Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rw’abakinyi bagiye mu rukino muri Iles Maurice - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’abakinyi bagiye mu rukino muri Iles Maurice

Urutonde rw’abakinyi bagiye mu rukino muri Iles Maurice

lundi 23 Ntwarante 2015

Abakinyi b’umurwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba (Abakuze) bari mu rugendo bagana izinga rya Maurice. Urukino rwa kivandimwe ruri mu nkino zasabwe na FIFA, ruzoba kw’igenekerezo rya 25 Ntwarante.

Abo bakinyi baherekejwe n’uwurongoye FFB, Reverien Ndikuriyo, abamenyereza, uwuserukira ubushikiranganji bw’urwaruka, inkino n’imicokama hamwe na bamwe mu baserukira imirwi yo hagati mu gihugu.

Urutonde rw’abakinyi b’Intamba (bakuze) bafashe urwo rugendo ni uru rukurikira :

1) ARAKAZA Mc Arthur / Vital’o Fc

2) MBONIHANKUYE Innocent Madede / LL s4a

3) NIZIGIYIMANA Karim Makenze / Gor Mahia - Kenya

4) KIZA Fataki / LL s4a

5) NIMUBONA Emery Kadogo / Vital’o Fc

6) KAZE Gilbert / Vital’o Fc

7) RUGONUMUGABO Stéphane / LL S4a

8) NSENGIYUMVA Fréderic FERRE/ JOmo Cosmos – South africa

9) NDIKUMANA Yussuf Lule / LL s4a

10) NDAYISENGA Fouadi / Rayon Sports – Rwanda

11) NTIBAZONKIZA Saidi ( Kizigenza ) / Akhisar – Turquie

12) DUHAYINDAVYI Gael / LL s4a

13) RUBYA RUGAMANA/ Almere City - Holland

14) KAVUMBAGU Didier / Azam Fc – Tanzanie

16) Papy Faty/ Bidvest Univeristy – South africa

17) Styve NZIGAMASABO / Vital’o Fc

18) KWIZERA Pierre / Rayon sports – Rwanda

19) Cédric AMISSI / Chibuto – Mozambique .

20) SABUMUKAMA Enock / Messager Ngozi,

Abo bakinyi bose ntibari mu Burundi ariko bagenda barabahitana mu bibanza bitegekanijwe ko indege ihagararamwo (escales).


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.