Inyuma y’amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro yabaye kur’uno wa kane igenekerezo rya 17 Rusama 2018, ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyamaze kumenyekana.
Accueil > Mots-clés > IGIHE_Homepage_Management > HomeNews
HomeNews
Articles
-
Ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora mu ntara 12 vyamenyekanye
18 mai 2018 -
Amwe mu majambo wokoresha mu gihe uriko uraganira n’umukunzi wawe
2 Mukakaro 2013Ikiganiro kigizwe n’amajambo yuzuye urukundo (utujambo dusosa ni bumwe mu buryo bwifashishwa kugira ngo ushobore kunezereza uwukunda mu gihe muyaga kuko umutima ukunda uba ukeneye cane bene ayo majambo meza .Aha rero hari amwe mu majambo wobwira umukunzi wawe akanezerwa ariko ukoresheje umunwa wawe udakoresheje telefone canke inyandiko, kuko iyo wivugiye ijambo n’akanwa kawe bituma uwo uribwiye aryakirana umwizero.
Mu gihe ukoresha amajambo asosa, ubikore umutima uri hamwe, udatinya kuko (...) -
Ibimenyetso 5 ushobora kumenyerako umukobwa yagukunze
21 Ntwarante 2013Ku bijanye no kumenya neza ivyiyumviro abagore canke abakobwa bagira iyo tugerageza gukundana nabo; akenshi usanga abagabo batitwararika kumenya ibimenyetso bijanye n’urukundo.
Ivyo bigashikira abagabo bakunze canke batigeze bakunda, batinya ko bokwankwa. Kenshi rero usanga atar’uko abagabo banka kwitwararika ivyo bimenyetso, ahubwo ikibazo ni ukuba batabizi neza canke badafata umwanya ukwiye wo kuvyitegereza.
Nk’uko tubikesha itororokanirizo ry’amakuru: www.alangoldsher.com, hariho (...) -
Ibintu 10 bishobora kukwereka ko umukobwa yagukunze
31 Kigarama 2014Abagabo canke abahungu baragira ingorane yo kumenya canke gutahura ibintu vyerekana ko umukobwa yabakunze. Bizwi ko mu mico y’Abarundikazi harimwo kunyegeza ko bakunze umuhungu canke umugabo.
Kuri abo bagabo badashobora kubona ko bakunzwe, ng’ibi ibintu 10 borabirako :
1) Haheze iminsi mikeyi cane mumenyanye arakubaza ko ufise uwo mukundana, umufise aca akuza aho aba ico akora canke akagusaba ifoto yiwe. Utamufise naho akubaza igituma utamufise
2) Umukobwa yakunze umuhungu canke (...) -
Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Sat-B ft Miss Erica ’Show Time’
5 Nzero 2017, par Jean De DieuInyuma Yogutahuka Mugihugu Ciwe Umuririmvyi Sat B Yongeye Gushira Kumugaragaro Indirimbo Yiwe Nshasha ’Show Time’ afadikanije na Miss Erica
-
Ibintu 3 bikomeye abakobwa bakunda guhisha abakunzi babo
16 Nzero 2015Amwe mu mabanga 3 akomeye abakobwa bakunda kunyegeza abakunzi babo, rimwe rimwe bikavamwo no guhebana
Abantu benshi barakunda kuvuga ko abagabo ari bo bakunda kunyegeza amabanga yabo kurusha abagore mugabo na bakobwa bafise amabanga akomeye bakunda kunyegeza abakunzi babo.Iyo umugabo aguma amubaza umukobwa bakundana ayo mabanga, kenshi abakobwa baremera bakabesha.
Ivyo bintu n’ibi:
1.Imyaka yabo
Abakobwa benshi ntibakunda kuvuga imyaka yabo kubera bayivuze rimwe na rimwe batakaza (...) -
Ingene wokwishirira interineti muri telephone yawe
14 Ntwarante 2013Mu gihe igihugu cacu gikomeza gutera intambwe mw’iterambere, ninako abantu benshi barushirizaho kwitabira gukoresha ibikoresho vy’ubuhinga bwa none, n’itumatumanako nk’inyabwonko,telefone ngendanwa n’ibindi.
Mu vyo bakunze gukoresha cane gusumba ibindi harimwo interineti, tukaba tugiye kurabira hamwe uko woshira interineti muri telephone yawe ku buntu.
Nk’uko tubikesha urubuga http://maliso.hubpages.com, gushira interineti muri telephone bisaba kuba utunze telephone irimwo ubuhinga bwa web, (...) -
Impanuro ku bakobwa canke abagore bakama amazi yo mu gitsina mu gihe c’amabanga y’abubatse
5 Ntwarante 2015Abakundana kenshi barahebana canke urukundo rukagabanuka bivuye ku kintu cinyegeje hagati y’ibishika mu gihe c’imibonano mpuzabitsina canke kurangura amabanga y’abubatse. Pamela Stephenson Connolly aratanga impanuro ku bakobwa canke abagore bakunda kubura amazi canke agakama mu gihe c’amabanga y’abubatse.
Hari abagore canke abakobwa usanga bafise ingorane zo gukama amazi yo mu gitsina(amavangingo)(Liquide Vaginal)mu gihe c’imibonano mpuzabitsina canke mukurangura amabanga y’abubatse. Ico gihe (...) -
Urukundo nyakuri rumeze gute?
3 Ruheshi 2014Urukundo nyakuri ni ubugenzi bukomeye buba hagati yumukobwa n’umuhungu canke hagati y’umugabo n’umugore. Muri urwo rukundo hakabamwo ivyo abo bantu babiri bemeranya bo nyene hagati yabo.
Urukundo ni rumwe mu ngabire nziza gose twahawe n’Imana. Iyo ngabire iramurikira ubuzima bwacu bwose, ihindura vyose ni nk’izuba ritanga ubushuhe, rigatanga ibara ry’ikintu, umunezero, urukundo rutuma kandi n’ibindi vyose umuntu akora bigenda neza. Ariko rero urukundo ntirwama rworoshe, nk’uko benshi (...) -
Ni ryari umukenyezi yomwa igitsina ciwe afitaniye isango na muganga
5 Ruheshi 2013Nk’uko bisanzwe umuntu ahura n’umuganga mu mwiherero ,burya muri birya biro vy’abo baganga b’abakenyezi habera ibintu vyinshi cane, bimwe bibaza n’ibindi usanga bitangaje hagati y’abo baganga n’umurwayi.
Ni nayo mpamvu uyu muganga atanga impanuro zikwirikira, ngo sivyiza ko umukenyezi yimwa mu bihimba vy’irondoka imbere yaho aba yahanye isango na muganga. Imbere yo kubonana n’umuganga ni mukurikize impanuro ziwe. Birumvikana cane ko umukenyezi agomba kuja kwa muganga, ategerezwa kugira isuku mu (...)