Accueil > Amakuru > u Burundi > Vital Nshimirimana ahamagarira abanyagihugu gusubira mu myiyerekano
Vital Nshimirimana ahamagarira abanyagihugu gusubira mu myiyerekano
vendredi 15 Rusama 2015
Vital Nshimirimana,umukuru w’urunani ruvuga ko rudashigikiye ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza,yahamagariye abanyagihugu gusubira mu myiyerekano yo kwiyamiriza Ingingo y’umukuru w’igihugu yo kwitoza ku kindi kiringo.
Amakuru dukesha Iradiyo y’abafaransa RFI, Vital Nshimirimana yavuze abicishije kuri iyo radiyo ko amashirahamwe adaharanira inyungu za politike adashigikiye na gato itembagazwa ry’ubutegetsi,ariko ko vyabonetse ko abarundi bakeneye ihinduka mu gihugu.
Imyiyerekano yari yatanguye kw’igenekerezo rya 26 ndamukiza,inyuma y’aho umugambwe CNDD-FDD umenyeshereje ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ariwe azoserukira umugambwe CNDD-FDD mu matora y’umukuru w’igihugu.
Messages
15 Rusama 2015, 13:18, par Bigirimana Boniface
Ab CNDD-FDD Ntamutw Bafise!Twabahinyuye.Ivyo Bagize Biri Muri Bimwe Bita"Mcezo Wa Ndani" Benegihugu Mukund’uburundi,ntidusamazwe N’ayomanyanga Yabo.Haguruke Twese Dusubire Ku Rugamba Rwacu Twatanguye Kandi Tuzotsinda.Niyombare N’um CNDD-FDD.Yashatse Guturiza Radio Yacu RPA.Ubumwe Bwacu Nizo Nguvu Zacu!
15 Rusama 2015, 13:24, par john
Ubu aho bigeze ni ugukubura muhereye kuri izo njavyi ni Vital.
15 Rusama 2015, 13:43, par ndiho
anika ubwinyo nkifuku yaguye mumutego vyabataye kuwamazi mufise za brende naba general muzobishora mumigumuko sinahora ntukana ariko mbabarira usarire kumusozi bagucakire wa muswa we
15 Rusama 2015, 13:44, par ndiho
anika ubwinyo nkifuku yaguye mumutego vyabataye kuwamazi mufise za brende naba general muzobishora mumigumuko sinahora ntukana ariko mbabarira usarire kumusozi bagucakire wa muswa we
15 Rusama 2015, 13:51
Uyu Mututsi Muramurabeko Neza Ivyo Bateguye Vyose Vyabapfanye Abantu Bararushe Mu Mitwe Prime Ugikorereko Naka Karwi Kagirakabandanye Gusesa Amaraso Ivy,abarundi Babonye Barabonye Nahavuga Uko Ntabwo Akunda Abo Aserukira Uwishe Iyo Intambara Ihagaze Agumatamahoro Agumagomba Kwica Amakungu Nabirabe
15 Rusama 2015, 13:51
Uyu Mututsi Muramurabeko Neza Ivyo Bateguye Vyose Vyabapfanye Abantu Bararushe Mu Mitwe Prime Ugikorereko Naka Karwi Kagirakabandanye Gusesa Amaraso Ivy,abarundi Babonye Barabonye Nahavuga Uko Ntabwo Akunda Abo Aserukira Uwishe Iyo Intambara Ihagaze Agumatamahoro Agumagomba Kwica Amakungu Nabirabe
15 Rusama 2015, 13:59, par claude
Nimureke kuryana Imana niyo izoshiraho uwigomba naho mwese muharanirinda zanyu
15 Rusama 2015, 14:05, par KADO
NIMBA USHAKA KO ABANTU BABICIRA MU MABARABARA.
KO MWAHORA MWIBAZA NGO IGISODA KIRABASHIGIKYE,
NTIWABONYE KO BASHIGIKIYE PETER.
ABAGOMVYE KUBARWANYA UBONA HARI ICO BASHITSEKO.
AHUBWO TABAZA AMAKUNGU AGARUKIRE UBURUNDI MU MAGURU MASHA, NAYO GUSUBIZA ABANTU MWIBARABARA USHAKA KO AMARASO ASESEKA.
UBONA NKURUNZIZA ATERWA UMUBABARO N’ABAMAZE GUPFA CANKE BAHUNZE IGIHUGU? ICO ARONDERA NI UBUTEGETSI A TOUT PRIX.
15 Rusama 2015, 14:27, par vianney bukeyeneza
ahubwo injiji ziragwir ivyo bateguye gutembagaza ubutegetsi vyanse nn agomba abasubira mwibarabara?nateshwe ate ivyo yiyumvir sivyo.ahubwo ubu uwoza mwibarabara yoba atanze ubuzima nayo uwo pacifique nukumaramara niyinumire canke bamufate bamupfunge uwo mwangushi amez nka wamuzeh abiba amacakubiri yitwa pierre claver mbonimpa kandi barihenda.nuwabashigikir yahunze arik uwo arindiriy iki ?suma urenga wanyanka burundiwe nabo murikumwe.
15 Rusama 2015, 14:52, par diego
mbe basha ndababaze uburundi bwavumwe rero nimushire imbere ibikorwa niterambere birama
15 Rusama 2015, 14:55, par Kabisa
Utu tugabo Coup d’Etat iratunaniye none dutangiye kongera gushuka abanyagihugu! Ariko mwambwira niba abana banyu nabo bajya mu myiyerekano?
15 Rusama 2015, 14:55, par big
Mutama pita itwarire abakwanka bakwandureko ico nosaba umunyagihugu yohonyora mwibarabara yoba yihivye
15 Rusama 2015, 14:55, par Kadogo Léonce
Vyoba Vyiza Ko Mworaba Amaraso Amaze Guseseka Hama Mugafata Ingingo Imwe Nimwe Twebwe Abarundi Tukaronka Akoyoka.Aho Rero Mwebwe Murazi Ingene Mwobigenza Kuko Murakuze Kandi Poritike Murazi Ingene Ikinwa Sinumva Rero Igituma Twebwe Abarundi Twakwama Mu Buhungiro Kandi Twari Dufise Igihugu Catwibarutse.Ok Mrc.
15 Rusama 2015, 15:23, par Alexis
Ahubwo na vital nafatwe ari mu bashatse guhirika ubutegetsi aguma ahenda ibitazi gusa.
15 Rusama 2015, 15:24, par Jean Claude Dusabe
ndumva ni danger!Mana tgarukire pe.Kmr
15 Rusama 2015, 15:32, par Eric
Vital Et Pacifique Eux-mêmes,Veulent Faire Un Putsch Via leurs Peuples De leurs Ethnies en manif d’autre objectif.que des institutions sécuritaire prennent en main cette insurréction des putschists mafia.2è option les a donnés du fil a retordre.ils reviennent alors à la 1ère
15 Rusama 2015, 15:36, par Uwiteka
Gusubira Mumyiyerekono N,uburenganzira Bwab ,ark Barab Ntibasubir Kugrico Bonona.
15 Rusama 2015, 15:56, par vr
intumva ziragwira
15 Rusama 2015, 15:59, par SUPER STAR
BAMUFATE NINGOGA NAWE ARI MUBATEGUYE COU D’ETAT UYO NAPACIFIQUE CHEF D’ETAT MAJOR NABAFATE ABOBATOVYI NGIRA NTIBABONA NARUNGIKE UMUGORE WIWE NABANA MWIBARABARA.
15 Rusama 2015, 16:20, par Minani evariste
Mbiyombwa burya ntasara mbega yoba yanyoye kanyanga canke nuko yamenyereye kwica.
15 Rusama 2015, 16:29, par KIBWA CAN NTARE
BANZA MUBE MURAVYIHOJEJE BANTU B IMANA KUKO ABANTU BAJA MW IBARABARA BASHOBORA KUTAGARUKA MUHIRA IWABO KUKO IBINTU BIRACASHUSHE CANE. REKA BABANZE BAFATE NIYOMBARE NA LEONARD. AHANDI HO BARABARASA NYENE. KANDI BURYA ABA BAHUNGU BARAHENDA BARUNDI NGO JA MW IBARABARA NABO BIGUMIYE MUHIRA. UBU NZOSUBIRAYO TUJANYE. MUJE IMBERE NATWE TUBAKURIKIRE.
15 Rusama 2015, 16:59, par gasspard
Iyo nka yitwa vital nayo bayirondere ahiri hose kuko umuntu ufise ubwenge bikwiriye ntabwo yosubira guhamagarira abana buburundi mwibarabara.
15 Rusama 2015, 17:01, par Manwa
Ariko uyo mugabo ashakiki? Reka abarundi n’iburundi dutekane. Ivyo washaka vyakunaniye. Abana b ’ abarundi, barapfuye abandi brajwe mu bitaro. Ubamariye iki? Ubutegetsi ntibuva mw’ibarabara. Nimba wibaza ko abarundi bagushikiye reka akaguma uze mu matora. Kuki wiha ibara mu gushuka urwaruka? Ihitane wewe, nyoko na so n"abana bawe mugende mwenyene. Uri isema y’umugabo vraiment. Nta n’ico uzovamwo.
15 Rusama 2015, 17:11, par vuganeza
@bigirimana bonif
Abatutsi narababwiye ko na shatani itakibitaba,mbe muri abo bakubise coup d’etat ni nde w’i ndani muri cnddfdd?Ahubwo na vital na pacifique sinumva ingene tutababonye muri barya bafashwe kuko yarimwo ntibiseswa!Izo manifestation,zisubiremwo tubashinze ijisho!!Ka vital ko ari akagabo kaje imbere!
15 Rusama 2015, 18:16, par jonathan
john plZ mureke ibintu nkivyo kuko benshi bariko bafa sabanye politic babahamagarira kuja mumyiyerekano nyamara bobo bakigumura iwabo rero ndabinginze bana bu burundi nimuhagarike imyiyerekano uwimana yagize president nuwo ntiwibazeko nshigikiye peter ariko raba batoyi bawe bariko barwa mumyiyerekano.
15 Rusama 2015, 21:08, par DIYODONI
Diodoni jewe ndababazwa nabahendwa nabantu bibera mumagorofa batigenda mwitege isegenya bisigariyemuhira nibajimberenabo ubuho baravugaa kuri buyoya kobatavuga
15 Rusama 2015, 21:27, par Manirakiza
Kado ni vyo..Ivy bateguye vyapfuye nyene nsinumv ingene Vital ashaka kusubira case depart......Igihugu ni ica abahutu.Abatutsi be n abahutu boroheje barahunze.None wewe 1 contre 99 personnes wibaza ko ushoboye iki?We rindira
cokoza abo bahutu bifitiye gahunda urbe ingene babarigita.Jewe narinzi ngo muzi ubwenge none nasanze mutagira naga point.Ehe raba vital kare mwari kumwe na ba Domitien , ntibantunganya et consorts.Mwasaba ko les elections zokorwa plutard.ico babakoreye baciye bobo bisunga calendrie electoral.Barabakina sha.mwebwe ijukire ibikorwa mugume mufise ivyangombwa .nayo nimwishinga kuja kunyekana muzotorwa nabazoba bariko bagazura...
15 Rusama 2015, 21:32
Aimable
15 Rusama 2015, 21:42, par hj
I support, dear! Nkurunziza naba cndd biwe bariko bakwega intambara mugukina abantu nkagapira, uretse uwomukino bakinye basamaza abantu ni coup d’etat, nabarya ba cndd baheruka kuvugako batamushigiye, nukubaraba neza kobatari kugikorwa cogusambura uwutavuga rumwe na nkurunziza kuko aba cndd nabanyamanyanga gusa.
15 Rusama 2015, 21:42, par hj
I support, dear! Nkurunziza naba cndd biwe bariko bakwega intambara mugukina abantu nkagapira, uretse uwomukino bakinye basamaza abantu ni coup d’etat, nabarya ba cndd baheruka kuvugako batamushigiye, nukubaraba neza kobatari kugikorwa cogusambura uwutavuga rumwe na nkurunziza kuko aba cndd nabanyamanyanga gusa.
15 Rusama 2015, 22:23, par Sylvain M
Ndabatakambiye mwibuke ko abarundi bahaze iyo mikino yanyu. Mbega yaba Pacifique, yaba Vitali, ni nde muri abo arungika umugore wiwe mw’ibarabara. Kumbura muje kurima muhendwe mubona. Abo bagomba guca arya mafranga abazungu babahendesheje ariko baduhe amahoro.
Kuva kera vyahora bivugwa ko abo bagabo bari aba Sans Echec bamwe baturiza amapine abantu, ubu rero baja babigaragaza. Icompa mukihana! Ayo ni amaraso y’abantu mwishe ariko arababiragiza.
15 Rusama 2015, 22:39, par Nyandwi V
Les Sans Echecs commencent à sortir du silence. Qu’on les attrappe tous. Vital et Pacifique.
15 Rusama 2015, 23:24, par vuganeza
@hj
abatutsi n’abazungu babashigikiye maramara neza,muhishe!Subira muturire abana b’abahutu mu ma pine mwa bimwenyi mwe!!
16 Rusama 2015, 01:09, par Reverien
Vital turaguchigikiye, butevye guca. tuzobandanya kwiyerekana mpaka pita nabiwe bomotse.
16 Rusama 2015, 02:25, par RV
VItal twebwe twariyemeje huhagararira amasezeno nibwirizwa chingiro, ariko murasaba abasoda mvamakungu barakenewe ngaha buja. kuko ubutegetsi ntibuzokwihangana ngobureke kurasa abigaragamvya narirya atamaradiyo avuga.
16 Rusama 2015, 05:21, par Muhanuzi
Umusazi niwe yosubira mwibarabara nta narimwe wigeze uboneka twebwe ba nyagufa nit we uhenda abafuye baramaze umunwarumogi niwe azogukurikira cable ujane umuryango wawe.finga kinwa usiwongeye kusema
16 Rusama 2015, 06:10, par Ongué
QUE LA GLOIRE DE DIEU SE MANIFESTE AU BURUNDI JE NE CESSE DE PRIER POUR CE PAYS.
VOUS SAVEZ, IL N’Y A PAS EUT DE COUP D’ÉTAT AU BURUNDI. AU CONTRAIRE C’EST LE PRÉSIDENT QUI FAIT LE COUP D’ÉTAT CONTRE SON PAYS CONTRE LES ACCORDS ARUSHA PIERRE NKURUNZIZA FAIT COUP D’ÉTAT CONTRE SA PROPRE SIGNATURE, CONTRE SA POPULATION.
JE DIS CECI AU PRÉSIDENT DU BURUNDI,DE LAISSER SON POUVOIR JE NE DIS PAS LE POUVOIR MAIS SON POUVOIR . DIEU N’EST PAS AVEC LUI IL A TELLEMENT UTILISÉ LE NOM DE DIEU EN VAIN. EN EXPLOITANT LE NOM DE DIEU ..POURTANT C’EST SATAN QUI EST LE MOTEUR DE SA VIE .SATAN EST MOQUEUR ET SE MOQUE DE VOUS.VOUS NE RÉUSSIREZ JAMAIS.LA COLÈRE DE DIEU EST DEPUIS SUR VOUS SANS SAVOIR.
16 Rusama 2015, 07:57, par BIZIMANA MÉTHODE
VITAL ARAJWI KARINKOZI YIKIBI MUGUTURIRA ABANTU IVYABAYE VYOSE BAGIY KUVYISHURA!
16 Rusama 2015, 08:07, par Eliane
Igisirikare cyiburundi cyaricafuje cyane muguhendwa na nkurunziza, abantu namahanga bahora baciringiye yamara bagikuyeko umutima. Nkurunziza numubeshyi wambere, wabeshye amahanga, igisirikare, abaturage. Aba presidents bomurikano karere yarabeshye yongera abateshya umwanya. Ntawuzasubira kumwiringira.
16 Rusama 2015, 09:10, par jacques k
Ariko vital urarinda ubu nyene ugomba wongere utegure coup d’eter ubona woza ukatuja imbere mugabo urahenda abandi ugira ubu cylil nawe muzoja kumubohoza? Ariko je ndabona iyo nzira yogusabira ivyo dushaka mwibarabara ntishika uragenda wewe numuryango wawe iyo rukamvye muca munyegera none kutaturaritse ngo tuje mwibarabara ngo twiyamirize kudeta none wewe burya ivyuvuga burya uba wabajije umutima nama? Sha urarushe yesu akworohereze
16 Rusama 2015, 11:06, par muvunyi
ariko ubu 5ans nizo muriko murapfira koko!!!! ndakeka hari izindi mvo kandi zimwe zitanguye kugaragara.
16 Rusama 2015, 11:48, par JAI.BUJ
ARIKOUBWO,VITARIARAKUNDA.ABARUNDI.UBUNIWIJANEWENYENE.NIWATSINDA.URARYA
16 Rusama 2015, 12:51, par Martin
Nagira Nkubwire Vital Izina Ryawe Rya Nshimirimana Nimba Rininahaza Amaraso Ya Bo Bandanya Kurwa Mwibibarabara Ntamutima Ugira Urigipfu Mwibara Twarahahaze Ubu Reka Twipange Mumatora Tuzomutsinda.Ntamunyamahanga Azigera Akura Ikiri Kumutima Wa Nkurunziza Ngo Nuko Muri Mwibarabara.Nubwo Twopfa Ça Deviendra Nul.Erega Nubwo Woba Uvuga Ukuri Uwudashobora Ntumuhata Uritonda Watera Imigere 2 Carimwe Ngo Tujeyo Wapi.Genda Wewe Utararuha!!
16 Rusama 2015, 13:22, par Martin
Yabaa Abarundi Twese Twiyumvira Kumwe Tworetse Aba Nye Politike Bonyene Bakihanganira Ijisho Kurindi Atamunyagihugu Muto Ahenzwe Ngo Ja Mwibara.Tukiyitabira Amatora Tumenya Uwo Dutora Gusa.Kandi Ubu Ndumva Bariko Babitahura Uko.Vita Teshwute.Sinzongera Kazima Adashaka Gutwara Atamatora Abaye.Nohava Mpitanywa Nagashavu Ka Coup D’ Etat.
16 Rusama 2015, 15:54, par NTUNGIYABANDI Evariste
None ko Petero NKURUNZIZA umengo ntarota ahindura ingingo yafashe, abanyagihugu bazoguma mw’ibarabara gushika 2020, habaye hagufi, niyatorwa?
16 Rusama 2015, 16:03, par kanyomvya
jewe ndibaza ko abarundi tudakundana. kuko umwe wese arikwegerako. kandi kuva kera baraduhenda batwigisha ivyamokoko barondera inyungu z’imiryango yabo. kuko jewe nibaza ko kuja mwibarabara igisagara ca bujumbura vyo nyene bidakwiye kwirukana peter hogenda intara zose zigihugu vyanse naho opposition mwokwigisha abantu ntibatore peter atari kuja mwibarabara kandi abatunganya manifestation muzoze muraja imbere imisi yose nimiryango yanyu tukababona ahandi ho muratubesha usanga imiryango yanyu iri inyuma y’igihugu. mwibaza ko ubu abanyagisagara atanahamwe duhaze dufungura iki? ko inzara iri mukutwicira mu bana.
16 Rusama 2015, 16:40, par ornella
Martin urikirere Adolphe kobitiranwa ubona igihugu atakizaniye amarira benankurunziza.vital wewe nuko atabo ariko yica ariko aduhamagarira futura urusyo twikoreye rero nitwe dukeneye kuruhuka.hamwe vyokwanka koturutura bukebuke.tuzohava turumena tutavyifuza.
16 Rusama 2015, 16:47, par mutabazi
Nabanze ajye muri iryo barabara avuga hamwe numuryango wiwe mbere yo kubwira abandi.abarundi mukanure abo bantu ni abo kubacanishamo
16 Rusama 2015, 16:53, par mutabazi
Abarundi bamaze kujijuka nejejwe n’abantu benshi bakoze commentaire hano. Bose bamaze kumenya ko bahendwa. Naho Vital nibamukanire urumukwiye kuko ari mubateguye putsch.
16 Rusama 2015, 16:57, par Alexis
Yaba abarundi twiyumvra twese njawd igihugu cocitse umunyota ariko twaraciye ubwenge nahitane umuryangowe bagende tuzoza mwatanguye
16 Rusama 2015, 17:37, par jean pierre
Turiyamirij imvugo ya vital; twaraye tubonye ikiri inyuma y’iyo myiyerekano. Urahenda nyoko atize!!! Bakubwiye ko abanyagihugu turi ibiraro vyanyu? Mbega zirya brindin zari kumwe n’aba manifestants mwazikuye he? Iyo aba manifestants vyose bazokwonona namwe mumenye ko bizobahitana kuko code pénal iri clair. Vous etes des complices. Ivyo urabizi ndazi ko wabaye umucamanza.
16 Rusama 2015, 18:07, par mpozenzi
Ibarabara murarijamwo ntabwoba buhari ariko ubu nta mu polisi muzosangayo,muzohasanga aba loyalitses bazi GUTOSORA neza,muzobaze ababasanze kwiradiyo yigihugu ntawajanye nuwundi ngira mwarabonye aho aba general bafatwa nkimburu aho banyegeye kubera umwokero wurusasu rwabo ntavuze,abantu rero baramaze guhinyura ko abatutsi bagomba gukuraho ubutegetsi bwabahutu bakoresheje uburyo bwose bushoboka ariko mumenye neza ko amase yakera atagihoma urutaro,barya basoda nubwoko bwose kandi ntibasanzwe muzokorana.
16 Rusama 2015, 18:46, par Ezeniyu
Barundi,ntimuhendwe,kuko,wewe,ntabwo,turamubona,imbere,muriyomigumuko,najimbere,namwe,mukurikire,mbe,ababuzababo,harindishiyakababaro,arabaha?Ibisigaye,ntimumbaze,nimuburekuzinduka,mumirimoyanyu,murahona,bayi
16 Rusama 2015, 19:41, par Amisi MUNEZERO
Ko umuryango wa Vutal tutara ubona muru iyo mwirekano! Imbura bwenge nizo zizo kwitaba ako kamoi.
16 Rusama 2015, 21:01, par Niyo
sinkunda abantu biyita amazi yaband bantu cane cane abasi babo kugira babambike ibara!
16 Rusama 2015, 21:10, par Melchiade
Ehe Nshimeshetani(satani)bivanye Nukavuga Ehe Subira Hejuru Murabe Ukashiny,ubwinyo Nk,imfuku Y,inseruka Iyo Igiye Ahabona Iba Ipfuye Nagira Mbaze Abanya Karuzi Bazi Se Na Nyina Baduhe Umuco Akantu Kariyeyo Ibiturire Bikanka Ko Kotora Umubiri Nkabandi Aho Arisiga Movit Ngo Umubiri Use Neza Karateye Isoni Murantunga Ku Basomyi Uza Gusomiki Ciyumviro Ndabitewe Nuwo Nshimiresatani Ahamagaye Vuba Abanyagisagara Bumvise Zirya Nkuba Zavugiye Mukabondo Gusubira Kuja Mwibarabara Abatutsi Iyo Mikenyuro Y,ibinyoma Mbere Mwarica Muter,amabuyabapolsi Ngo Nimbonerakure.Mukugaragara Ntimwahumiwe Nurya Mwaturiye Imyiyerekano Yamahoro Havuyemwo Guturir,imiduga Kwica No Gusenyura Leta Mutashizeho Birabapfane Murahinduye Muti Ni Polike Ya Peter Kukubera Na Merika Mwari Mwishimiye Mwamenye Hoho Yasavye Kwakwa Uburenganzira Bwokujaho Bipfuza Kurabo Bose Bateguye Imyiyeyekano Naraba Ko Boca Birukana Abarihanze Ba Nyangoma Sinduhije Pancras Ba Rukundikiza Nabigaragambije Mu Bihugu Vyose Vyokwisi Icabajana Ntiyari Politike Kwaru
16 Rusama 2015, 22:18, par jean pierre
Mbega avugira hehe? Naje ahabona atuje imbere atondane umugore n’abana biwe nabo tubagire incungu. Bahenda abandi ngo ni incungu umugore n’abana yarabahunganye. Twaramuhinyuye arahenda nyina atize!!!
16 Rusama 2015, 22:42, par gahimbare
Twebwe à banyagihugu bo ku musaga t wamaze kuba hinyura ntituzosubira kuba kwirikira muzojana nabo munyakabiga n’a ngangar n’a mutakura ya mara nabone Sinzi ko bazo gu j inyuma twaraye tub hinyuye, uzo hamagare pacifique n’a rufyir ba guherekez natwe tu rorer ingene mutana mimi Twe n’a police ivyuka twariye n’a Masase birakwiye Genda namwe muhonje
16 Rusama 2015, 23:01, par kazimiri
Mur a du han urira vitari agerageze kwugaira umunwa , insazintizimujemukawa Nuk yasanze à bakecuru baraheze bo muhayi shano
17 Rusama 2015, 05:42, par NKUND UBURUWNDI
TWARABAHINYUYE
17 Rusama 2015, 09:22, par hindura
neko ruguru batategra nabo imyiyerekana ereg abnya bujumbura sib ar abrundi gus.twes tuj hamw
17 Rusama 2015, 11:02, par Bucanayandi
Nareke guhenda abanyagihugu ubu twara muhinyiye.nawe nabanze ajane umugore wewe nabana biwe abaribo batanguza iyo myirekono.ahubwo natekereze vyaramunaniye.
17 Rusama 2015, 14:42, par Alex
none ko president yamaze kubemerera ko nibamutora iyi izoba ariyo mendat yiwe yanyuma, ariko munanigwe no kwihanganira iyo myaka itanu? jewe mbona ko hako duta igihugu mu kaga, twobicisha mu nzira ya pilitique mu gushira inguvu ku kwigisha abanyagihugu ntibazomutore, hama l’oppoosition iga kusanya inguvu bagahurira ku mu candidat umwe bakamutora, gutyo CNDD-FDD ikagabanuka inguvu muri reta. Ibindi vyose mbona bidafise patriotisme nimwe. Abanyagihugu ni bareke guhendwa bigire. ni bafume bemera amatora yigizwe inyuma baronke akanya ko kwitegura, bishobotse bumvikane les conditions zishoboka muriyo 5 ans.
sinon, nimureke guhenda abanyagihugu batobato, Bujumbura yonyene simbona ko ariyo izohagarika ingingo peter yafashe narirya cours constitutionelle yarivumereye. mubandanije mwiyerekana rero vyerekana ko mutubaha les institutions, kandi Nico ni icaha!!
17 Rusama 2015, 19:24, par jonas
nuyumugabo arimuri zantumva muzehe yama avuga azumvirayo! igihugu sicana baragenda wewe utarintumva ntuzojeyo!!!
18 Rusama 2015, 13:56, par KWIZERA
jewe niyuvyira ko yoh’abandi bagatwara.uburundi bukaronk’amahoro.
18 Rusama 2015, 13:57, par KWIZERA
jewe niyuvyira ko yoh’abandi bagatwara.uburundi bukaronk’amahoro.
18 Rusama 2015, 15:42, par jean chris
A bas ce regime sanginaire
19 Rusama 2015, 13:38, par xczxcz
xxzczxcz
20 Rusama 2015, 13:37, par NI MARC ,IKABARORE MUKAYANZA
ESE UWO AHAMAGARIR ABANTU KUJA MUMYIYEREKANO MWOMENYER AJ IMBERE?
21 Rusama 2015, 20:01, par willy
Yooo! ariko abo bagabo boba badufitiy urukundo twebw abarundi? ko batubwira kuja mumabarabara!,jew kubwanj mbona umuti utoba kuja mumabarabara hanyuma ico twokora uwo pierre nkurunziza tukamukurira ugasandugu kitora turipfuza amahoro twebwe abarundi.
21 Rusama 2015, 21:18, par adony star
ikibazo kiri kuri Peter nagir icakora kugira imigumuko ihagarare. ikibazo kiri muri capital!!! bisiness ntizikorwa bon c pas la paix .
22 Rusama 2015, 21:32, par JEROME
TUGUSAVYE UZE UHIBERE KUGIRA NGO UZOTUJ’IMBERE
24 Rusama 2015, 07:47, par Epimack
TUBASAVYE KO PETERO NKURUZIZA ATOSUBIRA KWITOZA KUBERA NKUBU NIWE YATUMYE MPUGA VYASE TUROJA MUGUVU
26 Rusama 2015, 14:20, par augustin
none ubu kwiyigenerezo ya26/05/2015
2 Mukakaro 2015, 14:14, par JEAN BOSCO
NIMUMUREKE YITOZE TUZOREBERA MUMAJWI
9 Mukakaro 2016, 05:03, par NZOYIHAYA Emmanuel
Hhhhh!