IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Vital’O yatsinze Lioni FC yo muri Lesotho mu rukino rwa mbere

Vital’O yatsinze Lioni FC yo muri Lesotho mu rukino rwa mbere

dimanche 14 Ruhuhuma 2016, par egide

Mu nkino z’imirwi ya Afrika yabaye iya mbere mu mahiganwa yayo, umurwi wa Vital’O watsinze ibitsindo bibiri kuri kimwe ca Lioni FC yo mu gihugu ca Lesotho. Mu gihe urwo rukino rwa mbere rwabereye mu gisagara ca Maseru muri Lesotho, urukino rw’ugusubiriza ruzobera i Bujumbura, imbere y’abarorerezi ba Vital’O.

Ibitsindo vya Vital’O bikaba vyinjijwe na Laudit MAVUGO, hamwe na Nahimana Shasiri.

Abakinyi ba Vital’O batanguye mu kibuga ni :

Arakaza Mc Arthur, Nshimirimana David, Hakizimana Issa, Kiza Fataki, Niyonkuru Nassor, Barenge Pistis, Nahimana Shasiri, Akimana Trésor, Mavugo Laudit, Hussein Shabani, hamwe na Amani Boniface


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.