Accueil > Amakuru > u Burundi > Vital Nshimirimana:"Kuba muri CNARED ntibisigura kuva mu mashirahamwe (...)
Vital Nshimirimana:"Kuba muri CNARED ntibisigura kuva mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike"
samedi 29 Myandagaro 2015
Vital Nshimirimana umukuru w’ihuriro ry’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike mu Burundi FORSC amenyesha kuba barinjiye mu runani CNARED bidasigura ko bavuye mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike.
Mu kiganiro yahaye iradiyo y’abafaransa RFI,Vital Nshimirimana yavuze ko CNARED atari urwego rwa politike kandi ko hamwe ikibazo catewe n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza cotora umuti bazosubira gukorera mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike.
Vital Nshimirimana avuga ko CNARED ari ihuriro ry’abanyagihugu atari Reta,rero ko kuyijamwo ari uburyo bwo kubandanya urugamba.
Ivyo abishikirije inyuma y’aho kuwa kane igenekerezo rya 27 Myandagaro 2015,bamwe mu bagize amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike bamenyeshereje babicishije mw’itangazo ko bashigikiye urunani CNARED.
Mu gihe Reta y’Uburundi nayo yamaze kumenyesha ko igiye guhindura amategeko agenga uko amashirahamwe adaharanira inyungu za politike akora mu Burundi,umukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho agateka ka zina muntu FIDH amenyesha ko kuba abari mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike berekanye ko bashigikiye abatavuga rumwe na Reta,amategeko abagenga aca ahinduka.
Van Naris Mugisha
Messages
29 Myandagaro 2015, 08:35, par muntu
Barigaragaje. Ibi babyita gutsindwa cane. Abazungu nibongere vavuge ko about bahamagarira urwaruka imyiyereko se? Baruhamagaruraga imigumuko guturira imiduga n abantu. Ahubwo nkurunziza arakijijwe hose kuko ari mu Rwanda bari kubamesa cane bakisigura nyuma
29 Myandagaro 2015, 08:57, par Lucky-boy
Aragaba Nyangoma ntimumuhenend ngo ntanyungu za politique muharanira kd mushaka kudusubiza muntambara ubu ho twaraciyubwenge uwuzorukarisha ruzomumwa!qu DIEU regne twikundira Rwasa digne d’etre hutu!
29 Myandagaro 2015, 09:20, par emile
kugira ahuhagaze bitegwa nikihari.none nibo baturiye amaradiyo,amasoko,guhohotera ababikira ni.....
29 Myandagaro 2015, 09:40, par Jean marie
Sha mwaduhamagarira kuja mwibarabara hama mubonye bikaze muca mwigira hanze??sha nzesubire nurunguma nahakuy ntabona ukuntu nzakira
29 Myandagaro 2015, 09:40, par rutumo jean
NI BEMERE BARAGOTSE ABARUNDI BOSE UBU BARAKANUYE
29 Myandagaro 2015, 09:50, par Kariyo
Ahubwo Akako Niko Kazi K’ Ayo Mashirahamwe. Kuja Hamwe N’ Uwo Wese Agoma Ko Amategeko Yubahirizwa. Kwankira Uyo Wese Ashaka Kwiba Ubutegetsi. Kwanka Ko Intwaro Y’ Igikenye Ishingiye Kubwicanyi Yiganza Mugihugu. Ahubwo Turabakeje, Muri Abagabo Koko. Apana Nkaya Mashirahamwe Ya Mugabo N’ Iryo, Ya Ndiyo Bwana.
29 Myandagaro 2015, 10:28, par ntakirutimana esperence
ayo mashirahamwe aharanira ivyicaro vya politike.yarahinduye intumbero ubu akora nk’imigambwe
29 Myandagaro 2015, 11:34, par mvugakuri
twarabahinyiye
29 Myandagaro 2015, 11:41, par MANIRAKIZA ERICK
haaaa!!cndd-fdd yahora yanka amashirahamwe yigenga,ubuho bararonse ico bitwaza.ahubwo nibige ica 3éme mandat arekure abarundi baronke amahoro ataruko ikizoba kizobazwa peter na cndd-fdd yiwe.murakoze.
29 Myandagaro 2015, 13:53, par emma
emma
vitari twarabonye ko murintovyi gusa mwe na banyangoma na pasfic mugenzawe, sha twarabonye ko mwikika muma shirahamwe ngontimuraba nyepolitike. ngo ntimuharanira inyungu zaporitike sha twarabahinyuye, rindira ivyo bishirahamwe vyanyu vyugagwe vyose.
29 Myandagaro 2015, 14:39, par musaga
Njye Vital mubonye namusweza nyina niwe wotumye mukuru wanja apfira muri manifestation none ubu ari kudushinyagurira uwo muginga yibereye mumahanga.
29 Myandagaro 2015, 14:53, par Luc
Mbe vital ubwenge bwaricurits?cnaleb nta politik ikina?ako n’akamuna.non mwomenya npn cnaleb ikina urukino rwitwa ngwiki.vital we ba umushingantah utange imihoho muri forsc
29 Myandagaro 2015, 15:05, par Avec
Ariko ga Vital Nshimirimana, urareba ugasanga abarundibose barananiwe gutandukanya icatsi nururo!? Umvandakubwire ruriyarunani nirubicane kurujamwo uziko witwako urumuntu wiyiseko urongoye ishirahamwe ridaharanira ivyicaro muri reta (Society Civil) hakotwebwe abarundi twarikukumva wataye Society Civil ukajamiri SCANED twarigupfuma twumva washinze umugambwe canke winjije mumugambwe runaka, urevye ruryarunani amahera rutanga abantu rumazeguhitana ngaha Burundi rukoresheje uburyobutandukanye nkakarorero wibukeko abararikiye abantu guturira abantubabona kugezububarimuri SCANED, abaribashigikiye ibitero vya Cibitoke na Kayanza barimuri SCANED, abaribashigikiye iterwa ryana grenade barimuri SCANED, abaribashigikiye kudeta bari muri SCANED, abirirwa bagirirwa inama nigihugu cu Rwanda catubanye umubanyi mubicane barimuri SCANED, ivyobintuvyose ntakubwiye nubwonoba ihenze ndaziko 80% arukuri tugiramahoro nubumwebwabarundi bumazimisi kandi buzokwama bubahasha atakinya canke agahengwe babahaye.
29 Myandagaro 2015, 15:25, par Onesmo
Bwana VITAL,wewe Na Mashirika Ambayo Yanajiita Kuwa,yanatetea Haki Za Binadamu,mbona Kunasheria Mmejiweke Zakutovuka Mipaka,kwa Mjibu Wa Katiba Ya Nchi,?Huoni Wewe Na PASFIKE,mlichoche Mauaji Na Kuharibu,mali Za Rai? Nakuleta! Itofahamu Miongani Wahutu Na Watusi,leo Rusokoza Kwayale Alifanya Akiwa Makamu Wa Rais,yakutaka Kupiga Mapinduzi Rais Nkurunziza,kwamba Yarikuwa Ya Kweli,?,mimi Nashauri Nchi Yenu Hiyo,kwanza,muwe Na Mapenzi Na Burundi,kama Mungu Alivyo Ipa Jina Zuri,pili Chukua Hatua Jiulize Umetoka Wapi? Na Unaenda Wapi Na Rafiki Zako Wapendwa,mwisho Jutia Kauli Zako Zote,harafu Chukua Hatua,ndani Ya Mawazo Yeni,mnachokitarajia Ni Amani?,na Mwisho Kila Chama Burundi,kina Katiba Inayokiongoza,wewe Nanyangoma Imekuwaje Utoke Kwenye Mashirika?Ukaungane Naye Kwenye Chama Hicho,ndugu Zangu Haki Ya Mtu Haipotei,ndiyo Mana,nyangoma,arudishe Mali Zetu,mashamba Migazi,harafu Nchi Bila Kodi Hakuna Maendeleo,Mwisho,WALIMU,WAFANYABIASHARA,WAKULIMA. TAASISI MBALI MBALI.LITUMIKIENI TAIFA LENU,maana Sharire Nditije,
29 Myandagaro 2015, 19:15, par niyonsaba
yazuye amaso woca uhava wibaza ngo numuhare ugomba gusimba abo nibabandi bita injavyi rero.
29 Myandagaro 2015, 21:59, par ANTOINE
WEWE.VITAL MWEBWE IVYOMUGA MWE NANYANGOMA UMENGA NIVYABANA NONE MUGEJEJE HEHE?
29 Myandagaro 2015, 23:15, par Onesmo
Ndugu Yangu VITAL,mawazo Yenu Siyo Mema Kwa Taifa Letu,unapodhamilia Kufanya Kitu,kisiasa Angalia Faida,ya Nchi,kwamfano,ulaya Umesema Kwamba Serikari Ya Nkurunziza Ni Yawauaji,leo Wewe Na Wafuasi Wako,mmedhamilia Kufanya Mapinduzi,bahati Mbaya Yameferi,umekimbia Nchi,kibaya Zaidi,umechoma Magari.Umeua,tena Niwazi,wewe Ndiye Umeua Wale Masisita Kamenge.Wewe Na Sharire Nditije,ndio Mmechochea Watu Wasirundishiwe Mali Zao,maliorudi Kutoka Ukimbizin,mmechoma Masasoko,pesa Ulizopewa Kwenye Mashirika Kazi Yake Ndio Hiyo,utawala Hukupata,nini Hatima Ya Baadae Kwa Burund,jua Warundi Wakusubiri Mali Ulizoharibu,upate Utawala Usiupate Utawalipa,maamzi Ya MUNGU Siyako Mwanada,tuipende Burund,isiwe Kusingizia Awamu Ya 3,histori Ya Wazee Wetu Wa Kitusi,imepitwa Na Wakati,maandaliz Yahimaya Ya Hima Haitawezekana,ibuye Riserutse Ntinyica Isuka,uva Vital Na Pasifike,cabugufi Imana,ikugirire Imbabazi
29 Myandagaro 2015, 23:20, par Onesmo
Ndugu Yangu VITAL,mawazo Yenu Siyo Mema Kwa Taifa Letu,unapodhamilia Kufanya Kitu,kisiasa Angalia Faida,ya Nchi,kwamfano,ulaya Umesema Kwamba Serikari Ya Nkurunziza Ni Yawauaji,leo Wewe Na Wafuasi Wako,mmedhamilia Kufanya Mapinduzi,bahati Mbaya Yameferi,umekimbia Nchi,kibaya Zaidi,umechoma Magari.Umeua,tena Niwazi,wewe Ndiye Umeua Wale Masisita Kamenge.Wewe Na Sharire Nditije,ndio Mmechochea Watu Wasirundishiwe Mali Zao,maliorudi Kutoka Ukimbizin,mmechoma Masasoko,pesa Ulizopewa Kwenye Mashirika Kazi Yake Ndio Hiyo,utawala Hukupata,nini Hatima Ya Baadae Kwa Burund,jua Warundi Wakusubiri Mali Ulizoharibu,upate Utawala Usiupate Utawalipa,maamzi Ya MUNGU Siyako Mwanada,tuipende Burund,isiwe Kusingizia Awamu Ya 3,histori Ya Wazee Wetu Wa Kitusi,imepitwa Na Wakati,maandaliz Yahimaya Ya Hima Haitawezekana,ibuye Riserutse Ntinyica Isuka,uva Vital Na Pasifike,cabugufi Imana,ikugirire Imbabazi
29 Myandagaro 2015, 23:55, par Ryangombe rya Babinga
Vital pole kabisa . Ubuhungiro mwishyizemo buraryana. Nkwifurike imyaka ijana mumahanga wowe n’abagukomokaho bose kuko mwahemukiye abarundi.
30 Myandagaro 2015, 05:58, par uwitonze
nakajoreza
30 Myandagaro 2015, 06:43, par mwene harimesj
Nimba my Burundi koko dufise abarongozi barikunzego zijejwe amategeko ya ya mashirahamwe bavuga ngo ntaharanira ivyicaro vya political Navy arivyo barimwo baharanira nsavye nshimitse hashigwe itegeko ryo kuyafuta yose iyo yifatanije nabatavuga rumwe nareta yu Burundi nabagwanyi bari mubitwaje ibigwanisho intumbero yabo niyogusenyura ubutegetsi ngo biheze bazosubire mumashirahamwe yabo turasavye hashigwe itegeko namakungu azodushigikira
30 Myandagaro 2015, 07:37, par Aime parfait
Imigere ibiri ntitereka .ahubwo mwarahemukiye abarundi n’Igihucu .mukwiye gusaba imbabazi .
30 Myandagaro 2015, 07:55, par Didi
Barundi barundikazi.haragz kotbona ahigih kigez.murabona nka Vital! Reta ivugati sociéte civil ikora nkabanyapoltik,ngosivyo.ubikinyoma ntigikbitiw ahabona! erga abobagabo vital na pacfq ntahandi bocataraho kugira bashikir ubtgetsi.ivyo rro ntimwibagir kwariyamayeri yabatutsi babuz ukuntu boshikir ubutgtsi.barko baca muvyatsi baronder ingn bogarka.ubuturahabona basha! Vital,uramaramaj So Gombey Kubayarakwigishij,ukabur Igihmu Gushikiyo.Ntimurot.Uburundi Bwarashikiy Benebwo.Vital: Garra Ubweng!
30 Myandagaro 2015, 17:03, par musaga
Se wa Vital ni umwe mubatutsi wamaze abahutu muri 72 ubu nabwo aragira ngo arangize igikogwa se atorangije kirya gihe!!!
Abarundi baraguhinyuye vital wamwicanyi we
30 Myandagaro 2015, 19:03, par Muyahudi
Yacomubamutukana mwabantumw mwandika amakuru mushikirij kunkuru yatanzw muramaramaj erega namw muzohava mucika ibijuju! murinivyiyumviro bishaje!
30 Myandagaro 2015, 21:57, par Thérèse
Nkuru,Kwiba mandat agasaba Imana n’abenegihugu ngo bamushigikire!Nagende ntazibagirwa kwisi kweri.Ivyukuducanishamwo vyovyo naho Rusiferi yokwiyizira ntamutume ntibigishoboka mu Burundi.
30 Myandagaro 2015, 23:32, par Bidagis
amayira 2yananiye imfyisi ni baje hamwe bahagararire amategeko ibindi babihebe.
31 Myandagaro 2015, 09:07, par ok
Ahubwo nugaruka mugihugu baze bagukone wigishwe kubaha.sha mwaratomboye peter aritonze iyaba ivyo mumukorera mubikorera ako kagabo kabahenze ki Kagome kaba karabamanitse kera gusa ntaco muzobibona
31 Myandagaro 2015, 11:08, par Nibitanga Edymond.
Vyosigurika Gute,kobadaharnira Ivyicarovyaporitike, Mugihe Ugogwego Gwa Cnald Aribo Bahanzuburundi,nabarundi? Ahubwo Nibatubwire Kwarabagwanyi,kuko Ntitwumva Igituma Badasomaneza Amasezerano. Nibareke Kuduhenda Kukobobo Family Zabo Ziriburaya? Nimbaturimubuja,nibaturekuko Nabo Baguruke! Ayomanyanga Yindandende,turayasepe!