Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
USA yamenyesheje ko idashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Paul (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > USA yamenyesheje ko idashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Paul (...)

USA yamenyesheje ko idashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Paul Kagame

samedi 5 Nyakanga 2015

Inyuma yaho inama nshingamateka y’igihugu c’Urwanda yemeje ko hari ivyohinduka mw’ibwirizwa nshingiro kugira umukuru w’igihugu Paul Kagame yitoze kurongora igihugu mu kiringo ca gatatu,Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimenyesha ko zidashigikiye ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu c’Urwanda.

Reta Zunze Ubumwe za Amerika zimenyesha ko zikurikiranira hafi ingingo y’inama nshingamateka n’umukuru w’igihugu Paul kagame yo gushiraho umurwi ujejwe kuraba uko ibwirizwa nshingiro ryohinduka ugashobora kwemeza canke guhakana ibijanye n’umwanya ikiringo c’umukuru w’igihugu comara,no kwemeza ko umukuru w ‘igihugu Paul Kagame atwara igihugu ku kiringo ca gatatu kizotangura mu mwaka w’2017.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwa Reta bujejwe imigenderanire ya Amerika n’ibindi bihugu John Kirby yavuze ko badashigikiye abantu iyo bari ku butegetsi bahindura ibwirizwa nshingiro ku nyungu zabo za politike.

Reta Zunze Ubumwe zamye zerekana aho zihagaze ku bijanye n’abakuru b’ibihugu vya Afrika.Mu rugendo aheruka kugira muri Kenya na Etiyopiya,Barack Obama yavuze ko ata mukuru w’igihugu yorenza ibiringo bitatu,kandi atawohindura amabwirizwa ngenderwako.

John Kirby yavuze ko bashigikiye ikurakuranwa ku butegetsi rifatiye ku ntwaro rusangi mu bihugu vyose,biciye mu matora abaye mu bwigenge,abaye mu muco,yisunze ibwirizwa nshingiro.

Umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame,ari ku butegetsi kuva mu mwaka w’2003.Ikiringo ca mbere yagitwaye kuva gushika mu mwaka w ‘2010,ica kabiri vyitezwe ko kizohera mu mwaka w’2017.


Van Naris Mugisha

Messages

  • America mbegirazi uwirimo kubwira uwariwe? Cyanke yamwihenzeho ngirayibwiye kwari u Burundi arikubwira rwose? H.E Poul Kagame yahagaritse genucide yongera ageza u Rwanda nabanyarwanda ku majyambere ntawundi muntu kw’Isi yemerewe kumwigisha ibyaribukore ntawumusumbya gukunda urwanda nabaturarwanda.

  • AKOKANYASI NIBAKABUZ NAKARE NIKO GAHAYE GATERA INGORANE UBURUNDI IRYOSHANO NGONIKAGANYO.

  • niba nawe yakoreye igihugu cye kuburyo bamwe bibatera ishyali kuburyo usanga byarabateye nibisazi nkabaturanyi bamwe baliyizi singobwa kubavuga. mukanya murabamenya.

  • @Kayinamura Birenga
    "ntawumusumbya gukunda urwanda nabaturarwanda."
    Wihenze cyane! Wari kuvuga uti: ntawumurushya kwikunda! Point!

  • yisuka muvyuburundi Bikwijamategeko kulbagombaguhonyangayurwanda natembatarakwegerurwanda

  • @kayinamura
    Uburundi bureke ntaco bugusavye,mbega muteye imbere par rapport àqui?
    @lili
    Nawe nkubwira co kimwe na kayinamura,abanyarwanda mwicwa n’ubujuju bwanyu,mufise akarimi karekare ,mwirata atawe muruta,vous avez un grand besoin d’etre reconnu comme riche,malheureusement ntibishoboka vous n’avez rien de special.
    Ikindi mumenyeko umuzungu ataho yimiriwe na kagame aramuvogera,imbere yiwe naho yoteza imbere u rwanda gute nkuko muvyibaza,aguma ari umwirabure atazi kwimba no guhingura ubutare,rero ntimuzohave mwibaza ngo muruta abandi ba noirs ,imbere yabo muri abasezi nk’abandi donc barabigisha vyose.
    Mufise ikibazo gihambaye quand meme mwebwe abanyagwanda,ko muguma mwihomeka ku burundi kandi mwivuga ko muteye i mbere,il ya moyen de se poser beaucoup de question sur vous,bandanya mutere imbere mutureke hanyuma ababashaka baze i wanyu kubayo.

  • Ese USA yari hehe igihe abanyarwanda bicagwa? Ko ntacyo bavuze cg se ngo bahagarike ubwicanyi? Ubu nibwo bumva bafite ijambo? Nibareke Kagame abereke uko bategeka. Ntabwo ari ukurebera abantu bapfa hanyuma uvuge iby’ itegeko nshinga. Guhindura itegeko nshinga bifite inyungu u rwanda ndetse n-abanyarwanda bose nkuko byagaragaraye muri mu myaka 20 ishize.

    Abanyarwwanda nibo baruzishakira umuyobozi si Abanyamerika baza mushaka.

    Niba rebe ibyi iwabo n" U Rwanda ruzareba ibyarwo

  • aba president babanyafrican barantenza basi,hagera kuva kubutegetsi bikabank munda non duheb tube iciro ryumugani gayemw?ibihugu bagomba kubigir amatong yabo ,amerika ngwivug ngoyiza mubitayiraba ,non karabay ingan dusubir mutwaro yabami,oya ivyabay muburundi sivyoba no mu rwanda kuk inkurikikiz yavy ya kazoza sinziza .igihugu kigizw namategeko nukuyubahiza batabanz kuyahindura mukwiyohereza.

  • fidelite ongera wandike twisomere ibigambo byawe bilimo ubugoryi bwinshi. muzababazwa nibyo urwanda rugeraho mpaka byabateye ibisazi . mpora mbivuga

  • @nijano
    Jewe murandyohera cane,ngo USA yari hehe igihe abantu bicwa?Yari harya ibirabira ku ma televisions via les satellites,pour eux vous ,muriko mwicana,ni spectacle émouvant chez eux,ntaco musiguye,ubu rero mwashoboye kuguguna umusozi mukagera aho mwibaza ngo muteye imbere,làniho baca baza ,ntimuzotangare mubonye ivyo vyose aribo batanze bombes zo kubisambura,i wabo vous etes bons kubera muzi kwica abanyecongo mukabaha coltan,umunsi congo yabigaramye ntaco muzoba mukimaze,nubu barabatanguye burya hari agahaze na bado,ivyo mwibazako mwobereka ingene bategeka,amanyanga yose bo bayazi kuva kera ntaco mufise mubereka,n’akarimi kanyu mwebwe abanyarwanda b’abatutsi niko kazotuma umunsi babadutse muzoca musara.

  • wowe wiyita fidelite kumva uvuga ko abanyarwanda bafite ubujuju bikavugwa nawe wumurundi birasekeje iyo bivugwa nundi utali umurundi .

  • abarundi mujye mureka abanyarwanda babereke icyo dushoboye, ibwirizwa shingiro tuzarihindura ntituzamera nkamwe muturira abantu namamodoka y’abantu mwarangiza ngo police yadukubise. tuzi ikiguzi cy’umutekano uko kingana sha( amahoro arahenda cyane). iyo amarica ntacyo izadutwara ni ukuvuga gusa.

  • @lili
    Umurundi arashobora kwita umunyarwanda ikijuju,wibaza iki?Nawe uri akajuju kandi utegerezwa kuba uri agakene,puuuu,numa ntaco ufise uvuga,tu répètes la meme chose ata argument nimwe isigura ivyo uvuga.

  • @lili. Uwo muperezeda wanyu (Rwisasiramirambo) azapfana agahinda. Ahuhwa n’umuyaga wagira ngo arwaye munywenge!! Ntagitangaza kubona umushyigikira kuko naso wawe ari mubakoze ibara mu Rwanda na Kongo.

  • @Lili wandika ibigambo bitameshe gusa nk’umwana w’indaya!! Politique y’abarundi murayishakaho iki? Nimubananze mu rwane ningorane zanyu mu Rwanda (inzara, ubwicanyi, icyenewabo,...)

  • Nkuko u Rwanda arirwo rwirwanyeho kugirango genocide ihagarare, bukirwanaho kugirango butere intambwe my kwiyubaka, aho amahanga yariko araturitsa za champagne atitaye k’ubantu ibihumbi bariko baratemwa bazira ubusa n’akagambane k’ibyo bihugu, ni nako ivyo bihugu vyiyita ibihangange bikwiye kwigirwa kure kuko nta bujanama tuzabisaba mu guhitamwo uwuyobora u Rwanda. Iyo igihugu kimeze neza bihutira gushaka kukigirako ijambo nkaho ari icabo, bamara kutitezamwo akajagari bakiyita ba ntibindaba!! TWARABAMENYE MUZOHENDE ABANDI!!

  • bene data Uyo fidélité mujye mumwihoza afise akabazo mu mutwe

  • niyumve neza birigwa barakokeza ngo president wacu navekubutegetsi arindire ayibone rero iyo niyo bita united state of america akarinyuma karahinda ataravye neza bobo ntibakina baramufatisha amaboko.

  • @che et intore
    Abanyarwanda ndabakunda iyo bitanguye kubazazanira ,ntimuzi ku jera vos emotions aho niho mubereye ibijuju
    Mbega mwiriye gute mwenyene,mwafashe abatutsi banyu murabamara muca mushira muri bourse genocide muyora ama milliards kuri marché mugaca mutwenga abacitse kw’icumu ngo ntibuzuye na bus,franchement reka nze ndabagaya kabisa,kwica, abatutsi b’i rwanda muri aba mbere,kwiba congo murabishoboye ni vyo,ariko mwibagira kimwe,ntimuzi guhingura ivyo mwivye muri congo,ce qui fait de vous des mendiants chez les blancs comme tout le monde,barabavogera bakabigisha kandi bakavyinjiramwo neza cane,ntimwibaze ngo mu rwanda muteye imbere gusumba libia canke syria,mwebwe murantwenza iyo muriko muvugango mwiteje imbere ngo par consequent umuzungu tu l’impressionne,il n’a rien àfoutre,hahaaaaaa!!!!!
    Ubu niho mukibona ko baza kwonona abariko barakora?Na bado,mwari muziko kagame azobereka ivyo yakoze et tout va bien?Sans blague bwa bundi muracari inyuma kabisa!!!Nimunyirekere n’akagwara kanje dawe ga,hihihiiiii!!!

  • @@Fidele
    wa nterahamwe we ko tujya gufata igihugu tutajyiye kuri radio gsa ngo duteragure ibigambo(blabla blabla......)wowe nicyi gjituma wihisha inyuma ya 4ne,cg computer ugasuka ibigambo??????
    utekereza ko ibigambo byawe wa ndika kuri internet bisomwa na banyarwanda bangahe ku%
    reka ibigambo ufate Ak 47 niba urumugabo sha!!!!
    wabikora se????wapi!!
    ubwoba seeee????yegooo!!
    inda niniiii????yegoo!!!

  • AKOKAGABO KIYITA KA LILI KOGAFISAMAJAMBO MESHI?WIBWIRAKO KAGAME WAWE ASUMBA NKURUNZIZA BURAKEYE TUBARABE BOBABIRI UWUSUMBUYUNDI UWUZOKANGWA NUMUNYAMERIKA NAWE NZOGUSEKA.

  • AKOKAGABO KIYITA KA LILI KOGAFISAMAJAMBO MESHI?WIBWIRAKO KAGAME WAWE ASUMBA NKURUNZIZA BURAKEYE TUBARABE BOBABIRI UWUSUMBUYUNDI UWUZOKANGWA NUMUNYAMERIKA NAWE NZOGUSEKA.

  • @mugisha
    ibi rero biranezera trop iyo muta equilibre umuntu abumvishije,mwebwe muvuga ko muteye imbere nagira ngo mwese mufise za computer muvuye mu ma industries muga suiva les infos,kumbe rien du tout càd muri bake muja kuri internet,soit naho yoba umwe ayasoma ça me suffit raba hano abiharanga kuri jewe.
    Ikindi naco ,ivyo nivyo ukirimwo vy’inda ndende,langage de l’antiquité ,mbega iyo nda ndende muyivuga mwitwaje iki ko ata nivyo kurya vyinshi biriyo muri africa yacu,mbega uraziko abazungu bafise ivyo barya nivyo basesa badakoresha iyo langage ngo umuntu akunda inda ,mbegako abatutsi mushaka ko abahutu bada profita yivyo bironderera entre temps mwebwe murya nk’ibigurube kandi mutanakora ga,rero ndeka nirire nivyo nironderera ndabazi aho usanga utubika umukanda ugapfuhira abavyifitiye,tureke twirire turi abakozi,et vous seulement des sanguinaires.
    Ngo mwaragwanye,attends,ni mwebwe nyene muvuga ko abasoda ba havyarimana bari kwomogwa na ba mayi mayi,ntimurigera muhangana n’abasoda nyabo umunsi mwabaronse muzovyumva,d’ailleurs nta yindi nkoho uzi,idiot!!!
    Guma hamwe USA ibigishe ingene batwara n’ingene biteza imbere nayo mweho muriseka,hahahaaaaaaaa!!!!

  • LiLi NDAKWEMERA CANE WASAJIJE IBIGABO BYAMAZURU MABI. KOMEREZAHO UBISAZE. NKILIYA MBONERAKURE NGO INTAGOHEKA NA KILIYA KINDI GISA NKI NGAGI NGO NI FIDELITE . KOMEZA UBISAZE

  • asanti jmv . reka abahilimbili mbasaze.

  • Hahahaha!!!! Iki gihugu cyagushije ishyano!!! Uburundi, ntabwo bushobora kwikura mu bibazo burimwo mu gihe cyose buzaba bugifite IBIPURIZO nka fidelite na ka mututsikazi... Avec une cervelle pareille, tu meurs!!!

  •  @lili
    Ayo gwanyu tuzoyaca amasonga n’imipanga ase nayinguge,imagines,hihihiiiii

  • wewe fidelite rekankubwire . ngo muzayaca ngoooooo. ndakubwirako ntushobora gufata inka ngo uyihindure ingurube . ntibishoboka miyo waba nde.injiji

  • Nagira mbeshuze iki kinyamakuru.rwose president wa repubulika y’u Rwanda ari kubutegetsi imbere ya 2003

  • 1st of all niba mwasomye inkuru neza nihe hagaragara ko America yiyamirije ikiringo ca 3 ca Paul vyumwihariko. abatangazamakuru baratwenza cane. ibi ni Obama yabivugiye muri Ethipia recently ubwo yazaga muri Africa none birangiye muvuga ko byabwiwe urwanda. Guys; Kagame is a very smart gentle man in all since. si nka kijya kifuko cibishimbo ci burundi ngo ni Nkurumbi. Paul knows what he is doing and right way to do it atawe ahungabanyije. niba mushaka kumenya neza ivyo arimo muzasome amateka yu rwanda iterambere numuvudo u rwanda rwari ruriho mbere yabakoroni basing on africa yicyo gihe. muzoca mumenya neza abanyarwanda
    mwongere mufate urwanda uko rwari rumeze 1994 ndetse nuko uburundi bwari bumeze 1994. tutabiciye kuruhande ubundi bwari imbere y’ u RWANDA icyo gihe (1994) nyuma yicyo gihe ibyo bihugu byombi byakomeje bivuga ko bifite iterambere ryihuse kdi ibintu biriko birahinduka.
    SO LET ME COME BACK TO MY POINT THEN; abashaka kureba difference yibyo bihugu nuko byari bimeze mbere azakore ubushakatsi bwe yisanzuye ubundi azaze tuganire. aho ninaho azamenyera uwo KAGAME PAUL ari we.

    ivyakorwa vyose vyemewe nabenegihugu ntaco bitwaye apana wawundi ubwira abanyagihugu ko ajejwe imikaraturusu, impene, imbwa nibindi, naho kubigenda niterambere rya nyaryo muzafate ingero ku u BWONGEREZA , BUDAGE, ITALIE and etc.... murebe uko abayobozi baho bagiye bakurikirana mugutwara igihugu kdi ayo mategeko ariho

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.