IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Abaporisi bazindutse gusaka mw’ibohero rikuru rya Mpimba

Abaporisi bazindutse gusaka mw’ibohero rikuru rya Mpimba

mercredi 14 Nyakanga 2016, par Egide NDUWIMANA

Igiporisi cazindukiye mu bikorwa vy’ugusaka mw’ibohero rikuru rya Mpimba, mu gisagara ca Bujumbura, muri zone ya Musaga.

Ico gikorwa catanguye kare cane, kuva isaha cumi n’imwe z’agatondo, nk’uko amakuru ava aho mw’ibhero rikuru rya Mpimba abivuga.

Ayo makuru nyene yemeza ko muri iryo sakwa ryakozwe n’igiporisi, hafashwe amaterefone ngendanwa, urumogi, hamwe n’inzoga zitemewe n’amategeko zisanzwe zidandazwa muri iryo bohero.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.