Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’abakinyi batumweko gufasha umurwi nserukiragihugu (...)
Urutonde rw’abakinyi batumweko gufasha umurwi nserukiragihugu Intamba
jeudi 6 Munyonyo 2014
Mu ntumbero yo kwitegurira bihagije inkino za CECAFA, umurwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba watumyeko bamwe mu bakinyi bakinira hanze y’igihugu bazofashanya n’abasanzwe bakina mu mahiganwa yo mu Burundi.
Abakinyi batumweko ni aba bakurikira (Umukinyi n’umurwi akinamwo hanze y’igihugu)
1. Ali Moussa Sova : Kiyovu -Rwanda.
2. Ngama Emmanuel : URA-Ouganda
3. Fiston Abdulrazak : Sofapaka-Kenya
4.Tambwe Hamissi : Simba-Tanzanie
5. Kwizera Pierrot : Simba-Tanzanie
6. Didier Kavumbagu : Azam-Tanzanie
7. Christophe Nduwarugira : Chibuto-Mozambique
8. Amissi Cedric : Chibuto-Mozambique
Inkino za CECAFA zishobora kubera mu gihugu ca Ethiopiya naho bitaramenyekana neza, ikindi kiratatomoka n’igenekerezo ntabanduka.
Cherif Nkeshimana
Messages
6 Munyonyo 2014, 18:50, par Kamana
Kuber’iki tudashika kure kandi dufise abakinyi beza?
7 Munyonyo 2014, 02:24, par nkurunziza fleury ishmael
Kuki tudaterimberere munkino y’umupira wamaguru kandi bakinaneza mubihugu duturanye bihangane bazaze bose murakoze