Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
UPRONA isaba abegwa n’ikibazo c’agafashanyo k’abanyeshure kuja (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > UPRONA isaba abegwa n’ikibazo c’agafashanyo k’abanyeshure kuja (...)

UPRONA isaba abegwa n’ikibazo c’agafashanyo k’abanyeshure kuja hamwe

mardi 15 Ndamukiza 2014

Mu mugambwe UPRONA urongowe na Concilia Nibigira ishami ryemewe n’amategeko, basaba Reta kwitwararika vy’umwihariko ikibazo cerekeye ingorane zimaze iminsi mu ma kaminuza za Reta, kuko ico kibazo ari urukwegane rw’ingorane mu mibano y’Uburundi.

Mu kiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru co kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 15 Ndamukiza uyu mwaka, uyo mupfasoni avuga ko ingorane ziri muri kaminuza za Reta aho abanyeshure bamaze ukwezi kurenga bari muhira ata bikorwa muri ayo makaminuza, asaba Reta kwitwararika vy’umwihariko ico kibazo. Asaba abo bose vyega yaba Reta, abanyeshure, abigisha, abavyeyi bose kuja hamwe bakakivugana ikongera ikagisesangura mu kugiha umwanya ukwiye, maze umuti utorwe amazi atararenga inkombe nk’uko abandanya abivuga.

Mu mugambwe UPRONA wemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bakarangiza bamenyesha ko biyemeje kuguma bashinze ijisho ibibazo vyose bihanze Reta y’Uburundi hamwe n’ukwama batanga intererano zabo kugira igihugu gitekane. Tubibutse ko mu gihe umushikiranganji aguma yongera ibiringo vy’uwkiyandikisha n’ubu bararahira bakarengwa ko batagiye gutonda mu mashure, mu gihe umushikiranganji atofuta ingingo zose zari zabafatiwe.


Floxella Karire

Messages

  • ewe concilie wewe ntuzi ko atabo userukira ga wa mukuru wabakenyerera rugamba.

  • Mupfaso wewe nanzi ngo warahanuy’ivy’aba Porona bira dadanuka,nukuri gerageza turabe kw;abo ba Butore bapomporotse bokwigarura maz’Ibibondo vyacu bisubire kwiga,twaragukengurukiye caaaaane ngene waserutse rukamvye muri Porona none haguruka urut’abagabo beeeeenshi uvugir’ivyo Bibondo biguye mw’ibarabara bizir’inda z’akarwi kamwe kagipfukamye munda MUmbariz’aboba Hutu ubu naho ko boba bariko barwana n’Abahima cank’Abatutsi!kuko mbon’umenga baravumwe!Ubu naho twogifata tugaca tworoherez’ivyo Bibonda bikaduhund’amajwi bokom’amaruru?jewe ndabarindiriye turab’iherezo ryabo na Butore wabo tubarab’iherezo maze COMMUTE ngarukura Gihugu iheze ikigarukire babe barakom’induru tuzobivuna

  • Ako gahungu kiyita buhire karakwiye kuvugutirw’umuti vraiment,kuko jewe ndabona karezwe Ruhima kandi gategerezwa kuba karezwe nabo ntamuntu n’umwe yobur’indero yo gusoner’Abavyeyi yararezwe,nama nakwirikiy’ivyo yanditse nta ndero nankeya pe!biraboneka ko harivyo yoba yaremerewe n’Abahima canke yarakoranye na sans échecs abo rero nt’amahoro bagomba kuko barazi ko twese tuzobiyamiririza hamwe co kimwe n´’umuntu weeeeese azi ko yishe yab’Umuhutu,yab’Umututsi yihenz’agafash’Abahima,yab’Umutwa bobo turazi kw’ari ba njanye n’Abaja batagir’aho bahagaze,aboboooooose tuzobashengeza ryaka,kuko kuva nakera tweeeeeese ntawutazi kw’Intara ya Muramvya Abahima bamye bayirwanya,icibagiwe co ni Gitega;Narigeze kuvuga k’Umututsi yitwa Commanda yitwa BAVUGUBUSA Célestin batazira (VANDAM)yar’intore cane kandi ninawe yagaruy’umutekano,bury’intore ntiramba;
    Emwe Umuhima yarandahiye ngo nta Mututsi yiger’ava mu Kirimiro urabona n’ubu baragasazanye bagayana kandi n’intara yabo wapi!ntaco bayimariye.Nibemere dusab’aba Bagabo atar’aho bazopfa bidoga

  • Jewe nanje ndashigikiye iciyumviro cuyumuvyeyi, ubonako yabivuganye ubwitonzintangere kandiburyu uyumuvyeyi aragerageza kubijanye nogukunda abandinkuko yikunda kandi arimubantu bagirakwihangana vyukuri nokwicisha bugufi, muvyukuri vyobavyiza reta yumvirije ibisabo vyuyumuvyeyi.

  • Concilia ni porte parole wa CNDD FDD mais nihagira abicwa nivyo bigwanisho, azobibazwa. mbabajwe n’abagenzi banje nasanze bari inyuma yiwe twahora dusangira agacupa muri quartie ntabizi ko bashigikiye ihonyabwoko naho ryatugejeje.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.