Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Venezuela: Amatora yo gusubiriza Chavez - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Venezuela: Amatora yo gusubiriza Chavez

Venezuela: Amatora yo gusubiriza Chavez

dimanche 14 Ndamukiza 2013

Abanyagihugu ba Venezuela bari mu matora yo gusubiriza umukuru w’igihugu, Hugo Chavez, yashengeye mu kwezi guheze.

Umukuru w’igihugu mfatakibanza, Nicolas Maduro, yatowe na Chavez ngo amusubirire, ahiganwa na Henrique Caprilles muri aya matora.
Capriles yarushijwe gato na Chavez mu matora y’umukuru w’igihugu yo mu mpera z’umwaka uheze.

JPEG - 28.4 ko

Yiyemeje kuzana ihinduka muri ico gihugu gifise ubutunzi bw’ibitoro, ariko hakaba ubudasa bunini mu bantu, ibiciro vy’ibigurwa bikaba ari umurengera, ivyokurya birakenye kandi kandi biribonekeza ko hari ikibazo c’umuyagankuba.

Maduro, wewe ukwiyamamaza kwisunze ku bucuti bwiwe na Hugo Chavez, akaba yariyemeje kubandanya ihinduka ryatangujwe n’umuhisi.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.