Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA:Uwagirizwa ubwicanyi mw’ishengero i Charleston yafashwe n’igipolisi
USA:Uwagirizwa ubwicanyi mw’ishengero i Charleston yafashwe n’igipolisi
vendredi 19 Ruheshi 2015
Dyllan Roof,umusore w’umuzungu ,w’imyaka 21,yagirizwa kuba ariwe yakoze uwbicanyi bwahitanye abantu 9 mu rusengero risengeramwo abirabure mu gisagara ca Charleston aramaze gufatwa n’igipolisi.
Dyllan Roof yafashwe ku muhingamo wo kuwa kane igenekerezo rya 18 Ruheshi,ari mu modoka.Tafashwe n’igipolisi amaze kugenda inbirometero bitari bike ahunga.
Igipolisi camenyesheje ko,imbere yo gukora ubwo bwicanyi,Dyllan Roof yamaze nk’isaha ari muri urwo rusengero,hanyuma atangura kurasa amasasu menshi mu bariko barasenga.
Mu bahitanywe n’ico gitero,harimwo umupasitori w’iryo shengero Clementa Pincnkney.
Mw’ijambo ryaciye ku mboneshakure inyuma gato y’aho igipolisi kimenyeshereje ko cafashe uwo cikeka ko yakoze ubwo bwicanyi, umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Barack Obama, yavuze ko ubwicanyi buhitana abantu benshi butakibaho mu bindi bihugu biteye imbere.
Messages
19 Ruheshi 2015, 11:04, par Bucumi
Ntakuntu abantu dusangiye urukoba rumwe rwirabura twokwankana hama abo tutarusangiye bazodukunda gute? Namba barakoze neza imana ibafashe murugendo.
19 Ruheshi 2015, 11:44, par Makado
Nibamwice Nawe Umuntu Ahure Nuwundi.
19 Ruheshi 2015, 19:02, par J-JACK
koyafashwe nabazwe neza imvo yatumy abica abarimurivyo bose bafatwe kandi bahanwe bikomeye uwicisha inkota naw izomwica. Imana itabar isi irarushe caane
19 Ruheshi 2015, 19:36, par niyongabo
Yari kuba umwislam mwarikuvuga ko ar’intagondwa y’umwislam uyo ww nintagondwa nya baki?
19 Ruheshi 2015, 20:53, par Melbh
Bamwe Mukitakiza Ngo Amakungu None Ico Gihugu Ca Amerika Cari Kibuze Iki Mubisabwa Ngo Habe Umutekano Ukwiye N,ubutunzi Nkeshwe Na Vyabishomeri Vy,abatutsi Bi Pacifique Na Vya Binywarumogi Vy,irirwa Mu Marigara Atakindi .Nanone Abahutu Bariyemera Nubu Abatemeye Ngo Bashirire Ntakazi Bazoronka
20 Ruheshi 2015, 05:46, par prosper
nibiterasoni,nakamuna
20 Ruheshi 2015, 10:21, par Tubirabe
Abazungu bose barazinanye iyo ni appartheid yagarutse ariko icobomenya nous tous nous interdependent tudahari ntibobaho kandi nabo badahari ntitwobaho kimwe gusa ndazi yuko twe abirabure tubuze urukondo twobaye kubasumba kuko ubwiza IMANA yaduhaye twagerageje kubucunga.
20 Ruheshi 2015, 18:50, par DN940
uwo mubisha ni ahanwe hisunzwe amategeko mpanavyaha kndi ataguhengama.
21 Ruheshi 2015, 22:00, par Bimana
Ahaa!aho simughugu giteyimber muvymutkano?nn yabciye muryahmy gte?ntarkundo rwabzungu.