Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
USA: Abantu &à barishwe barashwe muri kaminuza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA: Abantu &à barishwe barashwe muri kaminuza

USA: Abantu &à barishwe barashwe muri kaminuza

vendredi 2 Gitugutu 2015

Abantu cumi nibo bishwe barashwe n’umuntu mu nyubakwa za kaminuza Umpqua Community College, mu gisagara ca Oregon mu Burengero bwa Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Ico gitero cabaye igihe c’isaha imwe n’iminota 40 y’ijoro mu masaha yo mu Burundi.Umusore w’imyaka 26 niwe yinjiye mu kigo ca kaminuza afise ibkoho aca arasa mu bantu,10 batera bapfa abandi barakomereka.

Inyuma yo kurasana n’igipolisi,uwo musore nawe yaciye yicwa n’igipolisi.Gushika ubu igipolisi kimenyesa ko abantu indwi aribo bakomeretse.

Umukuru w’igihugu Barack Obama yamaze gusaba abajejwe amategeko gusubira kwiga itegeko rijanye no gutunga ibirwanisho.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.