IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Viatori Mbonimpa yaciriwe umunyororo wo guherayo

Viatori Mbonimpa yaciriwe umunyororo wo guherayo

mercredi 13 Ntwarante 2013

Umunyororo wo guherayo niwo sentare nkuru y’I Bubanza yaciriye uwitwa Viatori Mbonimpa .yagirijwe kuba yishe umugore wiwe kw’igenekerezo rya ndwi Ntwarante hari ku musozi Ngara zone Muramba ,komine n’intara ya Bubanza.

Sentare nkuru ya Bubanza yaraciriye kandi imyaka 25 y’agasho hamwe n’amahera ibihumbi 200 y’ihadabu ku mugabo yitwa Silas Nyabenda.Nawe yagirijwe kuba yafashe ku nguvu agakobwa k’imyaka 14.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.