukono ku masezerano na kaminuza y’u Burundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Unicef yashize umukono ku masezerano na kaminuza y’u Burundi

Unicef yashize umukono ku masezerano na kaminuza y’u Burundi

jeudi 14 Ruhuhuma 2013

Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 ruhuhuma umwaka w’2013, Kaminuza y’u Burundi hamwe na Unicef bashize umukono ku masezerano y’umwumvikano kubijanye n’ubushakashatsi hagati yabo mu ntumbero yo guteza imbere ubumenyi mu bana b’i Burundi.

Kubwa Johannes Wedenig aserukira Unicef mu Burundi ,ngo ivyo bizofasha m’ubuhinga bwo kwigisha abana no kugwanira agateka kabo.

Kugira bashigikire ubumenyi,Unicef igiye gufasha guteza imbere ubushobozi burama mu Burundi buzofasha guhuza igisata c’ubuhinga bwo kwigisha, kurondero ubumenyi no kuburyohora.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.