Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Zimwe mu ndongozi za SAHWAYA Frodebu zazindutse zirasakwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Zimwe mu ndongozi za SAHWAYA Frodebu zazindutse zirasakwa

Zimwe mu ndongozi za SAHWAYA Frodebu zazindutse zirasakwa

lundi 5 Nzero 2015

Urugo rw’umuvyeyi wa Patrick Nkurunziza asanzwe arongoye urwaruka rwo mu mugambwe SAHWANYA FRODEBU rwazindutse rurasakwa n’igiporisi.

Abaporisi bakaba bazindutse baja ku muhana w’urwo rugo rwa Leon Nimbona umuvyeyi w’uyo asanzwe arongoye INTAKANGWA z ‘umugambwe wa Ndadaye, ariko hakaba hari amakuru avuga ko uyo munywanyi w’umugambwe FRODEBU yoba yari yamaze gukura meza kuko yoba yiketse ko hari n’umugambi wo kumuhagarika. Urwo rugo ruhejeje gusakwa abaporisi baciye baja no kumuhana wa Euphasie Bigirimana yahoze ari umukenguzamateka ndetse akanaba umushikirangaji w’ubudandaji nawene ari mu mugambwe SAHWANYA Frodebu, nawene akaba yasatswe naho hose ataco bahatoye.

Bikavugwa ko igiporisi cariko gisaka ibirwanisho hamwe n’ibiyayuramutwe.

JPEG - 88.2 ko
Patick Nkurunziza uwutangura i bubamfu yamabaye impuzu zirimwo ibara ryera n’iry’urwatsi rubisi, Euphrasie Bigirimana nawe niwe mukenyezi ari imbere kuri iyi sanamu yambaye inkofero ya FRODEBU n’impuzu ziranga umnugambwe

Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.