Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rw’abakinyi n’abandi baherekeje Intamba mu Rugamba mu rukino i (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’abakinyi n’abandi baherekeje Intamba mu Rugamba mu rukino i (...)

Urutonde rw’abakinyi n’abandi baherekeje Intamba mu Rugamba mu rukino i Kinshasa

vendredi 20 Ruhuhuma 2015

Umurwi nserukiragihugu w’Intamba mu Rugamba w’abatarenza imyaka 23 washitse i Kinshasa kuri uwu wa gatanu, ukaba witavye urukino ruzobahuza na bagenzi babo batarenza iyo myaka, urukino ruzoba mu ntubero y’inkino zo gukurakurakuranamwo.

JPEG - 88.1 ko
Jimmy NDAYIZEYE, umumenyereza mukuru

Inyuma y’inama yahuje abamenyeshamakuru n’abamenyereza b’umurwi nserukiragihugu ku bijanye n’uko umurwi uzokina witunganije, haciye hasohoka urutonde rw’abagiye i Kinshasa. Urukino ruzobera ku kibuga "Tata Raphaël" kiri i Kinshasa igihe c’isaha icenda z’umuhingamo (15h).

Abo nabo ni aba bakurikira:

Abakinyi:

1) MBONIHANKUYE Innocent
2) ARAKAZA Mac Arthur
3) HAKIZIMANA Issa
4) NSENGIYUMVA Fréderic
5) HARERIMANA Rashid Léon
6) NIYONKURU Nassor
7) KIZA Fataki
8) MVUYEKURE Emmanuel
9) NDUWARUGIRA Christophe
10) NDIKUMANA Yussug Lule
11) NAHIMANA Shassir
12) AKIMANA Trésor
13) NSHIMIRIMANA Abassi
14) NSHIMIRIMANA David
15) ABDUL RAZAK Fiston
16) MAVUGO Laudit
17) IDDY Saidi Djuma
18) MOUSTAPHA Francis.

Urutonde rukurikira n’urw’abamenyereza:

- kizigenza : Kaze Cedric,
- icegera ciwe : NDAYIZEYE Jimmy,
- Uwumenyereza w’abanyezamu : Amidou Hassan,
- Uwujejwe ubuhinga : AIT ABDELMALEK Ahcene
- Uwaserukiye FFB: Umushingamateka NDIKURIYO Révérien

Mwomenya ko urukino rwo gusubiza aho umurwi nserukiragihugu wa Congo uzoza i Bujumbura, ari kw’igenekereza rya 07 Ntwarante 2015


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.