Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
USA: Debbie Wasserman Arongoye Umugambwe W’aba Demokrate Yatanze (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA: Debbie Wasserman Arongoye Umugambwe W’aba Demokrate Yatanze (...)

USA: Debbie Wasserman Arongoye Umugambwe W’aba Demokrate Yatanze Imihoho

mardi 26 Mukakaro 2016, par Jean De Dieu

Umukuru w’umugambwe w’aba Demokrate yatanze imihoho kur’uyu w’Imana, imbere y’uko ikoraniro kaminuza ry’uwo mugambwe rigamije kwemeza Hillay Clinton ngo awuserukire mu matora y’uyu mwaka w’2016 ritangura.

Debbie Wasserman Schultz, atanze imihoho mugihe hagaragariye ubutumwa ibihumbi 20 bw’indongozi z’uwo mugambwe bwaciye muri email mu mwaka n’igice biheze bwerekana ko bahengamiye kuri Hillary Clinton.

Sanders yari yasavye k’uwo mukenyezi Wasserman Schultz atanga imihoho.

Ahejeje gutanga imihoho, Sanders yatangaje ko Debbie yafashe ingingo nziza kuri kazoza k’uwo mugambwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.