Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uyu munsi umurwi wa Redemption voice witavye igiteramo mu Rwanda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Gospel > Uyu munsi umurwi wa Redemption voice witavye igiteramo mu Rwanda

Uyu munsi umurwi wa Redemption voice witavye igiteramo mu Rwanda

vendredi 15 Ntwarante 2013

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarane 2013 umurwi wa Redemption Voice ukunzwe cane mu ndirimbo z’Imana witavye igiteramo, muri kaminuza nkuru y’igihugu c’u Rwanda i Butare mu ntara y’ubumanuko.

Redemption voice ikigenda, yavuze ko ishimishwa no kuba yarahamagawe na kaminuza nkuru y’u Rwanda UNR kugira ibateramishe. Ikindi ngo ni uko aho bagiye hose, baba bahagarariye u Burundi na cane cane ko iyo bavyitwayemwo neza bibuhesha iteka.

Uwo murwi urakunzwe cane mu Rwanda kuko n’ubundi wari uherutseyo mukindi mugiteramo .
Bavuga ko batazatebayo cane, kuko kuri uyu w’imana canke ku wa mbere bazoca bagaruka hano i Bujumbura, na cane cane ko mubawugize harimwo n’abanyeshure, abo nabo bakaba bari mugihe c’ibibazo.


Joel Sengurebe

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.