Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rw’imirwi yitwaye neza mu mupira w’amaguru muri Afrika - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’imirwi yitwaye neza mu mupira w’amaguru muri Afrika

Urutonde rw’imirwi yitwaye neza mu mupira w’amaguru muri Afrika

mercredi 7 Nzero 2015

Urutonde rw’imirwi y’umupira w’amaguru yo muri Afrika yitwaye neza kuruta iyindi rwasohotse. Urwo rutonde rugwiriyemwo imirwi y’ibihugu vyo mu burengero n’uburaruko bwa Afrika kiretse igihugu ca Congo gifisemwo imirwi itatu mu rutonde.

JPEG - 129.7 ko
Umurwi wa Es Setif wa Algeliya

Kw’isonga haza umurwi Es Setif wo muri Algeriya, wakuye mu kibanza ca mbere umurwi Al-Ahly wo muri Egypte wari umaze imyaka 2 kw’isonga. Inyuma y’umurwi wa Al-Ahly wa Egypte hakurikira umurwi wa As Vita Club wo muri Congo.

Ukurikirane rw’umwaka w’2014 rwakozwe n’kinyamakuru jeuneafrique rumeze uku:

1. ES Sétif (Algérie)

2. Al-Ahly Le Caire (Egypte)

3. AS Vita Club (RD Congo)

4. Séwé Sport San Pedro (Côte d’Ivoire)

5. TP Mazembe (RD Congo)

6. Cotonsport Garoua (Cameroun)

7. CS Sfax (Tunisie)

8. AC Léopards (Congo)

9. Espérance Tunis (Tunisie)

10 Al-Ahly Benghazi (Libye)

11. Nkana Red Devils (Zambie)

12. ES Sahel (Tunisie)

13. Real Bamako (Mali)

14. Al-Hilal Omdurman (Soudan)

15. Zamalek (Égypte)

Nta murwi n’umwe w’igihugu kiri mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika y’Ubuseruko urimwo.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.