Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urunani CNARED ruramutswa indongozi nshasha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Urunani CNARED ruramutswa indongozi nshasha

Urunani CNARED ruramutswa indongozi nshasha

lundi 25 Ndamukiza 2016, par egide

Mu matora yabaye kuri uwu w’Imana, MINANI Jean niwe yatahiye uburongozi bwa CNARED, urunani ruhurikiyemwo abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA. Docteur Jean MINANI yatowe ku majwi 16 kuri 30.

Docteur Jean MINANI yakurikiwe na Ferederiko BAMVUGINYUMVIRA yatowe ku majwi 8 kuri 30, mu nyuma hakurikira Leonard NYANGOMA yatowe ku majwi 6 kuri 30.

JPEG - 68.3 ko
Docteur Jean MINANI, umukuru w’urunani CNARED

Mu kibanza c’icegera c’umukuru w’urunani CNARED, hatowe BUSOKOZA Bernard yahoze ari icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu.

JPEG - 35.8 ko
Major Bernard BUSOKOZA, icegera c’umukuru wa CNARED

Icegera ca kabiri c’umukuru w’urwo runani ni Onesime NDUWIMANA, Anicet Niyonkuru akaba ari umunyamabanga nshingwabikorwa.

JPEG - 16.4 ko
Anicet Niyonkuru, umunyamabanga nshingwabikorwa wa CNARED

.


IGIHE

Messages

  • muzofpa murimrima kuko mrikoumuvumo wimana

  • Ico tubitezeko nikimwe nuko batuzanira imigambi mishasha kandi itomoye ituma akaga igihugu kirimwo gahera ntibagume batubwira ivyibiganiro gusa kuko ntavyishi tukivyitezeko nuko batubwira ibijanye nurugamba rweruye rwokurwanya abicanyi bankurunziza atakurya umunwa ubu Nico dukeneye ntabindi ntidushaka gusubira kwumva yantambara yakarimi indongozi shasha nyakubahwa minani akunze gukoresha iyo ntakamaro ikimaze

  • Murinjavyi Mwese Muzopfuko.Ayomatora Mwamamwo Nibwo Bukunzi Bwinda Non Manda Yariheze? Rindira Busokoza Azobasokoreza Murimihimbiri Muragakoma Munyo.

  • Komera bashingantahe bijunja natwe abahutu na batutsi bumutima turinyuma yangu kugira twikureko ivyo binywamaraso atakindi barota Atari kunjwa amaraso yabarundi

  • CENARED OYEEEEEEEE!!! MURATUMUTWE NDABATWENZE MUZOPFA MUHINDURA UBUYOBOZI BWABAHAHAMUTSE MUKIBITANGURA MWARIMUZIKO BIZOKOROHA MUHINDURA MUDAHINDURA INKONA NTIYARUZWA KIRAZIRA NTACO MUZOSHIKAKO

  • vyabatekurukanye!!, birazwiko CNARED arurunani rwabatutsi ariko kuberako bazubwenge baguma begenyeza ibihutu imbere kuberako aribijuju navyo bikivinyuma mukugandagura benewabo bigumiye muburundi.....bucahavuka CNARED nyakuri!!!!!

  • Je sinababwiye gahini yakoze amaraso ya mushikwe nubu araciruka none umva aba nabo baraturiye abantu mumapine,barica barakuramwo imitima yabantu baja kuyirya,imiduga baratwika nibindi,,none bamaze guhindura incuro5 muga murarushe peeee!muzoguma muyerera ukonyene amaraso arahuma!

  • Ariko Uburundi bwacu buragowe kabisa. Jewe ndipfuzako igihugu cosubirana umwami wo kwitsitso kugira ivy’amatora bihagarare.

    None Leonard Nyangoma, bamusezeye kubera iki? Abanyabururi bagiye guca baja inyuma ya nde? Ko bari biruhukije ngo umuvugabutumwa yaraguye ko Nyangoma subirira Nkurunziza.

    Ariko rero yaba Minani, Yaba Peter, yaba Nya Tambour nyene, nukuri muje hamwe mudufashe turonke amahoro.

    Mudutware uko mushatse ariko mureke kutwicira abana n’incuti!!!!!

  • Komera KAMARO Urakagira Icyumara , Matatukoko Nawe Uragatatukira Kunzira Nkazambwa Z’abahutu Bajanye Na Gacibwamwo , Yamara Ntabwenge Minani Na Nyangoma Bafite ! Gacibwamwo Yahamagariye Abatutsi Guhaguhukira Abahutu , None Mumuri Musi Ngo Muzemuramukomeramashi ?

  • mbe Jean minani uribuka ayo abatutsi bakoreye abahutu?fatanya nabo ariko ubikore ubizi!ninde yanize Ndadaye?

  • Aaaahh marinete nyabusa Ngo ninyangoma murahenuy imbunuza!!!eeeeehh!!!ndatangay gooose Bombori Bombori muri cenared!!!mutazany inteko nvamakungu ibara rirarwa hagati yanyonoga nyangoma na munani mubi amabere y’imbwa rungika maprobu!!!none mandat zibiri nyangoma yemerewe nibwirizwa nshingiro ry’uburundi n’amasezerano y’arusha ziraheze nyabusa udutume kumesa izontozo ziguhiritse kubutegetsi mwaravumwe muragashirira iyo mwaguy ewe nyangoma urapfanye intuntu yugutwara igihugu none nkabarundi ukuw utimbaguy ngushaka ubu president wungutsiki Ko bagukuy???minani iyizir muri reta nabakwemera urekane nibyo bijuju Ngo nibyarusobeko busokoza eeeehhh!!narabarahiye basha ntanyungu muzoronkana ibitengatenga byamaraso bibajejeta muntoki ndabavumye umubyeyi ninkuwundi nanj ndumubyeyi Pu Pu Pu Pu Pu Pu puuuuu!!!!!!..

  • Ewe Nyangoma Waragowe Cndd Boscoarayikwatse Warayitanguriye None Naminani Arayikunyaze Kandi Ari Umucivile Atakintuyigezeakora Ahontunakowubaka Basambura Bivemwowigiremuri Reta

  • Ewe Nyangoma Waragowe CNDD Bosco Arayikwatse Na CNALD Minani Arayikwatse Kandi Ariumucivile Nonekukiwubaka Basambura Bivemwowigiremuri L,etat Ufatanyena Nkurunziza Barikobaraguhenda

  • Ewe Nyango Waragowe Cndd Bosco Arayikwatse .Minaniakunyaze Cnaldkandiariumucivile Impanuro Genda Wifatanye Na Nkurunziz

  • Iyonda nine ndoyimenera nurusoro, nako kagwikanyu ntigahirahirere NGO karaje muburundi nabasoda Bacu mumaze

  • Iyonda nije ndoyimenera nurusoro, nako kagwikanyu ntigahirahirere NGO karaje muburundi nabasoda Bacu mumaze

  • minani ntashobora kwiyunvira igituma kagama atuka nkurunziza ntatuke musevemicanke sassu ngwesso?!!!
    ico conyene cerekana ko abahutu bari in danger
    ubumwe bahutu-tutsi bumutima.
    iyo democratie barwanira bakuzako muguhindura ababatwara
    nyangoma yarababonye ariko arabivamwo

  • yaya nbabasabiye kumana ntimupfe muhujije nugwo
    ru
    ni gwanyu sinarede.muraga nsera banyolko

  • Aba dd ntibazi icitwa mandat dommage..Nyangoma yahejj mandat batora uwundi ..Ku bavuga ngo abahutu bashirwa imbere ku nyungu z abatitsi kura induru y amacakubiri kuko 3eme mandat si amoko.@!! Murabizi muhenda abahutu batize ngo babafashe gukora akani
    Muzobibazwa ntankeka. ..

  • Binaniyeumusondabizoshoboraumusivirerabantuzeuhasigeagatwebaraguhenzesabaimbabaziuzekuvura.abantukukonivyowigiye(.....)

  • Abarundi benshi turi inyuma yanyu muri abashingantahe mushitse mwese uno muri mwaranse ihonyangwa rya mategeko n’amasezerano ya arusha.Mutama Minani niwe haboneka amasezerano ya arusha,haboneka Nico gisirikari n’igipolice gihurikiyemwo Bose mono nkurunziza aragisambuye,abadede nabo bakirata NGO nibo batumye hacangwa igisoda nibbavugeko iyo hataba amakungu nayo masezerano ko izo zengo barikuzika
    ndagiramwo,hariho n’umutumba baribwashingemwo idrapo yabo canke umukuru wumutumba nubwo butegetsi bubukesha BUYOYA naDr J. Minani bahagarikiye ibiganiro kumpande zose bakaba sportifs ni tete eux nubu baba bakiri mwishamba canke baramaranye hagati yabo.ubwicanyi bwa badede so ubwubu mwibuke in gene bamaraniye I Tanzanie mu makambi y’impunzi barimwo mu1998.ivyo mvuga ni ukuri arico gitum at a Dede yorongora igihugu NGO gitekane canke NGO gitere imbere.ubuja gusha buratagata. Batama ni mukore ni nguvu zose hama mudusigire igihugu CIZA.hama abarundi barakwiye kumenya historique ya C.N.D.D_F.D.D. hama bakayiva inyuma Nuko nabayihozemwo baguma bahisha ukuri bayidadirako.

  • Nature nsabe abarundi bareke gutanga ivyiyumviro batukana abandi birengagiza ukuri abandi bakoresha ibigumbagumba,batange ivyiyumviro vyubaka kandi bakunde igihugu ago gukunda umuntu.uhanzi Theogeune niwe yaririmvye NGO uwishe aboyitako ari babi yasanze yamaze abeza bomufashishe muri kazoza.Yozefu abamutwaye nkinyagano ivyo bamwica urya mwami yari guhura nakaga.Nkurunziza bareke guhiga bukware abaterekwa 3eme mandat nibo ncuti ziwe gusumba barya bakevyi biwe ba Bunyoni,Bakazungu,nabandi,gusa nuko mbona yamaze kworama.Nkurunziza yarakwiye kuba umutware umwe basokuru bavuga ikija kubutegatsi.ko:"umutware mwiza atavukana."we abugezeko yakoze le contraire arico gituma igihugu kigeze ago kigeze.About batama baraye bizigiwe nibakore babogore igihugu na makungu abafashe.

  • ariko abarundi mukunda ubutegetsi mumwaka umwe mumaze mutangiye mukoze amatora 3 ubwo se mwe mandat yanyu imara iminsi ingahe? nonese ubu murumva guhora mumatora nugusimburana kubutegetsi buri mezi 3 aricyo kibazo cyabafasha gukemura ibibazo noneho sinduhije ntaboneka wasanga nawe yagiye gutangiza ibindi byiwe njye nabagira inama yo gushinga idini mugasenga naho ibyapolitique byabagoye kabisa

  • Mwebwe mucoka mumezi cenda mwotwara imyaka itanu busokoza rindi mumisi uzobazwa urupfu gwa NDADAYE ntubone murikumwe na jean Minani uzobazwa wewe rindira gusa nawe minani wewe wamenyereye gutwara udatowe ninlbu ntiwatowe amajwi 16/30 wovuga kowatowe mumategeko wategerezwa gutogwano 1/3 cabitavye inama none wamenyereye gutwara udatowe ntibitangaje yamara babasoda bomuri africa yepfo baguherekeza uje kwakiira ubutegetsi utatorewe ntab,uzoronka abanyagihugu twarabase!!!!goseee!!!!

  • Komera Kw’ibanga Muzee Wacu Minani! Muturongorane Amahoro,mugume Muter’imbere Muvyiyumviro Maze Imana Mushobora Vyose Ibafashe Kudukura Mubuja,ej’ahobukera Tuze Twivug’amazina Tumeze Nkabar Mw’iparadizo,maze bacobo Baze Bamaramare!

  • Bizimangana Nyakuzimangana , Uti Aba C N D D - F D D Ngo Ntagasozi Baribwafate ? Chunga Utaona ! Barayamaze Bati INKIRE NTIKIRA KABIRI ; Kandi Ngo USHAKA URUPFU ASOMA INGWE ! Komwari Muguye Mugihugu Ntimwabasanze Iyo Baba Tanzanie Alsha Mukaja Kubasaba Ikigongwe ? Namba Wishimikije Cnald , Usa Nkuwuri Mukiyaga Akifadikiza Ururimi Rwa Ingona MAROHA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.