Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA: Inyuma y ‘imyaka 54 babana, abatama babiri babishize ku (...)
USA: Inyuma y ‘imyaka 54 babana, abatama babiri babishize ku mugaragaro
mardi 30 Ruheshi 2015
Mu gisagara ca Dallas muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika,abagabo babiri bari bamaze imyaka 54 babana,bari mu munezero inyuma y’aho bashiriye ku mugaragaro umubano wabo imbere y ‘amategeko.
Mu bubanfu ni Jack Evans afise imyaka 85, ibubanfu ni George Harris w’imyaka 82 nibo babaye aba mbere mu bandi bashika 170 bahuje ibitsina bubakanye ,mu gisagara ca Dallas inyuma y’uko sentare irekuye ko abubakanye basangiye ibitsina bobishira ku mugaragaro.
Evans na Harris bari babanye kuva mu mwaka w’1960 ariko kuko amareta menshi yagiye arakurikirana mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika atemera ubugeni bw’abubakanye basangiye ibitsina (homosexuel),babishize ahabona kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ruheshi 2015, aho Reta ya Dallas yatera umukono ku masezerano atanga uruhusha.
Abashika 170 bose baciye bandika amakete yo gusaba kwubakana biciye mu mategeko « regulalisation ». Abo bagabo babiri umuntu yokwita umugore n’umugabo, bavuga ko mu myaka 54 bari bamaranye, uwo munsi ari ntangere kuko bemerewe kubana ku mugaragaro nk’abandi bose,ivyo navyo bari babirindiranye igishika cinshi.
Umucamanza ahejeje kuvuga ko bagiye kubana ibihe bidashira baciye bagwana munda,bose amosozi arakoroka biboneka ko bafise umunezero udasanzwe.
Mu kiganiro uwo muryango wahaye ikinyamakuru Mailonline uvuga ko benshi mu ncuti zabo bahunze igihugu ca Texas ,kubera texas ariyo yarisigaye inyuma mukwemeza iri tegeko,bakavuga ko kubera gukunda igihugu cabo ariyo mpanvu bemeye kurindira uyo munsi.
Bill Nkurunziza
Messages
30 Ruheshi 2015, 16:07, par JOLAM
hanyuma ngo isi yashaje ryari ,ce mwumva namwe ako kamaramaza IMANA idufashe ntibizoshike iwacu iburundi.
30 Ruheshi 2015, 16:08, par JOLAM
hanyuma ngo isi yashaje ryari ,ce mwumva namwe ako kamaramaza IMANA idufashe ntibizoshike iwacu iburundi.
30 Ruheshi 2015, 16:25, par JEAN
IRYO NIVUMWE ICO NICAHA KIBABAZA IMANA CAAANE MANA UDUFASHE NTIBISHIKE MURI AFRIKA IRYO NIVUMWE
30 Ruheshi 2015, 17:10, par NDUBO
NUBUHE BURYO BARANGURA AMABANGA MPUZA BITSINA?? BOBA KAKABUKANYA KWENDANA MUNYO CANKE HARUBUNDI BURYO BAKORESHA?? IVYO BIRAGAHERIYOBIRI!! SINIBAZA KO MUMAVYI HORYOHA NKO MUMAZI YO MU GITUBA!!! UKWO NUGUSARA.
30 Ruheshi 2015, 17:32, par nahimana
Nukuri a merika nigihangage kwisi muga bizisanga inyuma yabandi kuko nisodoma nigomora nuko bagira. Umugabo kuwundi kandi, lmana yarabibujije ntahakagire, Umugabo yenduwundi bwamugore mugiye kubona, ibara mwebwe mubikora mwese, kuko y
30 Ruheshi 2015, 17:51, par hfg
uko nugutesha isoni imana yabaremye nishano baragapfa batabanye
30 Ruheshi 2015, 17:54, par nsavyimana innocent
sha abakobwa mugabe kukomumisi iza mugiyekubura isoko abagabokubandi babana atacamira.
30 Ruheshi 2015, 18:09, par cyriaque
imana iturinde akokabi mugihugu cacu cuburundi bihere iyobiri.mana dukingire iryoshano
30 Ruheshi 2015, 18:49, par Michel Ange
Imana igarukire iyi si kuko yabaye sodomu na gomola; ndateye ivyatsi ubwo buhumbu butagir izina
30 Ruheshi 2015, 18:54, par jane
emwe ivy,iyi si bigiy kuba nabi non ubwo abo ntusanga ari abakozi ba lucifer?imana itubabarir ntiturimbur kubra ako kaja
30 Ruheshi 2015, 19:10, par WEHO
MBEGABABANA GUTE?
30 Ruheshi 2015, 19:25, par Minani evariste
Ewe Usa iyo witerura kuburundi umuntu yogirango uragakomeye kumbe ukomerewe sha mudukangisha ubwo bufaranga mwikorera mukabutanga kugirabantu bamarane,IMANA itabakororeyek’umuriro muzoba mubona.gumana ivyanyu kuko abarundi turabona ivyo mudushakira.
30 Ruheshi 2015, 19:25, par Leonard Ndikuriyo
Mwizina Rya Yesu Ivyo Ntibizoze Muburundi Ivyo Bikora Abakorera Kwasatani Barundi Mwese Muzi Ko Musenga Imana Vyukuri Musenge Ivyo Ntibizoshike Mu Burundi.
30 Ruheshi 2015, 20:02, par NDUW
ABO NABAKOZI BAYAMANA YA PRES NKUR IMUTUMA GUKOMANTAZA UMUTIMA NKA FARAWO
30 Ruheshi 2015, 20:36, par ALNI
mbega yemwe ako si akamuna...!None abigeme bagiye kuba aband?
30 Ruheshi 2015, 20:43, par Bizima Jamali
Mbega Mwomenya Bamaze Kuvyara Abana Bangahe? Canke N,ingumba? Ko Mutabitumenyesheje Kuko Imyaka 54 Nibazako Buzukuzuruje?
30 Ruheshi 2015, 21:13, par nzovu
Babantu bacu baharanira agateka kazinamuntu"N PACIFQUE" bararonse idiri ubu bagira basabe imfashanyo babesha amakungu nkuko bahora babifatifa ko mu burundi ubu bicika ko cndd irenganya abashaka kubana badahuje ibistina
30 Ruheshi 2015, 21:36, par Jean D,arc Hat
Mbega Ibara!Ivyo Ni Ukuri?Yemwe Bene Data Naho Tutabibona Isi Yashaje!
30 Ruheshi 2015, 21:38, par kwizera
barakaregularizwa nugwatwaye data!!!abo nibo batera imyuzurira!!!!
30 Ruheshi 2015, 22:09, par bigirimana
yemweyemwenidukomezegusengera igihugucuburundi icocahakitagira izinantikizegishik iwacukumurwamukuruwasatani ni muri amerikanihabaniho ararapupu
1er Mukakaro 2015, 00:04, par dggdgdgdgd
SI ABANTU NI IBIPFAGUNDU
1er Mukakaro 2015, 00:19, par steve uwiteka
burya ndababwire uburundi botwemera gute bakadufasha gute Satani tuyirwanya tukayitsinda mwarabonye aho abagabo babirana baradufasha canke bareke ntamuruho nkuwo twemeye kwikorera nka america na Obama yatwaye arumu noir kuko yemeye ko azokorera abanyagito babazungu ivyo none bashaka natwe tuvyemere bashaka barisigiraho kudufasha abazotugomwa kubutare bwacu bazodufasha Pacifike ashaka ubutegetsi kugira yemere ivyo ndafise ibimenyetso abakuriye i bulaya bose bimigera banduye yiryo shano ejo bagatwara tugiye guhonera muri homosexuality kuko ba Pacifike namoko akomokamwo birabaryohera nururimi uravye nabi barutabuza pantalon ndabizi ca aho imana yatugeneye BAga
1er Mukakaro 2015, 03:22, par Blue Bird
Société civile nivyo iriko ishaka kuzana i Burundi kuko bavuga ko baharanira agateka ka muntu.Amerika ntimushobora gukorana utemeye kurekura iryo bara.Abarundi mwanka mwakunda mwitegure kuko hamwe pacifique agifashe abagore bazorongora abandi n’abagabo barongore abandi , Uburundi buce buhinduka SODOM NA GOMORA.
1er Mukakaro 2015, 03:51, par Nduwimana Donatien
Bene data nimba hatarengerany,harageze ko twambara amagunira,tukisonzesha tugasaba imana imbabazi.imana irihangana pe!!!
1er Mukakaro 2015, 05:43, par Van
That’s the devel works,nizere kivyo bitazoba mugihugiwacu?ntahovyakabaye
1er Mukakaro 2015, 07:29, par Cadet Kubumbiri Tr4
Ngo bararize bumviseko bazohoraho canke nagahinda kuko umuhero ubasanze mumwijima burya bo ntibatahura uko bobivamwo soma:abalewi18:22-23 abaroma1:18-32 abaroma2:12-24 abavugabutumwa kw’isi yose ndabateyakamo mvuga1timoteyo1:3-11.ntibibatangaze rero vyarahanuwe kuvakera biriko biriserura nibindi biracaza abizeramwese Imana iraharengeye murakoze.
1er Mukakaro 2015, 07:32, par IRAKOZE DIEGO
IRI N’IVUMW
1er Mukakaro 2015, 08:35, par oscar
Mana yacu vyukuri niwe waremye isi nibiyiriko vyose urema ibitsina bibiri bitandukanye kuri buri ikintu cose kugira kimwe cose kize gikenere ikindi kubantu bobo biciye mu mihazagiro yabaserukira amasengero atandukane turasom uko wahanye sodomo nagomola rero mana dufashe udukize ako kabi kabishe inkoko inka imbwa ingurube eka igikoko icaricocose bisigaye birusha ubwenge abo biyita ngo barubakanye? Kuko ntagikoko nakimwe cigera gihuza igitsina nico bigisangiye
1er Mukakaro 2015, 08:35, par oscar
Mana yacu vyukuri niwe waremye isi nibiyiriko vyose urema ibitsina bibiri bitandukanye kuri buri ikintu cose kugira kimwe cose kize gikenere ikindi kubantu bobo biciye mu mihazagiro yabaserukira amasengero atandukane turasom uko wahanye sodomo nagomola rero mana dufashe udukize ako kabi kabishe inkoko inka imbwa ingurube eka igikoko icaricocose bisigaye birusha ubwenge abo biyita ngo barubakanye? Kuko ntagikoko nakimwe cigera gihuza igitsina nico bigisangiye
1er Mukakaro 2015, 08:43, par cadet kubumbiri tr4
nikukimwampinduriye igitekerezo natanze?? mukahashira Irakoze Diego ntagomwangiriye!!
1er Mukakaro 2015, 08:46, par nishishikare jean-fils
ibi bintu ntivyoroshe,gusa nibashire vidéos ahabona zukuntu babirana twirabire iryo vumwe,mbega yemwe ariko ndaguye ndagarutse turavye ukuntu abapfasoni batazi akamaro kabagabo nukuntu batoteza abagabo nukutagira indero kwinshi bitewe nayo mayegeko ya uliminatie ntawokwubakana nabo wopfuma ubana numugabi mais ibihano navyo kubakoze ico kizira birarenze imbere y’Imana
1er Mukakaro 2015, 09:48, par Gybson Ntirampeba
nukuri ntavyo ntahura,mbega ubwenge bw’abo bwob bwahindutse vyagenze gute!gurhka aho abatama nabo babigira!Twitegure harageze ko dutaha iwacu mw’ijuru
1er Mukakaro 2015, 10:24, par Rose Kankindi
Harageze ko YESU agaruka kabisa.
1er Mukakaro 2015, 11:58, par Thierry
emwe Yesu naze hakirikare ahandiho rusiferi aramaze isi.Mana dufashe.
1er Mukakaro 2015, 13:51, par BUTUNGANE
BASHA NONEHO KARABAYE ISIRASHAJE PE! NONE ABIGEME NABAGORE BAGIYE KUBANDE? ABASENGA DUSENGE DUTAKAMBIRUWERADUHARIRE NIVYUKURI AGIYE GUSHI YESU.
1er Mukakaro 2015, 17:03, par Chantal Nkunzimana
Mwizina Rya Yesu! Turasenze,turagose Izo Mpwemu Mbi Mugihugu C’uburundi.
1er Mukakaro 2015, 18:35, par nono
ico nicah kitagir izina kndi tur mubih vyiherezo pe!!
1er Mukakaro 2015, 21:42, par WIZO
MANA .MANA .MANA .MANA .TABARA ISI IRASHAJE IGEZE AHANYERERA MANA .URATUZIGAME TWEBWE .ABARUNDI
1er Mukakaro 2015, 22:08, par Bishiba
Ni Akamaramaza.Yesu Turinde Iryo Vumwe
2 Mukakaro 2015, 00:00, par Gilbert NZAMBIMANA
Mbega Dukenyere turenge ivyagezwe Vy’IMANA??? mwibukeko sodomu na gomora baranduwe n’umuriro kuko bakoze ibizirankivyo,ntibatinye n’Abamarayika nabo,bakipfuza kuryamana nabo igihe bari baraye kwaroti
2 Mukakaro 2015, 09:37, par rita
DIEU CREA ADAM ET EVE
2 Mukakaro 2015, 09:58, par Pays Natal
Mbega ko Imana yaremye umugabo n’umugore ikabaha itegeko ryo kurondoka, Amerika n’ibindi bihugu vyemeza homosexualité bafise intumbero yo guhonya isi? Ariko ivyo ntavyo bazoshobora kuko hejuru yabo hari Imana. Hanyuma ngo barafise ico bigisha ibindi bihugu vyo kw’isi atari immoralité gusa. Imana iturinde iryo vumwe. Nk’abo batama bagira bapfe atari gucafuza isi gusa ubona bari mu biki?
2 Mukakaro 2015, 17:43, par nduwimana
sivyo mushaka mu burundi mukwiyamiriza ikiringo ca gatatu....!!!!!muraraba neza ico abo abazungu bariko bashaka gushikako.
3 Mukakaro 2015, 06:15, par Therence
mbega hari aho vyakabonets aho umugabo yabira umugabo nka we?mbega bararangura amabanga y’abubatse?mbega ayo ma reta yemeza ibintu nk’ivyo babisoma mu igitabu c’amategeko y’isi?isi igeze ku musozo,abasenga musengere abera b’Imana,turaguye mu kaga.
3 Mukakaro 2015, 13:37, par TURASHIZE
ISI IGEZ HABI.ABATAMA NKABO BAHOMBEYE IKI KUJA MW’IJURU!NONE ABO HARUWOGIRA ICABAHANUZA?
3 Mukakaro 2015, 20:06, par K
BAREKE NINO TURABISHAKA
4 Mukakaro 2015, 08:04, par NDI ALEXIS
NDI ALEXIS NUKURI ICIYUMVIRO CANJE MBONAKO IWACUMUBURUNDI KIMANA YOHAZIGAMA EKANABANDI BAFASHWE NIYONGWARA BAYIKIRE NAGAHOMERABUNWA YESADUFASHE CAANEE ABASENGA MUKOVYE NAMAVI AMYOKE MUZOHEMBWA
4 Mukakaro 2015, 10:49, par BUTOYI DEO
Aha ninde atazi ko isi iriko irarangira? Mana fasha uburundi ntituze dushikirwe naya mahano
6 Mukakaro 2015, 09:20, par desire
@ nduwimana asha sindabona ikigugu nkawe
10 Mukakaro 2015, 18:29, par J.Pierre
Ikizira Imana Itihanganira Imana Irinbura Sodoma Abamalaika Bagiyekwa Loti Abomwico Gisagara Basavyeko Bobaha Abobagabo Babonone Nibivyerekanakwi Imana Igiyekurimbura Iyisiyacu Mdababaze Kuberiki Haremwe Umugabo numu Gore?
11 Mukakaro 2015, 06:08, par hoto
ivyo nakamaramaza Mana udufashe
12 Mukakaro 2015, 10:58, par par examples
mana nubaharire kuko ntibazicobakora!
12 Mukakaro 2015, 11:16, par par examples
mana baharire ntibazicobakora
12 Mukakaro 2015, 22:14, par LISBA
SHA MURAKAVUMWANIMANA
18 Rusama 2016, 07:41, par HAKIZIMANA ERNEST
NAGAHOMERABUNWA MUGABO REKA BIBE HAHIRWA ABASOMA.IVYO NIMENYETSO VYEREKANA UKUZA KWA YESU.
14 Nzero 2017, 19:12, par Jackson
Turimwiherezo Koko Imana Idufashe Cane