Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uraziko ushobora gukoresha terefone yose ya NOKIA nka MODEM? - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Internet > Uraziko ushobora gukoresha terefone yose ya NOKIA nka MODEM?

Uraziko ushobora gukoresha terefone yose ya NOKIA nka MODEM?

vendredi 1er Rusama 2015

Uraziko ushobora gukoresha terefone yose ya NOKIA nka MODEM, ugashobora kuronka INTERNET ?

Ibi ni ukuri kwuzuye, nimba ufise terefone ya NOKIA iyo ariyo yose, ushobora kwifashisha Soft(application) yitwa NOKIA PC SUITE ukayikoresha nka Modem, ndetse si ibi gusa kuko hari n’ibindi iyo application yogufasha.

Nimba inyabwonko yawe ifise bluetooth, ukagira n’iterefone ifise bluetooth vyose ni akarusho kuko ubikora vyoroshe cane. Ico ukora wewe ushaka iyo application, ukayironderera mu nyabwonko yawe (telechargeant), hanyuma ukabona ahanditse connect, ugafyonda bluetooth, hanyuma ukibonera modem bitakugoye.

Ku bafise terefone na laptop ( inyabwnko) bifise bluetooth, mwokoresha bluetooth ariko bitayifise mwocomekako umugozi wa wabigenewe ku nyabwonko yawe, mugaheza mukaronka ubwo buhinga.


Bill Nkurunziza

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.