Accueil > Poritike > Imigambwe > Yakubiswe nk’inzoka Pasikari Nyabenda arorera
Yakubiswe nk’inzoka Pasikari Nyabenda arorera
jeudi 23 Ndamukiza 2015
Umukuru w’umugambwe CNDD FDD mu gisagara ca Bujumbura, yoba ari ku musego bivanye n’amahiri yakubiswe n’Imbonerakure, z’uwo mugambwe.
Umukuru w’umugambwe CNDD FDD mu gisagara ca Bujumbura Evode Ndabashinze ari kumusego bivanye n’amahiri yoba yarakubiswe n’urwaruka rwa CNDD FDD, aho yakubitiwe mu maso y’umukuru w’uyo mugambwe ku rwego rw’igihugu, ku mugoroba wo kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 21 Ndamukiza uwu mwaka.
Amakuru dukesha bagenzi bacu ba RPA Ijwi ry’abanyagihugu, avuga ko Evode Ndabashinze, umukuru w’umugambwe CNDD FDD yakubiswe nk’inzoka, akubitirwa mu ngoro y’umugambwe CNDD FDD mu gisagara ca Bujumbura, akaba yakubswe n’urwo rwaruka Pasikari Nyabenda arongoye uwo mugambwe ari ngaho. Evode Ndabashinze rero, akaba yoba yazize intonde z’abazitoza zoba zarahinduwehinduwe. RPA irondeye Evode Ndabashinze avuga ko arwaye ari ku musego, nayo umushingamateka Pasikari Nyabenda nawe akaba avuga ati :’’ Nibaza ko ari abamukosoye’’.
IGIHE
Messages
23 Ndamukiza 2015, 13:54, par Béatrice
REKA BAMUDIHE UWO MUTINDI, YAZIHINDURIRA IKI IZO NTONDE. IVYO SI VYABITURIRE BIGISIBIJE; AMARONKO MENSHI AZIBA AMATWI N’AMASO.
23 Ndamukiza 2015, 14:11, par uwera
YEMWE CNDD FDD MURI IMIHIRIMBIRI KWERI UGATINYUKA UKAVUGA NGO MUENZI WAWE BAMUKOSOYE MUZABA MUREBA IZONTERAHAMWE ZANYU NGO NIMBONERAKURE ZIGIYE GUTWIKA UBURUNDI MURIRMBE URWO MUBONYE CYAKORA IMANA YONYINE IKWIYE GUTABARA UBURUNDI
23 Ndamukiza 2015, 15:59, par NDUWIMANA
TURASAVYE RPA IREKE UBUBESHI KANDI IYO NDWANO IRIKO IRAKOKEZWA BAMENYE KO IVYO RPA IZOBIBAZWA.
MWAVUGA MWAREKA CNDD FDD IRACARI KURI VOLANT GUSHIKA KUKO IMIGAMBI YAYO NI MYIZA KABISA.
23 Ndamukiza 2015, 16:00, par Obe
Burya Ntimubona Komwikwegeyakarambaray? Rindira Muzosha Kwica Abakeba Banyu Namwe Mumisi Zizobiraramwo Tenyenya Samedi Rekurigihugu Mujirah
23 Ndamukiza 2015, 17:46, par ruda
mbe pascal kura uwo runda ngaho rwuzuye amayezi. mbega ugukira kwabarundi nukurekura urunda ja muri sport ureke ivyo vyeri nayo hoho utsinda udatsinda ndaguteze colesterol
23 Ndamukiza 2015, 18:26, par Rupande
Nibaza ko ibi vyose Abarundi babibona. Niyo Nkurunziza, Nyabenda nizo mbonerakure zabo bahirahira bagakubita Coud d’Etat ce Samedi, maze abanyagihugu muce muja mw’’ ibarabara mubirukane baje kurwanira mw’ishamba iyo bajebava.
23 Ndamukiza 2015, 19:05, par FILIBERT
iconikinyoma chambaye ubusa
23 Ndamukiza 2015, 20:46, par manirakiza
oh!sivyiza umuntu nkuyo gukubitwa nabana biw bari kumukura mumabanga
23 Ndamukiza 2015, 21:16, par nsavynes@yahoo.fr
emwe ni inkuru.Bari kubahuka kumukbita arumugumyabanga-umushirira.Yahora yibaza ngo ivy,bishirira ntibizoshikira.bavuga ngo bazotumesa nibaza ko yumva uburyohe bw’ico giti!Nakomere n’amahiri menshi yongere agume
23 Ndamukiza 2015, 21:19, par nestor
emwe ni inkuru.Bari kubahuka kumukbita arumugumyabanga-umushirira.Yahora yibaza ngo ivy,bishirira ntibizoshikira.bavuga ngo bazotumesa nibaza ko yumva uburyohe bw’ico giti!Nakomere n’amahiri menshi yongere agume
23 Ndamukiza 2015, 21:21, par nestor
emwe ni inkuru.Bari kubahuka kumukbita arumugumyabanga-umushirira.Yahora yibaza ngo ivy,bishirira ntibizoshikira.bavuga ngo bazotumesa nibaza ko yumva uburyohe bw’ico giti!Nakomere n’amahiri menshi yongere agume
23 Ndamukiza 2015, 22:21, par MUTAMA
LE CNDD FDD A INSTAURÉ LE CHARIA AU BURUNDI
24 Ndamukiza 2015, 09:45, par Nkunduburundi
BAGUMYABANGA, mwebwe mwahawe amabanga yo kurongora Ubwanyaburunga, namwe mwese mufise ico muterera naho mukivigira, ndabahamagariye gusubiza agatima mpembero, mubaze imitima yanyu incuro zirenga70, imitima yanyu ndazi ko hari ico ibongorera. Maze murengere inyungu (INSTINCTS) zanyu (IBITI, AMAZU- AMA JEEPS- IVYUBAHIRO, ABAGORE
25 Ndamukiza 2015, 15:21, par NGABO
BAMESE
25 Ndamukiza 2015, 16:06, par HUU!YOO! NDUMIWE
ABO BANA BARAZI GUHANA! MBONERAKURE, MWIBUKE KO IBIHE BIHA IBINDI KAND INGERO UGERERAMWO MUGENZAW ARIYO NAWE UZOGERERWAMWO!
MWITEGURIRE IRAHE MWO NA NKURUNZIZA WANYU.
25 Ndamukiza 2015, 16:11, par HUU!YOO! NDUMIWE
ABO BANA BARAZI GUHANA! MBONERAKURE, MWIBUKE KO IBIHE BIHA IBINDI KAND INGERO UGERERAMWO MUGENZAW ARIYO NAWE UZOGERERWAMWO!
MWITEGURIRE IRAHE MWO NA NKURUNZIZA WANYU.
25 Ndamukiza 2015, 21:37, par Ernest Hatungimana
Ibiri Muburundi Namayobera.Mugabo Nuko Nzi Mu Gihugu Cacu Hari Yabasenzi Imana Izobihindura.
26 Ndamukiza 2015, 11:50, par Sylvère
Je numva uwomugambe aruwambere kuva numva imigambwe!mukindi kirimi bawiya "woyamba" uwukosheje ahanishwa gukubitwa buyoka arumugabo w’ijunja?Non Pascal ngo:ni abamuhanuye?Nawe hamwe yokosa nukumukubita buyoka ukwonyene?Dzimenezo si dzona
3 Nyakanga 2016, 06:25, par niyokwizera j claude
iyomyaku yabuze kwicana ahubwo baramuharash?
1er Nzero 2017, 13:22, par JOHN
VERRY